Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji Jacques Bihozagara yapfiriye mw’ibohero rya (...)
Umushikiranganji Jacques Bihozagara yapfiriye mw’ibohero rya MPIMBA
mercredi 30 Ntwarante 2016, par
Uwigeze kuba umushikiranganji mu Rwanda ajejwe gutahukana impunzi, aba n’uwuserukira Urwanda mu Bubirigi hamwe no mu Bufaransa, Jacques Bihozagara yapfiriye mu Burundi aho yari apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuva mu kwezi kwa Kigarama 2015.
Jacques Bihozagara yafashwe kw’igenekerezo rya 4 Kigarama 2015, yagirizwa ko ari mu Burundi atagira ivyangombwa, kandi ko yoba ariko akorera igendereza ry’Urwanda.
Amakuru yacishijwe ku mbuga ngurukanabumenyi amenyesha ko Jacques Bihozagara yapfiriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba i Bujumbura ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu, bikavugwa ko yoba yahitanwe n’ishano yaririye muri iryo bohero, n’aho atakivyemeza.
- Jacques Bihozagara yabaye uwa mbere arongoye ubushikiranganji bw’urwaruka, inkino n’imicokama mu Rwanda
Jacques Bihozagara yafatiwe mu Burundi aho yari amaze imyaka myinshi aba, mbere akaba yari yarahagaritse ibikorwa vya poritike mu Rwanda.
Uwuserukira Urwanda mu Burundi, Amandin Rugira yavuze ko yamenyeshejwe gusa inkuru y’urupfu rwa Bihozagara, ariko ko ataramenyeshwa icamuhitanye.
Ikiziga ciwe cavanwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, kikaba cajanwe mu buruhukiro.
Mu bikorwa vya poritike, Jacques Bihozagara niwe yabaye uwa mbere yarongoye ubushikiranganji bw’urwaruka, inkino n’imicokama mu Rwanda inyuma y’ihonyabwoko ryabaye muri ico gihugu. Yabaye kandi uwuserukira ubwa mbere Urwanda mu Bufaransa kuva ubwo buserukizi busubiriye kwugururwa.
Amaze kuva muri Reta, akavavanura n’ibikorwa vya poritike, Jacques Bihozagara yabaye mu Burundi imyaka myinshi, aho yakorera ivyiwe, hamwe n’ibikorwa vy’ubudandaji.

IGIHE
Messages
30 Ntwarante 2016, 19:33, par FK
Abarundi baradushakaho iki koko
30 Ntwarante 2016, 19:46, par Yva
Abarundi murekeraho kwica ayomaraso azabakoraho uminsi twahagurutse iyo leta yanyu tuzaza tuyishyire muri tanganyika ntana 30mins bizodutwara
30 Ntwarante 2016, 19:54, par Eric
hahhhhhh!Abarundi muratangaje kweli!ndabasetse gusa.
30 Ntwarante 2016, 19:54, par jay z
imana ishimwe caaane
30 Ntwarante 2016, 20:04, par KABINIKA
NTAKUNDI SIWEWENKA AFPUYE TWESENIYONZIRA ARIKOHAGOYE IYO ASHIKIRA BIVANYENIBIKORWA YAKOZE
30 Ntwarante 2016, 20:06, par KABINIKA
NTAKUNDI SIWEWENKA AFPUYE TWESENIYONZIRA ARIKOHAGOYE IYO ASHIKIRA BIVANYENIBIKORWA YAKOZE
30 Ntwarante 2016, 20:07, par Turaje
Mwa bwa mwe za abarundi ugukubise nu musubi ba mwita ikigwari turaje tubereke vubaha bidatinze tubasibe kwi karita y,isi pk duhe uburenganzira duhashye abarezi
30 Ntwarante 2016, 20:12, par Thierry
Urwanda mwara rurondeye,none ngira harageze murubone!
30 Ntwarante 2016, 20:14, par Thierry
Urwanda mwara rurondeye,none ngira harageze murubone!
30 Ntwarante 2016, 20:25, par Bobo
Uburundi buragowe ntamabi atabuvugwako jendavye uyomutama yazize ubusa imana itibutse ubutegetsi bwi bujumbura aramasasu turacayariye
30 Ntwarante 2016, 20:26, par Rutwe
Birababaj Cane,nimba Yahawe Ishano Nkuko Bivugwa Abarimuhay Bamenye Ko Kwica Ari Icaha Iyo Bica Hose Kandi Ko Ico Gihano Cakuweho Kiretse Emmanuel Ntahomvukiye Asaba Ko Kibandanya.Imana Imwakire Mu Bwami Bwayo!
30 Ntwarante 2016, 20:39, par kaka
ariko mana abarundi barashaka iki kubanyarwanda kwiyenza kugeza mutwiciye u musaza koko amaraso yiwe azo bahumire kabisa
30 Ntwarante 2016, 20:40, par kaka
ariko mana abarundi barashaka iki kubanyarwanda kwiyenza kugeza mutwiciye u musaza koko amaraso yiwe azo bahumire kabisa
30 Ntwarante 2016, 20:50, par Zao
Hahhahahah! Ngaho kubuza abaturage kujyana ibitoki n’ibijumba mu Rwanda, ngaho kwica Abanyagihugu, ngaho gufata abasazi babita intasi,................... u Rwanda murarushaka ngo murwegekeho uwo mwanda wanyu w’ubwicanyi na genoside mushaka gukora ariko ntarwo muzabona murihenda.
30 Ntwarante 2016, 20:56
MBEGA KWICA NIYONZIRA MWABOYE ISHIKA?
30 Ntwarante 2016, 21:29, par katihabwa
Imana imwakire mubwami bw’imana yayo
30 Ntwarante 2016, 21:54, par Kagabo
Muzohera Nk Ifu Yimijirano Abantu Mwese Muriko Murakorera Ubwicanyi Abarundi Muhiga Ingene Mwodusamburira Leta Twitoreye Muragowe Mwavumwe Kandi Muzopfa Mwese.
30 Ntwarante 2016, 22:11, par jmv
uwo musaza mwishe amarasoye azabahame ubwo mumuhoyeko arumututsi wabaga muricyo gihugu cyanyu mwifuzako abahutu aribo bakibamwo bonyine ngaho abatutsi nimubamarishe isumu imana izabibabaza.
30 Ntwarante 2016, 22:23, par Rusakumba
Wewe wiyita kaka, namwe ayo n’amaraso ya Ndadaye, Ntaryamira, Adolphe na Darius ariko arabahumira. Mugirango ntavyo tuzi? Kagame niwe yarungitse abamuha ishano kugirango ntazohave amena amabanga. Back Mujeri, aho ntaco murabona, ni murindire akari inyuma karasegenya. Kandi akataretse kaba kisema.
30 Ntwarante 2016, 22:34, par manariyo
ntawuzorambira kuriyisi siw wamber apfuye nkuko
30 Ntwarante 2016, 22:36, par Rukundo
Nibagire autopsie hanyuma icamwishe kimenyekane. namba ari ishano ubwo nyene baramenya ico yaririyemwo hanyuma amatohoza abandanye. Ndabarahiye mwa barundi mwe ibi bintu mutabihagaritse igihugu c’uburundi kigiye kuba umunyota abantu basemerera.
30 Ntwarante 2016, 23:50, par Signorina
Ikizokuraho Nkurunziza ntigizosiga Kagame nukwitonda rero Banyarwanda, kandi Uburundi ntabwo ari Congo. Kagame niyihenda ngo ariko atera Uburundi azoba arigihe ciwe canyuma co kubaho.
31 Ntwarante 2016, 00:36, par NGOROREYABAHINDA
@Wowe wiyita RUSAKUMA, Ndarira ijisho rimwe irindi rizihora. Ikibi n’akanwa, ahandi wait and see. We are a frew good men.
31 Ntwarante 2016, 01:27, par turaje
hahaha esprit yurwanda ntabwo arukwihorera ntababitekereje muribeshya cyana kuko abapfuye muri 1994 nibo benshi cyane muzabona igikurikira ibingibi kd munzira nziza itari iyo kwihorera , igihe kirageze
31 Ntwarante 2016, 03:44, par tari
Oya abavuga kobarwanya ubutegetsi bwa kagame bama bavugiye nkurunziza mbebaba bibaza ko nkurunziza azobafasha baribesha iahubwo nibarindire nazanterahamwe azozikiramwo ntanuwurutsiro azosiga mbega imywaka yaramaze kubutegetsi yabafashijiki kobahungiyeko ntiyabatekeye abasubiza murwanda ahubwo mwibagira nanigoga
31 Ntwarante 2016, 06:36, par Kevin
Nkurunziza vmt politique irakunaniye vmt ndagusavye ivyandukure amaraso yuwo mutama asha ugomba kubona ingaruka gushika no kumwana wiwawe wanyuma amaraso wahisemwo ugira uyoge hama mumutwe vmt ushobora kuba ufinse akagorane mumutwe mbe hoho uribaza ko rero udashobora kuvako rindira nawwe amarira abarundi barira minsi yose ba nawwe uritegura ni umuryango Wi wawe ntanumwe mutama urupfu ruzosigaza nawwe next
31 Ntwarante 2016, 06:55, par INTAGOHEKA
BATAPANGA AGAHENGE.ABAHUNZE NGO TWITAHIRE MUBURUNDI !!!!!!!!!.BARASHAKA UKO BAFUNGA IMIPAKA AHASIGAYE IMIPANGA AMAHIRI ........BIGASIGWA AMARASO.BARUNDI MUFATANE MUNDA.NAHO USHAKA KUKURYA NTABURA IMBOGA AGUKOZA.BADUSHAKAHO IMPAMVU ARIKO SUKO BAZATUBONA!!!!!!!!!!.NTIDUTEGERWA KUMAGUFA NKIMBWA.MURI HAFI KWIMENINDA.NKURUNZIZA ABE YAMBARA ANTIBALE IYOBABUZE IMPAMVU.BICA PRESIDA.IMPAMVU IKABONEKA.BATI HISHWE PRESIDA WABAHUTU KANDI YISHWE NABATUTSI.HAGORA KURERA KWICA NUMURABYO.
31 Ntwarante 2016, 07:02, par Morodikayi Jon
Mbege nkuyo muntu bamuhoyiki ubwo bukara ? Emwe yari yarabuze ahagenda gukorera, ivyo bamwagiriza ntakuri kurimwo. mutahure neza icambere bategerezwa kuba bamuhoye kubayitwa umututsi,cakabiri, irwara ya mugaje ubutegetsi Bwankurunziza barinze babona kufise, uduhera ,harura kutariho kuko bategerezwa kuro ndera ikintu bakuremeka kugira baronke inzira yokukuzimanganiriza ubuzima babonereho gutorana umutungo wawe. kuba uwomushingantahe bamugandaguye babanje guharura umutungo yarasazwe atungiye ngaha muburundi.jewe ndabazi niko bakora kuva kera bakiri mwishamba, iyo ngeso yokwiruka nuwitwa kwafise agahera. umwe niwe yaciye umugani ngo ingeso iraraba ntihwera, abatajiri bahabonye barihungiye kuko babatahuye hakirikure.
31 Ntwarante 2016, 08:04, par V
Wewe Wiyita signorina ico nô kibwira Uri kijuju ubwenge bwawe buri mumatako yawe mbe mwibaza ko bitazwi ko murara muta sinziriye mwibaza ingéne mwo kwijira mu Rwanda aho Uri kijuju aho ingwano yotangura wobanza kwi nyako hama kuraba ko uyo Nkurunziza Wawe aza ku gutabara ico no babwira nuko ivyo vyu bwo bwicanye mbwatanguye bizo bahererako
31 Ntwarante 2016, 08:10, par Gérard Bucumi
Yishwe Niki?
31 Ntwarante 2016, 08:21, par jonathan
Mpojeje family ya nyakwigendera umugore an bans bihangane nimwisi kandi Mpojeje leta ya koreye mubihe bigoye Imana imwakire mubwami bwayo.ico nasaba abandika kuriyi website mwirinde kwandika ivyo mutazi intambara mwifunza tayo murabona muzayibaza abahoze Muri leta ya Habyarimana canke Mobutu,twibagira vuba
31 Ntwarante 2016, 08:34, par MATA
AMARASO YUWO MUTAMA AHUMIRE PITER NARETA YIWE YOSE HAMWE NUMURWANGO WIWE .
31 Ntwarante 2016, 10:34, par UMWAMI
Imana nimwakire mwijuru namba yarayikoreye,ariko namba yakoreye shetani naje mumuriro!.kuba uyo maneko wanyu apfuye sijuru ryururutse kuko ntiyasumba president NTARYAMIRA wacu mwiciye iyo mugwanda nabo barikumwe,kandi ntiyasumba president NDADAYE,canke General Adolphon,Lt-col Darius,nabandi bahutu bijunja nijambo mwagiye muranigagura ataco mwinona.icambu cuwuraho amase yakera ntagihoma urutaro,mwica umuhutu 1,namwe abatutsi nhapfa uwundi,mpaka iyo mbuto mbi mwonse muma bere ya banyoko Banyu ibahezemwo burundu!,ahumwo uyo kagame wanyu atarekuye igihugu,natwe nyakwubahwa NKURUNZIZA ntazokivako,tuze dupime amazi nifu.Muragahera nkifu yimijira.muragayana!.
31 Ntwarante 2016, 10:48, par jean
Amaraso ya Bihozagara azabahumire mwa mbonera kunya mwe.
31 Ntwarante 2016, 13:39, par ibigoyemakungu
Ibyicanyi byiburundi bishaka iki kubanyarwanda byisheba, gatabazi, GApfisi kungoma ya habyarimana ngo bishaka kwinjira muri guverinoma yurwanda nanubu biracyakomeje, utazi umurundi arunda munzu byarangiza bikidendebya kubutaka kurwanda ngo nimunzi, mubahambirize batahe, iwabo iburundui.ntamurwanda wimunzi uba iburundi
31 Ntwarante 2016, 13:39, par ibigoyemakungu
Ibyicanyi byiburundi bishaka iki kubanyarwanda byisheba, gatabazi, GApfisi kungoma ya habyarimana ngo bishaka kwinjira muri guverinoma yurwanda nanubu biracyakomeje, utazi umurundi arunda munzu byarangiza bikidendebya kubutaka kurwanda ngo nimunzi, mubahambirize batahe, iwabo iburundui.ntamurwanda wimunzi uba iburundi
31 Ntwarante 2016, 14:59, par eric
Uyo mutama asa nuko yaragrwaye afata imiti ya hybertention .
ariko urufu rwose sirwiza.
nabafuye mububirigi muzobambika peter.
UYO MUKURU WIGIHUGU MWANKA YOBA AJE KUBATEZA IMBERE!!
31 Ntwarante 2016, 15:06, par Wavenzwe Richard
Nuwishwe nibirwara vyiwe ngo Nkurunziza,ntamuntu agipfa yishwe nurwakarago? Nkurunziza aracabarwaje imitima kuko nigiti kiturirwa,nimukorukarabe,murazopima murabe,si Ndadaye urwanda mwishimiye tuzoruraba ivyaye muri congo ngira mwavyibagiwe? Angola,Zimbabwe,Tanzanie,....sinziyo muzihamba.
31 Ntwarante 2016, 16:03, par jabo
Tanzania yabakuyeho amaboko, Zuma nawe amerewe nabi nibibazo interne,Israël igiye kuza kureba situation iri mukarere et Donald trumph natsinda uburusiya buzagenda gahoro hanyuma dusigarane mukibuga turi babiri nizere ko ibyo muvuga muzabisubiramwo
31 Ntwarante 2016, 17:11, par Mututsimwiza
uyu mugabo BIHOZAGARA yicishije abahutu benshi batagira ingano igihe yari muri gouvernement ya Rukarabankaba KAGAME. satani imwakire mubayo mumuriro utazima
31 Ntwarante 2016, 22:30, par didos
icyakwereka ukuntu abadiplomate buburundi bagenda babundabunda nkamabandi iyo basohotse hanze yewe nababuhagarariye muri EAC ntibakakaza baba baturnye mumahoteri nkimbeba ziri hagati yinjangwe namatelephone yabo niyo yonyine ahora ahindagurika nkayaba escro byose kubera ukuntu uburundi bufata nabi abanyamahanga babushoyemwo imari.........
.... murabeshya bizarangira
1er Ndamukiza 2016, 09:14, par MUSAVYIMANA TEWOJENE.
imana ikomezekubahafi y’uburundi kuko sinumva ukunt’uwomutama yopfa atakimwishe. ikigihugu kirimwo ibintu vyakagabamane noneyishwenubusaza? ababijejwenibakore iperereza bamenye icamwishe.
12 Ndamukiza 2016, 07:23, par nijimbere japhet
gupfira mwiboher n’ibisanzw kimwe gusa yoba yari yapfunzwe afise ico yagirizwa kiboneka? kuk ubu twumvise abanyarwanda turahahamuka
12 Ndamukiza 2016, 07:25, par nijimbere japhet
gupfira mwiboher n’ibisanzw kimwe gusa yoba yari yapfunzwe afise ico yagirizwa kiboneka? kuk ubu twumvise abanyarwanda turahahamuka