Amagara y’abantu
Mu guhimbaza uwo musi mukuru mpuzamankungu wahariwe kugwanya igisukari waranzwe n’igikorwa co kwipimisha k’ubushake iyo ngwara y’igisukari. Uyo...
Mu kiganiro umushikiranganji w’amagara y’abantu no kugwanya Sida yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa kane ariko ashikiriza ivyaranguwe n’ubwo...
Ivyo yabishikirije mu ruganda ico gisata c’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya Sida catunganije ku bamenyeshamakuru mu kwitegurira...
Mu kiganiroo kubamenyeshamakuru kuruyu wa gatanu ariko ashikiriza ivyo ubushikiranganji arongoye bwaranguye mu mezi 3 aheze,Thaddée NDIKUMANA...
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa gatanu ariko ashikiriza ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji mu mezi atatu,Umushikiranganji w’amagara...
Umwe mu banywa itabi yaganiriye n’ikinyamukuru “IGIHE” yavuze ko, umuntu yaranyoye itabi bigora kugira arihebe kuko ata munsi wohera atumvise...
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 11 Rusama 2018, Muganga Thadée NDIKUMANA aramutswa ubushikiranganji...
Mu matohozwa yagiye arakorwa cane cane mu gihugu c’Ubwongereza akanashirwa ahabona n’ikinyamakuru "European Journal of Cancer", ku bantu bagera...
Umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Thadee NDIKUMANA mu kiganiro ku bamenyeshamakuru, ariko ashikiriza ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji mu...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Nk’uko bisanzwe umuntu ahura n’umuganga mu mwiherero ,burya muri birya biro vy’abo baganga b’abakenyezi habera ibintu vyinshi cane, bimwe bibaza...
Inyuma yo gukora imibonano mpuzabitsina canke amabanga y’abubatse, hari akamoto kabi kumvikana. Ivyo rero haraho bituma urukundo rugabanuka ku...
Hari bamwe mu bagore canke mu bakobwa bafise akamoto kabi kava mu gitsina cabo, bagerageza mu kugira isuku ako kamoto kabi kaveho, ugasanga...
Naho bisanzwe bizwi ko SIDA idapimishwa ijisho, umurongo ngurukana bumenyi "health.com" rwatanze ibimenyetso ushobora kumenyerako ko umugera wa...
Inyuma y’amakuru yaciye ku mihora ngurukabumenyi yavuga ko Jean baptiste Bagaza yigeze kuba umukuru w’igihugu c’Uburundi yoba yaritavye Imana,avuga...
Mu ndwara zifata ibihimba bisohora umwanda muto harimwo iyo bita "infection urinaire" Ifata abana n’abakuze, ariko ikarira cane abakenyezi. Umuntu...
Mu cirwa cakozwe n’abashakashatsi b’abanyamerika, basanze itomati zifise ubushobozi bwo gukomeza intanga (Spermatozoïdes) canke "imbuto z’abagabo"...
Ifoto y’umunsi

6.08.2015
11
1
0
0
55791
Pierre Claver MBONIMPA
Tungurusumu n’ibitunguru usanga bidafungurwa cane. Kuko benshi bahitamwo gukoresha birya bindi bisanzwe. Benshi bavuga yuko iyo bariye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bwiyemeje kurwanya inzoga zikaze mu rwaruka kuko buvuga ko izo nzoga zitera indwara canke zikayovya ubwenge,...
Imigenzo n’imico, inyigisho z’amadini, kutaronka inkuru zikwiye n’aho umukenyezi yokwitura n’ukutabitahura ku bagabo nivyo ishirahamwe mpuzamakungu...
Umwana Methode Ireraneza yahora afise ikivyimba mu mutwe. Ishirahamwe ryitaho ineza y’abana FVS-AMADE Burundi ryagiye kumuvuza mu gihugu c’u...
U Burundi buracari inyuma mu bijanye no konsa ibibondo dufatiye ku bihugu bigize umuryango wa Afirika yo mu buseruko EAC,ivyo vyerekanywe mu...
Mu gihe ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS risaba ko hoba umuganga umwe ku bantu 10.000, mu Burundi ngo umuganga umwe avura...
Abarwayi batari bake bitura ibitaro vya Kibimba,arikohario abo birgora kuriha amafaranga y’imiti Ibitaro vya Kibimba biri mu ntara ya Mwaro...
Abaforoma n’abaforomakazi bahurikiye muri sendika SYNAPA bahagaritse akazi mu gihugu cose. Basaba kuronswa uturusho ku mishahara turi mu...
Kuri uyu wa kabiri italike 4 ukwezi kwa Kigarama, ubushikiranganji bw’akazi hamwe n’ubw’amagara y’abantu bwaragabishije ko abaforoma bahurikiye...
Itangazo ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bwashize ahabona kuri uyu wa mungu italike 9 ukwezi kwa Kigarama rivuga ko Reta yemeye kwicarana na...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...