Uburundi bwatowe mu burongozi bw’igisata kijejwe ubudandaji muri Afrika y’ubuseruko

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er juin 2016 saa 10:00
Yasomwe : 25668
0 0

Uburundi bwatowe mu burongozi bw’igisata kijejwe ubudandaji mw’ishirahamwe ry’umuryango wa Afrika y’ubuseruko (Chambre de commerce de l’East african business council), ico gisata kikaba gihurikiyemwo abarwizatunga bo muri uwo muryango.
Euchonie NIJIMBERE, umurundi yatowe mu burongozi bw’ico gisata, yamenyesheje ko agiye gufasha mu gushiraho isoko rusangi mu karere ka Afrika y’ubuseruko, ukworohereza uruja n’uruza rw’ibidandazwa muri uwo muryango, hamwe n’ugufasha gushinga amashirahamwe muri uwo (...)

Uburundi bwatowe mu burongozi bw’igisata kijejwe ubudandaji mw’ishirahamwe ry’umuryango wa Afrika y’ubuseruko (Chambre de commerce de l’East african business council), ico gisata kikaba gihurikiyemwo abarwizatunga bo muri uwo muryango.

Euchonie NIJIMBERE, umurundi yatowe mu burongozi bw’ico gisata, yamenyesheje ko agiye gufasha mu gushiraho isoko rusangi mu karere ka Afrika y’ubuseruko, ukworohereza uruja n’uruza rw’ibidandazwa muri uwo muryango, hamwe n’ugufasha gushinga amashirahamwe muri uwo muryango.

PNG - 166.6 ko
Euchonie NIJIMBERE, umukuru w’igisata kijejwe ubudandaji mw’ishirahamwe ry’umuryango wa Afrika y’ubuseruko (Chambre de commerce de l’East african business council)

Avuga ko iryo torwa ry’Uburundi muri ubwo burongozi ari intambwe ikomeye, kandi ko Uburundi buzohungukira.

Mu gihe mu bibazo ico gisata c’ubudandaji gifise harimwo ukubura uburyo, Euchonie NIJIMBERE amenyesha ko agiye kuzokoranya abo basanzwe bafashanya, kugira abahimirize bafashe mu gutanga uburyo bwotuma ico gisata gishobora kurangura imirimo kijejwe.


Kumenyekanisha

1
NDAYIKENGURUKIYE Bethel 4-06-2016 à 21:17

Turashigikiye itorwa ry Umurundi aserukira akarere ka Afrika y ’ Ubuseruko n ’ Uburundi mu mwihariko : ariko rero nuko igihugu cohingura ivyo turima bigashoka no hanze ntitube abakira gusa natwe tukagira ivyo dushorera ganze .

2
Irankunda Evode 1er-06-2016 à 22:25

Nivyiza.Muganuko Inzara Iturembeje .Kuko Twahevye Kurangura Hanze

3
MUYAHUDI 1er-06-2016 à 15:39

AKAKAGABO KIYITA TARI KARISHURA NABI MUVYOGASHIKIRIZA UMENGA NTABWENG KISHURANA GATUKABANDI KATIRAVY UWOGAHA IGIHUGU KOGITWARA GT ? KUBIMBWA SUGUKUGA

4
Romward 1er-06-2016 à 14:52

Uburundi.Imana.Iguma.Ibutera.Iteka

5
NSENGIYUMVA 1er-06-2016 à 12:50

Ivyo turabishima cane. niharambe uburundi n’abarundi.

6
maso 1er-06-2016 à 11:23

uyo we bamukuye he ? ko mubagwizatunga atazwi cane. aho ari uko ari umu dd atavyo anashoboye

7
tari 1er-06-2016 à 10:53

Ico nikimenyetso kitabesheko ibihugu vya Africa y ubuseruko
Harikintu kiboneka rizofasha mugutorera umuti ibibazo bihanze uburundi kuko bigaragara ko ivyorikora vyose bisa nugushikira umurwi wa nkurunziza ubandanya utikiza inganda mugihugu tugasabako ivyobihugu vyohindura inyifato nahubundiho bazokwibuka kubogora basheshe

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha