Accueil > Amakuru > u Burundi > Umumenyesha makuru wa RFI mu Burundi yoba yahohotewe mu biro (...)
Umumenyesha makuru wa RFI mu Burundi yoba yahohotewe mu biro vy’igendereza
dimanche 2 Myandagaro 2015
Umumenyeshamakuru akorera iradiyo y’abafaransa RFI ya nyuama ararekurwa inyuma y’amasaha yamaze mu biro bikuru vy’igendereza.
Esdras Ndikumana yahagaritswe inyuma y’igitero cakozwe ku modoka ya Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana mu gatondo ko kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro,muri komine ya Kamenge ,mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.

Agifatwa yaciye yakwa ibikoresho akoresha mu kwegeranya amakuru,aca yurizwa imodoka ajanwa mu biro bikuru vy’igendereza,aho yakubitiwe inkoni ijana yubitse inda hasi, aho yasanze abandi bahagaritswe.
Esdras Ndikumana aridegemvya ariko yababaye ku buryo bimugora gutambuka,kandi urutoki rumwe rwoba rwavunitse.
Van Naris Mugisha
Messages
2 Myandagaro 2015, 19:44, par NGAJM
IYOBAKWICA NAKARETWABUZE UMUGABO
2 Myandagaro 2015, 19:45, par NGAJM
IYOBAKWICA NAKARETWABUZE UMUGABO WABAGABO
2 Myandagaro 2015, 20:58, par NIYITEGEKA CLEMENT
ABASIGAYE BIHANGANE
2 Myandagaro 2015, 21:04, par Byose
@NGAJM,nawowe uzopfa wirakarira um’umenyeshamakuru siwe yamwishe,igihe ca Adolphe cageze poa poa.
2 Myandagaro 2015, 21:05, par Grace
Mbega ga NGA JM umunt nik?ivyubivz wibukak naw uzopfa?umunt apfumus ugez sivyiz rero kk iyo naw apfa yabafuriy rwiw kinogo naw rwaw kikikurindiriy twikebuk rer muvyo tuvga kk ejo naw urashikirwa
2 Myandagaro 2015, 21:06, par Rgs
Naw Sha Tnyenya Gato Uri Inyuma Ya Adolfe Iyo Mbwa Y’umuhimbiri.
2 Myandagaro 2015, 21:11, par Rgs
Ndasavye Umuntu Ws Yamurangij Az Ndamuh Vin De Qualite Sha!!!!!!!! Ego.
2 Myandagaro 2015, 21:15, par Jewenawe
Uwonyene niweyafashe amafoto yumuhisi Adolth umutwe wuzuye amaraso acayaha abantu bayashira kuri fcbook! yemwe murarinda iyokazi numwaku gusa muzopfanabi.
2 Myandagaro 2015, 21:30, par Meddy
Bamuhoye Iki?Nubu Ntibaratahura Ko Kwisi Twatse Indaro!Nibemere Bakizwe Nabahambaye Barakizwa None Barusha Amanyama Sauri
2 Myandagaro 2015, 21:51, par Baron
abirata kwica namwe muzopfa!uwo ko mumuziza ubusa!ababikira bobo,jean petit,..Imana yo mw’ijuru niyo cabona kuvyo mukora.uwicisha inkota azicishwa iyindi.
3 Myandagaro 2015, 01:44, par Itangishaka Ménélick
Mbegayemwe!!Amarir’abarundi Turira Tuzoyahozwa Nande?Kw’aboduhojej Aribo Batugandagura?Uyo Mumenyesh’amakuru Yaziz’iki?Muribuka Ko Atawaruhay’umugeni,mutemagur’abantu Urupfu Ntimuzorutema,bandanya Ivyanyu Kumpanda Biracabarindiriye,mbega Muzobigenza Gut Musanz’abo Mwishe Babatanz’ijuru?Ntamvur’idahita.@
3 Myandagaro 2015, 07:14, par kamikazi
clement urucira mukaso rugatwara nyoko rindir naw
3 Myandagaro 2015, 09:58, par Thomas
Birababaje kubona abitwa ko bazi democratie aribo bamukoreye ivyo mbe kobamwatse ibikoresho vyokumenyesha amakuru babonye ari ama lance rocket
3 Myandagaro 2015, 10:50, par nsumirinda lajab
kugira uburundi buronke amahoro nuko abobos bahahamiy ubutegets bopfa tukimika gushash, karasz ingani umurundi Abe nkakanyeger, nne abobkuru bodutora bamaze ik? nukunyagagus! !! haguh agacir umwen ighug, bopfuma bapfa bag a kurikira abndi kuk nibo batumaz, nokuntwar yacami ntabapfa nkubu, nne independence twagiz yamaz ik? ?????.
3 Myandagaro 2015, 11:12, par tuveko
NGAJM utiyobamwica uti umugabo wabagabo hahaha nimiswi murinyuma sha mwashikiwe numwanya wanyu
3 Myandagaro 2015, 15:53, par gahungu
none uyo mu journaliste bamuhoye ubusa ,abo nta demokarasi bigishijw mbeko ndaday mutama wacu yagandaguw gushika n’ubu naho mwatway imyaka 10 mutafash abamugandaguy cank ifoto yukungen yagandaguw ubu mwamwibagiy nkuko umenga s’umuhutu nkamw,ni mumaramarire hio urazi imiryango yaba FNL yahekuy mbega ko mbona buca bugacana ayandi ayo maradiyo mwaturiy mukomora nabayakoramwo ejo aho ifirimbi izobavugirako muzotabariza hehe?ni mureke ubujuju n’ubupumbavu muzi kurasa mugabo umutwe hakuna reka frodebu na uprona batwar kuko twarabahinyuy
3 Myandagaro 2015, 20:23, par KINOTI Egide
Ivyo muburundi bizogarukira hehe? Mana wewe waturemye iribuka igihugu cacu kuko kigeze habi.!!!
3 Myandagaro 2015, 21:38, par vianney
Wihangan mumenyesha makuru niko bimeze ivyuburundi biragoye .
3 Myandagaro 2015, 21:38, par vianney
Wihangan mumenyesha makuru niko bimeze ivyuburundi biragoye .
3 Myandagaro 2015, 21:48, par vianney
Wihangan mumenyesha makuru niko bimeze ivyuburundi biragoye .
4 Myandagaro 2015, 13:07, par Ildephonse
Abakora ivyo nibo bariko baronona igihugu. Ariko barihenda vyose tuzobimenya.
4 Myandagaro 2015, 13:23, par Il S.
Ntamahoro tuzogira hakiriho kuragizwa mukazi k’umuntu. Umwe wese niyubahirizwe,arekwe yidegemye. Mu journaliste,pole sana,bandanya akazi. Uburundi uravyibagiye? Bobo nawe,ihangane. Kandi ntuzote umwuga.
18 Kigarama 2015, 07:35, par regis
abakorivyo nti bazicobakora ubundi umuntu agombagukora ico ashinzwe ntakuntu igihugu caterimbere hakiriho akokarengane nibisubirako tuzoronka amahoro
4 Ntwarante 2016, 13:18, par Ndaykeza Melani
Nukwihana Kuko Urupfu Mukuza Ndirukoma Induru
4 Ntwarante 2016, 13:21, par Ndaykeza Melani
Nukwihana Kuko Urupfu Mukuza Ndirukoma Induru
31 Rusama 2017, 20:39, par KING JAMES
Nahowogomba Ugapfa Ubona Warumariyiki Uburundi