IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubuhinga bushasha bugiye gukoreshwa mu gutumanako amakuru

Ubuhinga bushasha bugiye gukoreshwa mu gutumanako amakuru

mardi 16 Ndamukiza 2013

Kuri uyu wa 16 Ndamukiza 2013,ishirahamwe ARCT risanzwe rijejwe ivyo kugenzura itumatumanako rimenyesha ko hari ubuhinga bushasha bugiye gukoreshwa mugucungera ingene ama terefone ngendanwa akoreshwa .
Ivyo bikaba bimenyeshwa na Hahizimana ajejewe kugenzura ivy’ubuhinga muri ARCT.

Kubwa Hakizimana,ngo muri ubwo buhinga bushasha umunywanyi azoshobora guhindura umuhora ,atarinze guhindura inimero.

Abandanya ashikiriza ko ubwo buhinga buzofasha umunywanyi kuja mumuhora yipfuje mugihe ibiciro vyagabanijwe.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.