IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Valentin BAGIRIKUNDA ntakiri umushikirizamanza kizigenza wa (...)

Valentin BAGIRIKUNDA ntakiri umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika

mercredi 10 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Uwahora ari umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi, Valentin BAGORIKUNDA, yahinduriwe akazi.

JPEG - 36.8 ko
Valentin BAGIRIKUNDA yahora ari umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu ryasohotse kuri uwu wa kabiri, Valentin BAGORIKUNDA yagenwe kuba umuyobozi mukuru wa ONPR (Office National des Pensions et des Risques Professionnels des Fonctionnaires, des Magistrats et des Agents de l’Ordre Judiciaire).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.