Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > USA: Paulina Vega umwigeme wa mbere mwiza kw’isi (raba Video (...)
USA: Paulina Vega umwigeme wa mbere mwiza kw’isi (raba Video n’amafoto)
lundi 26 Nzero 2015
Umwigeme w’imyaka 22 avuka mu gihugu ca Colombiya niwe yaraye yambitswe ikanga ry’umwigeme mwiza kw’isi mw’ihiganwa ryabereye i Miami.

I Miami mu ntara ya Florida rongoye na Buramatari Rick Scott iri mu bumanuko bushira ubuseruko bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, haraye hatowe umukobwa wa mbere mwiza kandi aciye ubwenge. Uwo nawe avuka mu gihugu ca Colombiya, yitwa Paulina Vega afise imyaka 22 y’amavuka. Yatsindiye ihiganwa rigira incuro ya 63.

Igitsibo gikozwe mu butare bwa Diamants yacambitswe n’uwo akuye ku ngoma Gabriela Isler wo muri Vénézuéla yari yatowe mu myaka uheze. "Miss Univers" wa Colombiya yakurikiwe n’uwo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika n’umwigeme wo muri Ukraine
Paulina Vega yatanguye gutorwa nka Miss Brabant Flamand hanyuma atwara ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Miss Belgique aho yasubirira Laurence Langen mu mwaka w’i 2014.
Mwomenya ko Paulina Vega yahiganywe n’abigeme bagera kuri 90 bavuye mu mihingo itandukanye yo kw’isi.

Ihiganwa rya Miss Univers ryatangujwe n’uwitwa Donald Trump, mu guhiganwa abigeme batangura kurengana imbere y’abarorerezi n’abatanga amanota bambaye uduhuzu two munsi dupfuka igitsina n’udupfuka amabere gusa(bikini), hanyuma bakagaruka bambaye amakanzu maremare bita " robe de Soiree" ari naho baca batangura kubazwa ibibazo bitandukanye aho rero haheza hagatorwa uwa mbere n’abandi babiri bamukurikira.






Raba uko ibirori vyagenze
Cherif Nkeshimana
Messages
22 Ruheshi 2015, 22:57, par SAMUEL
NONE BISUNGA IKI MUGUTORA UMWIGEME MWIZA KO NBONA UWO BATOYE HARIHO ABANDI BAMURUSHA
17 Mukakaro 2015, 21:26, par Révérien
Jewendamushimwe Mugabontandutira Umukunziwanje Ndakeneyekumenya Igihugu Avukamwo Nimwaka Afise Itarikiyavukiyeko Muzobamukoze Ndabikebanuye Murare Jewendamushimwe Mugabontandutira Umukunziwanje Ndakeneyekumenya Igihugu Avukamwo Nimwaka Afise Itarikiyavukiyeko Muzobamukoze Ndabikebanuye Murare Aharyana
20 Mukakaro 2015, 07:09, par Dusenge Nolla
None Baraba Iki Kugira Batore Mwiza Kombona Atarengeje.
20 Mukakaro 2015, 07:10, par Dusenge Nolla
None Baraba Iki Kugira Batore Mwiza Kombona Atarengeje.
31 Myandagaro 2015, 20:43, par ELIAS
NONE UWOMUKOBWA YITWANDE ATURUKAHE?
26 Ruhuhuma 2016, 10:32, par zabulon
jewe ndamukunda cane uramundamukiriza
26 Ruhuhuma 2016, 10:43, par zabulon
jewe ndamukunda uramundmukiriza
26 Ruhuhuma 2016, 10:48, par z07-01-03
jewe ndamukunda uramundmukiriza
26 Ruhuhuma 2016, 10:50, par z07-01-03
jewe ndamukunda uramundmukiriza
8 Ntwarante 2016, 13:24, par emanuel
impa ifoto yumukobwa wumwirabure mwiza
9 Rusama 2016, 05:49, par HAKIZIMANA JOLIQUE
BAMUSHA IKI?KO YA BANZA KUBACAKO YAMBA UDUHUZU DUPFUKA IGITSINA NAMABERE?
1er Ruheshi 2016, 13:26, par Jeanette
Ikimuranga Kwari Mwiza Kuruta Abandi nigiki
10 Ruheshi 2016, 20:26, par Maurice Nduwayo
Nipfuza Ko Twobana Nuwomwigeme Guko Amateka Yiwe Nanje Niyonkundira Abigeme
6 Mukakaro 2016, 12:18, par savyumukama
ntabwo ari mwiza sinzi ico bamushimiye
7 Mukakaro 2016, 07:08, par Eruwa
Jewe mbona atari mwiza cane
17 Myandagaro 2016, 10:54, par Niyonkuru Lambert
Jewe Ndi Niyonkuru Lambert Nduwo Muri Muramvya Comine Bukeye None Uwo Mukobwa Mwamushimiye Iki. Kugira Arute Abandi Jewe Ndamaze Kubona Abamusuvya Ubwiza Ndabasavye Mubwire Ico Mwamushimiye Muzoba Mukoze.
18 Myandagaro 2016, 21:26, par DATUS
NAMBA ARI MWIZA KUBANDI,NAYO JW OYA
20 Myandagaro 2016, 13:47, par felix
NIBITANGAZA KABISA KUGIRA UBUWAMBERE KWISI YARI FELIX NGOZI
23 Myandagaro 2016, 01:37, par one-b
nipfuza kubana nawe ndamukunda cane nkaba ndumusani nimero yanje 68565273
23 Myandagaro 2016, 01:38, par one-b
nipfuza kubana nawe ndamukunda cane nkaba ndumusani nimero yanje 68565273
15 Nyakanga 2016, 20:52, par NDAYIKEZ
NIMWIZA ARIKONTASUMBA UWANJEMUSHERIE ABATARABONA A BEZABASHIMA .ABATARIBO
22 Nyakanga 2016, 22:16, par HYDRIS YES MAN
JEWE NITWA NSABIYUMVA HYDRIS NONE UWO MUKOBWA NIMWIZA GUTE KO MBONA IMIBANGABANGA HEJURU NON YARARYA ? IKINDI NACO MUBONA KO ARI MWIZA YAMBAYE IKARESO ?
28 Munyonyo 2016, 16:22, par Rukundo Sadiki
Ntasumba Uwanje Ariko!
28 Munyonyo 2016, 16:32, par Rukundo Sadiki Muruyigi Nyabitsinda Muhwazi Nyarumuri.
Harimwiza Wokugenda Arigusa?
29 Munyonyo 2016, 00:13, par Nyandwi Joachin
Ndabasavye Mubwir Ic Mwamushimvye
5 Kigarama 2016, 21:38, par Isaac Niyukuri
Abo Bantu Bagenda Gusa None Yesu Niyaza Bazoza Hehe? Kwisi Izokuzura Amarira
24 Kigarama 2016, 15:40
iyo niyomico baha .abana babo
26 Kigarama 2016, 06:13, par Ni Iradukunda Etienne
Uwomukobwa Nimwiza Ariko Suwambere Iyomyaka Siyo Arafise Nka Mirongitatu Nitanu Ntimuzosubire Kumubwira Ngonuwambere Aca Yishima.
26 Nzero 2017, 21:38, par Ndayikeza Eric, Bihembe.Muyange Gihogazi
Hahahaaa,umusaza Nkuwo Ahubwo Haco Mutarabona !!!
26 Nzero 2017, 21:39, par Ndayikeza Eric, Bihembe.Muyange Gihogazi
Hahahaaa,umusaza Nkuwo Ahubwo Harico Mutarabona !!!
27 Nzero 2017, 05:14, par Ndayikeza Eric
Oraraaa,igisimbe Nkico Ndabasetse !
1er Ruhuhuma 2017, 23:27, par Niyomahoro
jewe ndamureba ntabwo ari mwiza nimba nibistina barabipfukura bakabirebako bikwije ibiro nububyibuhe nuburebure?
9 Ruhuhuma 2017, 19:36, par ferdinand
je mbona asanabandi
9 Ruhuhuma 2017, 21:51, par Egide
yari mwiza muga nta muntu aba mwiza ari gusa.
11 Ruhuhuma 2017, 11:51, par NYABENDA J.BERCHIMAS
UWO NAHO MWOMUMPA SINOMUTWARA KUKO SIMWIZA.
12 Ntwarante 2017, 23:40, par Elyse
none,asoba,ahagaze,asoba,igitoro,anya,ubutare?.
14 Ntwarante 2017, 22:43, par Créssant Nshimirimana
Mana Garukira Iy’isi Kweri Wombira Gute Ko Ari Mwiza Kandi Ari Gusa? Emwe Murabura Ivyo Mushima.
14 Ntwarante 2017, 22:44, par Créssant Nshimirimana
Mana Garukira Iy’isi Kweri Wombwira Gute Ko Ari Mwiza Kandi Ari Gusa? Emwe Murabura Ivyo Mushima.
15 Ntwarante 2017, 13:07, par Jamari
Nukuri.Uyomukobwanimwizacyanekuriryohiganwayagizd/merci
15 Ntwarante 2017, 13:53, par Jamari
Jewe.Umukokwambona.Atarimwizacanekuko.Umukobwamwiza.Aba.Afise.Inderondijamarinonenamwemwumva.Ivyo.Arivyo
1er Ndamukiza 2017, 20:45, par Copes.
Nimwiza nuko mu tatubwiye ibituma aba mwiza?
1er Ndamukiza 2017, 20:47, par Copes.
Nimwiza nuko mu tatubwiye ibituma aba mwiza ibimugize?
1er Rusama 2017, 23:11, par Warumonge
Nimwizagute Ntaramwenda Arakimpa Ndumvire Ko Awuryosha
6 Rusama 2017, 14:37, par Havyarimana Nehemie
None Kobamutoye Ngonuwambere,yarikuba Uwambere Iyaba Atanya Amavyi Anuka
23 Rusama 2017, 18:53, par RWANDA REVENI
Imana niy ari nziza kurusha ibindi vyos umunt yabna kd umunt amubera mwiza imbere yiw gusa kuri jew bos neza kd kur jew bs ni babi kuk usomy bibiliya twarapfuye twes ark mwibuke delira uk yakoze nd jean D DIEU lambert wew waratsitwe
5 Ruheshi 2017, 13:58, par Sanago Production
MURI AFRICA HO NINDE ? ABA MUKIHE GIHUGU ?
7 Myandagaro 2017, 14:04, par PONTIEN KABAVENGE
NTA MUNTU MUBI ABAHO NTANA MWIZA BIVANA N’UWAMURAVYE NIVYO BISUNZE MUKUVUGA NGO NI MWIZA CANK MUBI ! UMUNTU WA MBERE MWIZA KURI NJE NUFISE UMUTIMA MWIZA,AFASHA ABANDI.
24 Myandagaro 2017, 13:25, par fisi
ndabona arimwizape
1er Nyakanga 2017, 00:23, par Negamiyimana Audri
8 Nzero 2018, 00:25, par bukuru rashid
UMUNTU ABAMUBI KUMUTIMA
16 Ntwarante 2018, 14:09, par NSHIMIRIMANA KEY LOVE PASCAL
Mawoshobora Kutubwira Umukobwa Wa Mbere Mu Burundi Mwiza?Yoba Aba Mu Ntara Iyahe?Akorik?
13 Ruheshi 2018, 19:30, par Léonce Nyandwi
Je Kubwanje Nimubi Mwiza Ni Mama Yamvyaye Ibind Vyo Nivyubusa Ntamwiza Abaho Kwisi Muragapu ! Imana Niyo Nziza Ibindi Nivyabanyoko! Www. Do Com.