Accueil > Amakuru > u Burundi > Umugambi w’« igiporisi kizira igiturire » (Video)
Umugambi w’« igiporisi kizira igiturire » (Video)
jeudi 14 Ndamukiza 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
14 Ndamukiza 2016, 11:37, par tari
Barabivuze Ko atatwara ryabahutu uwundi ati icompa inguvu zabahutu kikanyima ubwenge bwabo murateye isoni mwahora murira ngwabatutsi barabakumiriye none kubu bona ataco batari barabahaye mugabo igihugu mwase mukigize umuyonga Baca umugani Ngo ntawambara yarahenye nimureke kuguma mwidadira kuvyo mudashoboye nimuhereze ababishoboye bitwarire mureke kuguma musiga ubwo bukondakonda bwanyu kurizo ntebe umuntu abantu binkora maraso ntako mwotwara abantu kuko amaraso arahuma ivyovyo mwirirwa miravuga bitagira umutwe namaguru nayo maraso yabantu mwakishe nabo mwirirwa murica ababiragiza
14 Ndamukiza 2016, 14:36, par Akarimi
Urahenda abiwanyu. Ako ni akarimi nka kumwe Nkurunziza yivugira ngo tolerance zero; umuntu aravye agasanga yashatse kuvuga ati ntihagire aho muhesha mukurya igiturire. None nawe uti igipolisi kizira igiturire, uwabaroze ntiyakaravye.
14 Ndamukiza 2016, 17:18, par gwasa
mutama Ministre Bunyoni dukunda jewe narakwemeye ncishije kwiki kinyamakuru ariko ntabwo babishizeko ariko Imana Uhoraho akurinde akagaye n’umutima mubi ukoriciza nka yesu, wihangane nka yozefu,uzakwame utwenga nka SE Piter Nkurunziza Imana Iguhezagira abarundi turagushimiye ubariki mzehe wetu!
14 Ndamukiza 2016, 17:26, par gwasa
tari, ubwo ntiwânyoye vyabi kokayine sinduhije yabaha? urabona amagambo akuva mukanwa erega ntimucubaha abatware?erega uyuharanira uzaguma uri umuboyi!
14 Ndamukiza 2016, 17:27, par gwasa
tari, ubwo ntiwânyoye vyabi kokayine sinduhije yabaha? urabona amagambo akuva mukanwa erega ntimucubaha abatware?erega uyuharanira uzaguma uri umuboyi!