Ukuja gukarisha ubwenge mu mahanga ku buryo bwa Reta vyakuweho

Yanditswe na IGIHE
Kuya 2 mars 2016 saa 09:55
Yasomwe : 37116
0 0

Ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta bwamenyesheje ko ingendo mu mahanga z’abakozi n’abategetsi ba Reta zigiye gukurwaho, izindi zigabanurwe bimwe bibiboneka ku buryo hasigara hakorwa iz’abategetsi bakomeye cane, kubera ikigega c’igihugu kitifashe neza.
Mw’ikete umushikiranganji w’ikigega ca Reta yasohoye, yasavye ko mu ntumbero y’ikoreshwa neza ry’amafaranga y’agaciro, ingendo zo mu mahanga zogabanurwa bimwe biboneka, hagakorwa ingendo z’inzego.
Umushikiranganji Tabu Abdallah MANIRAKIZA (...)

Ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta bwamenyesheje ko ingendo mu mahanga z’abakozi n’abategetsi ba Reta zigiye gukurwaho, izindi zigabanurwe bimwe bibiboneka ku buryo hasigara hakorwa iz’abategetsi bakomeye cane, kubera ikigega c’igihugu kitifashe neza.

Mw’ikete umushikiranganji w’ikigega ca Reta yasohoye, yasavye ko mu ntumbero y’ikoreshwa neza ry’amafaranga y’agaciro, ingendo zo mu mahanga zogabanurwa bimwe biboneka, hagakorwa ingendo z’inzego.

JPEG - 32.1 ko
Tabu Abdallah MANIRAKIZA, umushikiranganji w’ikigega ca Reta

Umushikiranganji Tabu Abdallah MANIRAKIZA yamenyesheje ko ukuja gukarisha ubwenge mu mahanga ku buryo bwa Reta vyakuweho, amenyesha kandi ko hakuweho n’amafaranga yahora ahabwa abagiye mu mahanga kandi ababatumweko bateguye kubakira (Les frais supplémentaires sur les missions prises en charge).


Kumenyekanisha

1
turaje 5-03-2016 à 15:37

gukarisha ubwenge, hhhh nabakozi ba leta ntibazongera guhembwa ,igihugu cobakira mbe nikihe ? haricigisha kwica ? murasanga Peter abigishe puu.

2
KAR 4-03-2016 à 18:11

AYOMAFRANGA NONE BOBURA KUYAKURAHO NONE BOBO KOBACIGA RETA YAYABATANGIRA ARIKO NTIBOBURA KUYAHAGARIKA KUBERA ABANA BABO BOBO BOZOBARIHIRA KUBERA BAZOYOKURA MUMAKORI DUTANGA ATARAJA KUBUTTSI YORHIY UMWNA WIWE ?

3
KAR 4-03-2016 à 18:10

AYOMAFRANGA NONE BOBURA KUYAKURAHO NONE BOBO KOBACIGA RETA YAYABATANGIRA ARIKO NTIBOBURA KUYAHAGARIKA KUBERA ABANA BABO BOBO BOZOBARIHIRA KUBERA BAZOYOKURA MUMAKORI DUTANGA ATARAJA KUBUTTSI YORHIY UMWNA WIWE ?

4
Eric 3-03-2016 à 06:13

Nimuhumure nta gihugu na kimwe kiriho cobakira.
Nta nahamwe bakarisha ubwenge bwo kwica.
Kira noneho mweho mwarabivukanye.

5
M 3-03-2016 à 03:24

Nimurindire nabado, ariko nuko muzi kuyasaka mubantu, nayundiho mworiyivu. abobategetsi nabonyene nibicare ntibavengaho bagenda hanze ngo batumaririki abobicanyi.

6
dody 2-03-2016 à 20:04

Ubundi basohoka baja hehe canke ngo bimare iki ko n’ubundi ico bagenda gushaka ari ayo mahera nyene babafungiyeko robinet. Rindira n’ayo mu mufuko abaherane niho muzumva icarico gushirahamwe na democratie nyakuri, umengo nta matwi mufise.

7
Ntaco 2-03-2016 à 19:47

Tenyenya Gat Uwuraha Ngokurambone Nanje Nti Twarembone Mugiye Mwab\\imana Idufashe

8
Muriro Claver 2-03-2016 à 16:57

Ko Mwatwaye Nabi Amakungu Agaca Abima Infashanyo,nimwemere Ariko Mwikosore Kuko Akari Inyuma Karahinda.

9
powa 2-03-2016 à 16:06

zazazazaaa !nama interne rindira bazoyugara ys,umwana na nyina bs nicokimw.powa

10
jean 2-03-2016 à 15:32

na bado.ayo mugura ibirwanisho yo murayafise ?hihihihihihi

11
Rusakumba 2-03-2016 à 13:19

He we Ndiko Jonas, nikuber’iki tutotangurira kugurisha za baBuyoya n’akarwi kiwe, bivye urukombamazi ikigega c’Uburundi.

12
ndiko jonas 2-03-2016 à 12:45

ngo ngwiki ? ngo ntamahera ariho ntimwokoresha ayo mwivye canke mukagurisha zanzu zanyu hiiiiiiii.

13
Batwenga 2-03-2016 à 12:04

Karabaye Noneho ! Abari Bamenyerey Kwubaka Kumwaka-kumwaka Baragowe ; Nishavu Rya Nkurunziza Nabamwegereye Kuko Amezi 10 Arakwiye Badacaruka ; Uwuzobasanga Mubiro Atacafise NTAJAMBO BAFISE

14
Icutarabona 2-03-2016 à 11:04

Yayayaaaaah !!!!, tuzoba tubireba, akataraza karahinda. Icuka.com

15
KURI 2-03-2016 à 10:42

MURINDIRE GATO

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha