UA imenyesha ko itazokwigera yemera ko hasubira kuba ihonyabwoko muri Afrika

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 18 Kigarama 2015 saa 07:13
Yasomwe : 24543
0 0

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko ritazokwigera risubira kwemera ko ku mugabane wa Afrika hasubira kuba ihonyabwoko.
Abicishije ku murongo ngurukanabumenyi Tweeter,Smail Chergui komiseri ajejwe amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika yavuze ko ingingo zafatiwe mu nama idasanzwe y’ishirahamwe ari uko ubwicanyi mu Burundi buhagarara vyihuta.
Muri iyo nama hemejwe ko ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ritazokwigera ryihanganira ko ku mugabane wa Afria hasubira kuba (...)

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko ritazokwigera risubira kwemera ko ku mugabane wa Afrika hasubira kuba ihonyabwoko.

Abicishije ku murongo ngurukanabumenyi Tweeter,Smail Chergui komiseri ajejwe amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika yavuze ko ingingo zafatiwe mu nama idasanzwe y’ishirahamwe ari uko ubwicanyi mu Burundi buhagarara vyihuta.

Muri iyo nama hemejwe ko ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ritazokwigera ryihanganira ko ku mugabane wa Afria hasubira kuba ihonyabwoko nkiryabaye mu Rwanda aho abantu bashika umuriyoni bishwe.

Muri iyo nama kandi harigiwemwo nimba horungikwa abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika boza gufasha gukingira amahoro n’umutekano mu Burundi.

Ku ruhande rwa Reta y’Uburundi babandanya kumenyesha amakungu ko ata honyabwoko rishobora kuba mu gihugu.


Kumenyekanisha

1
John 21-12-2015 à 15:21

God is One And is Big The Things Can Show Developement In Future

2
NIYONKURU 19-12-2015 à 20:55

ABARUNGITWE

3
Kanyosha 18-12-2015 à 19:01

Fata abobasirikare mpuzamakungu bagende Rwanda gucungera impunzi zabarundi bazireke kuguma baziyobirera kuja Burundi ngozije kwica abavukanyibazo baba civil nabomunzego zumutekano, ariko naboniyobatera bakica nukonabo bahasiga agatwe kuburyo bumeze nkokubahanagura. Arikobobo ntakibazo kukobobo naba terrorists.

4
BUSHOMBE 18-12-2015 à 12:23

mwadutebeye nimuturungikire naho abarundi turahereye kumbigita yankurumbi

5
MANIRAKIZA 18-12-2015 à 08:09

JEWE MBONA IHONYABWOKO RIRIKO RIRAKOGWA KUKO UBWOKO BW ABAHUNGU BARAFATWA BAKICWA NAYORETA NTIZOPFA IVYEMEYE KAND ARIYIBIKORA AMAKUNG ATATUGARUKIYE TURAHEZE TUZIRUBUSA

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha