Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu amenyesha ata basirikare mva makungu bakenewe mu (...)
Umukuru w’igihugu amenyesha ata basirikare mva makungu bakenewe mu Burundi
dimanche 24 Nzero 2016
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza amenyesha ko igihugu c’Uburundi ata basirikare mvamakungu gikeneye ngo baze guhagararira amahoro n’umutekano mu Burundi.
Mu mubonano umukuru w’igihugu yagiranye n’intumwa z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU i Gitega kuwa gatanu igenekerezo rya 22 Nzero 2016, umukuru w’igihuguPetero Nkurunziza yabwiye intumwa z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ko bemera ko ibiganiro vyo mu gihugu hagati no hanze y’igihugu bizabandanya.

Ivyo vyemejwe kandi n’uwuserukira igihugu ca Angola mu mw’ishirahamwe mpuzamakungu aho yavuze ko bazobandanya kuvugana mu ntumbero yo gutorera umuti ikibazo c’Uburundi.
Uwuserukira Reta Zunze Ubumwe za Amerika mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Samantha Power, yabwiye abamenyeshamakuru ko ata kintu gihambaye cavuye muri uwo mubonano,ariko ko bataracika intege.
Mwomenya ko kuva i Bugarama mu ntara ya Bujumbura,gushika i Gitega,izo ntumwa z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU zakiriwe n’abanyagihugu bitwaje ivyandiko vyanditseko ko mu Burundi ari igihugu kirimwo amahoro.
IGIHE
Messages
24 Nzero 2016, 09:26, par Muhuza Wimvugakuri
Mutegura Imbonera Kure Nabahoz Kurugamba Mukabaha Amafaranga Kugira Baje Mwibarabara Berekane Katantambara Ihari? Abo Baguma Bahitanwa Namasase Hamw Namagrenade Sabarundi? Abo Batogwibiziga Sabarundi?Bicwa Nik Katantambara? Abarund Twari Dukwiy Kwikebuka Tukamenya Ko Ikigihugu Arumurima Wisangi Imana Yaduhaye.Bitebe Bitebuke Ukuri Kuzotsinda Ikinyoma.
24 Nzero 2016, 09:44, par AMizero Y’ Abarundi
Ndababwirukuri,ibibazo Vyuburundi Bitoregwinyishu Mubiganiro.Leta Nimenyeko Ivyobiganiro Vyohagati Mugihugu Ntacobizigera Bishikako Kundyane Ziri Muburundi.Muriko Musonga Igihugu Kand Cugarijwe Ninzara Nubukene.Bibatwara Ubudyobwishi Ataco Bizoshikako.Mwokumva Impanuro Muhabwa Mukitaba Ibiganiro Vyohanz Yigihugu,kand Nabomwanka Komuganira Emere Muganir,mumeny Yuko Wanka Kugondwa Numudyango Ariko Ukagondwa Numudyango( porte d’entrée).
24 Nzero 2016, 15:56, par Senga
Wamaze kuruha mumutwe tabara nyabuna wemere abagukorera mu ngata ibintu butaraba urudubi
24 Nzero 2016, 19:28, par Emanwel
Uwo Munyamerikakazi Ivyo Sinduhije Bahanye Nyanbarurumogi Twe Abarundi Ntavyo Dvahura Abo Barikumwe Uwn Muri Angola Yarashimye Ko Atabasoda Boja Muburundi Turinamahoro Kiretse Intunva Basinduhije Barota Gusubira Gusubira Guturirabantu Namapine Yitwaje Ako Gakecur Kakanyamerika Nabase Ababirigi Arikn Amase Yakera Ntagihomurutaro Tuzobahumuti Vyanse Bikunze Bazowunywa Abarundi Baraciyubwenge Sabana Turafisuwadukuye Mukaga
24 Nzero 2016, 19:32, par Dunia
Mobutu,kadafi,sadam... Barihe?peter ninani?
24 Nzero 2016, 20:53, par MUKURARINDA
Amahoro Ariho Ntantekozikenew. Amahoro Abuze Kumuntukiticiwe. Kuko Niy’umuntakenye Ababuzamahoro. Muburundi Turakenye, Uwodufasha Yoduhivyodutunga Nibitangakazi. Abakeney’inteko Nabafisivyaha Badashaka Kudahanwa. Abarundi Nka 98% Baramenyibirinyuma Yizonteko.
25 Nzero 2016, 09:13, par Mpozamarira Erias
Jewe ndatangara cane iyo numva rwibiganiro vyohagati mugihugu,ndavye ibihavugirwa ntakimazi nakimwe birimwo nugusamaza abanyagihugu,kuko ibihavugirwa nivyo guhindura ibwirizwa shingiro nyigihugu, hamwe na masezerano ya arusha, ngo Nkurunziza azokirage umwuzukuru. na yibiganiro vyohanze ntahobihuriye ni vyo bariko birukangamwo hagati mugihugu ngo nibiganiro,nuhagurutse usanga yivugira ibintu bitagirumutwe namaguru. ngo nkurunziza tumwongera nomuvyaka izokurikira, usanga arivyo bashirimbere, nukuburicobako gusa.
25 Nzero 2016, 15:57, par moon
thanks my president for explaining samantha power the burundi situation! we want her to comprehend well and to abide thy explanation as the national one.we grant her a smug time for thinking well about burundian peaple’s wishes and for supporting them.moreover,i’m destitute one my president; be impartial honourable madam!
25 Nzero 2016, 16:30, par Eraste
Ibiganiro Kubandanya Nivyiza Ariko Mububrundi Ntamahoro Ariho?
28 Nzero 2016, 05:04, par eric
nkurunziza baracamutonesha arise nakadafi ninde yakoze ibyiza ntiyapfuye dutangaye agapfa urupfu rubi werero ari gukora amafuti angana numutwewe urupfugwe baz 2 1234
28 Nzero 2016, 15:26, par fils j de Dieu
Mva makungu?bajaha?
30 Nzero 2016, 14:39, par moise
mobutu. nasadam wako wapi .uyo wa burundi ali fanya nini. na anataka nini .mbona kikwete aliancha sijui nini kitatokeya
16 Ruhuhuma 2017, 15:04, par SERGES
KUBWANJE,ABANYEPORITIKE,NTANYUNGU BAFITIYE ABANYAGIHUGU BOSE TUTARAVYE UBWOKO.NIBUMVIKANE,ARIKO, UMUBANO W,ABARUNDI ,NTUZOKWAMA UVA MUBIGANIRO VY,IMYAKA YOSE.UBURUNDI SI LYBIA