IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ONU yagirije Urwanda ko rubandanya gufasha abashaka gutera Uburundi

ONU yagirije Urwanda ko rubandanya gufasha abashaka gutera Uburundi

vendredi 13 Rusama 2016, par egide

Mu gihe umwaka warumanye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 13 Rusama 2016 habaye igeragezwa ry’uguhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, inyandiko zo mw’ibanga z’inama ya ONU ijejwe umutekano kw’isi zagiriza Urwanda ko rubandanya gufasha abashaka gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Inkuru zandikwa n’itororokanirizo ry’amakuru rya Reuters, zivuga ko Urwanda rwagumye rutanga inyigisho, imfashanyo hamwe n’imyiteguro y’abo barwanyi. Izo nyandiko zo mw’ibanga z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU zagiriza kandi Urwanda kwinjiza no kwigisha mu bagwanyi impunzi z’abarundi ziri mu Rwanda, mu ntumbero yo gukura ku butegetsi umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza.

Urwego rwa ONU rujejwe gufata ibihano mu nama y’umutekano ya ONU rurasuzuma kuri uwu wa gatanu ibiri muri ico cegeranyo.

Ku ruhande rw’Urwanda, ico gihugu cabandanije kwiyamiriza ivyo cagirizwa, abategetsi b’Urwanda bakaba batahengeshanije kuvuga ko ivyagirizwa Urwanda bitagira ishingiro. Umushikiranganji w’imigenderanire w’Urwanda n’ayandi makungu, Louise Mushikiwabo, yamenyesheje ko amatati ari mu Burundi akomeye, kandi ko abategetsi b’Uburundi babivuga uko bashatse, agasaba amakungu ko yokwitaho ico kibazo vyihuta, kuko arivyo vyoba vyiza.

Ku ruhande rw’Uburundi, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu yamenyesheje ko Uburundi bufise ivyemezo vyose ko Urwanda rufise uruhara mu ntureka zibera mu Burundi, akavuga ko n’ivyemezo vyose Uburundi bwamaze kubishikiriza inama y’umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

Umwaka warumanye kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 13 Rusama 2016 habaye igeragezwa ry’uguhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Amwe mu masanamu yaranze uwo munsi


IGIHE

Messages

  • Bakwiye Kuja Hamwe Bakaganira Imigenderanir Ikabandanya

  • ivya nyamitwe vyamuheranye aho yibaza ko amakosa bakoze babwirizwa kuyaterera u Rwanda!! None ninde ayobewe ko abafranca aribo bari inyuma y uwo mugambi wo kubeshera u rwanda??? hama ikindi mwibuke ko muburasirazuba bwa kongo ico gihe hariyo interahamwe kdi zivuga ikinyagwanda kira noneho ziri i burundi ubu kdi turaziko arizo zirinze Nkurunziza. Hama diplomatie yanyu niyoba iriko irabereka ko igihe cose muzokwegeka amanyanga yanyu ku rwanda, murihenda cane!!!!! none imbere mwavugiye ko u Rwanda rutegura abatera u burundi kubera iki batarabutera?
    none u rwanda nirwo rwazanye 3eme Mandat?None nirwo ruriko rwica abatutsi vy umwihariko aba ex FAB??? erega ntaco muhumba ntibizokunda ko mufuta amakosa y ubwicanyi mwakoze....kdi diplomatie y urwanda ntimuzoyishobora. muriko muremantanya ivyo mubesha mugabo bo biteguranye ibimenyetso bifatika!!!!

  • ubwose murakanga bande barabamenye iteka urwanda ruzahora rubaseka kubyo murubeshyera ubwose nibahirika nkurunziza mushaka kuvugako hazimikwa umunyarwanda? nimusubize ubwenge kugihe narababwiye ngo umanika agati wicaye kukamanura bikakugora uburyo musomborotsa urwanda murakabije bizabagora kugarura ubucuti ngaha aho nibereye.

  • cout d’atat muburundi ntishoboka ntihazagire ubahenda, vyaragaragaye, buriya vyo gushira abahutu imbere kandi inyuma hinyegeje inguvu z’abatutsi n’abazungu sivyo nagatoyi, vyose bige bica mukazu kitora uwo abanyagihugu bemeje atware.

  • murahumba ayo maremantanya bntaco azotwara u Rwanda!!!!! ukuri guca nuziilko ntigusha!!

  • IMANA IKOMEZE KUZIGAMA UBURUNDI NABARUNDI

  • Messieurs les Berges vous avez soutenu et vous continuer àsoutenir les le coup de force contre Pierre NKURUNZIZA.... Euuu.... Euuu .... ET D’ALLEUR C’ETAIT MAL PREPARE. Quelle réponse

  • Urubuze inkware ruvumbukana igihuna

  • NIZEREKO ABABIGERAGEJE UBU BISWE NINTUNTU NAGAHINDA KANDI MUBABWIREKO IKONITARUZWA KIRAZIRA INTAGOHEKA ZAKIGWANIYE TURACAHANGAMYE NIHAKOMERE ABAGUMYABANGA BA CNDD FDD NAKARE NTIBAKORAKO NI CAKI CAKI

  • EMW AGACIWEKARUMA IBIHITIY IBURUNDI NIVYOGUSENGERA!

  • Nimundeke mbanze ndirimbe indirimbo yamashimwe IMANA NINZI HALELUYA X2 IMANA NINZIZA NINZIZA CANE.ubunaho ntibigaragaye KAGOME ubunaho asubira kwayagura iki? kuvyerekeye Uburundi bwacu Kagame amenye ko agataretse kaba gasema natwagaze azotubona,abanze arabe ibiro afise ukuntu bingana hama arabe mzehe wetu Piter l’Homme Fort ukuntu yipanze ,rero ubu ngiye kumupaka kuraba akarere hama hiryayejo naho mugatondo nzobandi ikigali kunywayo agaprimus harya iruhande ya MTN

  • badutebereje,kugirakagometumukorereko!ivyoyadukoreye1996
    ntibizosubira,ubuturabafise.Bihendegusa!!!

  • Abo bose bashaka kwanduza igihugu cyacu cy’u Rwanda turabiyamye cyane! nta mwanya dufite wo kwiruka inyuma yabari kuroha igihugu cyabo mu manga. turangajwe imbere niterambere no kwiyabira inzego mu Rwanda. Enough is Enough

  • Barundi barundikazi ahuuu ahui ndiruhukij naho hakiri agahaz nukuvuga Ko ibyo reta yacu natwe abenegihugu tutarira busema kagame nareke kutwononera igihugu uburundi si Congo??twama twabivuz eehh yagumuy abatutsi bomuriyamakaritiy yinkorabara haza Ngo genocide Hama Ngo mandat kagame reka kwisuka kuri H.E Piere Nkurunziza aragusumba ukina nuwo mutangana akakuvuna urwanda nimureke ntaho urwanda rwigez rutsinda uburundi niyo mpanvu mukirundo hiswe uko kubera ibirundo byabarwanyi burwanda bahiciwe kubami nuko turashimiy izo mpuguke za Onu nizindi ncut z’uburundi turashimiy Ubulusia nubu chine mugume mushigikiye intwaro yacu murakoze.

  • ubunaho buzakuvugango uburundi burababeshera??. biragaragarko babasenyeri bagatorika bomuburundi bakorana nimirwi yiterabwoba ihungabanyumutekano muburundi kuko barigize abavugizi burwanda mukanya bahava basohora amatangazo bavugako ONI ibesheruRWANDA, hama bacebavugango nukwiteranya kubabanyi. nibindi bizojahabona......

  • Ivyo ko babibona ntibagire ichobabivugako ntabwomubona kwiyo nama yumutekano kwisi kwihengamiye kuruhande rwabashatse gutembagazaubutegetsi bwatowe nabenigihuguch Madame nateshwe ate ubu abarundi ntitukitwarwa nabagenosidere raisi wetu songambele Burundi isinzi turinyuma yawe

  • Abarundi muzqjyamwitembqgaruza,itwaro uwundi mwirirwe mumatikungonurwanda,mukunda kuvuga, ubusa,mwibagije ibyimwakoreye irwanda

  • IMANA ISHIMWE KUBONA TUKIRI BAZIMA NDAVYE INTUREKA YAHABAYE NTAWARAZIKO TWOGERA UBU IMANA IKOMEZE KUTURINDA AKABIKABISHE IBIHEVYOSE

  • Ariko abarundi iyobamaze kabiri batavuze urwanda bararibwa mengo, urwanda ruri munzira yiterambere ayo matiko twayavuyemwo kera, amakungu arabashuka.

  • nn urwanda rushaka iki

  • Urwanda,nirureke,kwisuka,mubitaruraba,kandi,nkurunziza,nibamureke,atware,kuko,yitorewe,nabanyagihugu,

  • eeeh twarababwiy ko kagame na reta yiwe batisubiyek ngo barek uwo mugambi ugayits ko bazogira ingaruka mbi twebwe abarundi tuzomugwany mpaka ntambaraga afise naj muri congo kuk twebw ntabwo yodushobor na gato mumeny ko ca gikoko kiziritse naho gitontoma

  • mwaratevyedukure akakagabokigizendase

  • Umwaka uraheze mutashoboye nogufata intara nimye y´Iburundi none murindiriye iki gutaha ngo muje mu biganiro? Uburundi ni bwa Ntare Rugamba ntiruvogerwa. Kagame nawe nagira ndamubwire nti: ikizoza gitwara Nkurunziza nawe ntikizomusiga. Ayo magufa yawe usigaranye tuzoya swanyaza

  • Afrika mashariki yatupasa kuwa makini sana na huyu jamaa Kagame sio mtu mzuri ni mchonganishi sana,kachonganisha wakongo na ndg zao wanyamulenge kaiacha nchi hiyo ktk vita,walipigana na waganda, 1996 walivurugana na wakenya juzi tu Rais wetu mstaafu Mh. Kikwete kamshauri juu ya kumaliza matatizo yake na interahamwe zake anaaza kutengeneza uadui na Tanzania. Ashukuriwe Mungu alietupatia neema watanzania ya kujua hila za adui na kujua namna ya kukaa nao. Ila kweli huyu jamaa si mtu mzuri. Ningemshauri angeacha tabia hii siku MUNGU akichoka mambo yake, itakua kama yule Rais wa Ivory-coast Babgibo mpaka sasa anajutia. Warundi MUNGU yu upande wenu msiogope: Ayubu 14:7 mbarikiwe!

  • Arko vraiment ndatangazwa nukunt baguma bavuga urwanda rwonyene jew ndi,mur tanzaniya kand ndi,mpunzi ndababwijukur amashirahamw amwamw ntashimy kuvugra ngaha niyarko afasha mubijany na fromation irko ibera muduc tumw tumw tugiz tanzania aho rero ntibagume baraba urwanda gusa ngo abar mur tanzania babatunguk inyuma

  • mr niyombare ntaco waragerageje warushujije benshi. uru mugabo mon general. la luta continua. che guevara

  • Mwebwe Muriko Murahendwa Peter Ni Igiti Kiturigwa Nimwiyahure. Abahutu Bo Mu Rwanda Mwitegure Kubohogwa Mufate Umuheto Kuko Kagame Agire Apfe Akakaramuka Asotoye Peter Emwe Azofatwa Mpiri Kandi Urwanda Ruzoca Ruba Rurayobowe Numurudi Vy Infatakibanza. Ese Kagome Yotangura Ingabo Zacu Zorara I Kigali Kweli.

  • MUKIRUNDI NGO AKATARETSE KABA GASEMA,UMENYA INGENE UTANGURA INTAMBARA NTUMENYA UKO IZAHERA,TURITEGUYE KUZANYWERA ICAYI IKIGARI UMUSI URIZINA.

  • babareke rwose kuko mwataye umutwe ngo u Rwanda mwari mumaze kabiri
    tuzareba UN icyo izakora .

  • twibutse umusi mubi,umusi mwari mwatwimbiy icobo Imana irakinga ariko tuzobabanaho kuko n’umugambwe watowe n’Imana,ewe CNARED muzotsindwa mw’izina rya yezu,Amen.Mureke uwo twitorey ntaco mwograko kuko tuzomwamana gushikaaaa,naw ntawundi ni umutama dukunda tw imbonerakure z’i MBIRIZI Petero NKURUNZIZA.tuzogushigikira mpaka

  • ONU NIGIREVUBA IFATIRURWANDA IBIHANO KUKO NIYOMBARENIYARI CANKE IBARUNGIKE

  • URWANDA NIBARABE BARUHANURE RUBIREKE. ATARUKO NAHO BADUHE URUHUSHA TURWIKUREKO NAKARE KUDAHANA IMBWA BIGWIZA IMISEGA. URWANDA IKEBUKE UTIKEBUTSE TUZOGUKEBURA TWEBWE NTIDUFYINA.

  • burundi irambire warasimvyimanga .abasibademokarasi nibateshwebate.bibuke ivyashikiye hamani na morodekayi niyombare nabaguhenze sabe imbabazi

  • TWEBWE ABANYAGIHUGU TWARUSHE NUKUGUMA TWICWA NKINYA MASYA NKURUNZIZA UGUTARA VYAMUNANIYE NAHEREZE ABANDI IGIHUGU CAMUNANIYE AHUBWO NKURUNZIZA KIRAMWAGANYE AZOHUNGIRAHE? ISI KOYAMUHERANYE ARAGOWE

  • ewe Mana yanje!iyinkuru iramaqa kagame asubira kwayagura iki ku burundi?

  • Ntarwanda ruriko rurafasha, canke kwinjira mubibazo vyuburundi !, umusi rwovyinjiramwo niwo musi kibazo cuburundi cogitembagaza uwomwicanyi Nkurunziza niwo musi corara kirangiye, jewe nda vyita nkagasotoro bariko barasotora urwanda.Nkurunziza ya ramaze kwijiza interahamwe hano muburundi zimufasha kwigisha imbonerakure ukugene bashobora gukora ihonyabwoko hano muburundi,nawe abemereye kwazobafasha gutera urwanda ngo bomore abatutsi birwanda, ONU kwataco ibivugako?.kandi vyemezo bisazwe biriho, kwinterahamwe zirihano mugisagara cabujumbura, nomubice bimwebimwe vyintara zaruguru. nihamwe umugabo iyo rwamunaniye kubaka usanga ata inkubire kubabanyi ngo ni bobamusambuje,nawe aringeso mbi yi we.

  • BURUNDI SIMBIMANGA INTWARO RUSANGI IHANGAME MUBURUNDI SUMUGAMBWE CNDD FDD WARUHAMBWE NIJEUAMBO RYABENE GIHUGU RYARIKUBA RIZIMANGANYE NIHAHANGAME INTWARO RUSANGI IZIRA IVANGURA RYAMOKO NINTARA IMANA IZIGAME UBURUNDI

  • Urwanda ruraza Ruzosanga Turimaso

  • Urwanda ruraza Ruzosanga Turimaso

  • Abashigikira ubukozi bwikibi ntaco baroshikako kuko Imana iyahaye amahoro abarundi le 13/05/2015.Niyo izobikemura.U Rwanda ni rureke kwiteranya ku baturanyi nivyo bihambaye ubundibwo nocobaroshikako.

  • None ko ONU yatevye gufatira ibihano URWANDA?Erega KAGAME azoca aza arabigambako ari igihangange/intakorwako n’ubundi ace aguma ajaba akarere na canecane ak’UBURUNDI."Ukudakubita imbwa vyorora imisega" ntaho vyakabaye ko uwakosheje adahanwa/adakosorwa;ahubwo gerageza mukwakwanye vya vuba kuko "akataretse kaba gasema" kandi igihangange kw’isi yose ni IMANA yo nyene yo RUGIRAVYOSE ."IMANA YAREMYE UBURUNDI NIKOMEZE KUBURINDA MU BIHE BITOROSHE"

  • Tuzokwica Zina Munyagwanda Wese Ashigikiye Kagome Wewe Rindira Bakomeze Kwisema

  • None ONU kotuziko muvyo ishinzwe harimwo gukingira abanyagihugu tukabatuziko ivyovyayinaniye kurungika inteko zoza gukingira abanyagihugu bariko baricwa nankurunziza kandi ivyo akabikora inyuma yokwigumiza kubutegetsi abanje guhonyanga amasezerano yarusha mugabo tukaba twumva ikomeje gutunga agatoke abashaka guhagarika ubwicanyi nkurunziza ariko arakora ONU nitubwire niba ishigikiye Ko nkurunziza abandanya atumarako abacu hama tubimenye tumenye ukotwirwanako kuko turabiziko ONU igihe cose ataco biyinega iyabanyafirika turiko turagandagurwa nitubwize ukuri kwariyo yahindutse umuvugizi WA nkurunziza hama tubimenye naho kagame nimumuveko kuko mwibuke Ko ariwe yahagaritse genocide igihe ONU yoyo yariko yirebera mbenubu nicogituma mwabuze icomukora Ngo mutabare abanyagihugu nukurerekera nkurunziza ngwatumare nkuko mwabigize muri 94 ubuhotwarabahinyuye ntituzovyemera nkaba nagomba gusaba nyakubahwa kagame ngiranti ayo makungu ntamucintege niba abona Ko harico afise yofasha mugutesha nkurunziza nakarwi kiwe iryobara kanatsinda no murwanda kagame niwe yahagaritse ayomahano kandi iyo onu nihoyariri kandi ntaco yakoze mwibukeko nigihe kagame yararongoye urugamba rwoguhagarika genocide iyo onu nyene yagumye yagiriza Uganda kwariyo imushigikiye ivyabo twarabimenye ahubwo nyakubahwa kagame natugirire naningoga abarundi turabeko tworuhuka maze uzorabejo kwiyo ONU atariyo izogaruka kumushimira koyakoze neza nkuko nubu ibigira mukwirirwana indabo zamashurwe kumutwe ngwije kunamira abazize genocide none niwumve nubu ingene yirirwa iravugira uwo mwicanyi nkurunziza ikindi kandi nuko ONU yomenyako nkurunziza ivugira atakiri umukuru wigihugu kuko ubukuru bwigihugu bwiwe bwaheranye nitariki 26/8/15 sinumva rero ubwobutegetsi ONU iguma ivugako bushaka gusenyurwa ubwaribwo wosenyura ubutegetsi atabuhari ikindi mwebukeko nyakubahwa kagame intego yihaye ariyo gukingira abanyagihugu biwe none gushikubu nkurunziza akaba ariko akorana ninterahamwe mukuzitegura Ngo zisubire murwanda kumarira nakasigaye sinibazoko kagame azicara agategereza Ko ivyobishika nyakubahwa uwuzoguhora Ko watabaye inzirakarengane ashaka azabiguhore iconzi nuko impera yawe mwijuru itegekanijwe

  • Emwe hariho ibijuju murikigihugu cacu cuburundi mbega kagome yokoriki kungabo zacu? Erege nawenyene araziko inkona itaruzwa kovyamutaye kuwamazi reka reka kagome aratuzi heshicane ko yiheze akarungika zirya nyenzi ziwe kugataka kuburundi ko ataniyokubara inkuru yosubirakubona ego nagerageze turabe

  • @@tari. Uri ikinyandaro,umutwe wawe harimo ubusa. Uri imbecile professionnel. Igishwitari.com

  • hingerero babavugizi buRWANDA aribo babasenyeri bagatorika muburundi basohore itangazo ryabo ribeshuza ivyo ONU ihejeje gushikiriza mukuvugango nukwiteranya kubabanyi...reta yuburundi ntirira busema, nivyo ukuri kurateba ariko uburuhiro kurashikatu..iyi nincuro2 ONU ibishikirije kandi iba yabitohoje, ababungere bagatorika bomuburundi nibikebuke bareke guhimpigi abahungabanya umutekanu mugihugu........

  • hhahaha muratwenza mukore ibyanyu u Rwanda ntiruteze gutera uburundi kuko ntamwe ntumwibereyeyo naho kubeshya amahanga ngo u Rwanda nirwo rubikora muri guta inyuma ya huye , ubwo inzara ibagezemwo muratangiye sasa ibihano babafatiye ntibizovaho nkurunziza ataretse kwica kuko ntamunsi ushira hadapfuye abenegihugu ikindi iyo ONU muvuga kagame yababwiye ngo bashakire ibihugu bizokwakira impunzi zabarundi ziri mu Rwanda ONU byarayinaniye
    bishatse kuvuga ngo uburundi uwo rurega ninawe ruregera mukemure ibibazo ubwanyu u Rwanda murureke kuko u Rwanda ntirukangwa na ONU aho urwanda rugeze ONU niyo iri gukenera u Rwanda kuko twebwe abanyarwanda ntamunyamahanga waduhaye ayo mahoro numutekano nitwe ubwacu twayayirondereye tuyageraho ntiduteze narimwe kuyarekura
    NB: mugumye musomborotse u Rwanda ntimuzigera murubona narimwe kuko ntacyo urwanda rwaza gushaka muburundi kuko ntaterambere, ntamahoro ,nta politique ,nta bukungu , ntacyambu , urumva koko u Rwanda rwabiteza koko ? kd uzobabara nkuko tubivuga azaze tuzamwakiriza igikwiye
    naho mukomeze musaragurike natwe dukomeze iterambere .

  • Icotabwenge.Ciyita.Ngonibacemwo.Uwo.Arimuribabandi.Birirwa.Batera.Amagerenade.Mumasoko.Twarabahinyuye.Nimureke.Nyakubahwa.Pita.Kuko.Numugabo.Wijunja.Nijambo.Yakuye.Ubundi.Habi..Na.None.Komwashatse.Guhirika.Ubutegetsi.Bikabata.Kuwamazi.Mbega.Kiragi.Godefwa.Urya.Ntiyarigushobora.Gutwara.Igihugu.Poro.Kagome.Niwe.Yamuhenze.Uburero.Nimucebugufi.Abahutu.Twaraciye.Ubwenge.

  • ulyanda nibaluleke kulu gola ibibazo biliku linkunziza niyemele baga nilenabo bitavuga lumwe ibibazo nihobizohela

  • Nyakubahwa Peter, umukuru w’igihugu c´Uburundi badanya ukoresha iyo strategy ya football, Tuguma twijiza ikitsindo gushika aho dushika aho dukuraho Ubwo Bugesera bwaje konona akarere kose k´Ibiyaga Bigari

  • ngewe ntakintu kinsetsa nkiyo abarundi bivovota ngo EX KAGAME(intwali batinya)ngo ntiyabashobora
    twe tumaze kubona ko CONGO(Ex-ZAIRE)hariyo interahamwe ziteguye gutera twaramutse turazirasa ziracanganyikirwa!!
    SO!!niba murabagabo mwakwatse umsaada interahamwe mukambuka mukaza kurasa KGL???
    HAMUWEHI NA HAMTAWEZA KAMWE!
    reka mbareke nigumire hano NYAMIRAMBO

  • Ubu Rero Birashoboka. Uburundi Burashobora Kwinjira Mu Rwanda Rugashigikira Abatera Urwanda Na Kare Nibo Badusotoye. Abahutu Bo Mu Rwanda Ikangure Mugwanye Kagame Kuko Murashobora Gushika Ku Ntsinzi. Nosaba Leta Y Uburundi Na Congo Ko Bofasha Fdrl Igashikira Ubutegetsi Mu Rwanda.

  • Ubu Rero Birashoboka. Uburundi Burashobora Kwinjira Mu Rwanda Rugashigikira Abatera Urwanda Na Kare Nibo Badusotoye. Abahutu Bo Mu Rwanda Ikangure Mugwanye Kagame Kuko Murashobora Gushika Ku Ntsinzi. Nosaba Leta Y Uburundi Na Congo Ko Bofasha Fdrl Igashikira Ubutegetsi Mu Rwanda.

  • Nimureke guta amajambo ahubwo mwiteho gukomeza umutekano n’amahoro dukesha Imana.Ariko nimba ivyemezo bihari ONU nigeragez gufatira ibihano urwanda.kuko ntitwokwama twubaka nawe aza gusambura.mbe aho bavuga ngo rufise amahoro,rwoyakena gt kand tuz ko kagame yomoye ubwoko bumwe kugira asigare nubwiwe gusa.ko aherutse guhndura ibwirizwanshngìro ry’urwanda kugra abandanye atwara urwanda harico mwabivuzeko?ukuri turakuzi.kand ntituzigera twemerera uwowes ashaka kudusubiza inyuma.kagame akaramuka yihenze,urwanda tuzoca turugira intara y,uburundi nakare nitwe twaruronderey ukwikukira(son indépendance grace àRWAGASORE).

  • AMAKUNGU NAHANURE KAGAME NONEKO MUFATIRA IBIHANO UBURUNDI KOMUHAYE MWIVUGURUZA KAGAME KWITEGA UBUNDI NINKOKWITA MURITANGANYIKA BURAZOZA UBWOBUGONBA BUZOSANGA INGABO MUKURASA NUMUBUZIRAWURASA BAZOBONANA KAGAME UBONAKUMENGA NTARYA ACHAKA UGWAKOA ARAVYENABI TUZOMWIBIRA MURIKIVOCIWE BUNBAFU

  • Abarundi numunwa gusa ntakindi bashoboye mwananiwe no guhosha abaturage batera grenade ngo mwashobora u Rwanda hazagire nuwibeshya akandagire kukanyaru tubasibe ku ikarita ya Africa imihimbiri gusa

  • Abategetsi Bu Burundi Mwese Hamwe Mufatanije Mushake Umuti Wazana Amahoro Mu Burundi Naho Bitaba Gucyo Ntamahoro Yazabone Burundi Onu Kontaco Ikora Ngo Amahoro Aboneke Ahubwo Igateranya Ibihugu Mushake Umuti Wibibazo Mufite Kdi Mu Sengere Abategetsi Banyu Bahurize Hamwe Njewe Nikombibona Abo Bantu Bapfa Buri Munsi Ninde Uzabaryoza Mwibaze Kdi Mwisubize

  • ESE UGWANDA ABATEGETSI BAHO NTABWENGE BAKIGIRA MWABANAMWE MUTARINDA INZA NGOMUCHAKA GUTERA UBUNDI REKAGUKORA IGWEMUJICHO KAGAME TUZOMUKWEGA MWIBARABARA IKIGARI KURIBUREND NTITWARUTEGEZE MURIVYO ARIKOKO KAGAMEYANSEKUNVA REKA TUZE TUMWUNVICHE OKE

  • KAGAME WARABUZE ICOGUKURAHO WAZAWAKIBO REKAGUKORIGWEMUJICHE TUZOGUKWEGECHA BURENDE ZAWE IKIGARI WAZAWABONB NDBIVUZE KIRIJBNA ESENTUKIMENYANICUTINYA NTUGHRENGO NIKONGO IBURUNDIBWO BUZOKUZURAMASO CHIKO URUMUGABO KOZAKO TUKWERE AYIBWA YABONEYE KUMUGEZ4

  • KAGAME WARABUZE ICOGUKURAHO WAZAWAKIBO REKAGUKORIGWEMUJICHE TUZOGUKWEGECHA BURENDE ZAWE IKIGARI WAZAWABONB NDBIVUZE KIRIJBNA ESENTUKIMENYANICUTINYA NTUGHRENGO NIKONGO IBURUNDIBWO BUZOKUZURAMASO CHIKO URUMUGABO KOZAKO TUKWERE AYIBWA YABONEYE KUMUGEZ4

  • Kagame nuwisema, kandi iminsi yiwe irabaze, amaherezo yiwe ikiziga ciwe kizo kwerwa mw´ibarabara-
    Asigaranye ibiro 20 kuko ntarya kubera kuba Paranoaque, arara yikanga.

  • Ubundi buyoya niwe yakoze amakosa yo gutanga igihugu akagiha ibicucu by’abahutu babarundi! Nta muhutu ukwiye guteka haba mu rwanda cg burundi bakwiye gufata amasuka bakajy guhinga nicyo mushoboye

  • buretsi sha bareke babigishe ariko barye bagaba ivyuburundi nihatari mwe ntimubona ko abarundi ko twabaye ibikoko vyo mwishamba.kwimana yabahaye bakabigisha baranyaye.ariko mutama abasunvya ivyiyunviro mwese.ariko mwese murababono mwarariwe ntaciza muzozanira abarundi

  • buretsi sha bareke babigishe ariko barye bagaba ivyuburundi nihatari mwe ntimubona ko abarundi ko twabaye ibikoko vyo mwishamba.kwimana yabahaye bakabigisha baranyaye.ariko mutama abasunvya ivyiyunviro mwese.ariko mwese murababono mwarariwe ntaciza muzozanira abarundi

  • Abarundi ntibazarote basuzugura kuko ARMEES BURUNDAISE abanyarwanda bayifata yose mu 48 h .

    RDF ntago bayizi abarundi barapyina !!! nabademob bafata uburundi mugihe gito cyane !!!

  • MBEGA KAGAME ARIK?TURAMWIYAMIRIJE UWOMUSWA ABONA YUKO TWEBWE ABARUNDI TURI IBIJUJU TWARAMWEMEJE UMUTAMA WACU PETERO NKURUNZIZA NAGUME KUNGOMA

  • mwes umv bavug ng hakuvvg nab wody nab kand amagogw y’inyo uyabaz ibutur nimb igihug cabananie gutwar kizir kwagiriz kagame mb kagam harinkoh afata akaz kuras ngah amasas yama yavugiy muburund kagam har namw arasa igihug kibananiy gutwar bisir ababiz bitwarir

  • Eh sha comments zabarundi zerekana neza na neza ko muri aba Bbe mumitwe ntamuntu afise ubwenge yabishura gusa mutekereza nka Peter wanyu ntabwo muteye u rwanda ntan imbabazi tubasa karibu kwetu mpate chamtema kuni

  • shaka uko muva mu bibazo igihumbi mufise mureke guta umwanya mwagiriza u Rwanda amafuti yanyu. Harya ngo ONU yabivuze, mwibuke ko ari nayo yirirwa ivuga ko leta ikwiye kuganira na CNARED. ibibazo vy’uburundi vyatewe n’abarundi kandi nibo bagomba kubishakira umuti!!!!!!!!!!!!!!!

  • Ikibazo abarurndi bafite kirakomeye, niba bataramenya ko rapport za UN ntacyo zimaze ibitekerezo byabo biri nku kwezi pe. Ubu muri minsi mikuru, murasakuza ngo UN yasohoye rapport? Ibyo twe Abanyarwanda ntacyo bitubwiye. Ibyo bigaragaza ko nta political maturity mufite, muzabaze kw’isi aho UN yabakemuye ibibazo. Ngaho ni mukomeze mwikirigite ngo za rapport. Niba mutazi icyo bita baringa ni UN muzisanga mu myaka ya 1950 vuba cyane. Naho ibyo gusakuza mutukana kugihe ni ugusetsa imikara. Icyo mwifuza muzakibona. Umunsi mwageze ku Kanyaru muzakubitwa n’inkuba ndababwiye.

  • kagame yish imie imic
    yoro yokubyitirwa imfa
    shanyo yimpunzi zaba
    rundi.wowe kagame u
    beshyamakungu ngo
    ntabwurumuntuwinjij.
    ok?usubijwe i nyuma
    mumateka yigihugucyu
    rwanda .jenoside yi94
    gushika98.irikugatwe
    kawe.witonde kwiyum
    viru uburundi ndaangw
    a murizo mpinja zawe.

  • kagame uzi gucyora
    kumfashanyo zimpunzi
    zabarundi.gusa noguh
    umamaso yizompinja
    zabanyarwanda kugira
    ngutiyumvirwaho j.n sd
    Yi94.uziko byitaweho
    wabuciriwe urwazer
    u va.kubundi,.toka

  • kagame uzi gucyora
    kumfashanyo zimpunzi
    zabarundi.gusa noguh
    umamaso yizompinja
    zabanyarwanda kugira
    ngutiyumvirwaho j.n sd
    Yi94.uziko byitaweho
    wabuciriwe urwazer
    u va.kubundi,.toka

  • Aho kuguga ONU mwarikuvuga ubufaransa bwihishe inyuma ya ONU buri gihe tugiye kwibuka Genocide yakorewe abatutsi murwanda ubufaransa buhita nabwo butangira guhimba ibirego kuko bazi neza ko dufite preuve tangible za implications zabo mubibazo twagize na collaboration n’interahamwe ziri iburundi ahubwo mube muretse aba Republican batsinde amatora muri USA tuze tubereke, Magufuli yabavuyeho na Vice President wa Afrique du Sud avuye murwanda kureba ibyabaye muri 1994 no kunoza umubano Zuma yononye kuko mandat ye yarangiye nimusakuze nituza muzatubona mbibutse ko CNDD yafashe ubutegetsi twaragiye kandi uburundi turabuzi Cartier kuri Cartier nagatumba kukandi

  • Bujumbura tuzayifata muminsi 2 gusa
    bamwe bazahagarara iwabo nabantu , kamenge, ngagara , cibitoki, mutakura na kinama tuzoherezayo batallon 1 gusa
    abandi : bwiza , jabe, nyakabiga, buyenzi na ruvumera indi batallon, musaga, kanyosha, niho hazaba stock hamwe nivuriro rizovura abazaba bakomerekeye kurugamba
    kinindo , mutanga zose uko ari ebyiri hazaba harimwo aba general bacu

    NB : Bujumbura turayifite mumaboko yacu mwebwe mukomeze mugumye kudusomorotsa tuzabakubita mwibaze kabisa , amakuru yose akorerwa murayo ma Cartier turayazi kd turayakurikirana umunsi kuwundi.

  • hhhhhhhhhh ubwenge, uburere ,umuco,agaciro,n’ibindi byiza bisa nabyo umwana abihabwa cg abikura kubabyeyi,,,,iyo ubyawe n’umubyeyi winjiji nawe mwana abyaye amera nkabamubyaye cg abamurera iyo arezwe nabi akurana ubujiji,,,, niyo mpamvu abarundi ntabarenganya mubitutsi birirwa batuka abanyarwanda, kuberako abarundi aho muva mukagera muri injiji iyo muvuga ngo mwatera u Rwanda ngo nti muri nka CONGO ndabaseka cyane ,,, ese muzi amateka y’u Rwanda muri Congo ka mbasogongeze mwa njiji mwe z’abarundi ,,,twataka Congo, twayatatse mumezi atatu gusa nabwo icyadutinjije nuko Congo ari amashyamba ntamihanda bagira. Ikindi Congo ubinini bwa Congo yikubye u Rwanda inshuro zisaga miringo inani .ikindimutazi twataka Congo byari Ikirori kuko Congo yafashijwe nibihugu nka Zimbabwe ,Angola Namibia Cade ubufaransa, Interahamwe nabandi n,ibindi bihugu bitabarika kandi bifite intwaro zikomeye ibihugu byafashije Congo byose hamwe byoherereje Congo abasirikare basaga miriyoni zisaga ebyiri zabakomando baza gufasha Congo mugihe ingabo z’u Rwanda zari ibihumbi bitageze no kuri bitanu ariko kubwubutwari bw’u Rwanda izo miliyoni zafashaga Congo twazisenye mumasaha make ,,,,ngaho ibaze noneho Burundi bugitite intwaro zo ku bwa Bagaza na Micombero nazo zirasa mubirometero bibiri mugihe u Rwanda rufite intwaro zarasa i bujumbura ziteretse i kigali ,,,, inama nabagira mwa barundi mwe nuko mwashyira umupira hasi kuko nimukomeza kwishyiramo abanyarwanda muzakubitwa izakabwana kaneye mu nzuzi kuko u Burundi buzafatwa mumasaha abiri mwumirwe .,,,ndabyemera ko urwanda ari ruto ku Burundi ariko murebe kure niba muruta ubunini Congo ,,,, mwibaze agahugu ka Israel ubururyo gahonda ibihugu by’ abarabu mumasegonda niyo mpamvu bavuga ngo ubutumbi sibwo bugabo abasoma bibiriya muzasome ibya Dawidi na Goliati izo ngero mbahaye nimuzibazaho muzabona igisubizo ntago muzongera kuvuga u Rwanda mukanwa kanyu no mu bwenge buke bwanyu .Abarundi mbere yo kuvuga muge mubanza mutekereze CONGO NITABAHA ISOMO MUZARIHABWA NA Israel kubarabu nibidakunda muzasome inkuru ya Dawid na Goliati nimutumva munyuzwe muzerekeze ku Kanyaru ,,,,isomo muzarihakura

  • Fred urababwiye nuko batumva gusa
    nkunganireho gato
    u Rwanda muntambara yo muri 1994 rwafashwe nabasirikare binkotanyi 19.000 gusa mugihe abyarimana yarafite ingabo zirenga 1.000.000 ukongeraho ingabo zabafaransa rero abashaka gukinsha u Rwanda ubwo sinzi ikazakurikira gusa mwa barundi wait

  • Abarundi turababwiye Niko batumva.Gusa iyo nsonye comment zabo mbona wagira ngo abagira access kuri internet ni a anti batize (kwandika ibidasomeka ibitagira sens ibitunsi nk ibyabashumba b ihene n ibindi)no bareke kugira panique ikibaye chose NGO bumve ko ari urwanda.Ntabwo nshidikanya ko urwanda (kimwe nabandi)rubateye umunsi um we baba bakuyeho Iwo Nkurunziza ubamariye Ku icumu.mukemure ibibazo byanyu mureke Guta umutwe muvuga urwanda.Nb.MUkomeze mutukane twe twiyubakire igihugu twakire inama mpuzamahanga twubake za gari y a moshi nibindi

  • Mwa, Bantumwe Muteranamajambo Mwebwe,ntanivyintambara, Muzi Bizwi Nizamarere Twahuriye ,rubumbashi Baraka Pepa Nahandi Muzihende Nubundi, Muzotubona Mwemuharira, Murabantu Bato.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.