Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asaba abarundi bose kuja mu makomite y’umutekano
Yanditswe taliki ya 30-12-2015 - isaha 12:08' na IGIHE

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amenyesha ko gutorera inyishu ikibazo c’umutekano umunyagihugu wese abifisemwo uruhara.

Mu kiganiro ku bamenyeshamakuru n’abanyagihugu biciye ku mirongo ya Telefone yatanze ari mu ntara ya Gitega kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 30 Kigarama 2015,umukuru w’igihugu yasavye abavyeyi,urwaruka n’abakuru b’amashengero kuja mu makomite y’umutekano nimba bashaka komumutekano ukomera.

Umukuru w’igihugu yavuze ko umwaka w’2015 wobera icigwa abavyeyi kuko muri uwo mwaka abavyeyi basahuwe abana bajanwa mu bikorwa bidahesha icubahiro igihugu,gushika aho bamwe bahabwa ibiyayura mutwe.

Umukuru w’igihugu yasavye abavyeyi basamaye ko mu mwaka w’2016 bogarukira indero y’abana babo kugira ntibasubire gutwarwa mu bitagira akamaro.

Ivyiyumviro vyanyu

Mutama wacu komera uwutunva amategeko yawe tuzomumesa OMO ziruzuye

1er.01.2016 à 09:55
Bacemwo

Ndabwiye benewacu tupagase tupasiriza igihugu cacu tureke kwisamburirako nyakubahwa.igihugu. Sishamba ryokuberamwo nkinda ngirango indaya murazi ivyozikora. Ndabwiye abakunz buburundi barekeguhendwa nabazungu babacangero twebwe abanyagihugu nitwe igihugu. Ugwonugwitwazo ngopita yagunze ubutegetsi imyaka itanu nsimyishi kukimutareka kwiyica mukarindira agaheza utwotwaka. Abanisangiyee bagaheza bagahigwanwa. Noneho twebwe tukihitiramwo uzoturongora afise imigambo kwicana. Kuja mumabarabara kugumura abanyagihugu bagahunga ataco nahunga. Ntaco bizotarira kiretse kuzohora. Twinu bwa. Bihugu twirigwa dusheramwo

31.12.2015 à 09:31
ndayiragiraje

Jewe ndikumwe nuwuvugako twokwiyubakira igihugu tukareka kwisamburirako nkihene ijambo nyakubahwa yabuze niryiza twirindire umutekano kuko igihugu nicacu ikindi ibndi ibijanye namasezera nyasezeranyeko azorera abazota ?mwemwirigwa mwiyahura mwese mwashaka kubaprezident ? Nobagira inama nimuze twiyubakire agahugu kacu gato nkibindi bihugu tuvemuvyapolitipue tugwanire guteza imbere igihugu vatuvyaye twoye kugisenya. Museveni. Mugabe. Batwaye imyaka ingahe ? Pita yahawe nimana nimumureke imyaka itanu nsimyishi harakeye amatora abe babatore namwe arikose. Mbaze ? Ko.abobatoye mwemugwanya pita. Abanyu murimwo kubicisha abandi mubaa

31.12.2015 à 08:54
Jean.damour

Nyakubahwa Mukuru wi gihugu, guhamagarira abanyagihugu mumakomite yumutekano ! ntibishobora gukura UBURUNDI mungorane bufise,haba nintete. nuko nawe wo kwibaza mumutima ati nozingorane zazananyehe ? mbega zobazavuye kurijewe ? wewe unomusi uhagurutse nkumukuru wi gihugu ugatangaza ati guhera unomusi sinsubire kumva umuntu ya pfuye mugihugu cose. vyobukwonyene, ukongera ugatangaza ati icatumye ibibibazo turimwo,guherunomusi ndabitunganije. amahoro yo ca sasagara mubenigihugu,none namwe muraduhenda izongorane arimwe muzikwega. urworwaruka narwo wa shikirije korwahezwe nabanye poritike rukaja mumabarabara wi buke na wewe ukirimwishamba wikoze kurwaruka nirwo rwabica bigacika,rero Nyakubahwa Mukuru wigihugu,nonerero abobanye poriteke, bakuye akarorero iwawe.

31.12.2015 à 08:38
Mpozamarira Erias

Hewe Rose, eka uri roza koko. Twagutahuye, ico ciyumviro cawe n’ic’ikigore koko. Mbe ntuzi y’uko umutekano ar’uwabanyagihugu. Mbe arazi neza y’uko kugirango abo ba terroristes kugirango bavugutirwe umuti ko ar’akigoro k’abanyagihugu badomye urutoke aho izo mburakimazi zihendwa zibona ngo niziteg’inkona. Roza we ndagusavye wigumire ku mashiga gusa, kuko ar’ivyo uzi gusa be nogusasa.

31.12.2015 à 08:31
Rusakumba

none ko ayo makomite yari ayimbonerakure amahera yo kuziha yaheze ? urabonye abuhenda rero hama niwava kubutegetsi birirwe baraduhiga nkinterahamwe zo murwanda kandi warariye wenyene

31.12.2015 à 08:24
kamenge

Kuhamagara Abarundi ngo nibaje mu vy Umutekano vyerekana ko vyamunaniye
Iyo aba yahanugwa yari kuca abisa ababishoboye bagasubiza Igihugu k Umurongo
Kwubahuka kutanga ku mivyimba Abavyeyi bahekuwe birababaje cane kuko ntawokwibagira amajambo yavuzwe na Petero Nkurunziza we nyene na Reverien
Ndikuriyo ,Victor Burikukiye, Bukuru Moise, Niyomukiza Fidel
Abo bose bahamagarira aba CNDD FDD kwica abo batarikumwe cane cane Abatutsi Bimwe murivyo ni Twarabapfubije Tuzobapfubura, Ahandi ngo kora kugira muzoce muhembwa arya ma Parcelles Ahandi ngo Utazokora neza azoba asezeranye na Amsom nibindi nibindi
Ikindi twamye tubona n ukwo vyamye vyiyerekana ko Uburundi bukeneye Abarongozi n amajambo abaranga Nayo naya UKINDA WUBAMYE CANKE UGARAMYE, ahandi ngo ABO TUTARIKUMWE TUZOBIRUKAKO N IBIRENGE BIBASHUHANA ahandi ngo ABATEMERA NKURUNZIZA NIBOMOKE CANKE
BIYAHURE Abarundi relo bakeneye kuba mu mahoro nayo azozanwa nukwo Politique y Uburundi irimwo Abantu b Intungane bakunda Abarundi

31.12.2015 à 03:38
Rose Hakizimana

Wamubeshi wumwicanyi ivyo uriko uradedemba ngaho turazi ko wabihaye nimbonerakunya zawe arko imisi ya just now we count down

31.12.2015 à 03:02
yaya

non ko wewe kurintabon wumva urik uravug iki ? utemer umugambi wumutekan kor ico ushoboy urabek harih intambe nimw uzoduteran

30.12.2015 à 22:12
yewe yewe haa

Jewe Ndashima Ko Abarundi Twese Dufatane Munda Twubake Igihugu

30.12.2015 à 19:43
Emmanuel Mpeba

Jewe Ndashima Ko Abarundi Twese Dufatane Munda Twubake Igihugu

30.12.2015 à 19:43
Emmanuel Mpeba

Jenibaza K’Uvyo Nyakubahwa Petero Nkurunzizavuze Kuko Umutekano Ntumenywa Nabawujejwe Umenywa Numunyagihugu Mugani Icotwosaba Nuko Nareta Yogerageza Ikagira Uburyo Bwose Ikaduha Umutekano Ukwiriye Murakoze !

30.12.2015 à 18:11
Enock Niyoyambere

ati vyabereyicigwa kubanababo wahonyeje atakinya go murasenga ??nne imyaka 10 warutwaye tutabeshanya ntavyari kugushikana gushika gufagwawe utarize kwica abana buburundi.ukinjuye ukabisa ibindibisuma bikiba ntitwobaho utarize kwica abukorera akazi baraguhemba bakakwambika nivyufungura numuryango wawe wotse mukugira ubakorere neza.ariko sinogucira urubaza kuko nanj sinzi ?ariko umugayo wabutwara nibo muzohagararana imbere y imana

30.12.2015 à 17:51
nzobahonya pe

Mwihenz gato mwandits muti :Kuri uno wagatatu igenekerezo rya 30 kigarama umwaka wa 2018

30.12.2015 à 16:13
Festus

ntub wumva umugab wukur nijamb mugihugu imana mushobor vyos izabikor bos batangar natw nih tur

30.12.2015 à 15:18
bamenye ko ?

Comité z’umutekano votre Excellence !! Hanyuma za milice mwazanye zizoheze zize ziratora bake bake muri comite zija kubica nkuko ziriko zirabikora. Nyakubahwa, abirigwa bicwa bose, abanyuruzwa ntibagaruke, abatotezwa bagatogwa ibiziga, vyose urabizi ariko ntaco ubikorako ahubwo umengo ubiha umugisha ukibagirwa ko biriko bikorerwa igihugu n’abanyagihugu uyoboye mu bwoko bwose ! Abicwa benshi nta nubwo baba bari muri izo politiques harimwo n’abana bato !! Nyakubahwa kureka ubwicanyi nkubu wahaye imbaraga abanse ko uyobora iyindi mandat kandi namwe ubwanyu muriko murikura k’ubutegetsi mutabizi, mutabihagaritse aho bukera abo mwatumye mwahaye akazi nibo bazogaruka bakabatwara mw’igendereza nkuko bariko babikorere bene Burundi !! Mwikebuke ntimuze muhave mwibuka kuyora mwasheshe.

30.12.2015 à 14:33
che

NGAKO AKAMARAMAZA.MBEGA UBURUNDI BUTARA BUJAHE ?KARASHIZINGANI TWESE ABANYAGIHUGU DUHERERE MUVYUMUTEKANO,HAMABANYAGIHUGU BASANZWE BAZOBABAHE.KOBAVUGA KWATANGWANUBURUNDI BURIMWO NONAYOMAKOMITE NAYIKI.BASHA TWARITWARIDADIYE GUKURIKIRA ABAHUNZE HAKIRIKARE UBU TUGIYE TWABAHAMVYA IYOBARI MUMAKAMBI PE !

30.12.2015 à 14:23
Mututinwabana

NGAKO AKAMARAMAZA.MBEGA UBURUNDI BUTARA BUJAHE ?KARASHIZINGANI TWESE ABANYAGIHUGU DUHERERE MUVYUMUTEKANO,HAMABANYAGIHUGU BASANZWE BAZOBABAHE.KOBAVUGA KWATANGWANUBURUNDI BURIMWO NONAYOMAKOMITE NAYIKI.BASHA TWARITWARIDADIYE GUKURIKIRA ABAHUNZE HAKIRIKARE UBU TUGIYE TWABAHAMVYA IYOBARI MUMAKAMBI PE !

30.12.2015 à 14:22
Mututinwabana

Nibareke Ntawerewe Nukwica Haryimana Uyizigiye Nubutegetsi Irabuguha.Sengimana Uzatogwa.

30.12.2015 à 14:17
John Mary

Nkurunziz Agomba Ananyagihugu Bose Ttmushigikire Kand Yarahonyanz Amasezerano Ya Arusha Ahuabwo Nagirango Urashoboy Hamwe Nabaw Utanguye Kudutaka Ahubwo Rindira.

30.12.2015 à 14:14
Nihorimbere Fredence

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.