Urwanda rwasavye insiguro ku rupfu rwa Jacques BIHOZAGARA

Yanditswe na IGIHE
Kuya 31 mars 2016 saa 10:37
Yasomwe : 90513
0 0

Reta y’Urwanda isaba Uburundi gutanga insiguro zumvikana ku vyoba vyinyegeje inyuma y’urupfu rwa Jacques Bihozagara yahoze ari umushikiranganji mu Rwanda ajejwe gutahukana impunzi, aba n’uwuserukira Urwanda mu Bubirigi hamwe no mu Bufaransa, akaba yapfiriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuri uwu wa gatatu,.
Eugene Ngoga, umuyobozi ajejwe Afrika mu bushikiranganji bw’Urwanda bujejwe imigenderanire n’ayandi makungu yamenyesheje ko Jacques Bihozagara ashizwe muri bamwe mu Banyarwanda biciwe mu (...)

Reta y’Urwanda isaba Uburundi gutanga insiguro zumvikana ku vyoba vyinyegeje inyuma y’urupfu rwa Jacques Bihozagara yahoze ari umushikiranganji mu Rwanda ajejwe gutahukana impunzi, aba n’uwuserukira Urwanda mu Bubirigi hamwe no mu Bufaransa, akaba yapfiriye mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuri uwu wa gatatu,.

Eugene Ngoga, umuyobozi ajejwe Afrika mu bushikiranganji bw’Urwanda bujejwe imigenderanire n’ayandi makungu yamenyesheje ko Jacques Bihozagara ashizwe muri bamwe mu Banyarwanda biciwe mu Burundi mu buryo bubabaje.

JPEG - 31.2 ko
Jacques Bihozagara

Nk’uko tubikesha bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu Rwanda, Eugene Ngoga yagize ati : « Minisiteri y’Ububanyi n’Amahanga n’Ubutwererane y’u Rwanda irifuza ko abayobozi b’u Burundi batanga ibisobanuro bifatika ku migendekere y’urupfu rwa Bihozagara Jacques n’impamvu zatumye afungwa kuva mu Kuboza umwaka ushize. »

Jacques Bihozagara yafashwe kw’igenekerezo rya 4 Kigarama 2015, yagirizwa ko ari mu Burundi nk’umusumyi w’urusaku, akorera igendereza ry’Urwanda. Yabanje gupfungirwa mw’igendereza ry’Uburundi, mu nyuma atwarwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, aho yapfiriye kuri uwu wa gatatu mu buryo bwatangaje abo bari bapfunganwe.

Kumenyekanisha

1
Bakosore 7-04-2016 à 21:20

Banya Rwanda tubasavyeko mwokwitonda.Tukabananeza murazikomwadusotoyekuvakera.Tukabihanganira ubunimutikosora tuzoberekingene.Ibwayambikwinzogera,n’imba mutatuzi ?Murabaza Abomuri Somarie.Cankebamwemwarungikango Bazekudutera umutitwabavugutiye ?Mwitonderero Abarundi turimaso.

2
niyonkuru emery 7-04-2016 à 20:22

twashaka kubabaza !ati none yishwe ningwara canke yishwe nibindi ?

3
Kayigi Jean 7-04-2016 à 16:27

Abarundi ni ibigoryi gusa gusaaaaaaa ! Uwabaroze ntiyakarabye ! Harya mu ngabo za LONI mugira ba Force Commanders bangahe ? Twebwe iwacu bamaze kugwira. 1. Darfur- General KAMANZI MUSHYO
2. KAZURA JEAN BOSCO yayoboye abasoda ba MINUSMA
3. MUNYAMBO BRUCE- Akuriye Police ya UN muri Sud Soudan
4. NSHIMIYIMANA JMV- Akuriye Police ya UN muri Cote d’ivoire. None mwa mbwebwe mwe nimwe mutwigereranya ko ? Tuzabakosora umunsi umwe mwa misega mwe !

4
rukanika 6-04-2016 à 09:58

Ariko mbaze ubu hari umurundi ugira ubwenge ?? reba ukuntu 80% ya batanga ibitekerezo ukuntu batukana ! sinzi uko mwita ikinyabupfura ariko muragikwiye pe mumeze nkabantu baba mwishyamba ntimuzi naho isi igeze murebe muri Afrika yonyine aho muri iterambere ? ubuvuzi ? amashuri ? umutekano ? imirire ? isuku yanyu iri kumashyi ? usanga abantu barwaye amavunja yenda kubamara, imyenda yuzuye ico. Mbese mwebwe mukwiye amasengesho atarayo yankuruziza usenga akenye umuhoro wokwica abana na basaza.
Murababaje cyane jye ibiba iwanyu aho rwose simbibifuriza Rugira akwiye kubahumura akabakuraho igihu mumaso Abafransa nababiligi babashyizeho

5
Cyrille 6-04-2016 à 08:23

Bari bakwiye gutanga insiguro zikwiye kwiyichwa rya Ntaryamira.Bihozagara aruta ntaryamira ?Ibibazo babaza kuri Bihozagara boba baravyishuye kuwahoze ari prezida w’Uburundi Ntaryamira ?

6
MZARENDO 3-04-2016 à 09:51

YAFUYE NKIKO ABANDI BAFA NTAYINDI NSIGURO.

7
turaje 3-04-2016 à 08:47

ntabisobanuro byubu wapi kabisa, reka mbanze u Rwanda ruzi neza ko uburundi bumaze kwica abayobozi benshi biwabo nka Adolphe, bikomagu,Darius , nabandi benshi , murabona Nihozagara Jacques bari kumureka ? twakoze amakosa kuva tumaze kumva ko bihozagara afunzwe kuva 04/12/2015 kuko ntacyo twakoze cg tubaze impamvu yifungwa rya bihozagara tugire ubushake cg tubabazwe numuntu Wacu ufungiwe I Burundi nkuko twamye tubigenza kubandi babaga bafunzwe , twicecekere uwapfuye yapfuye amakosa yakozwe kuva mberehose ahubwo turebe ibiri imbere kugirango ibyabaye kuri bihozagara bitazasubira ukuwundi munyarwanda wese ,murakoze.

8
turaje 3-04-2016 à 08:46

9
TAHURA 2-04-2016 à 08:17

oya ntabindi uryamutama yararwaye
diyabeti hamwe nuMUTIMA , none
ubwobundi busobanuro
abanyarwanda bashaka nubuhe ?
reta yuburundi nayo nikore ibipimo
kugirango abanyarwanda
ntibazebivugishe ubusa ngo
bamwishe kandi yazize ibirwara
vyiwe, nziko bamenyereye gukamisha
ibiziga IMIRAMBO.......

10
onexy iteriteka 2-04-2016 à 03:03

Niba urwanda rutazi uburundi, izo mpinja zarutse 2016 zitazi kahise kazo, zizabaze abakura mbere bazo bazi amabwa baboneye I Congo NGO bagiye kurwanya ABA DD. MWIBAZA ko ABO ba DD ubu baroye he ? uwutazi umuti awitumako. murazopima muze tubahire umuti.

11
Sherif 2-04-2016 à 01:17

Hewe wiyise Rushema, nta Kagame ashobora kunesha Uburundi, Abasoda baba RDF yarugitse mu Burundi bose Nkurunziza yarabishe hasigaye wewe none urihenda uje gusotora Abarundi bazoca bagutahana ikiziga i Rwanda.

12
K 2-04-2016 à 00:01

At Rushema, ibwazimisega ?
Urarivuze.
Mukorumbone
Na
Rukaraba
Urabashira
Kumunzane
Ndaziko
Umunzane
Nzokubwira
Ibirovyimbwa
Yumusenga
Uwubifuse.

13
Nakabahinga 1er-04-2016 à 23:57

Haaaah ?Rer Muriko Murihora ?Imana Ubwayo Mukurem Umunt Yaritonz.Mbeg Mukwica Baritonda ?Umunt Wes Yica Umunt Azo Pfa Nkagahini.Ivya Ntaryamir Urabz ?

14
nzomuhintore jaen baptist 1er-04-2016 à 22:55

nibazakoyoba yararwaye rekaturindiribipimo vyabaganga

15
Vera 1er-04-2016 à 22:09

Rushema uvugishije ukuri nda guhaye iku boko ivyo ni vyo kabisa worora imbwa utazi kubita zi ka vyara imisega

16
NTUBAZ 1er-04-2016 à 22:07

BIRABASHA MURIBESHA MUZE TUBEREKA ICOMUTARABONA WABWAMWE ZABANYARU

17
Billgate 1er-04-2016 à 22:04

Mwabarundi mwe ! Mugihe mugifite imyumvire nkiyo ishaje,Iboze,isenya,y’ivangura...bizabagora pe ! Nonese ko mwibasira Urwanda ibyabaye byose kuva kera murabyirangagije nurwanda rwabikoraga ?
Nonese ko mutemera urupfu rwuwo musaza,ubundi bwo yarafungiwe iki ?
Nonese kwica abantu bari mugereza nibwo butwari ?
Reka mbagire inama rero,niba murabagabo nimuzake mugire icyo mukora naho amagambo twebwe ntituyemera.Nisi yose irabizi.Karibu !

18
Billgate 1er-04-2016 à 21:52

19
KAJEKURYA 1er-04-2016 à 21:49

NONEKO MUKOMEYE NIMUZE TUBAMESE MWABWAMWE ZABANYARWANDA NIHABA MUTARATUMENYA MURUNVA IZOBWA ZIMISHEZI NUKONYENE NKURUNZIZA YIHANYE NAHO UBUNDITWOBAMESUYE NTIMWIBAZEGO TURI INTERAHAMWETWEHO !!

20
Augustin niyonkuru 1er-04-2016 à 20:21

Ndatangazwa n’umuntu avugako yokwambuka umupaka,nibayarihimvye azoz !Kdi jeacque kuba yapfuy ntakundi,uwobizobabaza akitwaranabi naw azopfa !Uburundi nigihugu gifise ingabo zishits ubugabo !Imana yabuduhay ibudutungire.

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha