IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > USA isaba Reta gukora amatohoza yigenga inyuma y’urupfu rwa Colonel (...)

USA isaba Reta gukora amatohoza yigenga inyuma y’urupfu rwa Colonel Bikomagu

mardi 18 Myandagaro 2015

Reta Zunze Ubumwe za Amerika ziratera ziriyamiriza ubwicanyi bwahitanye Colonel Jean Bikomagu,zigasaba abarungi gusubira mu biganiro.

Zibicishije mu buserukizi bwayo mu Burundi,Reta Zunze Ubumwe za Amerika zisaba abarundi guhumura no kwigumya muri ibi bihe hibonekeza ubwicanyi mu bice bitandukanye vy’igihugu na cane cane mu gisagara ca Bujumbura.

Muri iryo tangazo,Reta Zunze Ubumwe za Amerika zisaba Reta y’Uburundi gukora amatohoza yigenga kandi yizewe na bose.

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zizofasha gushikana imbere y’ubutungane abateza umutekano muke mu gihugu n’abakora ubwicanyi ku bantu batandukanye mu bice bitanduknye vy’igihugu.

Muri iryo tangazo,Reta Zunze Ubumwe za Amerika zirangiza zihamagarira abarundi gusubira mu biganiro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ariko aho USA zahereye ziterwa impungenge n’ibiba mu Burundi, izo mpungenge ntiziraja zihera hanyuma ngo hagire igikorwa? Jewe ni ukuri zirantangaza cane. Zidafashe ingingo zigatabara ibara ritaragwa, nti bazoza gufasha kurira abazoba bacitse kw’icumu kandi inganda zatikiye barorera nka kurya vyabaye mu Rwanda.

  • bazotangurire kuri barya bavyemanze kumatelevision yo muri Kenya niho amatohoza azoroha cane.

  • ariko twe biradutangaza kubona USA ivugira bikomagu ariko ntihagire ico ivuga kuri adolphe . umengo bigaragara ko ahubwo hariho abo bashigikira n’abandi bâ nyagupfa ico dusaba kuko batobandanya badukora mu nkovu kuko no mu kahise igihe hapfa ndadaye n’abo bafashanya USA yari ihari kandi ntaco yigeze ivuga canke ngo ikore bigaca bigaragara yuko bpba babifisemwo uruhara. dusaba kandi ko birya birwanisho batanze ku bajeune bamwebamwe ngo barwanye reta ko bobibaka.

  • Reta zunze ubumwe bwa America, zishaka kumenya abateza ububwicanyi muburundi bizoyorohera cane turibake arikobeza turaje tubegere tubahe ibimenyetso vyabaribo, mbere hariho nabari ngaha muri America nubwo ataribo bagenda Burundi kwica ariko mumajambo baciye muvyumavyitumatumanako , bakongera bagatanga uburyo bwokugira buryabwicanyi nibindi bibibishobokavyose mu Burundi, dufise ivyemezo simusiga twebwe twamaze kubona kwaribeshingaha muri America tucaduhitamwo natwe kubereka koturikumwe . Ariko bakomeje kutumenya kubera iyohageze igihe cogukusanya amahera ntidutange bacababonako tutarikumwe nomumanama batanguye kutwinuba ahodusigaye twumva barakoze amanama batatubwiye ariko turafise bake twemeye bagumebakora ibisabwavyose kugira ntibabikeke bidufashekugumatumenya ibipangwavyose. Yemwe kugerebu turafise ivyemezo simusiga. Mbere ubuturaje dukure agahuzukunyo twegere abashingamateka nabandibose bashoboka bahoduherereye tubabwire akarimurore ntacotugikera mugihe batumariye abantu mugihugu camavukiro. Ntakuntu abarundi bobabibereye mubukene ngobongere babasukemwo amarira nimiborongo yokubica nokwica ababo nababanyi nincuti nabagenze ngohanyuma twiyicarire ngaha America twitwengeregusa! Politike yoguharanira ibintu dukiye mukwicana twarayiciyemwo ariko kubera tubona ingonare mugihugu camavukiro zizokwama ziriho ntitwokwemera burikozije Ko twoca dukoresha politike yokwicana. Kuko uyumusi ushobona kuganira nuyu ingorane zarihagati yawenawe zigahera, ariko inyumayumwaka hakaduka uyundi, urumvarero aruguca atangura guhumbahumba abantu ngokugira ashike kuco ashaka, nuyundi yocatangura guhumbahumba abantu kugirashike kucashaka. Jewe rero nkumurundi abangaha Amerika ivyondavyase kandi ntanuwuzigera abinyeneza ngondavyemere ekayemwe nubwoboba abategetsi bikigihugu kimazekuba icanje nkundakikampimbara ntibobinyemeza ngompendabibemereye nonehozeruka nabo ntibemera abashaka gusaba ivyobasaba babanje kwicabantu.Uburero muvyongiye kuganirira abashingamateka bahomperereye nzohengera mpejeje gushikiriza ubutumwa bwanje mazenzoce nanje ndababaza nti: Mbega reta zunze ubumwe bwa America burikoyokeje igitutu reta yakiriyagihugu cu Burundi kuberiki abica abantu bari Burundi bacababikoracane bisiguriki? Mbe reta yunzubumwe bwamerika imazekubona iyibwiye ikintu reta Yu Burundi abobatavugarumwe nayo ariho bacabakazanya mukwica abari Burundi Ntacobiyibwira?

  • Oyanivyo,nibakoribishoboka vyose aboziryobarabamenyekan kandibashengezw.ariko biroroshe eregabarihoye

  • None ga RETA ZUNZE UBUMWE BWA AMERIKA,ko uwambere akora ubwicanyi mu burundi ari NKURUMBI,none nukuvuga ko mutamuzi?none se murindiriye iki kumushikiriza ubutungane bumukubite intahe mu gahanga?

  • None ga RETA ZUNZE UBUMWE BWA AMERIKA,ko uwambere akora ubwicanyi mu burundi ari NKURUMBI,none nukuvuga ko mutamuzi?none se murindiriye iki kumushikiriza ubutungane bumukubite intahe mu gahanga?

  • Tusavyeko Abakuru biGihugucacu ko bogeragezaguhagarika ubwicanyi none koabategetsi mugiyekubamara uBurundi buzotwagwanabande canke muzabuha abanyamahanga babutware?

  • bohera kubishe ndaday kko imyak ihez ni myishi tutarabamenya

  • jenyoberwak arib batwaruburund nibatuvek turafis indongoz twitorey zizakaz twazitumy nimubaveko ntinamaramara kuvah twabiyamiy ntidukeney abomushak guh igihug ntibikund gitangwa nabenegihug kand namw ntimubemer muratugay kand aritw dufatijamb ryanyuma muvek nyenicubahir

  • jenyoberwak arib batwaruburund nibatuvek turafis indongoz twitorey zizakaz twazitumy nimubaveko ntinamaramara kuvah twabiyamiy ntidukeney abomushak guh igihug ntibikund gitangwa nabenegihug kand namw ntimubemer muratugay kand aritw dufatijamb ryanyuma muvek nyenicubahir

  • jenyoberwak arib batwaruburund nibatuvek turafis indongoz twitorey zizakaz twazitumy nimubaveko ntinamaramara kuvah twabiyamiy ntidukeney abomushak guh igihug ntibikund gitangwa nabenegihug kand namw ntimubemer muratugay kand aritw dufatijamb ryanyuma muvek nyenicubahir

  • Ndababazwa nabarundi benewacu banezerwa amaraso asesetse benewacu mwibuke iyugwaye urevye uragirubwoba kufuye mugezi wicabandi umenye kumusi umwe numwana azogira ashi

  • Mb Iy U S A Niy Itwar Uburund Cank N Nyakubahw Peter Nkurunziz,twebw Ntibadutegka Na Adolphe Yarapfuy Turamuheb Ni Batuvek.

  • Abandi turakwiye kwisubirako kuko ivyo tubona ni akamaramaza umuntu asigaye ameze nk’isazi ipfa atacamira.abazungu baraduhenda ngo baradukunda nabo nibo bagateranya kweli

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.