Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Rihanna azorongorwa na Chris mu ci yambaye agahuzu ko kwogana
Rihanna azorongorwa na Chris mu ci yambaye agahuzu ko kwogana
mardi 19 Ntwarante 2013
Narirya bari babonye impeta ku rutoke rwa Rihanna mu birori vya Grammy Awards,abagendana n’uwo muririmvyikazi baremeza ko azorongorana na Chris Brown mu ci,nk’uko bivugwa n’ikinyamakuru NOW.
Rihanna ngo yipfuza kurongorwa kugira abamutwenga k’ukugene agendana n’uwari yaramufashe nabi mu mwaka w’2009 ngo babibone.
Rihanna ntashaka kugira ubugeni mw’ikanzu canke ibintu birebire ,ashaka kuyigira muri bikini mu munezero nkuko bisomwa muri co kinyamakuru.
Uwo muririmvyikazi yateguye kugira ubugeni na Chris Brown mur’ iri ci mu gihugu ciwe c’amavukiro Barbade.
Keza Alexandrine
Messages
24 Nzero 2018, 01:39, par niyiragira jeremie
barasata