IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwanda rurabeshuza abavuga ko abateye mu buraruko bw’Uburundi ariyo (...)

Urwanda rurabeshuza abavuga ko abateye mu buraruko bw’Uburundi ariyo bavuye

samedi 18 Mukakaro 2015

Umushikiranganji w’Urwanda ajejwe imigenderanire Louise Mushikiwabo amenyesha ko ibivugwa ko intambara zabereye mu buraruko bw’Uburundi zakozwe n’abavuye mu Rwanda ari ikinyoma ko abakoze ivyo borondererwa ahandi.

Inyuma y’ibitero,buramatari w’intara ya Kayanza Canesius Ndayimanisha yavuze ko abateye Uburundi mu ntara za Cibitoki na Kayanza,binjiye ku butaka bw’Uburundi bavuye mu gihugu c’Urwanda.

Abategetsi b’Urwanda bamenyesheje ko izo ntambara zabereye ku birometero bike uvuye mu gisagara ca Bujumbura,mu gihe muri Reta y’Uburundi bamenyesheje ko izo ntambara zabereye hafi y’igihugu c’Urwanda.

Amakuru yashikirijwe n’igisirikare ca Reta yavuga ko abarwanyi 12 bapfuye,bashika 130 barapfa,mu gihe abasirikare 6 b’igihugu bakomeretse.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Mupfaso, Inumire Abatware Bacu Turabazi Ukuri Turakuzi. Aba Dd Bararoga Uyo Muburamatari Kera Yari Umugabo W. Ijunja N. Ijambo! Ntakundi Akishwe Karapfa,

  • none leta yotubwira igituma har imigwi itera?kuki iyo migwi itera?isac iki?

  • Ntibabesh kukonabahunganiyobahungir ivyorerbirerekanak abateymuburaruk bwuburundkwariyobazanany.ahubwo urwandaruragaba rurashoborakubumwansiwuburundi

  • mwovyemerakwarabiwanyu urunva ndamasontufise murarugika abanti nabarimugisagara cabujumbura mu makaritye barimwo ubu urusororuv unze tucatuhatera ibombe mwami himbirimwe tunzobereka

  • RETA Y’URWANDA YARIKWIRIYE KWITWARIRA BARYA BANTU BEGERANIRIJWE MUCIBITOKE BISE NGO NABO BAFASHE.RETA YURWANDA IRAHAGABIRA MUKUREMENTANYA ABA DD NABAMBERE.

  • turasaba Nkurunziza niyaheza amatora azoce atera u Rwanda arwereke ko umugabo adakorwa mu jisho kabiri

  • urupfu nipfane biragendana uwankiwe avuga ikirago kiranyerera reta yacu nitunganye ivyayo nayo u Rwanda ntanyungu rubifisemwo nigwo rwategetse ngo nihabe mandent ya 3 nibabuhe amahoro.

  • Abahutu noneho vyababuranye.Ww wiyita Bukende ariko uriyumvira canke urarota uhagaze ko Kagame yashatse
    gufasha rebelion ko intambara yoba yarahagaze?ahubgo Bujumbura nkubu iba iri mu maboko yacu ivyo ubimenye.

    yarahaze?ahubgo Cibitoke Kaya

  • Let me ask one question (reka mbaze ikibazo kimwe) Iyo igihugu kibanyi kigiriye imirwano irimwo amasasu aremereye nkariya yumvikaniye hariya Kayanza tena kumetero zikeyacane kumupaka wikindigihugu nacomukabamuzi kwari u Rwanda mbenga abashinzwe umutekano bomurwanda bakoziki kuruhande rwomugihugu cabo? jewenumva uwo mushikiranganji yarigupfuma avugako bobabanyororomvye mukibira ntihagira abababona! Ariko bibagoye bibagoye ababantu bakoreye ama traing murwanda nabo bazobacahe? icombona urwanda rwokwitegura kuryozwa ayomakosha rwakoreye uburundi nabarundi kuko umurundi mumenye kwatari Congo nayonyene murazosubira mugende mugagaza nkukomwabigize mumyakaya 2006-2007 muzorebe kobatabereka uko urusato rwintama rwambarwa.

  • Hehehehe!!!!
    Uri mushikiwacu pe !!! None abateye Congo nabo baturutse hehe ?
    Uze umenye ko rero Burundi atari Congo . Icaraneza kuko urahengamye wo gira wicariye ikara rishushe !!!

  • Ubwo N’ububeshi Ivyo N’ukubitera Ivyatsi

  • emma

    mushikiwabo kugirubwoba humura nyabuna musaze namwe tuzobotora mwirabireko, none kuhakana ngontibavuye murwanda bavuyehe none? reka guhakana kandi abafatwa aribo bavyivugira. tekereza rwanda turakubona ivyo wikoza vyose!

  • Bamwe bandika nka xavier wagira bavugira mw’ijuru, Leta ya nkurunziza turaziko ifatanya na Fdlr mu kujuragiza abarundi imba babikora bafise umugambi wo gutera URwanda sinabagira iyo nama kuko bazicuza.Icari gikwiye ahubwo nugushimira URwanda ko rwakiriye abarundi bahunga bagafashwa ibishoboka.Ikindi gikwiye gusobanuka U Rwanda sirwo rwabwiye aba DD kwica amasezerano ya Arusha nibwirizwa shingiro ry’uburundi.

  • Bamwe bandika nka xavier wagira bavugira mw’ijuru, Leta ya nkurunziza turaziko ifatanya na Fdlr mu kujuragiza abarundi imba babikora bafise umugambi wo gutera URwanda sinabagira iyo nama kuko bazicuza.Icari gikwiye ahubwo nugushimira URwanda ko rwakiriye abarundi bahunga bagafashwa ibishoboka.Ikindi gikwiye gusobanuka U Rwanda sirwo rwabwiye aba DD kwica amasezerano ya Arusha nibwirizwa shingiro ry’uburundi.

  • Ariko ba NYAMITWa ba 2bagize govmnt na SE BUJA ikindi bovuga ni iki? NONE abarara bazivuza i BUJUMBURA MURI capitale nabo BAVA mu RWANDA?NGO UMUKURU WA KAYANZA YAVUZE ibyo mu CIBITOKE none nta mutegetsi hagira genda burundi urakubititse...NIMBA PETER ababazwa na bahungiye mu RWANDA no kwa MUCUTIWE Kikwete bariyo nabenshi ahubwo(EREGA NTAWANKA UWAMUHUNGIYEHO!!!!)

  • URwanda sirwo rwatumye leta ya CNDD-FDD ihonyanga masezerano ya arusha,URwanda sirwo rwatumye abasirikare ba FDN bamwe muri bo bahunga igihugu,ivyo mu kayanza vyo vyaramenyekanye ko ari irementanya kugira haboneke insiguro yamabi akorerwa abarundi ko ava hanze.

  • Mbega basha ko babiharira ni kuberiki,ahantu bose baguma baturirimbira u rwanda ko ruzodutera,kuva nkurunziza aja ku butegetsi abanyarwanda badutera umusuhero w’ingwano,n’abatutsi b’i burundi ico kintu bagumye bakidukangisha,ka ngungura na wa mu hypocrite maggy yivugiyeko buca aja i kigali aho abandi bagwanyi bari,ngo basta ,ngo arahaze ibiganiro n’ama resolutions,ico kigali cabo cama mu kanwa k’abatutsi,ubu mbega igituma babihakana ni ibiki,aho naho batavuzeko ico gitero ari irementanya rya reta,ubu bandaya mwivugire ivyo mushaka ntawuzongera kubumviriza ntagusamara.Iyo ngwanorero ubu ntayo tugitinya et gare àvous bandes de sanguinaires.

  • narababwiye ngo mupime mwnjire metero imwe…twaba tubonye ikiraka

  • Murahumba, Banyarwanda, mudasubira gukorera Abarundi ivyo mwabagiriye mu 72. Ntibizigera vyibagirwa.

  • Aba DD vs êtes coe disait kankan les idiots du village muramaramaje reka kuronderera ikibi aho kitari le Rwanda n a pas de tps àperdre...spécialiste wamarementanya...les rois du ninde. ..falcon mbega yagiyehe. ..isoko ryoryo ririhe...allez planter vos avocats et laisser les autres construire leurs pays. ..

  • kagame abarundi benshi turimaso uritonda .

  • WEWE UKUNDA KWANDIKA KWIZINA RYA EMMA WOZOGERAGEZA KUVUGA KUKA NTUZOVA KUVYOWAHORAHO CNDD ITSINZE NIBURUMURIMYI UZOGUMA URIMA UDANDAZA UZOGUMA UDANDAZA MUGABO NTUZOBA PRESIDENT RONDERA AMAHORO BENSHI BABAYEHE NKABA MUBUTU ,SADAMU KADAF USAM UBUBARIHE BISHE NIKI ? UBUTUMVA

  • Kubeshuza no kwagiriza mwese ntaco bizobashikanako rindire gatoyi gusa ivyo mwishimiye bigiye kubasambukana vuba kuko Yehova atabesha ivyo yavuze vyararangutse n’ubu bibandanya biranguka abagezweho ubu ni mwebwe ( soma muri Daniel 2:44,45 )

  • ICOMBONA ABO BA CDD NIBAREKE KWIHAGIRA IGIHUGU KUKO SICUMUGABWE (1) BAREKE KWIFATIRA BANTU MUGIFUSI KUKO UWUTUMVA ARABONA UWUTABONA NAWE ARUMVA IVYABO TWARABIHAZE

  • mbere yo gushinja urwanda nimubanze murangize urwo muriho.muba mdashinga.......Ntabwo muzi abo murimo mushotora ko twabamesa kakahava

  • ubeshuza wa reka nimw mubahay indaro nakar mwanka abahutu namw murabisemwo uruhara namwebw murab neza

  • Kikwete ariko arabashuka aba dd, muri indembe murashaka abo mugwaho, muzadukurahe?

  • Oya sha ya empire hima yanyu nibaza ko ari indoto. Abatutsi i Rwanda, vous avez provoqué vous-mêmes le génocide, vous y avez activement participé croyant répendre votre poison dans toute la région, vous échouerez toujours.Ikinyoma kimara umunsi ntikimara umwaka.

  • Nabatutsi bomurwanda beshi barakomeje kwiyamiriza icokintu ca EMPIRE HIMA TUTSI barakomeje kubiganira nintungane zabatutsi biwacu Burundi, ejobundi wewe Mushikiwabo uzotangara aho abobatutsi bomurwanda bazotangura guhungira hano Burundi kandi tuzobafataneza kukovyasebikunze twebwe abarundi ntituzokomeza kurabirira ngwabanyarwanda bagune mwubwobuzima bwogukomeza bakomamashi for nothing.

  • Commentaires ziri hano zuzuye amarangamutima gusa, ubushishozi buke, na manque de discernement! u Rwanda rwatera i Bururndi rushaka iki? ko rufite vision rugenderaho kandi akavuyo k’i Burundi ntabwo kari muri vision 20, abategetsi b’Uburundi ni mupfe kigabo mureke guteshaguzwa muvuga ay’abana, une chose est sure u Rwanda ruramutse ruteye aho iwanyu mwobimenya, mukanavyumva, mucisha make kuko intambara mushaka ntaco yobamarira, kandi kuba u Rwanda rwarakiriye impunzi ntabwo rukwiye kubizira!!!

  • REKA CNDD IBANDANYE ICURIKE ABARUNDI IREMPENANYA IVYO IBONYE VYOSE. UWEMERA KO U RWANDA RUKENEYE INTEMBARA NUKO ATARARUGERAMWO NGO ARABE?! IBIRAJE ISHIMGA ABANYARWANDA N’ITERAMBERE, N’UMUTEKANO!!!! IKINDI NACO NTABWO HAHUNGIYE ABATUTSI GUSA JEWE MBONA N’ABAHUTU BARAHAHUNGIYE BENSHI KANDI BAFASHWE NEZA. Alors arretez vos propagandes àla con, les rwandais connaissents les consequences de la guerre plus que quiconque, abarundi nibo wagira ngo ntibarumva intambara nya ntambara n’ibibi vyayo!

  • HAHAH ABARUNDI!! URWANDA MURARUVUUGAA,IYABA MWARUMENYAGA!! MURWAYE INDWARA YO KUREBANA KU MAZURU NAMOKO,TWE IYO NIVEAU TWARAYIRENZE,IKOSA MUKORA NUGUFATANYA NIYO FDLR AKO NTAGAHUNDA DUFITE YO KURWANA NABARUNDI CYANE UBUJIJI MUFITE BWONYINE BUZABAMARA!! GUSA DUSHATSE NO KURWANA BUJUMBURA NIHO INTAMBARA YATANGIRIRA SI KAYANZA!!!RERO MUBANZE MWUMVIKANE MURWANYE NUBUKENE NUBUJIJI NAMOKO MWAGIZE INDIRIMBO ARI UMWANDA,NIMUCA AKENGE MUZAZE TUZICARA TWUMVIKANE KUKO MURABAVANDIMWE! Peace Barundi

  • uyu mugore niwe muzindaro w.ubutegetsi bwagatsiko mu RWANDA kuburyo ariwe muyoboro wa kasiya yamabi abera mu RWANDA. Ibyavuga ntabwo bitaganje ubu we na Shebuja INKORAMARASO KAGAME. barangije guhaga amaraso yabanyarwanda ubu bakeneye gusogongera kumaraso y;ABARUNDI

  • Mushikiwabo numuugizi w’URwanda aravugira igihugu ciwe,si uwo guterwa URwanda namajambo yabantu nka emma,naho abo babivuga ivyegeranyo bitandukanye vyerekanye ko ari igendereza ry’uBurundi ryabarondeye nivyo bavuze nibo babibatamitse,naho U Rwanda baruvane muri ayo mateshwa y’ingwano zitagira insiguro icyo rurondera niterambere ibihe nkivyo vyaraheze kuRwanda nkubo na liberman yavyanditse muri Jerusalem post,mugabo urucokoje wibonerako ivyo nta mbabazi rubisabira.

  • ako gasotoro ka Kagame Ku Burundi azokabona ICO kamuviramwo,wait and see,

  • Mushikiwabo yigiza nkana.izo ntambara zatanguriye kumupaka urwanda ruhana n,uburundi muri komine ya kabarore mu ntara ya kayanza.ni ku.birometero 120km uja ibujumbura.mushikiwabi iyo avuze biriya birunvikana kuko uburundi ntabwo azi.ariko biratangaje kubina n,urwanda ataruzi neza kuko abo bagwanyi bazananye akarere kanyaruguru bashikira ku ruheru mucahoze ari nshili.binjira ku mutumba wa buyumpu i burundi.imana ishimweko bakosowe.

  • Qui veut construire ou aime son pays? c’est très grave ari Urwanda ari Uburundi ntamuntu yiremye canke ngo areme n’akamanyu k’isi none amoko yoyo twarayihaye aimons nos pays que le bon Dieu nous a donné gratuitement?Ne vous laissez pas être pris par cette .......Mwoba mugowe,sinon on ne peut en aucun cas évoluer.Tugume mu moko!!!!!!!!!!! no kubeshana oya bavukanyi si vyiza!Tureke kwicana no kwankana!!!!!!!!!!!!!!!

  • Burundians,Hutus,CNDD,your ignorance will always dominate your life,ntimuzongere kuvuga kugwanda kuko ntabushobozi nabutoyi mufise bwo kutuvuga,ayomaso yanyu yokora iki kweli burundi,hemwe murabarundi kweli mwoshobogwa na alshababu muzatohoze babayagire ingene yabakoze! hamna uwezo hata kidogo mnapanda mbegu za chuki tu naukabila, kwasisa hamna ubavu,ila kubeba mizigo na kulima hiyo tutawaachia!!!!!!!

  • Jewe nosaba ko urwanda nuburundi bofatanya kugwanya umwansi.kuko inzu yumubanyi ihiye mufashe kuzimya kuko nagwawe iba ifashwe.

  • we wiyita viateur gasopo wambwa we uraterande ubwoba niiba iwanyu mugifite umwanya woguta hano suko,ko wunvako abobenewanyu bateye bava murwanda ubwo iyontambara yarikubera murayo makomine cyangwa yarigutangurira kumupaka uhuza ibyo bihugu byombi.ejobundi mucibitoki cyarugombo byagenze gute ntimwavuzeko mwatewe nabantu baturutse muri congo kandi aramayeri mwakoresheje yo kwicabantu kugezaho mwica na bantu batashye ubukwe.itonde rero imikino murimo yokwicabantu ize ibakoreho naho urwanda nakagame ubakure muruwo muvure wawe ngo nakanwa.namwese mufite zahabu rukurikiyeyo ntamwanya dufite wibyo gusa bigaragarako i mipaka yanyu yaba itarinzwe niba hari uwakwambuka uko yishakiye ngo abatere niba ubihakana umbwire umubare wabasirikare bakomerekeye kumupaka cyangwa abahaguye.nibakoko ababateye baraturutse murwanda nkuko ubivuga.gasopo urwanda sintsina ngufi

  • Kagame We Ntamuntu Atiteranyako.Na Kikwete Ntamugera Umutwe.Mugabo Yita Kugiti Canke Kumabuye Kagame Azopfa Atanganye Na President Wa Tanzanie Ariwe Kikwete.

  • Jewe Ndikondaraba Mbona Ivyobintu Vyobandamya Gutohozwa Kandibakajahamwe Bakabirabira Hamwe Natwetukamenya Inkuruyukuri

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.