IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubuholande bushaka gufasha umuhuza kwegera abanyagihugu

Ubuholande bushaka gufasha umuhuza kwegera abanyagihugu

vendredi 10 Rusama 2013

Umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara yahaye umubonano, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Rusama 2013, umuhinga Alwin Van Den Boogaard wo gihugu c’Ubuholande yarungitswe n’uwuserukira ico gihugu mu Burundi.

Ikiyago cabo cari cerekeye imigenderanire iri hagati y’ivyo bihugu uko ari bibiri, intwaro ibereye, n’iciyumviro c’igihugu c’Ubuholande co gufasha umuhuza w’abarundi gushinga ibiro vyiwe mu karere k’ubumanuko bw’igihugu c’Uburundi.

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe na Jérôme Ndiho, umuyobozi w’igisata kijejwe itangazamakuru mu biro vy’umuhuza w’abarundi


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.