Umukuru w’igihugu yatanguje ibikorwa vyo kwubaka ibiro vy’umukuru w’igihugu

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 22 décembre 2015 saa 12:40
Yasomwe : 88299
0 0

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yaratanguje ku mugaragaro ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa nshasha zizokoreramwo umukuru w’igihugu,ku mutumba wa Gasenyi uri mu ntara ya Bujumbura.
Ibikorwa vyo kwubaka izo nyubako biriko bikurikiranwa n’igihugu c’Ubushinwa,kizotwara imiliyoni ijana na mirongo itanu z’amafaranga y’Ubushinwa,bizomara amezi 26.
Iyo nyubakwa izoba igizwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu,ahakorera ivyegera bibiri vy’umukuru w’igihugu,ahazobera inama y’abashikiranganji n’ibirori vy’igihugu. (...)

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yaratanguje ku mugaragaro ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa nshasha zizokoreramwo umukuru w’igihugu,ku mutumba wa Gasenyi uri mu ntara ya Bujumbura.

Ibikorwa vyo kwubaka izo nyubako biriko bikurikiranwa n’igihugu c’Ubushinwa,kizotwara imiliyoni ijana na mirongo itanu z’amafaranga y’Ubushinwa,bizomara amezi 26.

Iyo nyubakwa izoba igizwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu,ahakorera ivyegera bibiri vy’umukuru w’igihugu,ahazobera inama y’abashikiranganji n’ibirori vy’igihugu.

Gushika ubu umukuru w’igihugu aracakorera mu nzu irihwa na Reta,iyo nyubakwa igashobora gufasha kugarura amafaranga atari make mu kigega ca Reta.


Kumenyekanisha

1
SMAIL 31-12-2015 à 14:15

TWOTERIMBERE
WYOWYO

2
J.Bosco Bahati. 27-12-2015 à 09:27

Nimureke Mutama Yikorere Kuko Birababaje Kubona Mwari Mwanigiye Mumenshi Igihugu Mumyaka Irenga 50 Uburundi Bwikukiye,buguma Bukotesha Ibiro Bukoreramwo.Ahubwo Nimumureke Pierre Nkurunziza Atezimbere Igihugu,mukwubaka Ibiro Bikuru Vyumukuru Wigihugu.Twebwe Abagumyabanga Abanyama Dini Benshi Namakungu Turamwemera.Nagire Ibikorwa Birama.Imana Imuhezagire.

3
Barunguza 27-12-2015 à 04:31

Nivyukuri, Umukuru W Igihugu Cacu Arafise Ishaka Ryogutezimbere Igihugu Cacu.Nakomere Kwibanga,abarundi Isinzi Turamushigikiye.Imana Imuhezagire.

4
NIYOKINDI 26-12-2015 à 21:42

NIYOKINDI VIANNEY ATEREREYE AVUGA ,ATI KOMERAMUTAMA IMANA IKUJIMBEREMUGU TEZA IMBERE IGIHUGU CAKWIBARUTSE MUTIBAGIYE NAWAMUGAMBI WIBIRWATI, TURANGIJE DUSHIMIRA NIBIHUGU BIRIKO BIRADUTERERA ,IMANA IBIJE IMBERE.

5
NIYOKINDI 26-12-2015 à 21:41

NIYOKINDI VIANNEY ATEREREYE AVUGA ,ATI KOMERAMUTAMA IMANA IKUJIMBEREMUGU TEZA IMBERE IGIHUGU CAKWIBARUTSE MUTIBAGIYE NAWAMUGAMBI WIBIRWATI, TURANGIJE DUSHIMIRA NIBIHUGU BIRIKO BIRADUTERERA ,IMANA IBIJE IMBERE.

6
bizoza 25-12-2015 à 10:27

Nico ndakwemere mutama uratwubakira nirya stade prence lui rwagasore natwe twakire inkino npuzamakungu

7
bernard 25-12-2015 à 04:43

Jew nagomba nse nuwuvunira. akagohe reta yuburu. nacane cane mbwira. uwomukozi. w’ Imana. akaba. numucuga butumwa. nyakubahwa petero NKURUNZIZA koyobwira. ivyobihugu. vya aziya. aho ndavuga ubushinwa , uburusiya,............,.............,

ntibiteho kuduha inkunga gusa. yamazu. ahubwo. biteho kuduha. inkunga. kuduha. ibikoresho. bigezweho. vyagisirikare. usanga ngahamuburundi. tudafise. kubwinshi aho novuga. nkibikoho. bihanura indege. nibisasu vyazo. bita missile. eka bishobotse. baduhe indege. zigezweho mubijanye. nintambara.

iterambere niryiza igihugu kigasa neza ariko hatibagiwe. numutekano wiryo. terambere.

ufise. igisirikare. gifise ibikoresho bigezweho. bikomakomeye usanga nabafise imigambi yokugisahura bagitinya.

hanyuma ndashimiye Ubushinwa nibindi bihuguvyinshi. vya aziya. vyiteguye kuduteza imbere .murakoze. ntantmbara izongera kuba muburundi imana irakunda uburundi nabarundi. kandi iriteguye gukubita inkoni. abansi buburundi.

8
kubwayo 24-12-2015 à 18:01

Ivyontahovyakabaye babakurasa babakubaka nivyambere kobarikobararwana inyumbati twahoratubaha koyaheze murarabe hose ntarukizarurimwo kwarukuvikan nyangoma vyabi jubu twamuha akeneyibindi yibereye mumahanga ?

9
NCABUGUFI. 24-12-2015 à 11:01

KUBAKA VYARIVYO MUGA VYIZA NAMAHORO IMBERE.

10
wakenya 23-12-2015 à 15:54

Ariko kubona rata ikorera munzu yinkotano birababaje kubera amakomisiyo

11
wakenya 23-12-2015 à 15:54

Ariko kubona rata ikorera munzu yinkotano birababaje kubera amakomisiyo

12
wakenya 23-12-2015 à 15:54

Ariko kubona rata ikorera munzu yinkotano birababaje kubera amakomisiyo

13
patrick 23-12-2015 à 13:11

reta yac turaydmer kumigamb yiteramber iguma irangur niyrambir nkurunziza pierre iterambere ryos dufis mu BURUNDI turikesh we.

14
sudsudan 22-12-2015 à 22:12

koramutama naho intumvazitemera abumutimabarabibona

15
Correction 22-12-2015 à 22:05

Miriyoni ijana na mirongitanu zamashinwa nangahe mumarundi ? bemwandika inkuru itomoye.

16
Evarist niyonkuru 22-12-2015 à 21:54

Bitanguye hageze.

17
john 22-12-2015 à 21:09

Komera komera Mutama, Imana iri kumwe nawe

18
DANI 22-12-2015 à 20:34

MUTAMANIWIRAMBIRE UKOREBIKORWA VYITERAMBERE

19
sandrine 22-12-2015 à 15:45

arabura kugarura amahoro mugihugu aveho abantu baronke amahoro ngo arikubaka ibiro abe baguwe neza abandi barahashiriye kuberawe gusa .Mana ndamukweretse igihe kitaricyi akababaro ateye abarundi nawe azakagire kumusi wateguye kd utange amahoroho mu burundi

20
freedom 22-12-2015 à 15:43

nivyiza kubaki kirimba kuzobamo abakuru bigihungu bacu bazotwariki gihugu komera niterambere

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha