Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Umugambwe CNDD FDD ntuzoja mu biganiro birimwo abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi
Yanditswe taliki ya 27-03-2016 - isaha 10:48' na IGIHE

Umugambwe CNDD FDD wahakanye ko utazokwigera wicarana mu biganiro n’abo wita abakora iterabwoba bashatse gutembaza ubutegetsi. Uwo mugambwe umenyesha ko wamaze kubona ko amakungu ashaka kuwubwiriza kuganira n’abagizi ba nabi.

Muri CNDD FDD bavuga ko bagumye babwira amakungu ko imigumuko yabaye mu gisagara ca Bujumbura n’ahandi itari yatewe n’ikiringo, ahubwo ko ari umugambi w’ukurondera gutembagaza ubutegetsi bwatowe, ibimenyetso vyose bikaba bivyerekana, nk’uko itangazo ryasohowe na CNDD FDD ribimenyesha.

JPEG - 91.5 ko
Pascal NYABENDA, umukuru w’umugambwe CNDD FDD

Umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi umenyesha kandi ko abamenyeshamakuru b’abanyamahanga bari baje gukorera mu Burundi batazanwe n’umwuga w’ukumenyesha amakuru, ahubwo ko bari baje gukurikirana isenyurwa ry’ubutegetsi, uwo mugambwe ukabagiriza abo bamenyeshamakuru ko bakoranye n’abagizi ba nabi.

Muri CNDD FDD bagiriza kandi abo bamenyeshamakuru ko babonye ingene ibinogo rusangi vyimbwe bariko bafata amasanamu, mbere muri uwo mugambwe bakavuga ko binashoboka ko abantu bahambwamwo abo bamenyeshamakuru barorera, bagasaba ko boshengezwa mu butungane mpuzamakungu.

Umugambwe CNDD FDD ukamenyesha ko utarota uja mu biganiro bizoba birimwo abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi.

Ivyiyumviro vyanyu

aho niho mugeza .aba DD nta vision ja mubiganiro mukiri beza

1er.04.2016 à 08:17
MATANA

Scenario :
1. kuja mubiganiro = Transition = Gufungwa
2. Kutajayo = Securité 0= kwiba no kwica = kuvakubutegetsi kungufu = gufungwa
NB : iherezo ry’inzira nimunzu

29.03.2016 à 22:09
turabona

C N D D F D D Ehejamubiganirongo ugutwikwimpenekumvakwokeje !!!...

twebwe turi aba CNDD FDD dukeneye amahoro aha ntimwoja mubiganiro tukigumira mumahoro ?erega twe abanyagihugu nitwe tuhasiga amagara.Perezida et nyabenda na everiano intabwigwa yumugabo ibwigwa nuko amaso atukuye .

29.03.2016 à 08:50
Matana

ONLY OUR GOD !!

29.03.2016 à 05:44
Nicos

Baragomba bareke izontagodwa, ayo manyama bayaterwa nazantera hamwe bavana murikongo, zibahenda ngo zizobafasha gukori honyaboko rya batutsi. barabahenda, nubwo tuzosigara turi babiri tuzobereka.uwubahanura ngo ntimuje mubiganiro uwo numwansi wanyu, rindira tuzorabe icintama yambarwa.

29.03.2016 à 03:37
mzoyihera intagoheka

Ubwo bukara bwananiwe gutwara igihugu cayijiyemwo,mwamarushwa kubwubugugu bwabo, ninde yo kwemera kwabandanya twarwa nizomvuruzi mumitwe yabo umengo huzuye mwamazi ?,kwemera ibiganiro canke kubihakana vyose nico kimwe. abahakanye bagize neza, reka tuzorabe uwurumugabo nuwutarumugabo mwankezi mwe.

29.03.2016 à 03:18
morodikayi.

baretse ,akayobora kobamwitoreye ,bamushakahiki koko ?

28.03.2016 à 21:32
nzayisaba

abo bagabo,barazi neza yuko ubwicanyi bakoze butegerezwa kubagira, bakazofatwa bagahanwa. uko kwanka kuganira,nukugira bagumane ivyo bibanza barimwo ngo bagumane imunite nukugira bafate mpiri mujeri nkurumbi yiyemeje kwigira ikinani nkakinani nyene,akemera kwitoza yagira ngo bizomworohera.Ariko, banka, bakunda, ibiganioro bazovyemera kandi nibo bazovyihamagarirareka ibihano bibanze bibakamvye amagara yabo, hanyuma abanyagihugu babagumurane bazobisaba batabona imbere ninyuma.biyita abaserukira abanyagihugu, ahubwo baronderera inda zabo

28.03.2016 à 20:45
nduwimana pierre-claver

Nimwanke ntimuganire nabo bamenja twarahinyuye ivyabo ico bagomba turakizi bahenzwe n’abatutsi nibakome irya myaka batwaye abatutsi idakwiye ntagutanga igihugu imyaka 43 idakwiye ntakunukira k’ubutegetsi

28.03.2016 à 18:02
Ntahonkuriye

This autogenocide idelogy should be condamn otheriwe it will keep coming next generations.They failed and withdrowed and they keep quite fearing and expecting that you wont expose the idealogy and you keep quite because their is a little peace.non no .please condam on the international tribunal court alexis sinduhije and paul kagame about THE AUTOGENOCIDE AGAINST TUTSI that they planned and failed in burundi ,other things which followed was consequensences !!
Face that ideology first and distroy it because it is real and it can work if you do not fight against it.TO SUCRIFICE ITS OWN PEOPLE FOR POWER MUST BE CONDAMN AS A CRIME.

28.03.2016 à 17:24
willy

yoyoyo nimubatahure sibo ntibokwemera ibiganiro bazikobarenze amategeko ikindinabaneguye umwanyamunini bamumara barikobararya nkumuswa nibabuda burefu murahumba bazobacusta kunguvu

28.03.2016 à 17:11
kinyenyi

Ewe RUSAKUMBA uratwenza kweri,sawa jewe nishakira amahoro bashiraho umutwa,umututsi,umuhutu,...twedushaka ko igihugu gitwarwa nabashingantahe babishoboye atari izi mbunuza zaba DD,nawe ayo moko uzopfa widoga ntaco uzoshikako,uzohava usakumba nabene nyoko kuko inkubisi yacane yayitarukirijeko.

28.03.2016 à 12:16
Falcon

Hewe Falcon, iyo upfuma uvuga uti" Nibabahe igihugu mwebwe muzi kwica abahutu aho narikukwumva neza. Mbe mw’aba SANS ECHEC mwe, ntimurahaga amaraso y’Abahutu ? Erega bwa bundi nta bwenge mwifitiye, ugirango iyo igisoda cacu gitaba gifise discipline nka kimwe c’iwanyu c’Igikomagu, ahubwo mwari kubona ayo mujeri yaboneye k’umugezi. Shaka mumoke gute, kuko turazi y’uko ari kamere ka za Mujeri, ntimuzopfa musubiriye gutwara Uburundi. Erega mwaratukanze turakanguka. Kumbura mutekereze ivyari imagera vyarageruye. Ngo kandi Ataretse kaba kisema.

28.03.2016 à 09:21
Rusakumba

Aba DD ninywa rumogi,mbe aho abantu bahambwa mu binogo inzego zumutekano zarihe ?zijejwe iki ?abanyagihugu babananiye gukingira ?nimuhe igihugu ababishoboye,ibiganiro navyo harigihe muzobishaka bitagishoboka.

28.03.2016 à 08:48
Falcon

Muje murandi ibisomeka

28.03.2016 à 07:37
P

ewe jonathans uritwenga rindira muzobona muzosubira gutwara uburundi irya myaka mwatwaye tuyimaze canke gukombako sinzi mpaka yesu agarutse ntasoni

27.03.2016 à 21:34
GITEMAGUZI

nta ndagukund ndakwankir umwana ko bikur kuburund kopokopo ivyo biganiro navy nivyiki ?turavyans twe amahor turi nayo

27.03.2016 à 20:13
Inararibonye

nivyontakwicarana nabantubatumazehoabantukuvakera abobazunguicobamariyeabanyagihugubatonikiheuretsekurungika amagrenadeyokubicirakumasoko ?

27.03.2016 à 18:38
tharcisse

None nimuzibe nimuzongere kuvuga ibyibiganiro mwikomereze mukore ibyomushaka, gusa nimuzatakane amakungu nyuma nibikomera ko mushaka ibiganiro, kuko nubundi umunti aganira nuwo batanvyunvakimwe muri politik kuko uwomwunvikana ntacyo muba muganira.

27.03.2016 à 18:19
Kabango
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.