Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza w’abarundi arahoza abamaze kubura ababo kuva mu kwezi kwa (...)
Umuhuza w’abarundi arahoza abamaze kubura ababo kuva mu kwezi kwa kane
samedi 8 Myandagaro 2015
Umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara arahoza imiryango,hamwe n’abarundi bose bamaze kuburira mu ndyane zatanguye mu Burundi kuva mu mpera z’ukwezi kwa kane 2015.
Mw’itangazo ry’umuhuza w’abarundi, asaba ko abakora ubwo bugizi bwa nabi bohagrikwa kandi bagashikanwa imbere y’ubutungane,akipfuriza abakomeretse gukira no gusubira kugira amagara meza.
Umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara ahamagarira abafise uruhara bose mu kibazo c’Uburundi gutorera inyishu ico kibazo biciye mu biganiro birimwo ukuri,kugira abanyagihugu basubire mu mahoro.
Umuhuza w’abarundi arangiza asaba abarundi kuguma bafatanye mu nda.
Van Naris Mugisha
Messages
8 Myandagaro 2015, 11:48, par jc
ntakabi kaw mutama
8 Myandagaro 2015, 12:30, par Kariyo
Uri Rukara Koko. Aho Uvze Iki? Nawe Urafise Uruhara Mubwicanyi Bwose Bwagiriwe Abarundi Kandi N, Ubu Bukiriko. Ubuhuza Bwawe Bwamaze Iki? Aho Wovuga Abo Umaze Guhuza Ko Nawewe Uzi Ko Amatati Atabuze Mugihugu? Irire Uwali Wa pilao Unume. Umenye Ko Ikirindiriye Sobuja Arico Kikurindiriye Nawe. Ntutangure Kwigira Umwere Kandi Tuzi Ko Abantu Mwabicira Hamwe.
8 Myandagaro 2015, 12:30, par Kariyo
Uri Rukara Koko. Aho Uvze Iki? Nawe Urafise Uruhara Mubwicanyi Bwose Bwagiriwe Abarundi Kandi N, Ubu Bukiriko. Ubuhuza Bwawe Bwamaze Iki? Aho Wovuga Abo Umaze Guhuza Ko Nawewe Uzi Ko Amatati Atabuze Mugihugu? Irire Uwali Wa pilao Unume. Umenye Ko Ikirindiriye Sobuja Arico Kikurindiriye Nawe. Ntutangure Kwigira Umwere Kandi Tuzi Ko Abantu Mwabicira Hamwe.
8 Myandagaro 2015, 12:34, par Muyahudi
Nivyiza kowiyumviriy guhoza ababuz nokuremesha abakomeretse mutama ndagushimiy naho ubivuz utevye! namw mubandany kuzigamwa
8 Myandagaro 2015, 12:49, par Mwizigirwa
Abasega Mukomeze Gusenga Imanirimukwihesha Icubahiro Kandi Bose Bazobibona Bamenye Kwarimana.
8 Myandagaro 2015, 13:00, par charles
Ndakeye umuntu yombwira mubimaze gukorwa nuwo muhuza Rukara mubijanye nakazi ajejwe. Abarundi baricana atacamira, abantu baranyarwa utwabo ntahez ngo aje hagati yumvikanishe .Harabaye impari zikiringo kigira 3 ca Nkurunziza ntiyaserutse ngo yumvikanishe abatase. Nono munyumvira yoba akora akazi kiw nkuko vyategerezwa? Abantu baricana atacamira. Non numuhuza w’ abarundi vyukuri? Iryo jambo ntaco rifasha abarundi ahubwo icofasha abarundi yova hasi agakora akazi ajejwe kubuhuza kuko abarundi bararushe.
8 Myandagaro 2015, 13:25, par bongo
ariko rukara nawe wotwenza mbe ubahoza urihanze?wararenzwe raba inzobe wasa namakara ikibabaje nuko urikirirahabiri gusa abarundi beshi twaraguhinyuye nabakugejeje ahuri ntaco ubavuzeko!twaravyawe twarakuze uwadukujije yarapfuye mugabo tuzobandanya ntagucika intege kuko dufise icotuzi
8 Myandagaro 2015, 14:09, par JEAN DE DIEU HATUNGIMANA
UKO NI UKURI MUTAMA!ARIKO NAHO UMUNTU YOKORESHA PROJECTEUR KU MUTAGA ARONDERA UBUTUNGANE NTABWO YOBONA!ARK BITEB BITEBUK IMANA IZOCANA IDUH INZEGO N’UBUTUNGAN NAYO IZIHAR UBU ZOC URUBANZA NKA RUMW COUR CONSTITUTIONNELLEYACA MU KWEMEZA MANDAT MAUDIT YA 3!
8 Myandagaro 2015, 14:30, par BIGIRIMANA cédrique
nukuri turashimiye umuhuza w’abarundi kumajambo meza ahumuriza atubwiy imana ikomez kumuhezagira
8 Myandagaro 2015, 14:35, par kimwehumwehu
non wew ikiringo cha gatatu urachera? kur umuhuza "w abarundi" kandi tukwera vyakunaniriyeh kuduhuza abo bandi uhamagara kandi icho gikorwa ugihemberwa n abiki. icihutirwa n ukuvug ah uhagaz
8 Myandagaro 2015, 15:02, par Justice kuribose
Naje ndabahojej havuyemwo umuryango wumw yari yaramaz abandi,nimba imiryango yabo yishe yaranezerew n’umuryango wiw nunezerwe.
8 Myandagaro 2015, 15:18, par Îzodûhoza
Yarà tevye kuduhoza kuko amso aza yà rakobotse
8 Myandagaro 2015, 16:32, par BONA
MUHUZA TWARABONYE KO BATAGUFASHE NEZA KUKO NTAKIBANZA NIJAMBO BAGUHAYE MUGUHUZA ABARUNDI MURIBIBIBAZO BIKOMEYE MURIKI GIHUGU!! KANDI CNDD-FDD BARANSE KUKWUMVIRA KANDI ARIBO BAKWISHIRIYEHO! MUBISANZWE BAKIGUSHIRAHO BIBAZA NGO NUKUYAYATA.
8 Myandagaro 2015, 16:49, par VYENYA
IMANA.GUSA.YO.MWIJU,NIKORE.NAYO.ABANTU.VYASE.
8 Myandagaro 2015, 17:49, par ndayishimiye abeli
uravuze neza mutama
8 Myandagaro 2015, 19:23, par Ahubwo uwo mutama numusazi nareke kuducurira nahoze umuryango wa dolufu we (...)
YEHOVA
8 Myandagaro 2015, 19:43, par Lieutenant general de bujumbura
UMWANYA WABAHUZA WARARENGANYE MURUNDI NAGOMBE YISUBIRIRE UGANDA MAMA YANGU ABARUNDI BUCA TUVYIHEREZA GUHERA LE 28/08/2015 kUKO GUHERA KWIRYO GENEKEREZE PETER IL NE SERA NI PRESIDENT NI SÉNATEUR A VIE MAIS UN CADAVRE OU UN PRISONIER A PERPÉTUITE UMUHUZA AZOZA GUHEZA VYOSE NI ROCKET,MITRAILLEUSES, NAZA KARACHNIKOVS QUI VONT COMMENCER À TIRER À TRAVERS LE BURUNDI ENTIER MPAKA PETER TUMUTOJE IMINWE AHEMA CANKE ARI IKIZIGA!
8 Myandagaro 2015, 20:01, par NIDUFASHA René
Nivyiza ivyuvuze mugabo bigoye kuja mungiro
8 Myandagaro 2015, 20:09, par DESIRE BITANGWANIMANA
Urakoz mutana we wavuga neza.
8 Myandagaro 2015, 22:13, par mugabo
Wowe witwa niyoidufasha , urumugome kandi uribeshya ngo urasenga kandi urucira mukaso rugatwara nyoko ibyo wifuriza nkurunziza bikujyirirweho wajyikokowe urumuurozi kwica umuntu wunva bikumariye icyh?
8 Myandagaro 2015, 22:13, par Omar
ewe wewe wiyita @liutena Genelal De Bujumbura@ahubwo Urwaye Mumutwe. Nanje Nzoraba. Ahubwo Uzokwicwa Nagahinda Imbwa Yahiye Kumurizo Ngo Reka Buce Tuvyereke Abagabo Urarota Sha Mbizonkoho Wadondaguye Nizuzi Zikomeye Harizutazi Zisumba Izo.Cira Birarura Nimwatera Nihomuzoca Mumenya Kohariho Imbonerakure.
9 Myandagaro 2015, 05:34, par Mwene, Harimesh
Umushingatahe asigaye muburundi niwewe gusa urumwe nayabandi bo ni mpemuke ndarendiye canke ejorye, sabobarogoye imigabwe, abarongoye amasengero ibiganza vyabo vyuzuye amaraso kuko ntanumwe aravuga nkiryo jabo Rukara avuze. Aho mwoja hamwe nuwo muhuza wabarundi Mohamed Rukara akabumvikanisha abo barongoye imigambwe itavuga rumwe nareta amadini nuwo mukuru wigihugu, kugirango tureke kwiyambika ibara ko abashize hi bwirazwa shingiro basa
na bateranije, sentare nayo ijejwe kuryubahiriza ikaba yaremeje koyokwitoza. Mwikicara hamwe mukumvikana agatwara iyomyaka itanu mugabo akabemerera ko atazokongera kwitoza ntimwoba mukuye igihugu mumanga kigira kigwemwo? kandi gitawemwo nabarundi ubwabo atamunyamahanga numwe arimwo, iyomyaka itanu nimike ntibe intanduruko yimivo yamaraso kuko uko mudadaza ngo atavuyeho uruwundi nawe atisimvako nabarundi murikuvyinirako, burya abakera bari barayamaze bati amarike abira nabi ukiyimipfu, mwesi mworeka kwigira abashingantahe mukaba abashingantahe koko ntanidwi zibiri zohera mutumvikanye ariko ibi vya aveho ndahaje ntacho bizamarira uburundi nabarundi. N amaraso yabo bariguhitanwa nuwomugumuko yazobazwa izompande zose baba abatavugarumwe niyoreta canke niyoreta nyene ntanumwe afise ibiganza vyera kandi imana izoyababaza.
9 Myandagaro 2015, 08:10, par Lieutenant General de bujumbura
HAHAHAHA PETIT JOUEUR OMAR CELA C’ÉTAIT JUSTE POUR TE RAPPELER QUE NS AVONS TOUTES CATÉGORIES DES ARMES DÉJÀS EN PLACE MÊME SI TU VEUX NS AVONS D’AUTRES TYPES DES ARMES QUE TOI EN TANT QUE PETIT VOYOU QUE TU ES AVEC TON PAUVRE CERVEAU TU NE SAIT MÊME PAS COMMENT LES APPELER! ICI J’AI SEULEMENT VOULU ÉVOQUÉ ARMES LÉGÈS QUI ONT ÉTÉ UTILISE HORS DE L’ATTAQUE QUI A CIBLÉE SANS ERREUR TON ANCIEN PATRON VOYOU ILLETTRÉ ANCIEN KOKAYI À KAMENGE PLUS PRÉCISEMENT À TERMINUS HAHAHA OÙ EST TON SOIT DISANT GENERAL ADOLPHE ? HAHAHAHA YARASHWE NABA COMMANDOS SPÉCIAUX DE NOTRE BATAILLON CHARGÉS D’ÉLIMINER ABO BOSE BAMYE BIGIRA SURIVU MU BURUNDI BIENTÔT CE SERAIT UYO WITA PRESIDENT BURYA OMAR TU ES UN PAUVRE BÊTE CÉCITÉ! QE PENSES TOI PETIT VOYOU APRÈS AVOIR PERDU LE BRAS DROIT DE PETER? HAHAHAHA ACTUELEMENT EST DÉVENU UN HOE GAUCHÉ CEUX-CI SONT DES IMMINENTS INCONTOURNABLES QUI PÈSENT SUR LUI BIENTÔT IL SERA CADAVRE COE SON BRAS DROIT!
9 Myandagaro 2015, 08:17, par GASHUSHO
NTABUHUZA BWAWE WOTANGA AKARORERO KABO WAHUJE MUBURUNDI NYAMB WAHUJIJ ABA ISLAM BIWANYU!
9 Myandagaro 2015, 11:45, par Uwitonze J.Marie
Ntaco Twabonye Wahujij Kuk Ntituba Twarabuze Abacu Ntaco Wavuz Wari Kubza Mandat
9 Myandagaro 2015, 21:02, par karekezi
hotuma nawe!
10 Myandagaro 2015, 06:54, par Peance Ninziza
Nukuru Rukara ataruta umukuru w’Igihugu ahoza abo basangiye system gusa kandi yategerezwa kuba "Sebarundi", yotuma afenta basi!!!
Rukara yabuze akazi ariko ntari arrogant quand même! Imana imuzigame!
11 Myandagaro 2015, 14:26, par Jean Sinzinkayo
Ariko uwo mugabo Rukara aratwenza. Ngo ni , ecoutez bien : UMUHUZA W’ABARUNDI ! Hahahahahahaha, il est vraiment ridicule ! Vraiment... ariko ahuza iki ? Canke yigeze ahuza iki ? Mbe yahujije iki cagihe bariko barasa abana kumusaga n’ahandi ? Tumusavye gusa kunuma, mukirundi cumvikana ,tumusavye kuziba. Nimba arumuhuza w’ABARUNDI, natumeko Nkurunziza mu Biganiro n’abanka 3ème mandat hama turabe ko banamwitaba ! Vieux Rukara, tu n’as pas d’autorité morale sur le peuple Burundais. C’est un poste bidon bahaye umuntu bidon kuko tu fais partie du système DD. Twarabonye ubushingantahe bwawe, igihe vyari bishushe , ntakajambo wigeze ukura mukanwa. None ubu uvundurutse he ? Le people n’est pas idiot, mr Rukara ! Manges l’argent que tu reçois de ce poste et tais-toi, tais-toi s.t.p