Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Uburundi bwasivye mu nama yabereye i Kigali ku mvo z’umutekano
Yanditswe taliki ya 19-07-2016 - isaha 14:19' na IGIHE

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Alain Aimé NYAMITWE amenyesha ko Reta y’Uburundi yafashe ingingo y’ukutitaba inama igira iya 27 y’abakuru b’ibihugu vyo mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ku mvo z’umutekano w’abategetsi b’Abarundi bari kuja i Kigali, akaba kandi kwari kugira Uburundi butange ubutumwa kuri iryo shirahamwe ko igihugu c’Urwanda kibaniye nabi Uburundi.

Alain Aimé NYAMITWE avuga ko abategetsi b’Uburundi harimwo n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA bari kwitaba iyo nama, ariko bakaba batashoboye kuja muri iyo nama yabereye i Kigali, kuko ata vyemezo bikwiye vyari bihari vy’umutekano w’Abarundi bari kuja muri iyo nama.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu yamenyesheje ko ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ataco ryakoze kandi Uburundi bwari bwasavye iryo shirahamwe ko ryogira ico rikoze ku mubano mubi hagati y’Uburundi n’Urwanda, abategetsi b’Uburundi bakagiriza Urwanda ibikorwa vy’uguhungabanya umutekano.

JPEG - 91.6 ko
Alain Aimé NYAMITWE, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu

Uwo mushikiranganji wo muri Reta y’Uburundi avuga kandi ko bari basavye ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika ko ryotanga ivyizere bikomeye vyemeza ko umutekano w’Abarundi bazoja muri iyo nama i Kigali uzoba wubahirijwe.

Alain Aimé NYAMITWE yasiguye ati : "Mu gihe tuzi ko ico gihugu kiza kirafasha imirwi imwe imwe ihungabanya umutekano w’Uburundi, na cane cane mu kugerageza guhirika ubutegetsi mu mwaka uheze. Iyo mirwi imwe imwe iracari hariya, yidegemvya, kandi amabi abandanya akorwa n’iyo mirwi nyene."

Tubibutse ko intumwa za Reta y’Uburundi zari zarungitswe gutegura iyo nama zatumweko ubutarariye, mu gihe hari hasigaye umunsi umwe gusa kugira abakuru b’ibihugu biri muri uwo muryango batangura inama yabahuza.

Imbere y’aho gato, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, Firipo NZOBONARIBA yari yamenyesheje ko Uburundi buzoserukirwa mu nama y’abakuru b’ibihugu bigize ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika yari itegekanijwe mu gisagara ca Kigali kuva kw’igenekerezo rya 16 Mukakaro 2016, akavuga ko Uburundi bwamaze kuronswa ubutumire bw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika, akavuga kandi ko ubwo butumire Reta y’Uburundi izobwitaba.

Firipo NZOBONARIBA yari yamenyesheje ko ata mpamvu n’imwe yotuma Uburundi budaserukirwa muri iyo nama, akavuga ko Uburundi buzokwitaba iyo nama nk’uko yoba yabereye mu kindi gisagara icarico cose co mu kindi gihugu, kuko n’ubundi iyo nama itari yateguwe na Reta y’Urwanda.

Ivyiyumviro vyanyu

Ntakunuyarikujamunama,iberamurwandan,uburundi,n,urwanda,bidahuza.Ntantama,yokwicaranan’imfyisi.

30.07.2016 à 22:34
Ndikumana

Ntakuntu nakumw wokwemera kuja munama yabantu atakintu nakimw bafashij uburndi mubihe vyimigumko.umugbo winkorabara kagame yakanguriy abarund gutigihugu cabo ngo bagira bakor ihônyabwok.arko imigamb yiwigayits yamupfany.none nkuwo mwok8carana gt ?hoh hariho icemezako iyonama itariyo kugirira nabi uburund nababurongoy ?amase yakera ntaghoma urutaro

30.07.2016 à 19:22
######

uyo wiyita Lili ntumumuteko umwanya ni umu DD wa nkurunziza ashaka ko abasoma comments babone ko i Gwanda bicika ariho hafise ibibazo alors que non. ariko arandika comments akoresheje many accounts just to disturb people. abanyarwanda ndetse nabarundi bimfura benewacu bariyubashe ntabwo bakora ubucafu nkubwo so uyo wiyita ni lili ni DD witeshamutwe waho.

ahubwo sinzi niba mumaze gutahura ko mubitangazamakuru vyose bikorana na leta y’uburundi muri iyi minsi basigaye vyirirwa kuri internet bashakisha kw’ ISI amakuru yose arebana n’intambara, indyane z’ubwoko bwose then bakaba arivyo nabo batangaza murivyo binyamakuru vyiburundi kugira bereke abarundi ko ibiri kuba i burundi atari ho honyene biri kuba ahubwo ari isi yose then bagahera aho babwira canke bacecekesha abarundi , babereka canke bogandagura abenegihugu nkibisanzwe nkaho atari ho honyene biri kubera. this must stop.

26.07.2016 à 12:21
Kamenge

Aba barundi bazi ko kutaza mu Rwanda halicyo twahobye . Nukuza kwanduza umujyi wacu bajugunya amashashi aho banyuze nkuko bamenyereye iwabo. Nibagende izo mbwebwe.

23.07.2016 à 14:14
Lili

Abarundi bazi kwihagararaho gusa,ahubwo batinye ko bazabazwa ubwicanyi birirwa bakora aho gukora ibyabateza imbere,kandi kutaza mu Rwanda kwanyu ntacyo byatwara u Rwanda,mwarakoze kutaza,nuwo mwanda wanyu

23.07.2016 à 06:24
theo

ni ukwitez utunyoni !mbe hoho kubera iki ikibazo co kwihagira ubutegetsi kitari categuwe muvyo boganiyeko ?tube tuvugana ukuri n,ubu intambanyi iracariho !

23.07.2016 à 01:26
félix

Uwo Maraya Lili ntatunga ryiwe twe abarundi dukeneye nakomeze arisangire na KAGAME SHITANI yomu Rwanda

22.07.2016 à 13:56
Buja

umutekano w’abarundi gusa ? aba president barenga 30 bari mu rwanda ntaco babaye mbega nyamitwe yashakaga kujana imbonerakure ikigali ? hohohohoho

22.07.2016 à 09:37
jean

@Lili. Uburaya mwarabuvukanye kimwe no kumena amaraso nka Kanjogera..
Niyo mpamvu nubwo ndi umututsi nkoresha ukuri. Ndakwamaganye wowe maraya tsindwa mwizina rya Yesu

21.07.2016 à 13:14
Mututsiwukuri

mwibwira lili nabi kuko ibyo ababwira birumvikana kabisa mwa njiji mwe

20.07.2016 à 22:52
turaje

Condo ili icyondo..iyo mvuga nkurumbi mba muvuga ukwali ..naho uwo wiyita lili. Unyita indaya nuko azi umwuga wanyina.abemera ibyo avuga nabafite ubwenge nkubwe.

20.07.2016 à 20:18
Lili

Mbe iyo ndaya yitwa Lili ahari igwaye igiswagu

20.07.2016 à 15:09
condo

@Lili. Urakoze kutubwira ko uri indaya niyo mpamvu wanga Nkurunziza kubera ari umukozo w’Imana. Gusa wowe naso wanyu kagame muzajya mumuriro udashira kuko muri abambari ba Shetani

20.07.2016 à 13:51
kanyarwanda

Ariko ga NYAMITWE mutaduhenda mwene na so wanyu mwari kubahuka kugenda murwanda mujanye iki ? vya bitutsi vyanyu nkabimwe KAYIBANDA yiragwa aratuka abarundi ku ma radio murakabona mwigumiye iwanyu ntaco mufise mubarira amakungu ico muzi co murakize bandanya munigagura abantu mugabo bitebe bitebuke muzobibazwa !!!!

20.07.2016 à 11:30
nzoza junus

Ndashimiye abategetsi b, uburundi kubona butemeye kuja muriyo nama !Mbe ivyo biganiro vyabereye mu rwanda kuber, iki ? Ko arico gihugu ca mbere muri grand- lac kibuze amahoro kikanayabuza n, ibihugu bibanyi ! Turabasavye bareke kwita muvyacu !

20.07.2016 à 11:03
mariya

Bacumungani mukirundi ugayahuba,rikarenga arihuri ahogutenzimbere igihugucacu turikotugitabaguru gwemama gurwanda nimwiparadizo eka ! kuramabokomumpuzu dukore iwacu niburundi simugwanda.mwirambire.

20.07.2016 à 09:13
Joel Nzeyimana

i Burundi niho umutekano uri ? Aba genereaux n’aba deputes bakaba birirwa bapfa ?

20.07.2016 à 09:07
bja

Njyewe Lili i maraya y’i kigali nakira gitanu gusa 5000 frw
Ubu maze kurya amahera yabene wanyu b’i Mahama nayamaze.

20.07.2016 à 08:51
Lili (maraya)

Bacumugani igiti ntikigukora mujisho kabiri nabaguye iyo ntibaribagigwa.

20.07.2016 à 06:01
Nzoyihera B..

Bacumugani ngo uwo biburiye ntabura ivyo yi twaza, jewe ndabatahura bariyizi yuko batakiri abategetsi bari mukuri. nukuri ntanubuntu bagifise, nahora bona abagabo beshi baneserwa guteramira ahabandi bari kugira bungurane mubitaribike, uwutubahuka kuja ahabagabo bari, yaba arigicibwa mubantu. nabo niko babaye ! ahubwo barateyisono kabisa, arugupfa naha ibujumbura uwomusi wawe, washitse kwoba gucamwo uwobakubita yo bumuntumwe gusa. noneho ntawokwiterimikoshi yo kwica nkabo.

20.07.2016 à 02:48
morodikayi.
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.