Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Rose Muhando yatangaje icatumye akorora inda yari yatwaye
Rose Muhando yatangaje icatumye akorora inda yari yatwaye
mardi 27 Nzero 2015
Inyuma yaho bivunzwe ko umuririmvyikazi w’indirimbo zo guhimbaza Imana, Rose Muhando yakoroye inda y’amezi indwi, uwo mugore yavuze icatumye yica umwana yaratwaye mu nda.

Haheze iminsi mike tubamenyesheje ko umuririmvyikazi Rose Muhando aturuka mu gihugu ca Tanzanie yakoroye inda y’amezi indwi, akaba yari asanzwe afise abana batatu ku bagabo batandukanye kubera atigeze agomba umugabo babana.
Rose Muhando yatangaje abicishije ku bahanuzi biwe icatumye akurayo inda y’amezi indwi, akavuga ko yagize ikibazo ku bijanye n’inda yari yatwaye ku buryo abaganga bamuhanuye kuyikuramwo ntihave itera ingaruka mbi ku buzima bwiwe, nk’uko ikinyamakuru Ghafla co mu gihugu co muri Kenya kibitangaza.

Nubwo yatangaje ivyo, abakunzi biwe basigaye bamubona nabi kandi mwomenya ko inyamiramabi yo mu gihugu ca Tanzania zibandanya amatohoza, bakazosanga icaha kimwagira azohabwa gupfungwa imyaka indwi kubera mu gihugu ca Tanzanie icaha co kwica umwana akiri mu nda gihanwa n’amategeko.
Lorene Nubwabo
Messages
27 Nzero 2015, 13:01, par Gabliel
Mbese Aba Nabakozi Bi Manakoko Cg Niza Eliminata Gusa Nzabandeba !
27 Nzero 2015, 13:38, par Ntakirutimana Fabrice Efra
Yihane Naba Yarabeshe.
27 Nzero 2015, 14:06, par Rosa kamakazi
mbega uwuririmbira imana wese mwibaza ko ari umuntu wimana, mbe ntimubona ko umuntu wese ubu atereka umutwe kugira arabe ko buca, nabitwa ko basizwe amavuta bigirira ivyo bashaka imana nidufashe iduhe ubwenge dushobore kumenya ko ko abakorera imana naba faux.
27 Nzero 2015, 15:05, par ijororirakuze dusenge
yesu we!!!!!!!!abantu b Imana baroye he?!!!!!none ivyo vyarabaye by ukuri!!!!!!havug uwo bubezwe!!numva ndengewe!!!ariko nimureke, urwamfu n uburo bikurane ,egenya riregereje. itangazo""""benedata mwahisemwo kubits ubugingo bwanyu kristo,nimugur uburyo mubugwiza kuko imisi ari mini!!!twitegurire kugaruka kW umwami wacu yesu kristo tutagir agasembwa n amarabaga ncank injebejebe. ndabarahiye, abandura nibabandanye bandure,agororoka natwe tubandanye kuko,ubutame bwacu mumwami s ubw ubusa.
27 Nzero 2015, 16:13, par kiki
birambabaj can ivyo bintu biri insensé!
28 Nzero 2015, 02:01, par BAZOGENDA BARAGWIRA
Nubwo bavuga ngo harwa uwuhagaze,
Muzobamenyera ku vyo bama.
28 Nzero 2015, 08:23, par Havyarimana leonard
Iyonkuru se niyo? Nimbariyo nakamaramaza umukozi wimana akubahuka ibintu nkivyo ariko ntaco satani aragerageza niyihane ntazasubire aramaramaje abandi baririmvyi
28 Nzero 2015, 09:44, par mvugukuri
Ariko murantangaza,mwibaza abantu bseeeeeee baririmba ko Ijuru baribona?wew ni uko wumva ibikwegerey,iyaba wakubitiza agajisho hakurya cane ukumva ivyo abaririmvyi cank aba Pasterus birigwamo.
29 Nzero 2015, 09:41, par BUKEYENEZA Hubert
Igikuru s’ukugwa ikibi n’ukugwa ntuvyuke; kandi na YEZU yaje kubera intege nke zacu. Kirazira gucira imanza abandi kuko iyo tuba twari dufise ububusha bwo kubona ibiri mu mitima haraho twobona abakoz ibiruta ivyo. Iciza n’ukumusabira kuko shetani itera abari mutumwa cane.
3 Ruhuhuma 2015, 21:09, par GEOFFREY
Huu, ahubwo nareke kutukisha Izina ry’Uhoraho. Umuntu yasinye contra ya SONY, aba #Illuminate bambere mur demaine y’umuziki mwunva yoroshe??? N’igisigo mu bindi
19 Ruhuhuma 2015, 13:38, par Dieudonné
Mana garukira ubwoko bwawe kuko twaratewe
24 Ruhuhuma 2015, 20:28, par FABIEN
INDIRIMBO YARIRIMVYE ZOSE ABANGIKANIJE NO KUVYARA AMASHUSHU MBESE KO TWEBE ABANTU TWAHIMBARWA IMANA NAYO?;HARAGEZE KIMWE KO ISI YUBAMA CANKE IMANA IYIBOGORE .IMANA IDUHARIRE
30 Ntwarante 2015, 07:02, par Ntibasame
Uyo muririmvi, no mundirimbo ziwe yaraboneka ko atakigenda, ikibabaje nuko yishe, iyo avyara agashaka agapfa wenyene gucumura ariko ntiyice uwutagira igicumuro, nahanwe, mugabo barashobora kuba bariko baramubeshera atarivyo, niyagirwa nicaha nafungwe kandi ntazasubire nokuririmba, mugabo naje mwishengero yihane ashike kunyundo yagakiza areke kubesha abantu.
30 Ntwarante 2015, 22:34, par jean baptste
Ndababaye iciza kwari uko yovyaye ico kibondo. Imana imuharire
18 Ndamukiza 2015, 12:19, par Lévis Lewis
NIBARAB NIMBARI AMANYANGA AHANWE KKO URUMVA BIRABABAJE
24 Ndamukiza 2015, 21:16
Yemwe,ni ivyo kwitonderwa!! akwiye kwicisha bugufi,akihana ico caha,agaharirwa n’UMUREMYI.
1er Rusama 2015, 14:52, par nyabenda
sangwa arivyo akwiriye guhanwa n’amategeko.mugabo biratangaje!
1er Rusama 2015, 23:03, par aloius,ntakirutimana
ntasubiregutangubutumwabuboz
6 Rusama 2015, 22:31, par Pacifique mazimpaka
birarengeye,ubwenge bwumuntu yigisha,iki?
8 Rusama 2015, 21:32, par willy
niyihane arabe ko imana yo muharira
13 Rusama 2015, 21:20, par NDAYIRUKIYE ROGER
NAKAMARAMAZA UMUNTU ADAKENYE ARAKURAYO INDA?
22 Rusama 2015, 12:21, par john
iyo umuntu,acumuye yihishije amaso yabantu,imana iramugaragaza
22 Rusama 2015, 12:23, par john
iyo umuntu,acumuye yihishije amaso yabantu,imana iramugaragaza
26 Rusama 2015, 21:57, par Perry NSENGIYUMVA
birababaje ariko kandi niyihane yongere amenyeko amaraso ya Yesu atawayakinishije ngo areke kugaragara....Rose waduteye gucika intege cane ariko ubwanje ndacagukunda..
26 Rusama 2015, 22:51, par muguranoviateur
si inyamiramabi zongaha mwisi gusa zimurondera n’izo mwijuru zimuhanze yose atihanye
29 Rusama 2015, 07:08, par NIYONSABA CLAUDE
ROSEMUHANDO.NDAMUKUNDAMUGABOAKWIYEIGIHANO ICAHANICAMWAGIRA.KUKOICAHANKICONIMANANTICEMERA.NTAWEYAREMEYEKWICAUWUNDI.NABIBIRIYA.IRABIVUGA
1er Ruheshi 2015, 21:35, par MPITARUSUMA Ildephonse
IMANA IZOBIMUBAZA
13 Ruheshi 2015, 18:15, par Butoyi Nene Aline
Mumuharire,kuko Yabigize Atabishaka, Batoje Bagasanga Nivyo Bamucire Imyaka Mike Nkibiri Gusa,kuko Afise Aba Abana Atunze, Kugira Abandanye, Atunga Abana, Murakoze
14 Ruheshi 2015, 15:18, par MYIGEZO BONIFACE
KUBWANJE MBONA KO KURWA ATARI BIBI IKIBI NUKURWA NTUVYUK BOMUREK KUBERA ICAHA KIZIRA GUSUBIRA NTIGISIBA KUBA .AZAHANW NUHORAHO,AMEN
6 Mukakaro 2015, 15:25, par MINANI DENIS
NUKURI IJISHO RYIMANARIRABONANTAHARIHOWONYINYEGEZA
6 Mukakaro 2015, 17:25, par JONH MARY
AKAZA ARADUHENDA NGO NUMUNTU W’IMANA ARUMWICANYI NAREKE GUHEND’IMANA.AHUBWO YITEGE IGIHANO.
10 Mukakaro 2015, 20:45, par ALOIUS
INAKA JEGEZA
13 Mukakaro 2015, 00:01, par Nshimirimana J.Claude
Jeweubwamberentangazwa Nukoatarafatwakandinawenyene Jeweubwamberentangazwa Nukoatarafatwakandinawenyene Yemerakoyakoroyeinda
18 Mukakaro 2015, 23:32, par livingstone
ahubwo akwiye gupfa naw kuko n’uwo yishe n’umuntu,bibiriya ngo muzobabonera kuvyo bama ngico camwa ca muhando.nibindi muzobibona.imana ihora ihoze.ni imaraya pepe,!!!!ivyo arabikora ngo ahwanye n’ayo!
28 Mukakaro 2015, 11:04, par Yamuremye Gilbert
Ico Nobivugako,nukuko Atacaha Kinini Yakoze,ariko Mugihe Yoba Yasanze Yomutera Ikibazo Iyonda.Kuko Abaganga Twese Turabemera.Yakurikijeje Impanuro Z’abaganga.
28 Mukakaro 2015, 11:12, par Yamuremye Gilbert
Ico Nobivugako Ntacaha Yakoze Kinini.Kuko Yakurikije Impanuro Za Muganga.Twese Turemera Abaganga.
28 Mukakaro 2015, 19:45, par HABIMANA Dieudonné
bantu mujejw umutekano mu gihugu ca tanzania,murakwiye kwegera uwo muririmvyi n abaganga kugir ng mubabaz ko vyab vyamuvuyek kgra ayikorore.nimwasang ariwe vyavuyek muce mumukubita inkoni ngumfi mwishimikhje ijamb ry’IMANA ngo hahirwa uwugra ikigongwe kuk naw azokigirirwa murakoz. jewe ndi umurundi.
30 Mukakaro 2015, 11:37, par KUBWIMANA YABIKOZE JEAN MARIE
Namukunda ariko birambabaje cane kumva vishe uwomwana numuntu akorera Imana yari kumureka imana ikazikorera.
31 Mukakaro 2015, 11:57, par Yadunia
Hari Nandi Makuru amaz kuja kumbugankoranyambaga zamaz kumenyekana ngo yaba yavuy mur anglican yisubirira mu islam? that’s true or false ,thanks a lot.
1er Myandagaro 2015, 09:11, par NEPO-STAR
NDIMAZA KO MWORONDE ABO BAGANGA.ARIKO NTACAHA AFISE
22 Myandagaro 2015, 12:08, par Joseph
Iyonda yariyande?
30 Myandagaro 2015, 23:29, par Bararwandika Ezéchiel
Nivyabarivyo yarinz ayitwara sivyiza kuyikorora,hakwica yarikurorera ic’Imana imukorera.Mana muharire...!
31 Myandagaro 2015, 19:48, par Hkzmn Elys
Yalamenje Kubona Alumunt Wimana Akica Uwimana Ymuhaye Munda .Murarabeneza Nawenyenye Ntiyiyice.
21 Nyakanga 2015, 16:26, par bod
kuvyemera vyongora cane.ahubwo nsaba uwufise amakuru akwiye ayampe in box.azoba akoze cane
21 Nyakanga 2015, 17:33, par bod
birangoye kwemera.uwubizi neza ambwire,ampe umuco ukwiye kko birakomeye cane.ndasavye umuntu abizi ampe umuco.naho hoba in box.murakoze
23 Nyakanga 2015, 16:33
May God forgive her!
23 Nyakanga 2015, 16:36, par Egide
May God forgive her!
17 Gitugutu 2015, 15:59, par Rubin Noble
Anaswe
17 Gitugutu 2015, 16:05, par Rubin Noble
nibagir enquête kubaganga. iyo ni mission bagize.
20 Gitugutu 2015, 09:55, par Mateso Jeremie
Mumubwire Muti Kukiri Muzima "Ihan"e Kuko Imana Ntizotinya Kuguhana.Nubwo Wobawarayikoreye Icaha Gituma Nizina Ryawe Rifudika Muri Mind Y’imana.The Chance You Have Is That U Still Alive"tell Her"
20 Gitugutu 2015, 09:56, par Mateso Jeremie
Mumubwire Muti Kukiri Muzima "Ihan"e Kuko Imana Ntizotinya Kuguhana.Nubwo Wobawarayikoreye Icaha Gituma Nizina Ryawe Rifudika Muri Mind Y’imana.The Chance You Have Is That U Still Alive"tell Her"
23 Gitugutu 2015, 15:42, par joni
ndamuhanuye ntazosubire
10 Munyonyo 2015, 21:56, par eric
IMAN IMUHARIRE
20 Munyonyo 2015, 03:07, par Hakizubwabo Innocent
Vyoba bibabaje Cane Hamwe Umuririmvyikazi Nkurya Yobakoz Icaha nkico Pour Des Raisons Non Valables Mais Attendons Les Enquêtes Entrain D’être Menées Et Voyons!
21 Munyonyo 2015, 12:52, par kigongwejaenmarie
aheda abatiu taho atadukaniye nabagumura ibisagara vyimana kuvuga daw siko kuja mwijuru
24 Munyonyo 2015, 13:28, par HABONIMANA ALEXIS
Jew ndiyumvira vyukuri ivyoyasiguye kwarivyo kuko icokintu atocubahuka.Akaba yarabeshe naho Imana niyomucarubanza
28 Munyonyo 2015, 23:53, par CHIZA MUNGUIKO
KUHUSU MAMBOHAYA,MIMI KWAUPANDEWANGU NIME UZUNISHWA NAMAMBO HAYA, KWAKWELI MTUHUYU ANASTAHILI KUAZIBIWA; LAKINI KWA HURUMA INGEKUWA AFADHALI ASAMEHEWE AKIONGEZA AAZIBIWE SAWASAWANA SHERIYA.
4 Kigarama 2015, 22:26, par james
Biratangaje kumv’umuntu twagirako yubaha imana,yishe!nahanwe namategeko.
5 Kigarama 2015, 18:15, par Bizimana Elickson
Nukur Yatumaramaj Twebw Abaririmy None Nikuberik Yob Umuririmvyi Akipfuz Kuguma Arimaraya Ahubw Imyakandw Yopfungw Nimik Ahubw Nibamwonger Imyak Ntaco Akitumariy Ub Nah Yoririmb Gut Ntabutumw Bwiw Twokumviriz Kugir Anig Uruyoy Rumaz Amez Ndw Kuberik Atiyumviy Kuyikoror Akiyisamw Imana Ninyabushoboz Nimugaragaz Ukonyen Ahubw Nabamufash Kuririmb Ntamutima Bagir
10 Kigarama 2015, 10:47, par Mwanaume
NONENUMURINYIWIMANAGUTEAFISEIVYA.NKIVYOVYOSE.ROSE.MUHANDO
15 Kigarama 2015, 01:30, par PROSPA
none ntabona kwashaje ukwo nugusara ashaje none muganga yaramuhanuye kwatosubira yashaka iki ahubwo yabikoze atibutse ibihe arimwo none ntazi guharura amenye amatariki nukwezi
vyiwe kumbe nawe arahwera kwatihangana ntakundi
17 Kigarama 2015, 21:50, par niyonsavye Godefroid
Birantagaj cane kumbe bavuga imana kumunwa gusa niyihane
19 Kigarama 2015, 08:10, par Minani Berryblack
Birababaje Kubona Yahora Aririmba Indirimbo Zingana Kuriya Kwose ;abantu Bazumva Bakazishima ; None Agakiza Tuzokamura Kuri Bande ?
10 Nzero 2016, 09:18, par NIZEYE AMANI
NIBIBI CANE
10 Nzero 2016, 09:23, par NIZEYE AMANI
BIRABABAJE CANE KUBONA UMURIRIMBYINKA ROSE MUHANDO AKORA IBINUNKIBYO
16 Nzero 2016, 12:14, par nduwimana@sarvator
birababaje kubona umuntu yatamba bakanezerwa yatanga akarorero keza yarakunzwe ahubwo nindirimbo ziwe nukuzifuta zose kuko ntakuri kwiwe ngira yariyuwumufasha kuririmba bahenda imana.
19 Nzero 2016, 15:47, par Idaa
Birababaje,kubona,rose,muhando,agira,ivyo,twese,twamukunda
14 Ruhuhuma 2016, 17:49, par MBAMUBASI CLAUDE
NIGUTE YAKORORA INDA YIYITAKO ARUMUKOZI W’IMANA IMANA IMUHARIRE.
22 Ruhuhuma 2016, 11:05, par nzisabira,arexis
ndabaramutsa,iyinkuru,irababaje,kandindababaye,namukundacane,je,ndumurundi,muntarayarutana,namukunda,kandindababaye,
28 Ruhuhuma 2016, 21:20, par François Mitera
Birababaje Ntako Novyandika Biteye Ubwoba Cane Ahubwo Rose Muhando Imana Izomuhana Kuko Wenyene Aravyiririmbira Mundirimbo Yiwe Ngo Wakinamama Waleo.
28 Ruhuhuma 2016, 21:22, par François Mitera
Birababaje Ntako Novyandika Biteye Ubwoba Cane Ahubwo Rose Muhando Imana Izomuhana Kuko Wenyene Aravyiririmbira Mundirimbo Yiwe Ngo Wakinamama Waleo.
28 Ruhuhuma 2016, 21:36, par François Mitera
Nagahinda Numubabaro Gusa
1er Ntwarante 2016, 20:12, par Ninyibuka Athanase
yakomeje kuririmba amaze gukora ico caha?
1er Ntwarante 2016, 20:14, par Ninyibuka Athanase
yakomeje kuririmba amaze gukora ico caha?
4 Ntwarante 2016, 20:42, par ndayi jd
imana izomuhana nasabe imbabazi!
5 Ntwarante 2016, 12:20, par KWIZERA
IMAANA NIMUBABARIRE YARACUMUYE KANDI YARU MUKOZIWIMANA
17 Ntwarante 2016, 12:59, par heritier
muvyukur roz muhando yarakoz icahakumana arik nobabgirayuko bomuh imbabaz kukonaudakor icaha
17 Ntwarante 2016, 14:45
nibamubabarir kukonaudakur icaha
18 Ntwarante 2016, 12:36, par ISMAEL CAMAYERI
NIBAMUHANE KUKO UBUZIMA NIKATIHABWA
22 Ntwarante 2016, 19:29, par Ntamashimikiro
Turipfuza Ko Hokorwa Amatohoza Basanze Arovyo Ahanwe Namategeko Yigihugu Guko Ni Mana Izohanaicaha
2 Ndamukiza 2016, 14:06, par Niyiragira Lewis
Nibazako ivyarivyose yabonye yomeregwanabi.icatumyayirekayomeziyose ntiiwumvako yayishaka.ereganawentiyarikwemerako imuhitana kandi abonayokira.
3 Ndamukiza 2016, 10:01, par Maniragaba Innocent1@gimail.com
Birababaje cane
6 Ndamukiza 2016, 22:06, par J J
IVYO VYABAYE RYARI
13 Ndamukiza 2016, 07:31, par FLORENT
YASHE UMWA0 NA AKIRIMUNDA ATAZI KAZOZAKIWE NIYICWE
18 Ndamukiza 2016, 19:57, par Nestor Mbisamatore
nareke kubesha ivyiwe vyarayangaye.abandibana yabavyaye gute?ahubwonareke kwitwenga abamutwenga barahari....
20 Ndamukiza 2016, 21:17, par aregisi,nzisabira
ndababwira,imana,nyenamahoro,izocurubanza
21 Ndamukiza 2016, 11:27, par Edson Tuya-gire
KUmuhero Nukobigenda Biratangaje Cane.Mbe? Yaririmbira IMANA Canke Satan.
21 Ndamukiza 2016, 19:25, par SHUKURANI TUMAINI
Yagize nabi kwica kuko ntamvo nimwe ishobora gutuma umuntu yica umuntu.ahubwo nibamuhane cane gose.ahubwo nabakora nkivyo bakwiye guhanwa.
23 Ndamukiza 2016, 07:00, par MURWANEZA Josam
Ese ko atashatse umugabo babana ko atafashe icemezo co guheba burundu icitwa umugabo?Yashatse gusa gutukisha izina ry’iyamuhaye ubuzima.
8 Rusama 2016, 19:26, par Nduwayo Nowa
Uwo Ntabwo Akorera Imana Uwukorera Imana Ntatweruka Ibarankiryo
26 Rusama 2016, 17:47, par Rév past Amani wa DRC
wafanye uchunguzi sana kuhusu jambo hilo.
30 Rusama 2016, 21:03, par hakizimana Innocent
Kuba yararirimba kwari ukwiyorobeka?kubagira nkivyo sivyiz.
1er Ruheshi 2016, 22:25, par DAGIJIMANA ALEXIR
ICOMUHANU NAJE NDAMWITWARE AREKEKUGIRA INGINGORAN IVYOBITUMWANUKO ATAMUGABO AFITA
13 Ruheshi 2016, 22:56, par MANASE
NIHABA ABARIRIMBIRA IMANA ATABO, ABAMEZE NKA ROZA NIBIREKERE KUKO NUGUKORERA UBUSA NKI GALE.
16 Ruheshi 2016, 20:23, par Wandani
Ubuho Bigezehe?Baramuhariye Canke Yarahanywe Muremeza Ko Yakoze Icocaha?
22 Ruheshi 2016, 11:59, par NIYONKURU,JAPHET
ROZEMUHANDO,YARAKOZE,ICAHA,KANDI,ASENGA,AKWIYEGUHANWACANEGOSI
27 Ruheshi 2016, 02:38, par Andrew Safari
Imana Imubabarire Yibuke Kwihana.
7 Mukakaro 2016, 06:51, par Richard Minani
rose muhando akwiye kubabarirwa kuko nta caha imana idaharira
11 Mukakaro 2016, 05:38, par Iranzi Fideri
Ndibaza Munyishure Bakunzi Mbegarosamundo Yarimubi Ahoyobura Umugabo Icateye Izongorane Nuko Atamugaboyararafe Ariko Gukuramwinda Kugira Akize Ubugingo Bwigwe Jewe Nunva Bitotuma Afungwa Gusa Imana Imubabarire Ikindi Yarakwiye Agakorerimana Vyukuri Atakuraba Inyuma
26 Mukakaro 2016, 15:04, par Jea pierre
imana imuharire
4 Myandagaro 2016, 18:21, par Thérance
Roza Imana Imubabarire Muko Imubarira Nafonde Indirimbo Yo Gusaba Ikigongwe Ku Mana Yo Mwijuru!!!!
5 Myandagaro 2016, 00:43, par Joseph Bizimana
Akwiye Kwihana Neza Kugira Akire Igikomere
7 Myandagaro 2016, 19:32, par Ndikumana Félicien Kefa
Nobwira abo bakunzi biwe ko naho bosanga icaha kimwagira ntibisigura ko yavuye ku Mana kandi suguca bamushavurira ukuraho kuko kugwa mu caha s’ikibazo ahubwo kukigumamwo kuko naba:Mose,Aburahamu,Isaka,Dawidi... vyarabashikiye ariko Dawidi yari umuntu umutima w’Imana wiphuza.
10 Myandagaro 2016, 11:51, par HAVUGIMANA BWICHA CHANCELIER
Rose Muhando Namwemeraga Ariko Ubu Agaragaye Nkumuntu Udakorera Imana.
13 Myandagaro 2016, 07:50, par Habonimana Felix
Imana Niyo vyose Kuber’iki Atizey’imana Imufashe Nimba Ayikorera?Nareke Kubesha Ahubwo Nahanwe
14 Myandagaro 2016, 15:19, par IGIRANEZA ANANIAS
Agaragaye nkuwudakorera imana
18 Myandagaro 2016, 20:21, par jerome
uwo ari shushanya simana nyamana akorera
19 Myandagaro 2016, 08:22, par Methoucela Bucumi
Muhando, Ubu Yavuye Muvy’Imana, Yabaye Umwicanyi. Nanje Birambabaje Cane, Kandi Ico Gihano Ci Mwaka Ndwi Aragikwiye
19 Myandagaro 2016, 11:03, par MASAMBA
YEMWE BANTU B’IMANA.ICO TWOSABA IMANA NITUBABARIRE.BAVUGA ROSE MUHANDO EKA HARI NA BA ROSE MUHANDO.
19 Myandagaro 2016, 11:06, par MASAMBA
YEMWE BANTU B’IMANA.ICO TWOSABA IMANA NITUBABARIRE.BAVUGA ROSE MUHANDO EKA HARI NA BA ROSE MUHANDO.
21 Myandagaro 2016, 17:34, par Claude Bat Mani
Wakoze Icaha Warishe
21 Myandagaro 2016, 17:35, par Claude Bat Mani
Wakoze Icaha Warishe
31 Myandagaro 2016, 13:42, par SYLVESTRE
MANA TABARA BAWE TUGEZAHATEMBA
9 Nyakanga 2016, 08:29, par Viqi Elysa
Ndababaye Ark Imanidufashe Kuko Turagowe
17 Nyakanga 2016, 20:00, par NIYONGERE Calixte
Yakabaye Akor Ibibi Kivyo Nukunt Yaduhezagira?Haramukozi W’ Imana Yovyara Kubagabo Batatu?Dumiwe Pe?
5 Gitugutu 2016, 12:25, par Ngendakumana Norbert
Nukukuli Kujamwijuru Biragoye Mbegatuzojayo Tunyura Munzirazimbeba Cank Tuzoduga NKuko Yesu yaduze Nukuri Ivyoyakoze Ntambw,imana Yamwemeye Namba
5 Gitugutu 2016, 17:03, par Theophile
Abantu nibamenye kw’ingabire itandukanye nagakiza.
16 Gitugutu 2016, 05:53, par NICHOLAS
ROSE MUHANDO NI BAMUREKE.KUVUGA KO ARIRIMBIRA IMANA,BIBUKE KO IMANA ARI NYINSHI.IYAMUTUMYE KURIRIMBA NIWE AYIZI.ABARI ABAKUNZI BIWE NABO BACIYE BAMWANKA,NTIVYARI NAVYIZA KO BOMUKUNDA,VYIZA NUKO BOKUNDA IVYO AVUGA.INDIRIMBO ZIWE ZIRAHANURA KANDI ZIZOHINDUURA BENSHI.IVYO NAVYO VYAMUSHIKIYE,SI N’UWANYUMA.
16 Gitugutu 2016, 05:54, par NICHOLAS
ROSE MUHANDO NI BAMUREKE.KUVUGA KO ARIRIMBIRA IMANA,BIBUKE KO IMANA ARI NYINSHI.IYAMUTUMYE KURIRIMBA NIWE AYIZI.ABARI ABAKUNZI BIWE NABO BACIYE BAMWANKA,NTIVYARI NAVYIZA KO BOMUKUNDA,VYIZA NUKO BOKUNDA IVYO AVUGA.INDIRIMBO ZIWE ZIRAHANURA KANDI ZIZOHINDUURA BENSHI.IVYO NAVYO VYAMUSHIKIYE,SI N’UWANYUMA.
19 Gitugutu 2016, 03:22, par MINANI NICHOLAS
UWUMWANKA N’AMWANDURE KO.UMUVYIMBA W’UMWANA URATWARIKA.HAKO HAPFA 2,SINJANYE HAPFE 1?NA NONE YARI YARATEVYE,BIRYA BINTU YIGIRA,HAR’IKINDI CARI KUVAMWO!!
24 Gitugutu 2016, 21:35, par prosper
ahubwo nibanyatutse amatohoza. tumenye ukwuri kuko twe twakund indirimbo ziwe, ariko ntitwar tuzi ko yokora amabi nkayo
28 Gitugutu 2016, 20:24, par ALEXIS
AKWIYE GUPFA YARISHE UMUNTU KANDI ASENGA NABAMBWE
30 Gitugutu 2016, 10:59, par Désiré
Aho Kumeneka Womena
6 Munyonyo 2016, 18:52, par Miburo,gerard
Rozamuhando,nibamugirirebabazi,kukoikigongwe,kirakenewe,yesuyavuzengo,nimugiriranire,imbabazinkukonamwemuzozigirigwa,,murakoze.
12 Munyonyo 2016, 13:50, par Havyarimana Eric
Ico Novuga Nuko Uwikoreye Ibiva Niwe Bivira.Kimwe Ubutumwa Bwiwe Burubaka Imitima Ya Benshi.
17 Munyonyo 2016, 21:55, par Vénuste
Nasabe Imbabazi Imana Nimba Arivyo
25 Munyonyo 2016, 10:46, par YONA
hobaye biri kumukene amatohoza yobaye yafashwe .
27 Munyonyo 2016, 14:23, par Nduwayo
Yabuze Kumuhtana
29 Munyonyo 2016, 20:43, par Karumbeti Eloi
Jewe Ntarubanza Ndamuciriye Imana Yomwijuru Niyo Izorumucira.
5 Kigarama 2016, 18:32, par yaranyumviye frigence
huuu!!birabaj kuba ikiraro cabandi gukora ikibikishe nkico akwiye gusa ikigongwe imana ikir kuntebe yimbabaz ntazeyongere
7 Kigarama 2016, 18:25, par Isidore Zinadine*Zidane
Jewe,nibazako,abaganga,babimugiriye,kumvo,nzokurokora,ubuzima,bwiwe.Ko,atagushaka,kwabayemwo.Wewe,wiyumvira,ko,abifisemwo,uruhara,koyaramaze,kuvyara,abandi,bana,kuzubwenge,uyowe,wovugako,yoba,yamuhoyeki??Ukuri,kuzuye,kuzwi,n,Iyamuremye.Kubwivyo,tureke,kumucira,urubanza.
13 Kigarama 2016, 23:35, par nsavyimana isaac
jew niyumvira kwivyo abaganga bamubwye kwatarvyo bamubesh.
17 Kigarama 2016, 09:23, par kilamyeka claver
yabonye ko aretse umwana akavuka vyomutesha umwanya wogutera indirimbo kandi ntamuganga yamubwiye akorore inda ahubwo niporitike ya muhando kugira yorohegwe kwishura
6 Nzero 2017, 05:26, par sibobugingo j berchimans
Biratangaje cane kumva umuririmvyi yamiza mukanwa indirimbo zimana mugab agatungwa nubusambanyi kugez nah akoror inda!
30 Nzero 2017, 19:34, par NIVYIMANA ERASME
Kubwanj Nibabandany Amatohoz Bamucir Urubanza Kandi Arab Ahindur Ingendo Kubera Arafise Gufatwa
3 Ruhuhuma 2017, 09:41, par Nyabenda Gilbert
nukuri jew iconomuvugako nimba vyarashitse arafukama asabe imbabaz IMANA kuk nawenyene ntitworeka kumuhanura kandi nawenyen yirirwa ararimba indirimbo ziduhanura
3 Ruhuhuma 2017, 09:43, par Nyabenda Gilbert
nukuri jew iconomuvugako nimba vyarashitse arafukama asabe imbabaz IMANA kuk nawenyene ntitworeka kumuhanura kandi nawenyen yirirwa ararimba indirimbo ziduhanura
5 Ruhuhuma 2017, 11:43, par Nyandwi Thaison
Nibatohozeneza Kuko Twebwe Abakunzi Bindirimboziwe Ntitubitahura.
10 Ruhuhuma 2017, 12:14, par Gervais Niyokwizera
None Niguki Atashakumugabo Kandi Akaba Afise Abana Mugahinga Yamwiciyiki Ahubwo Baramubeshera Nimutohoze Neza Muzoduhe Inkuru Itohoje Nkatwe Abakunzi Biwe Ntibitunezera
10 Ruhuhuma 2017, 12:18, par Gervais Niyokwizera
Akwiye Kwica Kubona Twirigwa Turamurorera Agakora Icaha Nkico Tanzania Bamuturire
14 Ruhuhuma 2017, 22:10, par Diodon
Noneyobayarahagaritswemubaririvyikazi?
21 Ruhuhuma 2017, 15:29, par Ndayiragije
umviriza ivyavuga ivyakora navyo murekane navyo uwowo nuko vyamenyekanye abobitamenyekana nibo benshi.
22 Ruhuhuma 2017, 16:52, par crescent
nafatwe ahanwe ko aririmba indirimbo zirimwo impanuro yogaruka kwica gute?
27 Ruhuhuma 2017, 22:05, par Shamamba
Bavuga Rose agi kuzimu n,ukuri nangwa
27 Ruhuhuma 2017, 22:14, par Shamamba
Ikigaragara numwicannyi kuko iyo ukuyemo inda nawe yakwica
1er Ntwarante 2017, 18:06, par William
Usihukumu Mwenzako Kabla Haujahukumiwa! Akitubu Mungu Amusameh!
2 Ntwarante 2017, 10:24, par Mbonwanayo jean
Iconiyumvira kuriyinkuru nuko rose muhando atarigukorora inda kuko yarumuntu asenga Imana kandi ayizera nayo ntiyari kumuheba ngo apfe none ubuyamaze gukorora inda ntikimwemera kuberiki abandi yabavyaye? Niyo yoyivyaye ntagukora ivyaha bibiri cogusambana n’cokwica ahubwo bakwiye kumwongera nkimyaka5
3 Ntwarante 2017, 00:36, par Desire Sibomana
Uwo Muririvyikazi Ntambo Yari Gukorori Yonda Kandi Yaru Umuririvyi Wimana Abantubose Bemera Yari Gupfuma Yemera Baka Mwopera Abaganga Kurivyo Rero Imana Inimunyembabazi Niyemere Ace Bugufi Yihane Imana Iramubabarira Amain
6 Ntwarante 2017, 16:10, par pascal
twese dukwiye imbabazi muhando suwo kwirukwako
24 Ntwarante 2017, 21:17, par niyonkuru.ètiènnè.
none komutatubariye ukovyageze
29 Ntwarante 2017, 14:13, par ruka
Rose nkumuvuga butumwa ntiyarakwiye gukora ibintu nkivyo.
1er Ndamukiza 2017, 07:33, par Singirankabo Shalom Sebastien
Ivyo Ntibkwiy Kumunt Nkuyo.Arik Namb Ari Impanuro Zabganga A 7mois Umwana Arabundikirwa Ko Btabkoz?
2 Ndamukiza 2017, 19:19, par jeremie
kuku abarimvyi benshi usanga ari abasambanyi?
2 Ndamukiza 2017, 21:48, par HARERIMANA AUGUSTIN
NTANGAJWE NUWOMURIRIVYI ICOYAKOZ KANDI ARUMURIRIVYI WIMANA YESU NIYAZA AZOHANWA
2 Ndamukiza 2017, 21:49, par HARERIMANA AUGUSTIN
NTANGAJWE NUWOMURIRIVYI ICOYAKOZ KANDI ARUMURIRIVYI WIMANA YESU NIYAZA AZOHANWA
5 Ndamukiza 2017, 12:33, par Erasto Daudi
None Yagumye Aririmba Canke Yarahagaritswe
5 Ndamukiza 2017, 19:33, par Gabriel
Ivyo Rosa Yakoze Nivyo Kuko Yagomvye Kwiyorohereza Mukazi Kiwe .
10 Ndamukiza 2017, 21:16, par Nsengiyumva J Bosco
Jean Bosco Mvuka Iruyigi Commune Butaganzwa Jewe Nukur Birambabaje Kubona Akurayo Inda Kandi Gukorora Inda Aricah Akwiriye Umunyororo Wo Guherayo
11 Ndamukiza 2017, 13:38, par Babuu Belawn
Nimsenge Anajifanya Wa mngu Kumbe Hamna
20 Ndamukiza 2017, 03:33, par roze Muhandoo
nkuko bisazwe yumuntu akoze ikose ashobora gusab imbabazi guko yohejwe nashetani nico gituma mwomugirira ikigorwe akabandanye akazikiwe poa
27 Ndamukiza 2017, 13:28, par Gahungu Elias
Iconovuga Nukowenyen Yobivuga Erega Akabicisha Kubuhi Bwanon Umuntuwes Akavyiyura Abantu Barabesha Murakoz
28 Ndamukiza 2017, 21:47, par cyprien
Haaaaa!eemana tabara isi yawe maze utugirire imbabazi kuko tubanyavyaha.
29 Ndamukiza 2017, 17:25, par HAKIZIMANA CLAUDE TLB
NONE KOKO ARIRIMBIRA IMANA?CANKE SATAN?
30 Ndamukiza 2017, 13:36, par Faraja
Inkunipfuza icatumye rozamuhando akorora inda nik?
3 Rusama 2017, 23:11, par Innocent
hari Ryari
15 Rusama 2017, 07:43, par PAULO
NASABIKIGONGW,IMANA.
15 Rusama 2017, 10:14, par eric
losemuhando.umuririvyidukundacane
3 Ruheshi 2017, 22:27
Imana Imubabarir.Yakoz Icah Kib Cn.
22 Ruheshi 2017, 11:45, par Niyihangan
25 Ruheshi 2017, 21:25, par Irambon Japhet
nomusabira Koyosaba Ikigongwe
3 Munyonyo 2017, 09:34, par ndayishimiye serges
Rosa Muhando nasabe ikigonwe imana ;gutwara inda nibisanzwe kubera afise umubiri nk’abandi bantu bokwisi.Erega ntamweranda arikwisi ijana kwijana.
20 Nzero 2018, 20:50, par smail sindayiheba
birateyisoni cane kubawitwanguririmbirimana ugako rishano nkiryo
28 Nzero 2018, 19:50, par Hakizimana.Jérémie
Kubayaririmbirimana.Agakora.Icankankiconiyemere.Asangirumurironabandi
13 Ruheshi 2018, 05:36, par niyukuri joseph
mbega bamuciriye uruhe rubanza koyari umuririmyi ahimbaza imana?
13 Ruheshi 2018, 05:43, par joseph
nne nubu nyene yarabandanije aririmba none mwebw mumaz kunva yuko yakoze icaha nkico mwamunciriye uruhe rubanza?jewe kweri kubwanje ndaziyuko bikunda gushikira nkabantu bamezenkawe bakwiye guhanw bakwirikij amategek yigihugu%agatahura neza yuko aricaha