IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwurongoye igendereza ry’Uburundi ari muri Kenya gusigura ibijanye (...)

Uwurongoye igendereza ry’Uburundi ari muri Kenya gusigura ibijanye n’amatora

jeudi 12 Ruhuhuma 2015

Hari intumwa z’Uburundi ziri mu gihugu ca Kenya gusigura ibijanye n’amatora Uburundi bwimirije.

Nk’uko amakuru dukesha ibiro vy’umukuru w’igihugu ca Kenya bijejwe kumenyesha amakuru abivuga, izo ntumwa zirongowe n’umukuru w’igendereza ry’Uburundi Général Major Godefroid Niyombare. Uwo yahoze aserukira Uburundi aho mu gihugu ca Kenya akaba ari kumwe na Ambassadeur Ezechiel Nibigira. Muri uwo mubonano, umukuru w’igihugu ca Kenya akaba yavuze ko igihugu ciwe kizoterera agacumu k’ubumwe muri ayo matarora abarundi bimirije. Uhuru Kenyatta, umukuru w’igihugu ca Kenya mbere akaba yamenyesheje izo ntumwa za Petero Nkurunziza ko yipfuza kubona amatora atsimbataje amahoro mu Burundi.

Muri urwo rugendo rwabaye mu gatondo ko kuri uwu wa 11 Ruhuhuma 2015, uwari arongoye izo ntumwa ariwe Général Major Godefroid Niyombare umukuru w’ibiro vy’igendereza mu Burundi, akaba yamenyesheje ko amahoro yifashe neza, muri iki gihe hariko harategurwa amatoramu Burundi


Aristide Nizigire

Messages

  • BAGIYE KUBAZA KENYATTA INGENE BIBA URUKOMBAMAZI HEE UWO MUSIRIMU AZOBASUKA KUKO WE ARI MURI CIRCUIT IKOMEYE YA VYINSHI AMATONGO ,ODM

  • hiiiii ingendo yuwundi iravuna ntibobaza imana bahiriwe bahishije bafise abavugishwa nimana.

  • Huuuuu!!!,mbeahoniyombare Ajaguhendakinyata,ngomuburundiharihumutekano,nagezahokukoivyiwenaretayapitaturabizi,kobavugango Umutekanoniwose,tukunvahiryanohino Aba FNL barwasa hiryanohino bagumabicwaabandibagahungaatacobazira.abandibagapfungwa ahonahotutavuzeabarimumigambwe bisengonabakeba,abaririnvyibagumabaturatuzwakuberivyiyunviro vyabobashikirizabiciyemumuziki.narekekubeshaamakungu kukoumbenge iyobububwumHuuuuu!!!,mbeahoniyombare Ajaguhendakinyata,ngomuburundiharihumutekano,nagezahokukoivyiwenaretayapitaturabizi,kobavugango Umutekanoniwose,tukunvahiryanohino Aba FNL barwasa hiryanohino bagumabicwaabandibagahungaatacobazira.abandibagapfungwa ahonahotutavuzeabarimumigambwe bisengonabakeba,abaririnvyibagumabaturatuzwakuberivyiyunviro vyabobashikirizabiciyemumuziki.narekekubeshaamakungu kukoumbenge iyobububwumHuuuuu!!!,mbeahoniyombare Ajaguhendakinyata,ngomuburundiharihumutekano,nagezahokukoivyiwenaretayapitaturabizi,kobavugango Umutekanoniwose,tukunvahiryanohino Aba FNL barwasa hiryanohino bagumabicwaabandibagahungaatacobazira.abandibagapfungwa ahonahotutavuzeabarimumigambwe bisengonabakeba,abaririnvyibagumabaturatuzwakuberivyiyunviro vyabobashikirizabiciyemumuziki.narekekubeshaamakungu kukoumbenge iyobububwumHuuuuu!!!,mbeahoniyombare Ajaguhendakinyata,ngomuburundiharihumutekano,nagezahokukoivyiwenaretayapitaturabizi,kobavugango Umutekanoniwose,tukunvahiryanohino Aba FNL barwasa hiryanohino bagumabicwaabandibagahungaatacobazira.abandibagapfungwa ahonahotutavuzeabarimumigambwe bisengonabakeba,abaririnvyibagumabaturatuzwakuberivyiyunviro vyabobashikirizabiciyemumuziki.narekekubeshaamakungu kukoumbenge iyobububwumwe bwarikindi

  • ego mama amuhende ngomuburundi umutekano uriho iyobikunda yoj kwirabira

  • @ Ndayi, ukabawiteze umutekano usumba uwuburundi bufise uyumusi uzorinda ujamw’Ijuru utawubonye. Mbega aboba FLN uvuga birirwabaricwa niwamu pastoro numugore numwana baherutse gusanga biiciwe munzu muri Amerika muri reta ya Texas? Mbegayoba uvuga babavumyabanga batatu baheruka kwcwa muri Ruyingi?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.