Ubumwe bwa Buraya butegekanya ibindi bihano bikomeye ku Burundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 29 mars 2016 saa 04:28
Yasomwe : 113490
0 0

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya ritegekanya gufatira Uburundi ibindi bihano bigizwe n’ukugabanya amafaranga yahora ahabwa Abasirikare b’Abarundi barungikwa kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, iyo ngingo ikaba izofatwa mu ntumbero y’ukugondoza Reta y’Uburundi yemere ibiganiro n’abatavuga rumwe nayo.
Abakozi bo mu gisata kijejwe imigenderanire n’amakungu mu muryango w’ibihugu bigize ubumwe bwa Buraya bamenyesha ko uwo muryango ufise umugambi wo kugabanya imfashanyo y’amafaranga ahabwa (...)

Ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya ritegekanya gufatira Uburundi ibindi bihano bigizwe n’ukugabanya amafaranga yahora ahabwa Abasirikare b’Abarundi barungikwa kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, iyo ngingo ikaba izofatwa mu ntumbero y’ukugondoza Reta y’Uburundi yemere ibiganiro n’abatavuga rumwe nayo.

Abakozi bo mu gisata kijejwe imigenderanire n’amakungu mu muryango w’ibihugu bigize ubumwe bwa Buraya bamenyesha ko uwo muryango ufise umugambi wo kugabanya imfashanyo y’amafaranga ahabwa abasirikare b’Uburundi barungikwa kugarukana amahoro muri Somaliya. Abo bakozi bavuga ko ari mu ntumbero y’ukwumvisha umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yemere ibiganiro n’abatavuga rumwe na Reta arongoye.

Abo bakora mu gisata kijejwe imigenderanire n’amakungu mu muryango w’ibihugu bigize ubumwe bwa Buraya bamenyesha kandi ko n’amafaranga azosigara atangwa n’ubumwe bwa Buraya y’uguhemba abasirikare b’Abarundi atazosubira gucishwa mu minwe ya Reta y’Uburundi.

Ku mafaranga ubumwe bwa Buraya bwahora buha Abarundi bari muri AMISOM, hazogabanurwako ibice 20 kw’ijana, ni ukuvuga agahombo k’imiriyoni 13 z’amadorare ku mwaka, mu mafaranga yahora ahabwa Uburundi.

Umusirikare w’Uburundi wese arungitswe muri AMISOM yandikirwa amafaranga agera ku gihumbi kimwe c’amadorare ku kwezi, ariko Reta y’Uburundi ikaba imukurako amadorare amajana abiri, nawe agasigara ahembwa amadorare amajana umunani.
Reta y’Uburundi izohahombera bikomeye, kuko izoba itakaje ayo mafaranga yahora ikura ku musirikare wese w’Uburundi, mu gihe amafaranga bahembwa atazoba agicishwa mu bigega vya Reta y’Uburundi.


Kumenyekanisha

1
JCLONDE MANIRAMBONA 2-04-2016 à 22:44

IMANA IRATUBONA.?IVYOBATWIPFURIZA.IMANA.NIYONKURU.

2
izina 2-04-2016 à 15:14

Ubwunge burarahurwa.
Kubita akajesho mu mahanga ntawica umunyagihugu aho yo mukingiye.
Yaba nkuru yaba bagorikunda ntanumwe asumvya ubwenge uwo yishe aka muhamba nabi.
I
Iyo nkuru na bagora baba basumvya ubwenge abanyagihugu, vari kubaha inyigisho ibereye. None du fait que babishe nukuvuga ko leurs bourreaux sont bêtes plus que leurs victimes.

3
Morodikayi Jon 2-04-2016 à 05:59

Ibihano nibabikomeze gose iyo ntagodwa kuko ikimutera amanyama nayomahera yavahanze niyo yatumye yiyumvira kutava kubutegetsi, cakabiri barya banyamahanga bimba ubutare hano muburundi nibafatirwibihano, nabonyene kuko amahera bakura murubwo butare nayo nyene, niyo bahemba zambonera kure nigi porisi birirwa baragandagura abanyagihugu.

4
Niyongabo 1er-04-2016 à 20:23

Mbegayeme Abanyagihugu Izimpari Uzoziterana Intambwe Yemw Nahimana Ahandiho Tuzogwa Mubana Nkimbeba

5
Elias 1er-04-2016 à 19:33

Murabuz,îvyomwitwaza.king Nkurunzizaaarabasumbazakudetazozirihe ????.

6
Elias 1er-04-2016 à 19:15

Abobasirkar,bajhanz,nbagumeiwacu.Ubwobuhra.,nabw,biryak Babugumy.Ntacobutumariy.Surambayakwa Busundi.

7
Uwimana 1er-04-2016 à 16:03

mukuki kwa nguruwe mtamu ? Subili na wewe unaesema hivyo dawa yako ipo jikoni wahutu watutsi pumbavu wewe muwuaji mkubwa bola unyamaze baada yakuumizwa n damu zawatu Ambozo zinadhidi kumwajika wewe unaleta makabila hoshi ntuzi ivyo uvuga uzobona

8
888 31-03-2016 à 14:21

Ni bamukande iyo mbwa

9
Audaby 31-03-2016 à 06:38

Kweri reta nirabe ntihombe ako gafashanyo.

10
Wilson 31-03-2016 à 06:25

Turashimiye Buraya Kurizo Ngingo Ifatiye U,burundi.Anyagihugu Turova Kurintwaro Twarushe Dutwagwa Dufashwe Kumatwi Nkurukwavu.Iyi Nintwaro Ya,gisikare Sintwaro Ya,demokase.

11
katihabwa 30-03-2016 à 21:40

asha mukuri Imana igarukire u burundi nabarundi ntubona twebw abantu batobato kwataritwe tugiye kuhahonera ?

12
Désiré 30-03-2016 à 20:42

Mbega Wewe Uvuga Kohorungikwa inteko muburundi urakomeye ?ahubwo uburaya nibwisubireko bureke gushigikira abicanyi kuko naho umukuru wigihugu murabo bari hanze ntanumwe yoshikirwa ngwatware igihugu kuko turabona kari basumirinda izo mbesire,

13
79021433 30-03-2016 à 20:08

Emungu Ukoa Watuwako Na Inch Yako.

14
NDAYISHIMIYE. 30-03-2016 à 18:54

ICOMBONA NUKO TWORINDIRA KUKO IVYO TWIYUMVIRA SIVYO IMANA IKORA , AHUBWO DUSABIMANA KUBA MUMAHORO NAHO IBINDI IZOBIKORA

15
Wavenzwe Richard 30-03-2016 à 18:34

Uwutazi kwa Badoga niwe yobabazwa niyongingo,AMISOM itaraza twariho nubu tuzoguma tubaho,amahera ntacavuze kuntagoheka zakera.

16
UMWAMI 30-03-2016 à 17:34

Abenshi murabo biyita ngo bafasha abasoda babarundi ngo guhasha abihevyi,harimwo benshi bafasha ahubwo abihevyi mugukora iryo terabwoba,abazungu nibikenya,ntimubona ko no ngaha muburunda bashaka gusasira indava abo bihevyi,mwarabibonye guhera mukwezi 4,nubu ntubashaka intwaro ya Demokarasi,bashako abihevyi biganze muburundi,hama bisahurire ubutunzi bwacu bajane iwabo,ariko ntibazokorako kizire.Barndi mwese gwanya iterabwoba ngaha iwacu iburundi,nkuko tubigira hanze,somalia na centre-Africa.

17
mata 30-03-2016 à 16:11

yerrrrerrreeeeeeeeereee tabaratabaraabatabara abarundi barahonye eeeeeeee ngwahwe caagikoko piter kirrrrrrrrrrraaaaammmmaaaaaaaaze abana bigihuuuuuugu tbaaaaaarayyyyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee

18
###### 30-03-2016 à 13:52

Kwanzafukuza wotekupigania INChI yao !

19
MZARENDO 30-03-2016 à 11:20

NYIE MNAO SAPOTI MANENO YAUMOJA WAULAYA TUNAWAFAHAMU MURISHA KREISI KICHWANI KWANI ENZI ZAUTAWALA WAKITUSTI MBONA MLIKUWA HAMUSEMI,WATUSI WALIUWA WAHUTU WENGI UMOJA WAULAYA MBONA HAMKUSEMA,MKUKI KWA NGURUWE MTAMU KWABINAMU MCHUNGU,UMOJA WAULAYA NIMAPIOPI,WANATAKA KURUDISHA WATUSI KWENYE UTAWALA.

20
manirakiza 30-03-2016 à 11:10

imana iruta ingabo barapanze vyose birababurira twebwe naho botubwira kujayo kuri gusa tuzigenda mugabo twanka ako kagaye kabazungu bashaka gufasha ubwoko bumwe gusa mavyi yabanyina

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha