IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubumwe bwa Afrika bugiye gufasha mugambi wokurwanya ubukene (...)

Ubumwe bwa Afrika bugiye gufasha mugambi wokurwanya ubukene CSLP2

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Kuva atanguye imirimoyiwe hano mu Burundi, uwuserukira ubumwe bwa Afrika mu karerek’ibiyaga binini Diarra Boubaka Gaoussou yarakiriwe n’icegera ca kabiri c’umukuruw’igihugu c’u Burundi Gervais Rufyikiri.

Baganiriye ahanini kuvyerekeye imigenderanire irihagati y’u Burundi n’ubumwe bwa Afrika Uwuserukira ubumwe bwa Afrika yamenyesheje ko bazofasha muri wamugambi wokurwanya ubukene CSLP2, mu gusanura igihugu hamwe no kubungabunga
amahoro muri Afrika.

Twobibutsa ko u Burundi bwitabiriye kandi n’ubu bukiriko, ibikorwa vyo kugarukana amahoro muri Somaliya, Sudani, Cote d’ivoire na Haiti.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.