IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Trinitas GIRUKWISHAKA yahawe ubuyobozi bukuru bwa SOCABU

Trinitas GIRUKWISHAKA yahawe ubuyobozi bukuru bwa SOCABU

mercredi 1er Ndamukiza 2015

Trinitas GIRUKWISHAKA, asanzwe ariwe cegera c’umukuru w’urwego nshingwantwaro mu kigo OBR (Office Burundais des Recettes), akaba no mu rwego nshingwantwaro rw’ibanki BGF, niwe yahawe ubuyobozi bukuru bwa SOCABU. Agiye mu kibanza cahoramwo Onésime NDUWIMANA aheruka gukurwa muri ayo mabanga.

Trinitas GIRUKWISHAKA yakurikiranye ivyigwa vy’ubutunzi (Diplômée d’Economie Politique), akaba umwanya munini w’akazi kiwe yakoreye mu gisata c’abikorera ivyabo, aho yari umuyobozi ajejwe intwaro n’ubutunzi mw’ishirahamwe rikora urudandazwa rw’ivyinjira n’ibisohoka (Entreprise d’Import-Export).

JPEG - 37.4 ko
Trinitas GIRUKWISHAKA, umuyobozi mukuru mushasha wa SOCABU

Onésime NDUWIMANA, yahoze ari umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD yakuwe mu burongozi bukuru (Directeur Général) bw’ishirahamwe SOCABU inyuma y’aho atereye umukono ku rwandiko rwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza. Yaciye afatirwa ingingo y’ugukurwa mu buvugizi bwa CNDD FDD yongera yirukanwa muri uwo mugambwe.

Egide Nduwimana

Messages

  • Nukuri bagize neeeeeza gushirah’umukenyezi kuko ubusambanyi bwo mû bureau ya SOCABU bwari burenze kubibondo no kubakenyezi bacu ngo bemerew’ubuzi uwutagaramye kw’i Tapis akaja muri chambre n° 4 muri Hôtel Amahoro Umugera yabasukamwo ataco yirengagiza ,nukuri nibazan’abasenga basengere harya hantu bahahumanuze yarahishe n’ubumaraya ,kandi niryo ragi umuryango woooose n’imaraya karuhariye nagende muba DD bose barasa

  • yooooohyooooooh ewe petero NKURUNZIZA urumugabo kweli....erega onesime yasambana bimwe biteye ubwoba.aho muri socabu abakobwa nabagore babandi yari yarabamaze inkuru zo kwizera kweri.

    Ariko rero nurya directeur commercia umunyarutse na jewe nohashobora kuko nize hautes études commerciales kandi exparienece ndafise....ramba ramba mutama.

  • hahhahha jewe nimumbaze nije nzi ayo nabonye......wihenze uri urumusore ukaja gusaba akazi umu DD yarakwitegereza akakugaya muga uje uri ijipo yari wararayeeee LuDolphe wewe barambaza abakobwa yasabiye akazi ahonyene Socabu akabavusha muri Amahorooo bose ni bamwe na pieter ntiyoroshe abasengera iwiwe bose babanza kuduza ijipooooooooooo aba Dd en Bref nindaya gusaa

  • Nta murundi numwe atagwaye sida!Abayivuga bose ni abirarira ngo banyegeze ko bayigwaye,si onésime gusa!simvuze ko ndamushigikiye ariko abo bakobwa ndazi ko aribo bamwishira la majorite tuzi ko bibajije ko amasura yabo azoba ikigwanisho co kwifatira aba dd,seulement narinziko abo bakobwa ataco bibabwiye kugarama barondera ifaranga,nibo bagenda bivugirako aba dd ubu aribo bagezweho,none mubabazwa niki,namwe ntimwiyubaha,mukunda kurya mutarushe mais finalement no gusambana birarusha!!vous venez de m’apprendre des choses moi qui croyais que abakobwa banyu babahesha agaciro mu kuryamana n’aba dd dawega ngo ni beza !!!

  • @"vuganeza" ivyo wanditse, nanje ni ko niyumvira ko vyoba bimeze uko. Kiretse gusa ko wanditse ko abarundi bose bagwaye sida??? Eka si bose ariko abenshi muri twebwe baragwaye. Jewe nashaka mvunge nti : " UMUNTU ABA ICO YIGIZE". Hariho abagore canke abakobwa bakunda amahera nka Yuda yagurishije umwana w’Imana, bakunda kwikora ku mibiri yabo. Abenshi baca bitwa abamaraya. Ariko muriyumvira nk’umugore aba yitwa ngo arubatse, hanyuma akaja muri izo ngeso??? None uwo bubakanye aca aba iki? Urugo rumera gute? Uruvyaro gwo? Kandi rero ikibabaje kurusha, ni uko iyo ngeso uwuyifise idahera. Na barya muzobona ngo barakijijwe, ni ukubesha abenshi muri bo baguma muri izo ngeso nyene. Hariho abagore benshi bagiye mu busambanyi n’abo ba dd nabo babaha amahera, ubu bamwe baratanguye guseruka n’ukwihererako nk’umengo ntibarya. Bakishimira ngo sida ntawe icica, ico maze kubona co, umubiri urateba ukarambigwa n’irya miti ya sida, igasendwa. Nashaka mpfe kuruta : kuva kera na rindi umugore yamye ari inkingi y’urugo, yisoneye kandi agasonera uwo bubakanye, akarera n’indero abana aronse. NONE GA YEMWE, TUZOHA INDERO ABANA TUVYAYE, KANDI NATWE ATAYO DUFISE ????"

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.