Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuryango wa Cyprien RUCYAHINTARE watanze umuco ku myidondoro (...)
Umuryango wa Cyprien RUCYAHINTARE watanze umuco ku myidondoro yiwe
mercredi 16 Ntwarante 2016, par
Rucyahintare Cyprien, awuheruka kwerekanwa n’igiporisi c’Uburundi bavuga ko ari umusirikare w’Urwanda yafatiwe mu Burundi mu bikorwa vy’ugusuma urusaku, nawe nyene akemeza ko mu ngabo z’Urwanda, vyabeshujwe na se amuvyara. Uwo muvyeyi wiwe atanze umuco inyuma y’aho n’igisirikare c’Urwanda kivugiye ko iryo zina ritabaho muri ico gisirikare. Vyinshi ku myidondoro y’uwo yafashwe bivugwa n’umuvyeyi se wiwe, akavuga ko umwana wiwe arangwa n’ubusuma.
Rucyahintare Cyprien ni mwene Nsabimana Esdras na Nyirangendahimana akaba yaravutse mu mwaka w’1994. Yahora aba mu Mudugudu wa Mugina, akagari ka Kintambwe mu Murenge wa Rweru, aho ni mu Karere ka Bugesera. Ni umwana w’indwi mu bana umunani.
Se wiwe ariwe Nsabimana avuga ko umuhungu wiwe akazi kari kamutunze ari ukwiba, ko ata gisirikare yigeze ajamwo. Yavuze ko ubwa mbere yiba inkoko, mu nyuma yiba impene.
Mu kwezi kwa Munyonyo 2015, Cyprien Rucyahintare yagirijwe icaha c’ubusuma, igihe we na mugenzi we babomora inzu y’umunyagihugu azwi kw’izina rya Nyirahabimana Athanasie, bakamwiba amafaranga ibihumbi 150 vy’amanyarwanda.
Ubwa mbere igiporisi c’Urwanda camutaye muri yompi, apfungirwa ku kirindiro ca Batima, mu Murenge wa Rweru, mu nyuma ajanwa ahakorera igiporisi i Nyamata, aho yavuye ashikirizwa sentare.
Cyprien Rucyahintare yaratsinzwe muri urwo rubanza, asabirwa kuriha ivyo yivye, ariho nawe yaca agurisha ivyo atunze kugira ashobore kuriha.
Nsabimana umuvyeyi wa Rucyahintare avuga ingene umuhungu wiwe yarangwa n’imico mibi. Yagize ati : « Ubwo arambwira ati njyewe mpa amafaranga, mpa ahongaho ibihumbi 70 nigarurize isambu kuko nari mfite andi. Nti uragaruza isambu se ninjye wayihaye? Ati byihorere amafaranga nazayiha. Bukeye nibwo yanteye nijoro, antwara umufuka w’ibishyimbo, hashize iminsi numva ngo Sipiriyani yaragiye ntawe uhari. »
- Nsabimana Esdras umuvyeyi wa Cyprien RUCYAHINTARE avuga ko umuhungu wiwe yakuranye imico mibi
Uwo mutama abandanya agira ati : « Ntabwo namubaraga mu bandi bana. Ntabwo nari gusiga ntegetseho ngo nsohoke. Mu bana banjye niwe wananiye. Naho ibyo bavuga ngo ni umusirikare, nta busirikare bwe nzi. Oya, ntabwo nzi rwose. »
Kuvyo Rucyahintare yashikirije ko yavukiye muri Uganda, se wiwe arabibeshuza, akavuga ko ari umwana wiwe yivyariye, kandi ko yamuvyariye mu Rwanda.
Ku bijanye n’ivyo umuhungu wiwe yashikirije ko yahora akunda kuja mu gihugu ca Uganda, Nsabimana yishuye ati : « Ntabwo mbizi kuko yari indara, ntiyambwiraga ngo ngiye aha. Nta n’umusirikare ndamubonana nawe ngo mbone barimo baratemberana.»
Uwo muvyeyi avuga ko ivyo umuhungu wiwe yakoze azobibazwa ku gatwe kiwe
« Maze kumva ko yafashwe naravuze nti urwishigishiye ararusoma. Ubwo izo ndonke yashakaga ashatse yazizira. Ntabwo yigeze aba umusirikare, nta mwana wanjye wigeze aba umusirikare. Nta n’umwe. »
Ntiribaye irya mbere akora ibintu nk’ivyo
Mukuru wa Rucyahintare azwi kw’izina rya Nsabimana Joel avuga ko murumuna we yari ameze nk’umuntu afise ingwara yo mu mutwe kuko ico yabazwa atarico yishura, ndetse akaba yari amaze kurwara mu mutwe incuro zitatu, bakarara baramuboha mw’ijoro.
Uwo muvukanyi wa Rucyahintare avuga ko na mbere y’ivyo yigeze kuja mu bintu nk’ivyo yafatiwemwo mu Burundi, aza gufatirwa ku mupaka ahitwa Nyirarubomboza, ajanwa ku murenge, avuga ko yari arindiriye Abarundi bakorana mu busuma bw’abitwaje ibirwanisho.
Ico gihe yarabajijwe ico bari bagiye gukora, yishura ko bashaka kuja kwiba ahantu ku murwa mukuru, n’aho nyene akavuga amajambo menshi adahura, akemeza ko akorana n’uwitwa Nyamwasa, bituma akekwako uburwayi bwo mu mutwe.
- Joel mukuru wa Rucyahintare
Joel mukuru wa Rucyahintare avuga ko batari baherutse kumubona, inyuma y’aho gato bakaba bagiye kwumva amakuru ko yafatiwe mu Burundi.
Abanyarwanda bacuruza amafi mu Burundi nibo batanze amakuru ku muryango wa Rucyahintare ko yashitse mu Burundi aca arahafatirwa. Abo batanze ayo makuru bavuga ko bamubonye yurizwa imodoka y’igisirikare, bakavuga ko uwo bari bajanye bamwishe.
Sindikubwaho Syvestre, Umukuru w’Umudugudu wa Mugina mu Kagari ka Kintambwe, avuga ko inyuma yo kumva ko Rucyahintare avuga ko ari umusirikare, abanyagihugu bose bumiwe bitewe n’uko bari basanzwe bazi ko ari umusuma karuhariwe.
- Sindikubwaho Syvestre, Umukuru w’Umudugudu wa Mugina mu Kagari ka Kintambwe
IGIHE
Messages
16 Ntwarante 2016, 11:14, par Aime
Muragaragaye !!!!!!!
16 Ntwarante 2016, 11:26, par turaje
police yuburundi mbere yo kugira icyo mutangaza mujye mubanza mukore iperereza ryimbitse rwose ubwose harizindi preuve mushaka? mwafashe igisuma ntimwafashe umusirikare wa RDF , OK ubwo bibaye 1-0. hahahahaha
16 Ntwarante 2016, 11:32, par john
wowe uhakana ko badasa ushingira kuki uriya muhungu nuko yubitse amaso naho ubundi asa nase pee. ndagirango mbabwire bayobozi babarundi nimuhindure ingendo yanyu cyangwa (umuvuno) .
16 Ntwarante 2016, 11:37, par hodavie jomi jomi
yewegaye!bizogenda gute?aratwambits ibara twebw abarundi p!
16 Ntwarante 2016, 11:38, par hodavie jomi jomi
yewegaye!bizogenda gute?aratwambits ibara twebw abarundi p!
16 Ntwarante 2016, 11:46, par zuzu
ubujanja.com
16 Ntwarante 2016, 11:57, par nkotanyi
igipolisi cy’ uburundi cyagaragaje ko atari icy’ umwuga rwose gupfa gutangaza ibintu nkabiriya umusazi yarababeshye namwe mujya aho muratangaza ndetse muranemeza ubuse murakwirwa he koko?????????????????? nukuri ibihugu byacu byombi turi abavukanyi ariko abarundi rwose murababaje igihugu cyanyu kiri inyuma rwose mu nzego zose ibaze igipolisi gutinyuka gutangaza ikintu nk’ iki nta perereza na rimwe rikozwe koko kunanirwa gutandukanya umusivile n’ umusirikare birababaje cyane .
16 Ntwarante 2016, 11:58, par Cimpaye
Hhhhhhhh.
Muzasanga n’uruhare rw’u Rwanda mwikanga rutariho.
Nkuwo murobyi mwamurasiye iki?
16 Ntwarante 2016, 12:29, par Muti
Ukuri guca muziko ntigusha! Wait and see!
Politique z’ibihugu vy’Urwanda n’Uburundi ni ibinyoma gusa. Twizere nde tureke nde? Mana bohora abarundi n’abanyarwanda bave mubinyoma!
16 Ntwarante 2016, 12:32, par gipe nene
abanyagwanda muzubwenge aho murikongo muhenda abarundi mubeshe ngosumusirikare murahendabandi ntimuhende abarundi biramusa numusirikare rekawiyobagiza ivyanyu turabizi
16 Ntwarante 2016, 12:32, par Jimy
kw’irementanya ryanse ni bace bamuha ubwenegihugu bw’Uburundi kuko kagame yoca amubamba.a. Muga bazakwitwara kandi abarundi muriyambitse urubwa.
16 Ntwarante 2016, 12:39, par kassim jérémie
Abobanyarwanda aho mwakaduhendeye,mugiyemwahinyuka
16 Ntwarante 2016, 12:42, par kassim jérémie
Abobanyarwanda aho mwakaduhendeye,mugiyemwahinyuka
16 Ntwarante 2016, 12:44, par niko james
ewe gihugu cacu ugeze kure je nosaba ko mwova ku rwanda vyabananiye ivyanyu nimubaveko.
16 Ntwarante 2016, 12:47, par Cimpaye
Hhhhhhhh.
Muzasanga n’uruhare rw’u Rwanda mwikanga rutariho.
Nkuwo murobyi mwamurasiye iki?
16 Ntwarante 2016, 13:00, par Muhanga
Hhhhhhhhhhh birababaje kwiteranya ni nshuti kubera ubuswa bwa politique nahu bundi twe abanyarwanda turi inkotanyi cyane muri kanga nabaje kwibwa inkoko murasekeje hwwwwwww
16 Ntwarante 2016, 13:17, par nkurikiye
Jewe Pierre nkurikiye umuvugizi wigipolice c’uburundi kwizina ry’abarundi Bose nokwizina ry’igipolice mvugira ndasavye imbabazi abanyarwanda Bose murirusangi kubujuju nubunyamwuga buke bw’igipolisi mvugira ngiranti turi abaja babajabura mboga kubona tubeshera igihugu kibanyi c’urwanda kotwafashe umusirikare wanyu kandi atarivyo turi imbunuza turi twamujeri ariko mutubabarire kuvyo twakabagirije vyose nokubanyarwanda banyu Bose twakiciye ubusa natwe sitwebwe ninkurunziza nabunyoni babidutuma mbere uhereye ubu turabavuye inyuma ntituzongera kubayoboka
16 Ntwarante 2016, 13:21, par Ukuri
Nukuri ubiravye uyo mutama asa n’umuhungu wiwe. Ewe bategetsi bacu muratwandagaje! Ni musegeho gukwegera abaturanyi mu ngorane mwebwe nyene mwikwegeye, nk’abarundi dukwiye kwemanga ko ingorane ziturenze tukemera tukaja hamwe naho tutabona ibintu kumwe tukabikora kuko dusangiye u Burundi, inyushu zibereye bose zikaboneka. Nta gituma na kimwe dukwiye guhora tuvuga U Rwanda, kandi ari twe twisambureyeko nk’impene!
16 Ntwarante 2016, 13:31, par kimana armand
Ni kuki baja gukoresha uwo batazi bafis interahamw bari kwerekana ngo ni umusoda. Hihihihihihiiii.
Ivyanyu vyaramaze guhinyuka ntaw mukibesha vyos birazwi ko ari amarementanya yuzuye ubujuju.
Police y,Uburundi itey isoni nk,ababutwara.
16 Ntwarante 2016, 13:32, par LEONCE NGABONZIZA
MURAKOZE KUDUHA UMUCO KURIRYO RENTANYA RYABAYOBOKE BA NKURUNZIZA
16 Ntwarante 2016, 13:41, par Rukundo
Yoooo Mana yanje noneho ivyahuha birahuhutse!!!biga gutwara n’ibijuju ngo ni aba DD!none ga yemwe muri ncdd harabuzemwo n’umwe yogira ubwenge!musumbwe ubwenge n’umusuma karuhariwe.muraguye mu mutego mwebwe nyene mwategeye abandi. ni mupfe neza,abanyarwanda bahe amahoro bibereye ku bikorwa vyabo,namwe ico mushoboye ni irementanya gusa. None ga Jacques arasubira avuge iki? jew ndavye umuryango wiwe,nako gapira yambaye usanga yagahawe n’abarundi,ni mumuh ubwenegihugu rero.ariko murabesha Uburundi ntibuzoguma ari ikirimburo ry’abantu bigito nkabo.
16 Ntwarante 2016, 13:46, par eric
kagame reka afise amanyanga yose! mwibuke1994 kur ntaryamira
16 Ntwarante 2016, 14:34, par Burundi Byuka
yooooo le père barasa cane tellement que kubihakana bigaragara c’est perdre son temps. hewe mwicare mwige icyateza u Burundi imbere muve mu matiku adafashije ubwo muzi ko abakomeye babafasha reka babahindure nka congo mubure u Burundi bwavunnye vos ancêtres.
16 Ntwarante 2016, 15:22, par turaje
mbabwize ukuri rero ntababeshye uburundi buzatinda Ku Rwanda busange bwarasigaye inyuma kabisa , muve ibuzimu mujye ibuntu , president Kagame arabazenze cyane nanaho muhiriye rwose 1. girinka muturarwanda 2. mutuelle de sante kuri Bose 3. agaciro kabanyarwanda 4. iterambere ryihuse cyane 5. kwitwa umunyarwanda ntawe bigitera isoni ahubwo niryo shema ryacu , NB: muze mwige muve mumatiku muterimbere nkabandi .
16 Ntwarante 2016, 15:46, par komera
komera
Murahenda abacongomani apana abarundi.Turazi ukungene kagome akora.
16 Ntwarante 2016, 16:51, par K
Twabaretse mwishirahabona maze ivyemezovyacu ahobizosohokera muzumirwa rekasindenge umurongo ngompave ndababuza gukomeza kwerekana ububeshi bwanyubwabarenze.
16 Ntwarante 2016, 17:36, par jean
hahhahahahhaha.umuvugizi wa police national du burundi c’est un malade.irementanya naryo rigira iminsi 40 none yageze
16 Ntwarante 2016, 17:46, par ak
ayo niyamanyanga ya batutsi
16 Ntwarante 2016, 17:50, par amisi amiri
baranguha amayeri yabo turayazi gusa ntibamenya ko ibintu vyahindutse, ese bamuzi kurusha uko wenyene yiyizi? ko avyiyemerera! gusa nabo bavuga ngo ni umujura!nuko batavuga uwoyaraje kuraba nicari kimuzanye nimba batabizi we yarabivuze! gusa ntaho muri buce uburundi mukubahenda kubijanye nuyu muntu mukuvuga ibi canke biriya ahubwo zana nibindi mushireko aheze yezwe arekurwe. reka ubutungane butegerezwa kumukorerako vyanka vyashaka ntagihinduka.
16 Ntwarante 2016, 18:15, par Kagabo
Je Kagabo Ndatangaye Cane Kubona Urwanda Rugira Irementanya Ngo Cyprien Si Umusoda! Emwe Mworementanya Ariko Uburundi Butwagwa Na Bakaruhariwe Kw Irementanya Sinzi Aho Muzobaca? Nimwemere Babakorereko Mwarasaze Mbe Peter Ni Uwo Gupfa Guta Munda Nsa? S Uwo Kwihanga Murabaze Babatutsi Mwahenda Ngo Batembagaze Ubutegetsi Mwarabahuye. Kagome Yarisemye Nabe Arahunga Hakiri Kare.
16 Ntwarante 2016, 19:11, par nkdn
mbe ko muvuga majambo menshi umusirikare nitwe tumufise naho abobavyeyi muvuga sibo namazina bivugiye ntahuye nayuwafahwe urwanda twararuhinyu ivyo rukorera uburundi bizoteba bije ahabona ivyemezo dufise ni vyinshi abanyarwanda murungika muburundi bazohera nkifu yimijira nawe ko arumsazi bizomenyekana
16 Ntwarante 2016, 19:21, par NAHIMANA
Murafotore aboba basa bose,ariko yarajabutse umupaka ari kuri mission,abapolice bacu barimaso abigra a abavugizi bigipolice nabo muteye isoni!
16 Ntwarante 2016, 19:41, par vital
Ubun ubswa buteye nisoni kwiruka gutangaza ngobafashe maneko batara kora iperereza none umusazi arabamaramaje usomyeneza imvugo z uyumuryango wuy umusazi ziratomoye uwutazumva afisakabi mumutima
16 Ntwarante 2016, 19:58, par habumugisha
iyo ntwari yu rwanda nibemere bazoyihambane iteka nicubahiro bayishireko ni darapo ryigihugu curwanda kuko yarakoze birashimwa nibareke kumwihakana ushaka kumumenya neza andika amazina yiwe muri face book numu caporale akwije amategeko.
17 Ntwarante 2016, 06:21, par Yahani Petero
Aba dd aho batagiriye isoni n’ubu barubahuka bakavuga ngo ni umusirikare w’u Rwanda bafashe. N"umuvugizi wa police y’u Burundi yariyemereye ko badahuza n’uwo Rucyahintare.Umuntu atazi n’amazina y’abamutwara, vyagenze gute ngo Leta y’uburundi yemere kumukoresha muri iryo rementanya?
Ewe turagowe. Ubu rero bimwe Leta ya Nkurunziza yahora irega u Rwanda biciye bigaragara ko babikorana n’abajura n’abasazi nka Rucyahintare? None tuzovuga iki mu makungu ko twambaye ibara ku mutemere?
17 Ntwarante 2016, 06:41, par Morodikayi Jon
Aba porisi bacu bazikwica ntibazi kuraba, mwitegereza akogahungu mubona kasa numusoda? muze mwitegereze umusoda wu rwanda usanga yi size. akokagabo nomukuvuga kagirisoni zokuraba abamenyesha makuru, ntamusoda atinya amaso ya bantu nu bwo yo bagomba gupfa. reka dushimire abacoze ukobishoboka mugutohoza bakishikira nokubavyeyi bico canke capfuye kigenda. kahanura niki porisi baze baravugibintu batohoje atarivyo gusunikwa numunwa gusa, ntibarabona umusumyi wurusaku ntasa nuwo mbona, usuma urusaku usanga afise ibikoresho bimufasha mukazi kiwe, ntabura nagatoya kamufasha kuko abamutumye bamusaba iramani yaho yashitse ni bindi nibindi. umwe niwe ya vuze gwi kinyoma kimara umusi ntimara umwaka barahinyutse.
17 Ntwarante 2016, 08:52, par B
SI LES SOLDATS BURUNDAIS FONT DES BRUITS POUR UN SEUL VOLEUR QUI TRAVERSE LA FRONTIERE ET FONT PUBLICITE DANS TOUS LE MEDIAS, QUE SE QUI SE PASSERAIT SI UN SOLDAT RWANDAIS TRAVERSAIT LA FRONTIERE???? TOUT LE GOUVERNEMENT QUITTERAIT LA VILLE DE BURUNDI!!!!HAHAHAHAHA
17 Ntwarante 2016, 09:24, par bigabo
Yewe Nkurikiye Yewe Nkurikiye muvugizi wa Police i Burundi ! ubusanzwe wize hehe ? wize amashuri angahe ! wakoze Course zingahe ? wazikoreye hehe ? guhubuka gusa ! imbecile gusa ! ariko ni mugihe ufite aho ubicaaa! ubuse aho wicaye na sobuja nta kimwaro mufite kubeshya isi yose mwiyambura umwambaro w’ubugome mwirirwa mwica abenegihugu muyoboye musiga ibara igihugu cyacu, ikimwaro.com Nkurikiye !
17 Ntwarante 2016, 11:57, par njiwa
Le ridicule ne tue pas. Police yi Burundi iraduteje isoni twebwe abenegihihugu
17 Ntwarante 2016, 13:02, par ALMA
MUTAMA SE WA RUCYAHINTARE, NA MUKURUWE, NUWO MUKURU W’UMUDUGUDU WAVUZWE, ABOBATEGETSI BO MURWANDA,BABAHENZE,ARIKO NIMBA BABAHAYE AMAFRANGA NIMUYARYE MWIHORERE. NTIBIZOHAVE BIBAHITANA. UMWANA WIMYAKA 24 ABAKUZE.YARIVUGIYE WENYENE; WARIWE, NICOYAKORAGA. REKE KUDENDEKANYA, MUMUTUKA KO ARUMUSAZI.IVYIWE NURWANDA VYARAHINYUTSE.KANDI KAGAME ATARETSE UBWOBUBISHA VUBA, NABANDI ARUNGIKA GUKORA IKIBI CANKE GUSUMA URUSAKU, BAGIYE GUFATWA BAKUBITWE INTAHE MUGAHANGA.
17 Ntwarante 2016, 13:42, par nzovu
@ ALMA
Reka kwanjwa uvuga ubusa ntaby’intahe muzakubita umunyarwanda mu gahanga. Iyo myaka iri kure nku kwezi. Ubutegetsi buri hafi gutsindwa (gusenyuka) busigara burwana intambara y’amagambo nkiyo murimo. Amatangazo ya CNDD buri wa gatanu w’icyumweru ( ese ejo muzadutangariza iki?), police kugaragaza abantu ku banyamakuru (guerre mediatique) batazi icyo bavuga, ejo bigafata zeo, kwica abantu n’ibindi muri gukora.
Ntabwo kuneka (icyo mwita gusuma urusaku ese ubundi urusaku rumaze iki?) ingabo nkizu Rwanda zakoresha gaporali uzabaze neza abazi uko bigenda.
Ikindi niba mugira ubwenge mugabanye ubuswa no gutukana.
17 Ntwarante 2016, 21:17, par Ndihokubwayo Benoit
Bashushe Reka Turabe!Ariko Nikongo Ntimwavyorosha
17 Ntwarante 2016, 22:03, par Mututsimwiza
None umujura Kabarebe nibamufata muzavuga ko we yiba iki ? Zahabu cg ingurube??? Kandi umujura mukuru kagame?? We ahari urwanda rwavuga ki yiba ingurube!!!
19 Ntwarante 2016, 05:44, par bangui
ni babandanye amatohoza ukuri kugaragare.
19 Ntwarante 2016, 06:47, par bacisi
Barahumba ntabwo tuzomurekura uyu tuzomuca amaguru namaboko ni cofasha kagome kugira inguvu zukurungika abandi natwe mukubacakira nimwake
19 Ntwarante 2016, 08:23, par turaje
muraba mudafise nurwara rwo kwimena umugi ngo muzafata kabarebe na kagame, abo nabagabo bazi icyo gukora ncuti yanjye.
19 Ntwarante 2016, 15:11, par ndihokubwayo.samson@gmail.com
Iyobijahose nimureke amatohoza akorwe,mbega mbabaze burya umwana wawe afashwe yivye bakakubaza woca uvuga ngo"Yahora yiba ndamuzi" canke umubikira ibanga;raison pour laquelle Ugwanda rudashobora kwemera ko urya mugabo rumuzi,ntitubeshane...
20 Ntwarante 2016, 10:28, par john
ARIKO ABAHUTU BATEGETSE HE?KO MUZI KWICA GUSA UBUNDI NIHE WUMVISE NGO UMUHUTU ARAYOBORA.MWAHAYE IGIHUGU ABATUTSI BAKAGIKORA MUKAREKA UBUSHITANI.UWANYEREKA UMWOBO ABAHUTU BAVAMWO NAWUSIBA.ABATUTSI MWISHE MURWANDA BAZABAKURIKIRANA MPAKA MUMURIRO KWA SHETANI.NKURUNZIZA NA AGATO BOKARYA AMABERE YABANYINA NTIMUZI IBIHUMBI BYABATUTSI BISHE?MUZIBESHYE MUKORE ERREUR KURWANDA TUZABEREKE UBUDASA.