Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu
Yanditswe taliki ya 14-01-2016 - isaha 11:48' na IGIHE

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagenye bamwe mu bategetsi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.

Mw’itegeko nomero 100/21 ryo kuwa 11 Nzero 2016,uwa mbere umukuru w’igihugu yagenye ni Pierre Nizigiyimana na Gabriel Kabura,bagenywe kuba abahanuzi mu bibazo vy’ubutunzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.

Abandi bagenywe ni Malachie Rashid Niragira, Clement Kivumvuri na Medard Mbazabahizi bagenywe kuba abahanuzi mu bibazo vy’amategeko n’intwaro.

Uwa nyuma yagenywe ni Emmanueline Nzohabonayo yagenywe kuba icegera c’umuyobozi ajejwe igisata kigenzura uko uburyo bukoreshwa n’intwaro mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.

Ivyiyumviro vyanyu

bigman

4.02.2016 à 10:47
69137732

ndagize mwiriwe nyakubahwa umukuru w,igihugu c,uburundi nyenicubahiro peter nkurunziza nd,initeko ryo kubipfuriza ibihe vyiza.nimukomere mwirambire nkisima ya buseco.

2.02.2016 à 19:13
NTAKIRUTIMANA ELIAS

NYAKUBWAHWA UMUKURU WIGIHUGU C.UBURUNDI HANGAMA GUMA KUMUHETO TURAGUSHIGIKIYE MUGABO ICO TWOGUSABA URAKWIYE KUGABANYA IBICIRO COMMUNE KIREMBA UKAYIHA AMA PANO SORAIRE KUGIRA NATWE TURONKE UMURIRO TUBONE KWITEZIMBERE NAYABAKUGWANYA NTIBAZI UKUNTU TUGUKUNDA SHIRIRA ZIRYE ZOSE.

2.02.2016 à 18:39
NTAKIRUTIMANA ELIAS

Komeranyakubahwa Imuginatukirinyuma Ariko Muzodutemberere Tubereke Ugotubakunda Munyamakarabo .Imana Irakunda Uburundi Natwe Abarundi

31.01.2016 à 20:22
Gikomero Vianney Hakizimana

Komera kumuheto uhindure ibintu turagushigikiye

20.01.2016 à 15:57
Bizimana

Natange Amahoro Uyoperezinda ,arekekugena Amabanga ,bacaumuganingo ,sakwanka Akuragivya Munaniye,, ?

15.01.2016 à 13:24
Vensa

nyakubahwa Pierre nkurunza :" umuswi winkoko urashobora gukurana nigikoko gikarira imiswi. citwa. agaca" : kandi umuswi ntuba wakuze kubera impuhwe zagaca" :

komeza amasengesho nokwisonzesha Imana iriko irishura akarorero :
- nonentubonako abakugwanya batanguye gusubiranamwo bashwana ?
- nonentubonako. abashinze imigwi. yivyihebe bakugwanya batanguye kubihakana kugutinya imitahe mpuzamakungu ?

nyakubahwamukuru wigihugu cuburundi. gerageza wige ikibazo cukunwanisha abarundi bataye umurongo wongere urabe ukuntu wokwongera kugirira ikigongwe abandi. bafungwa. barekugwe wongere urabe nukuntu amashirahamwe amwe amwe yotangura gukora utibagiye. nogutahukana impunzi.

hanyuma usengere cane abakugwanya kuko ntibaramenya uwariwe barikugwanya kandi ntanubwo bazi. reta barikugwanya iyariyo nikiyishigikiye icarico

sengerakandi ibibihungu ntahangagwakwisi bigushikiye natwe abarundi 80% turi inyuma yawe

NB : ibihugu vyinshi. vya. Asia birakunda uburundi rero urakwiye. gukomeza ubucutinabo europ na america ukahihoza. murakoze !

15.01.2016 à 08:51
citizenship of Russes

erega no mukirundo turashoboye baze baradushiramwo.
abandi nabo tubipfurije kuroranirwa mumabanga bajejwe

14.01.2016 à 21:18
habimana

KOMEZ IBIKOGWA ABANYAKIBIRI BAKOMEZE KWIRUKA.NONE NYANGOMA NAWE YAGENYENDE ?

14.01.2016 à 16:36
INTAGOHEKA

komera.

14.01.2016 à 15:56
Munyaneza norbert

Imana ibahezagire . Dusemga dukora . Abavuganabo tubimamatwi .
Uburundi mpayenemerako imana mushobora vyose itugumizako ijisho ry’ikigongwe nimpuhwe ndiko niyumvira cane kuvya ptk . Yemwe ........icombonagusa abarundi bara maze gutandukanya urwatsi nururo.

14.01.2016 à 15:56
Munyaneza norbert

Imana ibahezagire . Dusemga dukora . Abavuganabo tubimamatwi .
Uburundi mpayenemerako imana mushobora vyose itugumizako ijisho ry’ikigongwe nimpuhwe ndiko niyumvira cane kuvya ptk . Yemwe ........icombonagusa abarundi bara maze gutandukanya urwatsi nururo.

14.01.2016 à 15:54
Munyaneza norbert

abo bagenywe harimwo abava mumizero,uprona ?nibangahe bo mumizero ?

14.01.2016 à 14:00
Célestin Nduwimana

Uburundi ni igihugu gishobora gukora mubihe bigoye. Abahutu nabatutsi nabatwa bakoreye hamwe uburundi bwova muvyago. Ibagira manda yagatutu mwibuke iterambere iyomanda izohera ibasize mumahoro.

14.01.2016 à 13:47
Frank

Barakoresha Umutima Rugabo Ntibumvir Basesa Nkuyoz

14.01.2016 à 12:05
Niyonkuru Asman

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.