Umugabo akekwa kuba ari Umunyarwanda yatorokanye yambaye amapingu ku maboko

Yanditswe na IGIHE
Kuya 20 août 2016 saa 11:18
Yasomwe : 65601
0 0

Umugabo bikekwa ko ari Umunyarwanda yari yafashwe, yaciye mu ryahumye abaporisi b’Uburundi kuri uwu wa kane, ahungira mu Rwanda yambaye amapingu.
Ababonye ivy’uwo mugabo yahunze bavuga ko yari yatawe muri yompi n’inzego zijejwe umutekano mu ntara ya Cibitoke ku wa gatatu igenekerezo rya 17 Myandagaro, nk’igihe c’inyuma y’isaha zitandatu z’umurango, akaba yafatiwe ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda. Uwo mugabo agifatwa yaciye yambikwa amapingu, atangura kubazwa ibibazo, bamwiketse ko ariko akora (...)

Umugabo bikekwa ko ari Umunyarwanda yari yafashwe, yaciye mu ryahumye abaporisi b’Uburundi kuri uwu wa kane, ahungira mu Rwanda yambaye amapingu.

Ababonye ivy’uwo mugabo yahunze bavuga ko yari yatawe muri yompi n’inzego zijejwe umutekano mu ntara ya Cibitoke ku wa gatatu igenekerezo rya 17 Myandagaro, nk’igihe c’inyuma y’isaha zitandatu z’umurango, akaba yafatiwe ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda. Uwo mugabo agifatwa yaciye yambikwa amapingu, atangura kubazwa ibibazo, bamwiketse ko ariko akora igendereza yatumwe n’Urwanda.

Mu gihe yari mu muduga bamujanye mu gasho, yaciye asimba, atungwa n’ayo yameze, abari bamufashe bamujako, ariko arabasiga.

Inyuma yo kubasiga akinjira mu Rwanda, abari bamufashe basigaye baramutera amabuye gushika n’aho bari batakimubona, nk’uko bivugwa n’abari hafi y’aho vyabereye.

JPEG - 81.7 ko
Abari bamufashe basigaye baramutera amabuye gushika n’aho bari batakimubona

Kumenyekanisha

1
turaje 22-08-2016 à 23:23

vrmt ndebera nkuyo mu police yambaye amapeti ukuntu atera amabuye hahahahaha
mwahuye numukomando sha haje abongabo nka 5 bahita bafata intara ya cibitoke yose ntarusoro ruvuze kandi neza cyane ariko kuko uburundi ari ba petit jouer u Rwanda rwarabihoreye mukomeze musambe

2
edmond 22-08-2016 à 21:42

ego mama mbega igiposi cubu cabaye gute ? uwo mugabo kugira bamufate bakamwambika pingu agataruka akava mumodoka akabasiga vyagenze gute ? nukuntu igiporisi cuburund gikanura yaragiciste ,sha ndamwemey numucuyi,numunyagwanda ahabona.

3
bigabo 22-08-2016 à 10:23

Ariko kuba intasi y’u Rwanda ku Burundi bivuze iki ? umuntu akora ubutasi ku bantu cyangwa ahantu atazi, ubwanyu abarundi amakuru murayatanga kuko u Rwanda rwaza gutata iki aho iwanyu kitazwi !

4
Cool 21-08-2016 à 10:52

Un vrai commando yasize imihirimbiri itera amabuye mugihugu cyacu.

5
Nîbizi 21-08-2016 à 00:16

none abo nabapolici ?canke twobita gute ? ahubwo barateye ubwoba kera abo babita ba mulele

6
rubibe 20-08-2016 à 23:14

Ubwose niharamuka haje abatari mu mapingu bizagenda gute ? intwaro y’abahutu irananiwe kabisa

7
jonas 20-08-2016 à 18:15

imana iramukunda azosubire agaruke.

8
umuhire sandrine 20-08-2016 à 17:01

ndanezerewe ko yacitse ndazi muburundi abanyarwanda baratwanga cyane gucika birashimishije ku ba nyarwanda yarapfuye ndabarahiye

9
Peace 20-08-2016 à 16:23

Yarize kabisa !

10
Hahahahaha 20-08-2016 à 16:15

Incompetence yanyu mu bisata vyose niyo izoshikana Uburundi mu cobo nimba butamaze gushikayo. Muzopfa gutyo.

11
ruduha 20-08-2016 à 14:53

Mwahuye n’umukomando basha

12
Proud to be rwandan 20-08-2016 à 13:56

Yakoze guhunga izo ngegera banza urebe ukuntu zisa ntiziheruka koga.

13
Audace 20-08-2016 à 13:47

Abo Police Bakwiy Gupasiyona Birashika Bikaba Vyavuy Kumyaka Bafise Kuko Ntivyumvikana Kumuntu Aboshw Amaboko Yosiga Abantu Bakomey Kand Bafis Imbunda Guteba Yaho Bakoresh Amabuy

14
Feza 20-08-2016 à 12:08

Hahhahah,abashinzwe security muburundi n’imbwa gusa gutera umuntu amabuye kdi arengana...!icya mbere ntago ari aba professional icya kabiri ntanakimwe ibi byose bizageza kuburundi uretse kubasubiza inyuma gusa....!abarundi bari mu Rda tuzabafasha tubacungire numutekano.abanyaRda ibyo mucamo byabasigiye isomo ntawushuka undi ngo niyice abantu nkibyo byanyu kdi uboshya yigaramiye.Nimusenge muhumuke kuko Intambara irasenya ntiyubaka.Imana igirire neza U Burundi n’ U Rwanda

15
Falcon 20-08-2016 à 12:03

Numugabo peeee !!!Urwanda rufise ba Chikinoris,nkurumbi amenyeye atwica twebwe abarundi mugabo kurwanda aritonda.

16
mukombozi 20-08-2016 à 11:59

Ewe nkurumbi wararonde muzehe kagame arakwirekera kubera uriko wiyahura atakindi isigaje urafyuye rubi pe

17
Marie Merci 20-08-2016 à 11:55

Imagine ?U Burundi n’ Rwanda murapfa iki ?Barundi mwakunamuye icumu ?Muzicaaaaaaaa kugeza ryari ?!Aya maraso azabahama !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha