Umukuru w’igihugu yahinduye icegera c’umuvugizi wiwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 octobre 2015 saa 12:59
Yasomwe : 125451
0 0

Jean Claude NDENZAKO KARERWA yahora ari mu gisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu (Presse présidentielle), yagenwe mu mabanga y’ukuba icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.
Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, Jean Claude NDENZAKO KARERWA kuva kuri uwu wa gatandatu agiye mu kibanza carimwo Louis KAMWENUBUSA.

Jean Claude NDENZAKO KARERWA yahora ari mu gisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu (Presse présidentielle), yagenwe mu mabanga y’ukuba icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

JPEG - 26.5 ko
Jean Claude NDENZAKO KARERWA

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, Jean Claude NDENZAKO KARERWA kuva kuri uwu wa gatandatu agiye mu kibanza carimwo Louis KAMWENUBUSA.

JPEG - 9.1 ko
Louis Kamwenubusa

Kumenyekanisha

1
Toto 28-10-2015 à 20:53

ohoooo Kamwe nubusa kakubayeho reka bagusubize muri rema uje ku rementanya hama UPN Ize igutuririyo,bangir’amaguru ingata ugende mu rwanda hakiri kare kuko bagira bagukorereko

2
fidelite 27-10-2015 à 07:26

Classement 2015 : Les 25 pays les plus
pauvres du monde
ACTUALITÉ 24 octobre 2015 ,
ï µ45 commentaires ï ®26574
Partager sur Facebook Partager sur Twitter
Partager sur Google
Selon le classement de Forbes, basé sur des
données du FMI, le continent le plus riche du
monde (Afrique) a les habitants les plus
pauvres au monde. En effet, parmi les 25 pays
les plus pauvres au monde, seuls trois ne sont
pas africains.
Ci-dessous, un tableau listant les 25 pays les
plus pauvres au monde.
Rang
Pays
PIB par habitant (en dollars US)
1
Burundi
315,2
2
République centrafricaine
338,7
3
Malawi
352,7
4
Gambie
384,2
5
Madagascar
392,6
6
Niger
403,4
7
Libéria
469,1
8
République démocratique du Congo
478,2
9
Guinée
545,6
10
Togo
578,1
11
Guinée-Bissau
582,2
12
Afghanistan
614,9
13
Ouganda
625,3
14
Mozambique
626,2
15
Erythrée
630,3
16
Burkina Faso
631,4
17
Mali
672,2
18
Sierra Leone
675,2
19
Ethiopie
702,1
20
Bénin
709
21
Comores
736,8
22
Rwanda
742,9
23
Népal
751,1
24
Haïti
829,6
25
Sénégal
934,6

3
fidelite 26-10-2015 à 06:32

@Bakame ,
ego ndazi ko ata vy’abahutu n’abatutsi bikibaho mu burundi kirofa,ariko ivyerekeye ama comptes bien garnis nibaza ko utarimwo sindigera numva umugiraneza yitwa Bakame afasha abatishoboye,hihihiiii.Idiot

4
maso 25-10-2015 à 20:38

yavuze ngo abanyamusaga banywa urumogi na essance, nawe araronse ajanya kokubinywa. kuko ntawokora canke ngo avuge nkawe atarumogi yanyoye. yihende asubire gujwegana n, abamalaya atariha turabe.

5
CAMAGENDU 25-10-2015 à 19:00

BURYA UWO NTIYEMERA IKIRINGO CAMAGENDU IKIRINGO CAMAGENDU KIRADUHITANYE KIRATUMAZEKO IMIKANGARA IPYUVYI NABAPYAKAZI BARARWIRIYE KUMPAMVU ZIKIRINGO CAMAGENDU

6
@ fidelite 25-10-2015 à 17:39

azize ko yibarabiraga prono uwo avugira yaragowe nawe abigize neza tutarambara ibara yari kuzamuvugira akihenda akatubwira ubwoko bw amasex

7
None ? 25-10-2015 à 15:49

Mbegayemwe abantumwabayegute ? Ahokubaza uyumwanditsi mutinone kutatubwiye impamvu bamukuye mutanguye kwishiriraho utujambo twomumitwe yanyu ? Erega arashobona kubayahawe ayandi mabanga, jewembona mugihe uwutanze inkuru ntashireko impamvu yivyatanganje vyabaye atawuca yishiriraho ngwazize ibinabiriya cane cane nkamajambo yokwankanisha abantunabandi.

8
BAKAME 25-10-2015 à 14:04

Fidilite we,buvuga neza sha uzopfa urukonyene,kuri conte yawe ntacufise.mugbo mugutukana uruwambere.ntabwoko bugicanamwo habanamba pfawipfane

9
okey 25-10-2015 à 13:28

ni vyiza

10
Festus 25-10-2015 à 12:06

Mbega uwo luis kamwenubusa kwasa na numukunzi wacu yagiye tutanka dolf

11
Nizondotozabo 25-10-2015 à 11:25

Nimba ariko aramubangamira yoreka kumuhindura gute ?ntituvuga rumwe tahe niko nkora .

12
Berchmans 25-10-2015 à 11:00

Nivyiza Guhindura Umuntu Bivanye Nukuntu Arangura Amabanga Aba Yarajejwe.

13
Munezero Bonaventure 25-10-2015 à 10:00

Aaaaah !!!!! Non Uko Niko Gusabikanya Ubutegetsi ? Ko Baguma Ara Badede Gusa Non Azoruka Abadede Bose Babaye Abategetsi ??? Ew Nkurumbi Umusi Bakujany Irahe Ivyo Uzovyibuka !!!!

14
Munezero Bonaventure 25-10-2015 à 09:59

Aaaaah !!!!! Non Uko Niko Gusabikanya Ubutegetsi ? Ko Baguma Ara Badede Gusa Non Azoruka Abadede Bose Babaye Abategetsi ??? Ew Nkurumbi Umusi Bakujany Irahe Ivyo Uzovyibuka !!!!

15
intagoheka 25-10-2015 à 09:30

NIVYIZA NIBA YAMUSUBIRIJE UMUGABO WIJUNJA NIJAMBO NABANDANYE ASOBANURE URURO NUGWAFU NAKARE DUKENEYE ABAGABO BIJUNJA NIJAMBO HANYUMA HARAMBE NKURUNZIZA NABAGUMYABANGA MWESEeeeeeeeeeeeee abakeba namwe muhungir igwanda

16
JOSEPH 25-10-2015 à 08:18

EWE MANA YACU TABARA ABARUNDI BOSE !!!!!!!!!!!!!

17
Siko Kuyamara 25-10-2015 à 06:22

Nkurunziza N’umugabo Urabona Ico Bihangang Vyabatutsi Yakuye Kukazi Numugab Pe !!

18
Siko Kuyamara 25-10-2015 à 06:19

Nkurunziza N’umugabo Urabona Ivyo Bihangang Vyabatutsi Yakuye Kukazi Numugab Pe !!

19
Falcon 25-10-2015 à 06:06

Louis kamwenubusa genda urime ubwishaza ntakundi,mbe kusa na Rudolf canke niwe yazutse ?

20
Falcon 25-10-2015 à 06:04

Louis kamwenubusa genda urime ubwishaza ntakundi,mbe kusa na Rudolf canke niwe yazutse ?

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha