Accueil > Amakuru > u Burundi > Zeid Al Hussein yemeza ko imbonerakure zibandanya gutoteza abantu
Zeid Al Hussein yemeza ko imbonerakure zibandanya gutoteza abantu
vendredi 10 Mukakaro 2015
Icegera c’umunyabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ajejwe agateka ka zina muntu Zeid Al Hussein amenyesha ko urwaruka rwegamiye umugambwe CNDD FDD rubandanya gutoteza abantu.
Zeid Al Hussein avuga ko abagenduzi ba ONU mu bijanye n’agateka ka zina muntu bafise inzandiko zerekana ko hari ubwicanyi bwakozwe n’urwaruka rw’imbonerakure rwegamiye umugambwe CNDD FDD.

Icegera c’umunyamabanga mukuru wa ONU ajejwe agateka ka zina muntu amenyesha ko no ku ruhande rw’imirwi itavuga rumwe na Reta nayo iri mu yitera umutekano muke mu gihugu.
Mu Burundi,kuva bimenyekanye ko umukuru w’igihugu ariwe azokwitoza ku ncuro ya gatatu,abantu bashika 70 baramaze kwitaba Imana.
Messages
10 Mukakaro 2015, 07:47, par uwimana aime
jewe ndashima zede kuko numugabo atary’umunwa avugisha ukuri
10 Mukakaro 2015, 07:54, par All Hasani Mwinyi
Mbe Ivyo Bintu Urabifitiye Ivyemezo Uburundi Si Agahugu N’igihugu Kandi Kirimwo Abagabo Bijunja Nijambo.Kuvuze Imbonerakure Mbega Ivya Leonard Ngendakumana Na Niyombare Bagomvye Gutembagaza Igihugu Kwatanakimwe Mwabivuzeko?Mbega Namwe Mukorera Abanyavyaha Gusa Sha Tw Twarabahinyuye Mukeneye Isoko Ryibirwanisho Hamwe Nukuntu Mwokwimba Nickek Mugabo Murahumba Murivyovyose Ntanakimwe Muzosihikako Uburundi Burashoboy Ivyomwaduha Navyo Murahagarika Nakare Abarundi Barimumaboko Y’IMANA Ntibari Mumaboko Yanyu Canke Mwimure Iyo Ambasade Yanyu Musubize Iwanyu Nakare Ataruguturira Gusa Ntakindi Muzi.Twebwe Naho Ejo Twiteguye Gushirira Ahonaho Ni Mugatereni Kinzanza Maze Twitore Umukuru Wigihugu Ashoboye Nawe Ni Nyakubahwa PETER NKURUNZIZA Yazanye inkurunziza.
10 Mukakaro 2015, 08:16, par Ana
Nimunyarutse Mufatiribihano Nkurumbi Kuko Amatwiyihene Yumvayokeje
10 Mukakaro 2015, 08:35, par kasongo
muri imburabwenge
10 Mukakaro 2015, 08:40, par kelly
Urabesh bwabundi muvuga inkur mutatohoj nivyo ba pacifiqu babazanira izomaonerakur uvuga wafash iyihe?bwabundi murabesha nuko mumez uburundi sibwabanyamahanga nibwabarundi izofashanyo mwahor mutanga murazigumy nakar ntazo naronkako
10 Mukakaro 2015, 08:57, par Scott
Wewe sha wiyita All hasani, uziko mubantu bapfunye ubwenge bagasiga ibicurane mumutwe uri mubambere? Namwe reka turabe iherezo ryanyu aho riri, aba dd ejo burakeye mwicuze icabateye kubikora!!!
10 Mukakaro 2015, 10:09, par emma
emma
zedi nisura yawe irabonekako ataciza kikurimwo! hewe uburundi sibumwe bwakera ubu twarikukiye turi muri democras, amahoro twari twayarose none nimwe mwatanguye kuyahungabanya muha abagumutsi infashanyo yogutabagura igihugu cabo,none ngo nimbonerakur
10 Mukakaro 2015, 10:10, par emma
emma
zedi nisura yawe irabonekako ataciza kikurimwo! hewe uburundi sibumwe bwakera ubu twarikukiye turi muri democras, amahoro twari twayarose none nimwe mwatanguye kuyahungabanya muha abagumutsi infashanyo yogutabagura igihugu cabo,none ngo nimbonerakur
10 Mukakaro 2015, 10:49, par Minani evariste
Uwo mugabo nkeka arwaye mumutwe?mbega ko avuga ngo imbonerakure zica abantu ntiyoba abivuga kubera coup d’etat yabo yanse? Niyihangane kuko ivyo yifuriza abarundi ntibizokunda kuko imana iradukunda.
10 Mukakaro 2015, 11:17, par NGENDA
MBEGA IZONYANDIKO ZIREKANA K’IMBONERAKURE ZITOTEZA ABENEGIHUGU BAZIHAWE NANDE? BARAFISE IVYEMEZO? IRYONIREMENTANYA GKO UWOBASABA UTURORERO TUBONEKA NTATWOBORONKA,KIRETSE ABIHUHA BOBA BARABWIWE MBONA KARINAVYO BIRIKO BIHUNGABANYA UMUTEKANO W’IGIHUGU.TUBASABE BARUNGITSE ABANTU GUTOHOZA BAZOZE BATOHOZA NEZA BAREKE KWIYOROHEREZA BAZE BATANGE IBINTU VYO.MBE KO SOCIETE CIVILE BATAYIDOMAKO URUTOKE KANDI YAHUNGABANIJE UMUTEKANO KUMUGARAGARO IZUBA RIVA ABANTU N’IBINTU BIKAHASIGARA? MUGABO IMBONERAKURE MURAZIVUGA CANE ARIKO UWOSABA IVYEMEZO BIGARAGARA KOZIGIRIRANABI ABENEGIHUGU EN GENERALE NTIMWOBIRONKA GUKO NATWE ABENEGÃŽHUGU TUVYUMVA KUMUNWA. IVYO N’IBIHUHA RERO
10 Mukakaro 2015, 12:15, par NGASA
GUSA IMBONERAKURE NTIMWISONERA,UMENGO MURAGWAYE IBIVUMURI!!JEHO NTACO NKIVUGA.
10 Mukakaro 2015, 12:20, par UHURU
UBUBONERAKURE MUVUGA NK’INGOMA YATOBOTSE.
10 Mukakaro 2015, 16:13, par muhuza
Aba banyamahanga baratangaje mbega ko hari abiyemerera ko bariko barica abantu ntavyo bumva canje bamenya abantu baterwa ama grenade kumurango nijoro ntaco bivuze imbonerakure zoba zifise ibirwanisho nibabisubize hakiri kare mugabo nabo birirwa baduteza ama grenade muhaguruke bene wacu twirarire kuko nubwo uwoba yibaza ko abafise ibirwanisho bahuje ivyiyumviro nibarasa mubantu ntibazocagura nawe uzojamwo ugirango barya batewe ama grenade ntibari mumirwi yose aba dd nabatari aba dd none impera yumwicanyi irihe inter pol nifate gen reonard aze ahanirwe hamwe nabandi bihaye ibara mukwica inzira karengane
11 Mukakaro 2015, 11:38, par bigirimana
ndakwemey ivyuvuzenikurinivyemezobirihonibagendemurikominebugandakuryagataturyanyamitanga imbonerakuretuzintizatemberana ibigwanishomwijorobucahaba amatora abarunditurazinanyi
11 Mukakaro 2015, 19:28, par Bimana
Nimurke gukrera kunkru mutathoje.onu nube umuhza wukri kko inkuru nkizo zishbora gukwega ubkozi bwkibi bwinsh bitwje ngo nimbonerakure.nn mwoho muzpima gte?abatra amagrenade bo mubta gte?mukreshe ukri kko ababvga bos sabkunzi bubrundi.
11 Mukakaro 2015, 19:43, par rukundo
uwo muhimbiri umenga ni vampire,kuki atavuga abirirwa batera amagrenade mubanyagihugu ataco bazira,kuki atavuga kubariko baratera amagrenade kuba polisi,mugihugu cose,ko ababikora birirwa baravyemanga kuma television muri za Kenya,Rwanda nahandi none abobose nimbonerakurel??? mushaka kunywa amaraso ya president wacu mwitwaje ngo imbonerakure???abihenda mukomeze mwihende ubu twaraciye ubwenge.
11 Mukakaro 2015, 22:38, par Aimé Bonté Ntakirutimana
Onu Izoza Guhoza Ababuze Aho Gutabara Hakiri Kare Urwanda Ivyabaye Birazwi
12 Mukakaro 2015, 01:19, par John
Imbonerakuremuzibohenizoziteje umutekanomuke uburundipitaicokimenabangamugishiremurisentarempanavyahakweriabantuibihumbibakicakubwumuntumweamakunguaroreraimanaizobagaragazaababikorabose abadedenimbwazihunahunajeibirwanishovyarabananiyekwakaizobwzihunahunanukuzikataamazuruzikoreshakwimotereza,
12 Mukakaro 2015, 07:17, par Niyonkuru
Ukuri Kweruye!
15 Mukakaro 2015, 14:39, par amani
ico ni ikinyoma ceruy aho murahihendera basi.Iyo mugomba gutoba ntimubura ivyo mwitwaza. Imana izobadukurako urugamba nurwayo sirwanyu kand si urwimbonerakure.