IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji w’ubudandaji yasinye itegeko riduza ibiciro vy’isukari ya (...)

Umushikiranganji w’ubudandaji yasinye itegeko riduza ibiciro vy’isukari ya SOSUMO

mardi 5 Ntwarante 2013

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 04 ntwarante 2013 umushikiranganji w’ubudandaji yarasinye itegeko ritunganya gusha ibiciro vy’isukari ya SOSUMO.

Igiciro kikaba cavuye ku mufaranga y’amarundi 1600 kija ku 1850. Umupfuko wahora ugurwa amafaranga 75.000 y’amarundi kuva ubu uzogurwa 92.500. twobamenyesha ko ku wa mbere ntwarante ariho ihinguriro Sosumo yahimbaza imyaka 25 imaze ikora.

Muri urwo rubanza umushikiranganji yamenyesheje ko SOSUMO yateye intambwe ikomeye cane mu kwimbura amatoni 23 eka nibwo bwa mbere habonetse umwimbu ungana uko.


Sylvere Bavumiragiye

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.