Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD rwagize urugendo bibuka Gen Adolphe
Urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD rwagize urugendo bibuka Gen Adolphe
dimanche 9 Myandagaro 2015
Abari mu muryango wa Gen Adolphe Nshimirimana,abari mu muhari w’urwaruka ruhurikiye mu mugambwe CNDD FDD,n’abandi banyagihugu bo mu Kamenge,bazindukiye mu rugendo rwo kwibuka Gen Adolphe Nshimirimana,kuri uno w’Imana igenekerezo rya 9 Myandagaro 2015.
Urugendo rwatanguye nk’igihe c’isaha zibiri z’igitondo hafi y’ahubatswe ubunywero bw’umuhisi Gen Adolphe Nshimirimana hazwi kw’izina ry’Iwabo w’Abantu,kw’ibarabara ry’igihugu 1( RN1) rija hagati mu gihugu.

Bose bambaye impuzu zirabura,abari bitavye urwo rugendo,bagenda batekereje atawuvugana n’uwundi,gushika aharasiwe Gen Adolphe Nshimirimana kuw’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro,ari naho baciye bashira urugori rw’amashurwe.
Mwomenya ko urwo rugendo rwabaye inyuma y’indwi imwe gusa Gen Adolphe Nshimirimana agandaguwe n’abantu bataramenyekana.


Van Naris Mugisha
Messages
9 Myandagaro 2015, 12:29, par bongo
rwaruka ntimucike intege umwansi wamahoro tuzoguma tumurwanya mpaka kandi nabishimye ntibibaze ngo harico bazoshikako.kuko umurundi wunomusi siwe wejo hahise ikindi natwe ruguru twifatanije namwe. harage ze ariko aho twereka umwansi wamahoro ivyodushoboye kandi bazobibona bidatevye
9 Myandagaro 2015, 12:32, par Tharcisse
Uburundi Bukwiye Gusengerwa Pe!
9 Myandagaro 2015, 12:58, par Js. M.Gatoro
Ntaco ndabivuzeko,gusa kumwibuka nivyiza
9 Myandagaro 2015, 13:08, par Nzambimana Epimaque
bari babuze ico bakora. murazi imitwe yabarundi yatereye muri rusizi?yaruta ababikira bacu?
9 Myandagaro 2015, 13:08, par Inocent
Imana Izomwakire Naho Hari Abatamwemera Nwawemegwa Nabos Kw’iy’isi.
9 Myandagaro 2015, 13:14, par VENA
none afiriye mumyiyerekano bobo kobatabagiriye urugendo
9 Myandagaro 2015, 13:15, par VENA
none afiriye mumyiyerekano bobo kobatabagiriye urugendo
9 Myandagaro 2015, 13:16, par VENA
none afiriye mumyiyerekano bobo kobatabagiriye urugendo
9 Myandagaro 2015, 13:17, par VENA
none afiriye mumyiyerekano bobo kobatabagiriye urugendo
9 Myandagaro 2015, 13:17, par VENA
none afiriye mumyiyerekano bobo kobatabagiriye urugendo
9 Myandagaro 2015, 13:20, par INTAGOHEKA
APFUYE NKUMUGABO,ARIK ABAMWISHE BURAKEYE TUBARABE KANDICOBOMENYA BISHE ADORUF,BA ADORUFE BARASIGAYE
9 Myandagaro 2015, 13:25, par Pascal
ndibaza uyuko mwoba mwabashushanye ni Mbonerakure.urugendo rwagizwe nabantu bakunda LT Gen Adolphe Nshimirimana,nabwo bagize kwizina ryumugabwe canke kwizina ry’ amashirahamwe mubemurandika Alyne intu bimeze vyobavyiza.
9 Myandagaro 2015, 13:26, par Pascal
ndibaza uyuko mwoba mwabashushanye ni Mbonerakure.urugendo rwagizwe nabantu bakunda LT Gen Adolphe Nshimirimana,nabwo bagize kwizina ryumugabwe canke kwizina ry’ amashirahamwe mubemurandika Alyne intu bimeze vyobavyiza.
9 Myandagaro 2015, 13:27, par NGUEBI
Twihangane kuko twese twarabuze umukunzi Imana imwakire mu bwami bwayo.Kandi ababikoze Imana iri mw’ijuru ibahe kwihana,ahandiho Biblia ivugako :ivyo bakora bizobasubira k’umutwe kuko ingero ugeramwo niyo uzogererwamwo,uwicis’inkota azicwa nayo.rokete 2 k’umuntu umwe!
9 Myandagaro 2015, 13:33, par GASPARD
Bakoze igikorwa c,iteka kuko adolphe atari umuntu asanzwe mu buzima bw’igihugu.harakwiye gushirwaho icibutso mu ntara zose umusi yapfiriyeko azize akarengane tukaza turamwibuka.urwo rugendo rwari rukwiye gutegurwa mu ntara no mumakomine.twebwe abana biwe ntituzomwibagirwa
9 Myandagaro 2015, 13:40, par umurundi
Rinauma kweli,na nisomo ila na yeye saliua wengi!hao sio watuwakukumbuka!
9 Myandagaro 2015, 13:45, par Kaburimbo
Imana ibajimbere natwe turabashigiye.mukomere
9 Myandagaro 2015, 13:51, par kuri
BAGIYE BAHOZE BAGIZE NEZA NONE KUKI BATAMUHAMBA?
9 Myandagaro 2015, 13:55, par Lieutenant General de Bujumbura
HAHAHAHA POLE SANA,VS LES JEUNES MILICE MWAMBONERAKUREMWE! EMWE ABARUNDI TURI BANSUMIRINDA BASI! BURYA NGO INDAMBI IHUMIRA INDYA KWELI IKICA AKOKIZE! JEWE MAZE KWIHWEZA AMABI RUDOLUFE YAKOREYE ABARUNDI SPECIALEMENT ABO BITWA NGO N’ABAHUTU BIWABO NTAKO NAJE NDI UMUHUU NAHISE NFATA INGINGO YUKUJA HAMWE N’ABANDI BA FRONDEUR KUGIRA EJO AHO BUKERA KWIGENEKEREZO RYA 28/08/2015 BUCE DUTANGURA URUGAMBA RWOGUTEMBAGAZA INTWARO YA PETER NAHO YAJE YIYITIRIRA NGO AJE GUHABUZA ABAHUTU ALORS C’ETAIT SA STATEGIE POUR S’ETERNISER AU POUVOIR YITWAJE LA MAJORITE KUKWAZI YUKWARI ABAHUTU MBE BURYA ADOLPHE NKAHO MUHAYE MWIHA URWAMENYO MUMWIBUKA NKANDE? QUE CE QU’IL A FAIT COE UNE BONNE DEPUIS QU’IL EST ARRIVE AU BURUNDI APRES CESSEZ -LE FEU APART YUKUGANDAGURA ABARUNDI B’UBWOKO BWOSE VY’UMWIHARIKO AGATEMA ATONGORA MUBAHUTU BOSE BATAYOBOKA CNDD-FDD! ABABIZI CANE NI ABAHUTU BAYOBOKA RWASA AGATHON! BASHA VYARI VYIZA IYOBA ARI UMUNTU TWUMVA NKUMUGANI ATARI UWO MURI GENERATION TURIMWO TWAKURIKIRANYE AMABI YIWE GUHERA MUNTANGO MPAKA ASANGUTSE MBERE BIENTOT NS ALLONS ECRIRE UNE NOUVELLE HISTOIRE DU BURUNDI DANS LAQUELLE IL SERA MENTIONNE COE UN HOE SANGUINAIRE QUI A INFLIGE PAS MAL DES FAMILLES DE BURUNDAIS NIWE MWICANYI W’UMUMENJA UBURUNDI BUTARI BWABONE KUVA BUCITWA UBURUNDI BARUNDI KANURE TURENGERE IVYO KWAMA DUHENDWA NGO TWAME DUKURIKIRA NKINTAMA DUHENDWA NGO NIVYAMOKO MBE AYO MOKO AHURIYE HEHE NUKO PETER AGOMBA KWIGUMIZA KUBUTEGETSI NKIKIMATA? HARI IMBONEZA INJOJO MURI CNDD-FDD ZARI KWITOZA MUKIBANZA CA PRESIDENT VYEREKANA NEZA YUKO YANSE GUHESHA KUBERA INDAMBI HAMA AGACA ARUNGIKA UMWANA WIWE MURI ISCAM NGO HARYA NGO YIPFUZA YUKWAZOMUSUBIRIRA MURI 2020 NGWARI LIEUTENANT ? HAHAHAHA WESHA PETER BARAGUHENZE NGO UBUROBE BUROTSWA TON PERE AVANT DE MOURRIR T’AS MENTI! UYO MWANA WAWE AMBANYE PRESIDENT NOZOBA NTARI LIEUTENANT GENERAL ICO NICO WAPFUYE NA RUDOLUFE UTAKO URAMWICA NONE ABATAZI KWARI WEWE WAMWISHE NGO BAHAYE BAMWIBUKA NYAMBA MUHAYE MWIBUKA AMABI N’AMARIRA YASIZE MU BARUNDI ARAGASANGUKA UYO MUMENJA HASIGAYE PETER!
9 Myandagaro 2015, 13:59, par Shalom
Biratey isoni kubona bater urugori rw amashurw uwashesh amaraso yabantu,ark Yesu krist yashesh ayiwe maraso atagir icaha bamutayek urugor rw amahwa.niryar baragir ugendo rw kwibuk Yesu yacunguy isi!?MANA DUFASHE
9 Myandagaro 2015, 14:06, par Niyongere Kenny
Jew Nibaza Ko Mudakoy Ngir Ntimuz Aboyish Ahubw Mudacuz Iva Bomuzur Aboyiy Abant
9 Myandagaro 2015, 14:10, par Falcon
Mbe ko muvuga ngo urwaruka?n’imbonerakunya,rekana n’ivyo binywamaraso.
9 Myandagaro 2015, 14:12, par Falcon
Mbe ko muvuga ngo urwaruka?n’imbonerakunya,rekana n’ivyo binywamaraso.
9 Myandagaro 2015, 14:16, par ami
Hamwe Reta yokwemerera abashima ko yapfuye amahoro akaza ntibobona aho bahonyora kubera isinzi ryabo.
9 Myandagaro 2015, 14:35, par Isi s’Iwacu
Ntawuhambaye nta woroshe twese turangana imbere y’Iyidacurwangondegonde!!Babure kumwigirako bakor’ivyiza bakiriho ngo bata imyanya baja aho yapfiriye ha gutunganya ubwabo bugingo??Mbeg’imburabwenge
9 Myandagaro 2015, 14:36, par dusabamahoro isaï
ingero yicaha nurupfu mana mwakire
9 Myandagaro 2015, 14:41, par kibondo
ego kweri yakundwa il etait cme president
9 Myandagaro 2015, 14:46, par William Musafi
Ndifa Tikanije Namwe Mumubabaro Ntakundi Nukwihangana Kwisi Nikobimeze Umuryango Wanyakwigendera Mwihangane Pore Sana Mungu Atawa Fariji.
9 Myandagaro 2015, 14:53, par VIN100
MWEBWE KO MURIRA MUTAZI UWAPFUYE.NKA JEWE MBONA KO UMWANSI YATUVUYE KW’IZOSI.GOLIATH NAGENDE.N’AHO HAGISIGAYE ABANDI NTACO BIRIKO BIRAZA.IBAZE KW’ISI NZIMA NIWE YICA ABANTU RUBOZO AKORESHEJE KUGABURIRA ABANTU BAKANURA INGONA IRI AHO NYDNE IWABO W’ABANTU.ARICA AGAHAMBA AHO NYENE.TORTURE IDASANZWE MU GUPFUNGIRA ABANTU MU GASHO K’IMISUMARI N’INZEMBE.AHO IWABO W’ABANTU HAGERERANYWA N’I GWANTANAMO MURI CUBA.N’ATEMBE HARI HAGEZE.MWE MURIRA MWASINZE.MUBEHO.
9 Myandagaro 2015, 15:36, par kinyata
nabanyagihugu bamukunda banzi icoyamanze imana imwakire
9 Myandagaro 2015, 15:46, par Uwubizi
Akababaro kabo karumvikana. Ntawe bitobabaza kubona abantu bicwa bunyamaswa kubera indyane zatewe n´umuntu umwe adakunda igihugu n´abeneco.
Aho rero bitegure kugira ingendo nyinshi kuko Nkurunziza nibaza ko ataraheza gusasika inganda. Mwebwe mwagize urwo rugendo mukwiye gufatanya n´abandi mukarwanya Nkurunziza kugira Uburundi bwogorore kuko abo mwibaza ngo nibo bansi banyu si vyo murihenda. Umwansi ni Peter. Mubimenye.
9 Myandagaro 2015, 15:55, par EDWARD
NANJE NDIFATANIJE NABO BARI KURUGWO RUGENDO ARIKO TUMENYE KO UMUBIRI TWISHIMIRA ATARI UWACU.,,,,,,, KANDI UWUFISE AMATWI YO KUMVA NI YUMVE
9 Myandagaro 2015, 16:06, par Vital
Ni Vyiza Ko Bamwibuka.
9 Myandagaro 2015, 16:12, par Muhuza
AMARIRA GUSA NAJE NIYANYUZUYE ARIKO NYAKUBAWA YASIZE ATURAZE NGO IGIHUGU NTITUZOGIHIMBWA TUZOPFE NKABAGABO
9 Myandagaro 2015, 16:26, par jean paul makobero
Mbega abasoda baremerewe kuja mumigambwe yari umukuru wabo gute kandi yari umusoda w’igihugu? ubwo ntimubona ko uruhushane rw’ivyanditswe mumategeko agenga uburundi n’ibikogwa arivyo ntandaro y’amabi.
9 Myandagaro 2015, 16:27, par Harabavyeyi maurice
mugire ico mwubaha kuko imana irutingabo mureke niba atakozeneza biramusha gusa hababarirwa uwacumuye
9 Myandagaro 2015, 16:38, par mandayabo ntiragera
karavera wambonye gamanyanga kutanyishe ntantambw muzoduterana amase yakera ntagihoma urutaro twarabanyaye ntamututs azosubira gutwara uburundi nkihema kawuka mandayanyu nt iragera emma komera fiderite songambere nanje abanyibagiye nitwa mandayabo ntiragera ndangije saba aba gumyabanga kwihangana nyakwigendera imana imwakire kandi tuzokomeza nohanyuma
9 Myandagaro 2015, 17:00, par sindumuja
ikinyamakuru cububeshi!bari abajeune bose biyamiriza ubwicanyi bukorwa nakagwi ka pacifik!Intwari yacu tuzokwama tuyibuka!
9 Myandagaro 2015, 17:18, par KIMERSONG
HAAHAAHAHAA!!NIBAREKE KWITWENGA! BAMUGIRIRA URUGENDO RWOKUMWIBUKA?URWO KWIBUKA ABOYAGANDAGUYE NARWO BAZORUGIRA RYARI?BARANTWENGEJE KWELI.INTWARI ZAKOZE NEZA NTIBAZIBUKA MUGABO ABICANYI BO BARABIBUKA.
9 Myandagaro 2015, 17:25, par Ntawe
Nimba Uyo Ariwe Mwita So, Ntibitangaje Kubona Mutagira Indero Kuko Igisiga Kibi Gita Iryo Ribi
9 Myandagaro 2015, 18:02, par Pacy
Emwe, nabo nyene ntabandi.
N’imihimbiri gusa nta muntu numwe yoba yaraciye ku ntebe y’ishule hama ngo aje gutumwanya wiwe ngo ariko aribuka ico kunywa maraso ngo ni adolphe.
9 Myandagaro 2015, 18:54, par None?
LT. GEN. ADOLPH NSHIMIRIMANA, sinzomwibahira kubwubutwari yagiriye abarundi. Ariko wokwibagira wokwibagirako ari muba General bambere bomubwoko bwabahutu kuva u Burundi bwabaho muri Kamenge, Bujumbura, nomu Burundi bwose iyobuvabukagera!?
Murivyishintazokwibagira nuko ireyane zamoko bagacanga igisirikare camokoyose yavuzeko urugamba rwoguhangana nkamoko rurangiye ngoturagiye gukorana nabasirikare twahora duhanganye mucungeera umutekano wigihugu cu Burundi mugucungera rero umutekano wigihugu neza nuguhera kumusirikare mugenzawe mufashanya mwicogikorwa, ngomucamwumvako nuwokwihenda akaryurwara abotwahora duhanganye baribiganjemwo abomubwoko bwaba Tutsi azocamenyako azoba ahungabanije umutekano wabarundibose kandi yozobakoze munkovu abarundi bomumokoyose.
ADOLPH NSHIMIRIMANA ivyoyavuze vyaranabonekanyeko nabasirikare bigihugu baribiganjemwo ubwokobwabatutsi wamengo nabo bariko barabibwirana kuko mwaravyiboneye kuvamacanze igisirikare imyaka cumi irarenze ntamusirikare yigeze aryurwara mugenziwiwe ngonuko aruwo mubwoko ubunubu habamugucungera imbebe zigihugu, habahobaba barimumyobo, haba iyobagiye gufasha ibindibihugu abasirikare bakomejeberekanako aribene mugabo umwe.
ADOLPH NSHIMIRIMANA ntamacakubiri yamuranga muriwe nicogituma vyabonekanyeko yagiyemwishamba ashakako amacakubiri avaho mugihugu duketurimugihugu dusanzwe tutanakwiye abarundi baryabaturose babe arabomubwokobwose kandi nikobimeze arikokubera tuboneka aridukeya dukeneyebeshi bamwe mubataturose barashavura bagatagura kwitana ibisuma abandinabo bakabona ko bokwica aryayaturoseko, gezaho gezaho rekakwicana sonzamwigumwe bana Burundi.
Kubabwira ubutwari bwanyakwigera GEN.ADOLPHE NSHIMIRIMANA vyosabwa konandika igitabo kinini. Hanyuma kubijanye nivyoyoba yarakoze bibi ntavyonoharira ariko jewe uwarikumbarirango wewe NONE? nimba atacaha ufise nutere ibuye GEN. ADOLPHE NSHIMIRIMANA ngokuko arafise icaha ndaziko bitarigukunda kondamutera ibuye. Barundi bavukanyi murimwebwemwese mweho hobaharimwo uwudafise icaha yoshobora kuvyiyemerera atijewe ndemeye ndamutere ibuye kuko ndumugororotsi?
Harihigitabo nasomye citwa Bibiliya nasanze ahantuhanditse havugango: Nitwavugako atacaha dufise ngukuri ntikuzoba kurimuritwebwe. Nongere ndababaze nti: uwice GEN. ADOLPHE NSHIMIRIMANA nabamutumye bagapanga bagaheza umugambi wokumwica, nabanezereje nurupfurwiwe mwibazako ivyaha vyabo bitamaze kuba tukutuku nogusumvya ivyumuhisi?
LT GEN. ADOLPH NSHIMIRIMANA yarintwari ndabivuze kandiburya kubintwari ntibisabako abantubose barinda kuvyemera, kukomukwiyekumenyako keshi mukubintwari 95% ubawahanganye nabantu ukagira icubemeje bisigurareroko abobantu bapfakwemera ubutwaribwawe atari ukuri.
YESU?YEZU niweyabaye intwari adafise icaha. Mwariko murayaga na’ None?
9 Myandagaro 2015, 19:03, par Scott
Abo bose bamwe twari tunezerewe ntabwo twagiyeyo ngo nuko tumukunda rekadaaaaa twari twaje kurabako bamwimbiye imetero nka 50. Abandi nabo bavuze ko bamubonye unomusi mwijoro ryakeye none namwe ngo yarapfuye? Igihangange nkakirya cari gupfa atamaraso canke umubiri yarafise? Aracariho ahubwo ahazozira nonehoazotumara. Nkumuryango wiwe wataye umwanya ngo ujanye amashurwe? Uwuzomarakabiri azobona!!!
9 Myandagaro 2015, 20:51, par Nkurunziza
ICOBACIZA NUKO BOTWEREKA ABAMWISHE TUKABABONA KUMUGARAGARO
9 Myandagaro 2015, 22:32, par bimenyimana pierre
nukuri icotwoterera umuryangowiwe nukowokwihanganirizongorane abobakozivyo nabobizobagerako kandibasengimana
9 Myandagaro 2015, 22:40
yazibiye rwiwe rwawe kiracuguruye.iyo uvuga yokumvira yobanza guhindura ako gatimatare kari mu kibiribiri cawe.ihane ugifise akanya ubuhoma bwakubanye ikirenga mu mushasha wawe.
9 Myandagaro 2015, 23:11, par Lieutenant General de bujumbura
ALLELUA ALLELUA HOZANA LA GROILE A DIEU, WEWE MANA UHORA UTITANGIRIYE ASHA MWE MUTANGUYE KUMWIBUKA KARE ATARANATANGURA NUKUJOGA INYO HAHAHAHA MWE MUGANDAYE NAJE MPAYE NDATAMBA AMAYAYA BE NUMUYEBE AHUBWO JE NGIRA NTI MUKAMA NYENINGANJI ASHIIII KUBA WARADUKUYE UMWANSI UMUMENJA KWIZOSI! HAMA MWE MUKENEYE KUMENYA ABAMUSHAHUYE MURANTWENZA BASI NI DES COMMANDOS APPARTENANT DANS UN BATAILLON DES FORCES SPECIALE BAMWE TWITWA INSERUKA RUKAMVYE BA MUDAHUSHA MUGIHE BARI KUKIVI CUGUHIGA UMWANSI MURI IMGABO BASORE BACU MWAKOZE IGIKORWA GIHAMBAYE IMANA IBANDANYE IBAHEZAGIRA KANDI MUKOMERE KWIBANGA MUGUME URUTOKE RURI KURI DETENTE KUKO MURAZI YUKO UWUTAMBANA NA MUKEBA ADAKUBITA URUGOHE NARIRYA LE 28/08 /2015 ARIRYO SANGO NTABANDUKA YUGUSAVYA PETER NURYAMUHUNGU WIWE ARI MURI ISCAM NIYO NGIRWA LETAT AZOBA YITEZE NGO ARAJA GUSHINGA NUKUZOMUMARAMAZA NKA RUDOLUFE BASI!
9 Myandagaro 2015, 23:28, par IMVUGO NTIYABAYE INGIRO!
HAHAHAHA EMWE GA YEEEEH ABANYAGIHUGU BACU BAMYE BAHENDWA N’AVYA NSUMIRE INDA YEMWE! NGO ADOLPHE NGO YARI INTWARI NGO NAHO YARIGUKORA NGWIKOSA NGO NTIWARIKUMUTERA IBUYE ! HAHAHAHA NI IKI YADUKOREYE NKABARUNDI KIRENZE ICO NYAKUBAHWA GENERAL NIYOMBARE YAKOZE ? RUDOLUFE ATARI UGUHONYA ABAHUTU BO MURI FNL NGO NIBAVE INYUMA YA RWASA IKINDI YAKOZE CIZA NICAHE? SHA MURAZOHENDE BA SOWANYU NABA NYOKO NAYO TWEBWE ABAHUTU TWAHEKUWE NAWE NTITUZOGENDA TWIBAGIYE UBWICANYI YADUKOREYE AHUBWO INDA YAMUVYAYE YARI GUFUMA IKOROKA NTAMU GENERAL WUMUHUTU TUZOKWUBAHA KANDI TUZOKUNDA NKA GODEFROID AHO BUKERA AZA KUGARUKIRA ABARUNDI TUZOKWAKIRIZA YOMPI NAYO IRYA MBWEBWE NGO NI RUDOLUFE UBWICANYI YAKOYE NAGENDE AJE KUMVA ICO ABO YAMA YICA BAMURUSHA BURYA NGO ICUTIPFUZA GUKORERWA NTUKACIPFURIZE ABANDI!
10 Myandagaro 2015, 03:53, par Gatogato Genellale
Nasangeyo abandi na bandi barinyuma ukora inabi igakuherekeza
10 Myandagaro 2015, 04:34, par Mwihane
Imana iracicaye kuntebe yimbabazi ariko niyayihagurukako bizobabirangiye. Iyomvuze iryojambo ndongera nkibaza ukuntu hariho abantu bagenzwa nogukora amabiyose ashoboka ngokugira ngo muburundi amakungu agume yumvako atamutekano uharangwa, nkababwirati nimukomeze harigihe muzokwicuza icatumwe mukomeza kugandagura benewanyu, bashikibanyu, nabavyeyi banyu kandi nivyomwashaka ntimubironke mbere muberuvumwa kw’Isi mwabonako ibumvira. Kuko muzotangazwanuko muzobona nkabarya ba Samanda Power bamabashigikira abanduza reta yu burundi bavuzati abagize uruhare kumabiyabaye Burundi yaba aba oppose canke abarimuri reta bafise amajambo bavuze agakwengera abarundi gupfa barakwiye guhamagarwa nubutungane mpuza amakungu.
10 Myandagaro 2015, 07:15, par Umuhutu
ABAGIZE UBWO BWICANYI BASHAKAGA YUKO PETER N’ABAHUTU BAKORA IKOSA MAZE BAKICA ABATUTSI, MUGABO NTIVYABAYE. UWO NIWO MUTEGO ABAHUTU BO MU RWANDA BAGUYEMWO IGIHE JUVENAL HBYARIMANA YICWAGA NA KAGAME, MAZE INKOTANYI ZIFASHA ABAHUTU BAMWE KWICA ABATUTSI. IMANA ISHIMWE KO ABAHUTU BAMAZE KUMENYA UBWENGE. NIBAZA KO IKIGO CA GISIRIKARE CA NGAGARA ABAKIRIMWO BOHINDURWA KABISA. BAKAJANWA AHANDI, KANDI BAKAVANGWA BIGARAGARA KABISA.
IMANIBANDANYE KURINDA U BURUNDI!
10 Myandagaro 2015, 13:30, par Bona
Je Ndamwibuka Igihe Yica Docteur BATUNGWANAYO JEAN N’umugore N’abana bose Arasasika!! Amuhoye Ko Avukana Na NYANGOMA Leonard Gusa Bari Bagize Coup D’etat. Hari Tanzania Camp Des Refugiés Mutabila-Muyovozi!! Abatanzania Bari Bemeye600dolar Kuwari Kumufata.
10 Myandagaro 2015, 18:03, par Bizimana Daddy
Nagende Imana Imwakire
10 Myandagaro 2015, 18:04, par Bizimana Daddy
Nagende Imana Imwakire
10 Myandagaro 2015, 21:35, par musangamfura donat
Imani imuhiruhukoridashira.
12 Myandagaro 2015, 04:45, par Régine
Pacy,ni wewe muhimbiri wa mbere umuntu atukana wewe wize amashule
y’abungere.
Naho kuvuga ko yari ikinyw’amaraso ngirano ntiyarushije Buyoya,Bikomagu n’abandi ntadondaguye rekeraho kuko ntugira n’isoni.
Urabaza neza abatanguye ubwicanyi mu Burundi nako uravyirengagiza ubizi, ikibi gikweg’ikindi.
12 Myandagaro 2015, 09:38, par Gabiro
imana yakira iyonkora maraso se???ivyo yakoreye abandi nawe yaravyishuye!!!! ukitenda mabaya utapewa mabaya vice versa. ntimukihende mukora bibi ntamumaro.
12 Myandagaro 2015, 23:39, par kwishura
mbega gabiro wew wabaye gute nkaho usanga ataho uzi na adolph ataco mupfana.mureke umugore yasize yibabarire nayo mwebwe mutega igitwe nkimobwa ntaco mukwirikira.nyimba bikomaguna buyoya ari ibinywamaraso murasiba kubabona mubafate.uwo niwe yamenyekanye kuko yazanye inyota yokunywa amaraso yabenshi bishoboke ko yakorana na satani .non nagende nagende babane abe arasha Abe arakurindirirayo nawe ndumva umushigikiye ngira usigaje igihe gito na wewe
13 Myandagaro 2015, 00:00, par burunndi sans ethnie
Sha hapfuye merchior Ndadaye,incungu y’abahutu. Uyo se ko azize ico nawe yakoze. kiretse ko bavuga ngo WICISHA inkota nawe ukazicwa n’inkota,ariko we byari special; Yicishije urusasu,we yicwa na ROCKETTE.
15 Myandagaro 2015, 03:03, par Umututsi
Adolphe icambabaje nuko wapfuye rimwe na rimwe, icari kuba ciza nuko bari kukwica baguca ibihimba ukazopfa urushe!!!ikigore cawe naco nibibunda vyawe ngo nivyana birimunzira bigusanga iyo!!!abahutu mwese muragahona