Ikibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kwihangiro ryiwe canke ntarishikeko,bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n’intabwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.
Accueil > Wari uzi ko
Wari uzi ko
-
Ikibano kiri mu bituma umuntu ashobora gushika kw’ihangiro ryiwe canke ntarishikeko, bikwiye ko haba abantu tujana bivanye n’intambwe tuba tugezeko kugira dutere imbere.
12 April 2018, by Jean De Dieu -
Abantu ntibashimishwa n’uwutera imbere mu buzima, muri ku ntambwe imwe nabo baragukunda ariko iyo ugeze ku ntambwe iri hejuru yabo urwanko rurabarenga
12 April 2018, by Jean De DieuAbantu ntibashimishwa n’uwutera imbere mu buzima ,muri ku ntabwe imwe nabo baragukunda ariko iyo ugeze ku ntambwe iri hejuru yabo urwanko rurabarenga
-
Ntuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kw’ihangiro ryawe, kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntambwe iri hejuru yabo.
12 April 2018, by Jean De DieuNtuze uhe amatwi abaguca intege ko utazoshika kwihangiro ryawe,kenshi baba batinya ko uzohava ushika ku ntabwe iri hejuru yabo.
-
Patiri Mudomo yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye Imana
12 février 2018Patiri Marcel MUDOMO yabaye umumenyeshamakuru, akaba kandi yahoze arongoye insamirizi Ijwi ry’amahoro yitavye Imana.
-
Uko iminsi itanu iheze,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha mu Bushinwa.
19 January 2018, by Jean De DieuUko iminsi itanu iheze, mu gihugu c’Ubushinwa,haboneka umutunzi karuhariwe mushasha.
-
Abanonosoye ibijanye n’imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe
19 January 2018, by Jean De DieuAbanonosoye ibijanye n’imyifato bavuga ko iyo abahoze bakundana bagumye ari abagenzi ,bivuga ko baba bakibandanya bakundana canke yuko batigeze bakunda na rimwe
-
Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo
10 Myandagaro 2017, par Jean de Dieu M.Ubushakashatsi bwerekana ko iyo umuntu atwenga cane kandi bikwiye, bimufasha kurangura neza imirimo
-
Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c’ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri
10 Myandagaro 2017, par Jean de Dieu M.Ishavu rikabura ubwonko busanzwe arico cicaro c’ubugwaneza. Nico gituma iyo umuntu ashavuye avuga ukuri
-
Mu Buyapani umwana ari munsi y’imyaka
31 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.Mu Buyapani umwana ari munsi y’imyaka cumi nta bibazo abazwa… kuko mu myaka itatu ya mbere umwana atanguye kwiga siyo gusuma ubwenge bw’umwana ariko niyo kumwigisha uburyo bwiza bwo kwakira ubumenyi.
-
Abantu bigumya mu gihe bashavuye bafise ubugabo kandi birabarinda ingwara ziterwa n’umutima
31 Mukakaro 2017, par Jean de Dieu M.Abantu bigumya mu gihe bashavuye bafise ubugabo kandi birabarinda ingwara ziterwa n’umutima
0 | 10