Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yashimiye abamutoye
Umukuru w’igihugu yashimiye abamutoye
samedi 25 Mukakaro 2015
Umukuru w’igihugu yashimiye abamutoye ngo asubire kurongora igihugu c’Uburundi,inyuma yaho umurwi utegura amatora CENI utangarije ibiharuro nfatakibanza vy’ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 21 Mukakaro 2015.
Abicishije ku rubuga ngurakanabumenyi rwa Facebook yagize ati :
’’ Mwaraye musubiriye kunyizera, muntora ku bice 69%. Ndakengurukiye Bene #Burundi kur’uko kwizera munyongeye. Aho niho demokarasi yaraye ishize. Imana ibagirire neza, Ihezagire Uburundi ’’

Vyitezwe ko ko umukuru w’igihugu arahira imbere y’abagize inama nshingamateka na nkenguzamateka,kuwa 26 Myandagaro 2015.
Igihe
Messages
25 Mukakaro 2015, 18:01, par Charles. mbonankira
Nyenicubahiro.umukuruwigihugu.ndagukeje.uzogire.Imana.nimigishamyinshi.namagarameza.
25 Mukakaro 2015, 18:50, par GERARD
Emwe nezerwabasi kuko kucishahintahishiz mugukurikizamategeko ntibikirikibaziwaw.
25 Mukakaro 2015, 18:58, par MUYAHUDI
Niwirambire mutama kuba basubiye kukwizera wakoz gushimira abakwizeye ariko uribuka kwubaha amategeko
25 Mukakaro 2015, 19:01, par Kariyo
Ahubwo Yabicuritse Nk, Uko Yama Yari Gushimira Abatamutoye Aho Gushimira Abamuhenze. Niko Yama Kuko Iyo Yemera Raqort Ya Niyombare Yaii Kubona Ko Ariwe Yamubwiye Vyo Nyamitwe Akamwihoza
25 Mukakaro 2015, 19:05, par Eric
komera mutama turinyuma yawe abakwanka bakwandureko .
25 Mukakaro 2015, 19:26, par cumugabo
félicitation pourvu que votre pouvoir dure!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
25 Mukakaro 2015, 19:45, par SC
GUMA KWIVORA
25 Mukakaro 2015, 19:48, par Antoine
Ndashimye Ingenumukuru Wigihugu Yadushimeye
25 Mukakaro 2015, 19:58, par Edy@
Komera Mutama Uwukwanka Akwandureko.
25 Mukakaro 2015, 20:21, par fidelite
Turagukeje natwe monsieur le président,mbega hari uwomenya Ca Pancrace iyo canyikiye,ico kigugu cataye umugore ari kuvyara akaja kuryama mu matako y’inzoka ngo ni umugore,imana izoguhana kijuju,twaraye tumutoye umaramare ,urupfu rwurya mugore ruzogukurikirana ntuzopfa wongeye kuba umuntu w’icubahiro,abahutu nka we imana ibaturinde,bandanya urya amagi y’ibihuna iyo ncagwatsi ikugaburira ntuzomenya amaherezo yawe.
25 Mukakaro 2015, 20:31, par Muyahudi
Nivyiza mutama kuba bongeye kukugomwa ariko muribuka kwubaha amategeko
25 Mukakaro 2015, 20:48, par CNDD FDD WADE
MUTAMA KOMERA NKINKONA URI UMUGABOWIJUNJANIJAMBO IGIHUGU ICAWE UBU DUKENEYE ITERAMBERE RYIZA MUGABOWIBUKEKO WATWEMEREYE IKABURIMBI IBUSONI MUKIRUNDO UZORIDUHE IMANA IGUFASHEKURONGORA IGIHUGUCACU UBUGUNABAHUNZEBAZAKUBWISHI EJO NARIKWIDUWANI UKOBAGIYE NIKOBAZA MATAMA NTAKUGUGUMWA
25 Mukakaro 2015, 20:51, par DOMITIEN
KOMERA MUTAMA.BANDANYA UNYWANISHE ABARUNDI.IMANA IKUJE IMBERE
25 Mukakaro 2015, 20:58, par Izai
komerakwibaga urumugabawabagabo imana ikujimbere uyobore uburundi nabarundi neza nkamose ayobora ingabo zabisirayeri yakoranye nimana maze imana imubahafi ndakwifurije ubutwarebgisa abarunditurinyumayawe.
25 Mukakaro 2015, 21:46, par James
Turarindiriye urahire utumare atacamira ariko nubumbona warugerageje pee!!!?IMANA :Izogushimire kabisa:
25 Mukakaro 2015, 21:52, par Baise
Gwarashimirabamutoye nashime ceni yamuhayamazwi ibindabireke gwazarahiraryari yewe ntabagabobakibaho nimureke RUKARA yihungire
25 Mukakaro 2015, 23:41, par Turamwemeje
bavuga ngo ntagir’ab’iwabo?
yeeee Shonyanga ari n’ab’iwabo!!!!!
yeee Shonyanga! !!!!!
ab’iwabo n’abarund’isinzi !!!!!
yeeee Shonyanga ari n’ab’iwabo !!!!!
yeee Shonyanga!!!!!
26 Mukakaro 2015, 06:27, par Niyibimpa
Muta Turakwemera Cane Bandanya Uturongore Ntakabi Kawe Kandi Utwubakire Ikaburimbi Riva I Ngozi Centre Rice Muvyerwa Ni Busiga Gushika Kanyaru Bas.Ico kirwati Waduhaye Kije Kwibarabara Ryiza.
26 Mukakaro 2015, 06:29, par Niyibimpa
Muta Turakwemera Cane Bandanya Uturongore Ntakabi Kawe Kandi Utwubakire Ikaburimbi Riva I Ngozi Centre Rice Muvyerwa Ni Busiga Gushika Kanyaru Bas.Ico kirwati Waduhaye Kije Kwibarabara Ryiza.
26 Mukakaro 2015, 06:49, par #omar#
wewe wiyise#Baise#uratangaje ngo perezida azobamara?niwaja kuyitakura urabizi mu cibitoke ikabarore nahandi abagerageje bamara umwanya muto kuko imana ntishaka uwuza kwica abarundi.uwuzorukarisha ruzomumwa tekereza tube mumahoro.mbe komuvuga mgwazobamara 1972ni1988,1993ababahutu bicwa nkimbeba niwe yabishe?akogatima kubwicanyi turazi muracagafise ,ariko ntimuzongera ukundi
26 Mukakaro 2015, 06:53, par burundi
Ayo niyo mabarabara yubatwe kuva muri 2005
Avenue de l’imprimerie 2,032
Avenue de la Croix rouge 0,642
Boulevard de l’Uprona 2,154
Boulevard Mutaga III 2,145
Chaussée Kigobe 2,372
Desserte Mutakura- Buterere 4,833
CHPL Rwagasore 1,033
Avenue Muyinga Nyakabiga 2,854
Avenue Moso 1,150
Avenue Belvédère 1,580
Avenue Muyinga Zone Nyakabiga 2,854
Chaussée de l’Agriculture 1,550
Boulevard Mao 1,200
Rue JRR 0,800
Boulevard du 1er novembre 0,550
RN3 : Bujumbura-Gitaza 29, 3
RN4 : Bujumbura-frontière RDC 10,5
RN10 : Rugombo-Kayanza 122
RN12 : Gitega- Muyinga- Karusi 104
RN14 : Kirundo-Gasenyi 36
RN9 : Bubanza-Ndora 42
RN18 : Nyakararo-Mwaro-Gitega 56
RN20 : Gisuru-Rusengo-frontière
Tanzanie 37
RN21 : Mabanda- Mugina 21
26 Mukakaro 2015, 07:24, par Jean
Nyakubahwa Prezida Komera Kwibanga,abobavugako Itari26zukumunini Utazoba Ukiri Umukuruwigihugu Wababwira Gute Kamutama?Mutama Ntimuduhemukire Ngo Mwemereko Tuja Muntwaro Mfatakibaza?
26 Mukakaro 2015, 07:29, par harerimana zabuloni 69465160
turagukeje nyenicubahiro intinzi twayikubonamwo tugusabe,ikintukimwe.mwibuke imbonerakure twaraye tugarukiye kumanga.murazi ngend tubayeho!
26 Mukakaro 2015, 08:47, par emma
emma
komera nyakubahwa president abarundi tukurinyuma ariko tugusavye kudukunda ukaturonderera amahoro niterambere no gufashanya mukibano nahandi nurukundo mubarundi. Abiyumvira gukora ikibi mugihugu cabo nabo nibateshwe bate abarundi nitwe dutanga.
26 Mukakaro 2015, 09:22, par Tuzobamara
Bwabundi mwari abacangero? Imbonerahafi.
26 Mukakaro 2015, 10:03, par vincent
abakurwanya tuzagufa kubarwanya
26 Mukakaro 2015, 10:19, par nyakubahwa ibereho ibihe byose nka presida wacu nyakubahwa paul kagame nawe (...)
vincent
26 Mukakaro 2015, 10:39, par Grace
Komer mukur wigihugu utwarir abarund twese knd no mur 2020 uzokwib akand kamandant ham uhezagirw ham Fidelité weee!reka kuzuvuga nabi uwakoz nab murek Imana izomwihanir kuk ubwrabnd ngo nibijuju?niw uri très intelligent kurushabnd?umunt Imana yiremey mwishush yay ngo ninzoka?ww nn urik?kwitond birafashaaa!rek kuza werekan amashav kk siw uyafis wenyen
26 Mukakaro 2015, 11:01, par ossi
Mana yacu kuberiki abarundi dufise amaso ntitubone!barundi yabamwatembera mukabona ukUngene abandi bafise demochras babayeho nihomwomeny kotuyifis canke!
26 Mukakaro 2015, 11:40, par ndayizeye
chimirwa nyakubahwa,imana ikuje imbere...waraye udusimbishije imanga!
26 Mukakaro 2015, 11:53, par UMUKENYERARUGAMBA
Eeeh SHONYANGA ARI N’ABIWABO Eeeh SHONYANGA,AB’IWABO N’ABAGUMYABANGA Eeeh SHONYANGA ARI N’ABIWABO Eeeh SHONYANGA,ABIWABO N’ABAKENYERARUGAMBA Eeeh SHONYANGA ARI N’ABIWABO Eeeh SHONYANGA,AB’IWABO N’IMBONERAKURE Eeeh SHONYANGA ARI N’ABIWABO Eeeh SHONYANGA,AB’IWABO N’ABARUNDI BOSE ...KOMERA MUTAMA TWARAYE TUKWITORE ABATABISHAKA BIYAHURE.RWASA NAWE MUMUSHIRE KU MURONGO
26 Mukakaro 2015, 13:42, par nkdn
nanje ndagukeje kubutwari waraye utweretse mukwanka guheba abenegihugu ngobatwarwe bacuritswe harikindi nagusimiye nuko bagomba kumara abo mwagendanye bose ngo nabicanyi twarabahinyuye imikenyuro yabo twarayimenye ngo bashaka gukenyura nkakagame ngabanyabura bafate nkuko vyagenze mu rwanda ng o bice wewe adorf ndakgarik kazungu gihahe rwembe nimbonerakure nabandi ntavuze mwavanye mwishamba twarabahinyuye bbashaka ko izotwari zivaho natwe turagushigikiye mukuguha amajjwi mukingire izotwari iciyumviro ntanze abambasaderi mubahindure bakoze nabi ntibavugira igihugu neza ngira murabibona ikinyoma caratsinze hanze hindura kandi twifuza ko mworaba abandi bodufasha kuko abakeba bugarishije infashanyo murabonako vyakunze raba uko mwokenyura mutama guma kwivora turinyuma yaweee
26 Mukakaro 2015, 13:53, par minani
vyukuru harihoh abashima nabandi bagaya non twemere band? mwumva gute?
26 Mukakaro 2015, 13:59, par RUKUNDO
Nyenicubahiro,twese turi inyuma yawe ariko mwibuke gushimira uwitwa Adeldrd SHIRAHISHIZE avugira umugambwe KAZE-FDD akaba arongoye urunani COPA mu ntara muvukamwo ya Ngozi,kuko yatanguye gushigikira ikiringo canyu kuva muri 2014 kuri RPA Ngozi nubu akaba akibandanya aho ari hose.
26 Mukakaro 2015, 16:16, par Mutware
Ukwiba ingoma ntibigoye, ikigoye ni ukuronka aho uyivugiriza.
Aba DD umuntu yihweza hari ikintu mubuze: ntimuzi gu tira leçon y’ibiba. Ntimuzi kwiyumvira muti mbega ibi biriko biba Kubera iki.
Umugambwe wanyu uzojana na Nkurunziza inyuma y’imyaka 5 nimba azohashika kuko ata philosophie, ata vision mugira ndetse iy’ibihumbi. Kwiruka inyuma y’amaronko ntivyubaka igihugu kuko ni phisophie idashika.
Ugutwara igihigu c’est un sacerdoce: harimwo ukwiheba, ukwigora, ugutubika umukanda...Rabire akarorero kubantu bakomeye babaye intwari nta za compte zuzuye amafaranga bari bafise. Nta miduga igurwa ibitangenda bari bafise, nta mazu yubakwa ku ma milliardi bari bafise.
Mwebwe mwatoranye corruption, amanyanga...ivyo navyo ntibishobora kuba umushinge w’igihugu.
Icare mwibaze muti bishoboka gute ingene Abarundi babasasiye izo bambaye mugabo mu myaka cumi gusa bakaba abatari bake bipfuza icobabakura ku gakanu. Bishoboka gute ingene hagati yanyu mwiciyemwo imirwi, bishoboka gute ingene umugambwe wanyu ariko uraba infiltré? Nta kintu na kimwe mwishimikije gituma Abarundi bagira umwizero muri kazoza. N’ako mugnderako n’i ako Ndadadaye yasigaranye Abarundi aho yababwira ati: gororoke, gende muhagaze kuko muri abantu nk’abandi. Mwebwe mwobwira Abarundi philosophie yanyu? Ntayo. Ico nico kiriko kibasambura kandi nico gituma Abarundi batari bake bariko barabizeruka.
Mfise ubwoba ingene tugiye kumara iyindi mwaka 5 muri uwo mwijima.
26 Mukakaro 2015, 17:11, par ngusa
mbeg’ubujuju! aho uwitwa ngo ni president atogwa ntaronke n’ubutumwa bwo kumukeza buvuye ku muperezida n’umwe kw’isi yose!! emwe birame mbone!!
26 Mukakaro 2015, 21:08, par Shirira
Uri PAPA buntu irambire mutama wacu. ico tugusaba kandi twizeye kko IMANA ariyo ibitanga nuko wotwubakira ikibuga c’inkino muri commune vumbi murakoze
26 Mukakaro 2015, 21:14, par nzaramba eraste
TURAKENGURUKA IVYAVUYE MUMATORA P!! OK??
26 Mukakaro 2015, 23:44, par GJS
Murakunzwe cane mu gihugu kuko 69% arahagije,ariko mwibuke Adelard SHIRAHISHIZE azwi cane i Ngozi nk’uwafashe iyambere mu kubashigikira arongoye KAZE-FDD n’URUNANI COPA i Ngozi.asanzwe anavugira KAZE-FDD.Nimuganze Imana uwuyubashe nayo iramutera iteka.
27 Mukakaro 2015, 07:16, par Gakozi Emmanuel i Pretori
ndakeje abarundi bahisemwo uko botwagwa iyo niyo demokrasi. nkaba nkeje Nyeni cubahiru Umukuru wigihugu c’uburundi yiziygiwe kandi kwongera kurongora igihugu. Ubukene buvugwa buri hose kwisi. Abarundi biyungunganije bo bugwanya. Ataruguterana amajambo. Nyenicubahiro Mukomezwe kurangwa nibikogwa nkukomwamye igihugu kirusheho gutera imbere. Mukomeze guha ikigongwe abobose bakosha nkuko Bibaranga. ndashima caaaaane ingene amatora yaheze atamuhero wisi ubaye. nkuko twarituvyiteze.Imana Ibaje imbere.
27 Mukakaro 2015, 14:30, par nkurunziza
Kurahira ntivyerera Bose haaaaa ureregwa
27 Mukakaro 2015, 20:18, par Giti
NDASHIMIYE INTWARI UMUGABO MUBAGO INSERUKA RUKAMVYE KUBONA YEMEYE KWONGERA GUSERUKA NGO YONGERE KURONGORA IGIHUGU CUBURUNDI ABENE GIHUGI BAKABA BARAYE BEREKANYE DÉMOCRATIE MUBURUNDI KO YASASAGAYE HAMA UBUKENE NABWO SIGIHUGU CUBURUNDI KIZOBA GIKENYE GUSA NKABA NSAVYE IMANA DATA MUSHOBORA VYOSE ATURINDIRE IYO NDONGOZI IMANA YATWIHEREYE
31 Mukakaro 2015, 22:31, par Daniel arias Kadhafi
Muzehe,Imana yakuduhaye ihabwicubahiro kandi ikuzigame dutezimbere Uburundi n’Abarundi mubikogwarusangi abazungu baducinyije barorera Hama bazokurikira iyo tuzoba tugeze.Muzehe ntiwaduhemukiye natwe ntituzoguhemukira.Imbonerakure tuzobandanya gukora ijoro numutaga.
2 Myandagaro 2015, 13:53
Nkurunziza Iyo Mandat Ihita Yica Abantu Benshi Adolphe Aragiye None Hasiye Nde?Ndakugarika Niwe Asigaye N’abandi#<<watwara Neza Ariko Abo Mufatanije Nibo Babi>>komera Kwibanga>>