Ubufaransa bwashikirije muri ONU ivyokorwa mu Burundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 10 novembre 2015 saa 09:30
Yasomwe : 121779
0 0

Igihugu c’Ubufaransa casavye kuri uwu wa mbere ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryofasha guheza bigishoboka kandi mu maguru masha ubugizi bwa nabi buriko bukorerwa mu Burundi.
Mu nama y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabaye mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere ku masaha y’i Bujumbura, Ubufaransa bwasavye ko hoshirwaho ingingo zotuma ubwicanyi buhagarara. Alexis Lamek, icegera c’uwuserukira Ubufaransa muri ONU yamenyesheje ko Ubufaransa butewe umutima uhagaze n’ukubona ubugizi bwa nabi (...)

Igihugu c’Ubufaransa casavye kuri uwu wa mbere ko ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryofasha guheza bigishoboka kandi mu maguru masha ubugizi bwa nabi buriko bukorerwa mu Burundi.

Mu nama y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yabaye mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere ku masaha y’i Bujumbura, Ubufaransa bwasavye ko hoshirwaho ingingo zotuma ubwicanyi buhagarara. Alexis Lamek, icegera c’uwuserukira Ubufaransa muri ONU yamenyesheje ko Ubufaransa butewe umutima uhagaze n’ukubona ubugizi bwa nabi bubandanya kwiyongera mu Burundi, hamwe n’imvugo z’ugucanishamwo amoko zikoreshwa n’abategetsi b’Uburundi batandukanye.

JPEG - 147 ko
Alexis Lamek, icegera c’uwuserukira Ubufaransa muri ONU

Izo ngingo z’uguhagarika ubwicanyi mu Burundi zashikirijwe n’igihugu c’Ubufaransa zishobora kuba zigizwe n’ibihano bizofatirwa abazokwagirizwa ko aribo bakwega intureka, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU nawe akaba yasabwe ko vyihutirwa ko ubuserukizi bwa ONU mu Burundi bwokomezwa, Jamel Benomar yahora aserukira ONU muri Yémen agahabwa gutunganya ibiganiro vya poritike bishira imbere inyungu z’abarundi bose.

Kumenyekanisha

1
LION-MIND 14-05-2017 à 12:36

TORERUMUTI IBIBAZO TWENTAKINDI TWIPFUZA.

2
Nizigiyimana Egide Thierry 14-11-2015 à 21:10

Amahoro ava ku Mana kandi niyo ibigira ikabigirura

3
Niyobuhungiro Eliezel 13-11-2015 à 23:46

Ahubwo iyaba bavugako bagiye gutembagaza ubutegetsi bwa nkurunziza jewembona ariwomuti wibibazo birimuburundi ataraho ntakindi cokogwa kugira ingoraneziveho ntawundi atumahaba ubwicanyi atari piter

4
abdallah kd irankunda 13-11-2015 à 14:50

turabimenyerey barabanzebahez ingorane ziri muri lybye, syrie nahandi muburund ntitubakeney,ubwo nibwabutunzimana yaduhaye tutazi baturonderako nkuk nyenicubahir akunzekurivumer)

5
Newcome Habarugira 13-11-2015 à 08:30

Abo suko badukunda barundi..! iyo niya "nickel,castérite,or,Etain,carburants,..."u Burundi Bufise.Mbega Muribagiy Yuko Abonyene Aribo Bavuga Ukwonyene Muri ( Lybie) None Col KADAFI Mwarasubiriy Kumwumva ? Ariko Nubu Ntamhoro Arabonekayo. Aharero Murarindire Akarinyuma Karahinda Abazungu..???? Murababarirwa Ntimubazi. "Ntawukunda Uburundi Gusumba Benebwo...!"

6
zuma 11-11-2015 à 19:36

Nimwabura kuja kukivi ngomurindiriye amakungu.abonabo bashaka kurwanya leta nibave mubanyagihugu baje mu kibira,ntibazi iyabandi babirondereye ?igihugu kiragwanirwa ntigitangwa.mwabonye kugira Cndd -Fdd igere ahigeze ubu yamaze 10ans irwana sinzi rero ngira abo bandi nuko bifitiye amakungu bobo ntibizobagora.

7
inamanziza 11-11-2015 à 17:07

namwe abarundi ayo makungu yanyu arabahenda mukemera,uziko babagize nk’abana bato cyane. ubufaranca burashaka ko akajagari karimugihugu cyanyu kiyongera, bakazana ingabo zabo kugirango bobone uburyo bazengurika urwanda bakureho leta ya kigali bakoresheje FDRL namwe mukagirango ni urukundo babakunze. abazungu program zabo baba barazipanze kera abirabura bagwa mu mporera. ubu icyo abafranca bashaka ni inzira banyuramo bajya gusahura zahabu miri congo kinshasa no gukuraho leta ya Kagame wirirwa ubatuka kukarubanda, kandi inzira yabyose ni hano muburundi. leta ya Nkurunziza nimere magabo kuko barashaka umupresident uborohereza muri gahunda zabo batwarisha telecomande. naho ntarukundo babafitiye muzaze hano mu Rwanda tubabwire ibyo badukoreye kandi namwe muri inkende nkatwe imbere yabo.

8
inamanziza 11-11-2015 à 17:06

9
charity 11-11-2015 à 10:26

Twosaba ko ubufaransa bwokora nk’uko bwakoze muri cote d’ivoire.none ntabwo mubona ko ubu hatekanye ?

10
charity 11-11-2015 à 10:25

Twosaba ko ubufaransa bwokora nk’uko bwakoze muri cote d’ivoire.none ntabwo mubona ko ubu hatekanye ?

11
charity 11-11-2015 à 10:16

Twosaba ko ubufaransa bwokora nk’uko bwakoze muri Cote d’Ivoire,ntabwo mubona ko ubu hatekanye ?

12
Bigirimana Egide F 11-11-2015 à 08:34

Onu, Bufaranasa,nabandi.None Mwebwe,murindiriye Iki None ?Nabagandaguye Yesu Ntibaramenyekana Nabandi Bizoherera Iyo.Gusa Ndabatahura.Ja Muraduhuma Amaso Imana Niyabigomba Izoduhora.

13
mc senzyu 11-11-2015 à 08:17

icombona nuko bosenyura ubutegetsi bwa nkurumbi nakagwi kiwe niyonzira yamahoro muburundi nayo gufata ibihano bigira ingarukambi kubanyagihugu nayo bo (abategetsi)biyibira nibisigaye mukigega c’igihugu vyose.

14
mc senzyu 11-11-2015 à 08:16

icombona nuko bosenyura ubutegetsi bwa nkurumbi nakagwi kiwe niyonzira yamahoro muburundi nayo gufata ibihano bigira ingarukambi kubanyagihugu nayo bo (abategetsi)biyibira nibisigaye mukigega c’igihugu vyose.

15
sulaiman abdullah 10-11-2015 à 22:52

muga muburundi hazogera igihe ivyo twumva bizoshigwa mungiro hanyuma umurundi wese akidegenvya mugihugu nkurundi

16
EB 10-11-2015 à 22:28

BARUNDI BARUNDIKAZI .NDABINGINZE MUFATANE MUNDA MAZE IBYO ABOBAZUNGU NUNVA BAMEZE NKABAROTA MAZE BATEJYEREZE BAJOME KANDI NTIMUJYIRE UBWOBA IMANA IBAHAGAZEHO MUMENYEKO BATANZE AMAFARANGA MENSHI BAKORANA NABARIYA BAHUNGABANYA UMUTEKANO . ONU IRWAYE

17
EB 10-11-2015 à 22:26

18
niyidutunze 10-11-2015 à 20:11

kiki uri kijuju none wibaza ko abo bashinwa bazokwimba iyo nickel ata mahoro ?

19
BONA 10-11-2015 à 18:54

NIBASHIRE ABO BANYEPOLITIKE MUBIGANIRO KUNGUVU BABUMVIRIZE IVYOBAPFA BABONE GUHANA UWANSE GUSHIRA AHINTAHE ISHIZE !!

20
Avec 10-11-2015 à 18:36

MURABONYE UYUYIYISE CEDRIC IVYAVUZE ? CAMUBIFATANYA NIVYUMUGABO WUMU MURUNDI CAND WUMU PROFISERI MURIMWE KAMIRUZA MURI AMERICA IVYOYAVUZE MUMISIMIKEYA IHEZE KO KAGAME AKWIYE KUZANA IBIRWANISHO AGAHANAGURA IBWA ZIMBONERAKURE NGO ISIRAEL IRAFISE IBIRWANISHO BIKOMEYE ITEGEREZWA KUZA GUFASHA UBWOKO BWABATUTSI GUHASHA NOKUBAKURAKO ABAHUTU ! JEWE RERO NCANIBAZA KWUYUMU PROFICERI ATAVUZE YINYEGEZA KANDARUMUNTU ACIYE UBWENGE ABABAFRASA SIWE BARIKUBWIRAKO ARIKO YIGISHA AMACAKUBIRI AHOKUVUGANGO ABATEGETSI BI BURUNDI NGOBIGISHA AMACAKUBIRI ? NAMWANZANIRA UMUNTU MUBIYAGA BININI YIGISHA AMACAKUBIRI GUSUMBA UYU MU PROFISERI ANA KAGAME NZOBAHA AKANTU ! UMVARERO NIMBABIBANANIYE KUVUGISHUKURI NUMA MUREKE KWENYEGEZA AKARIRO NAHIMUZOBAMUKOZE.

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha