Ubuhinga bwa none
Celestin BUKENE ajejwe imigenderanire mw’ishirahamwe Econet Leo akaba ariwe yashikirije iyo mfashanyo y’amabati ,yamenyesheje ko iyo ntererano...
Celestin BUKENE ajejwe imigenderanire mw’ishirahamwe Econet Leo yashikirije iyo ntererano yamenyesheje ko ayo mabati bayatanze mu ntumbero yo...
Mw’ijambo ryiwe ryo kugurura kumugaragaro ubwo buhinga bushasha bwo gukwirikirana imiduga aho igeze aribwo Econet Connected Car, umuyobozi mukuru...
Umushikirangnji w’ubutungane Aimee Laurentine KANYANA yateye iteka ivyo bikorwa yamenyesheje ko ashima kubona ishirahamwe Econet Leo ryitaba...
BIRAMARA Mobile App est une Application pour les jeunes ayant entre 16 et 30 ans, disposant d’un « Smart Phone ». Avec cette nouvelle technologie,...
Ibisabwa kugira ushobore gukoresha ubu buryo bushasha bwa BIRAMARA utegerezwa kuba ufise terefone “Smart Phone” kandi utarenza imyaka 30. «...
Joseph MAFARA aserukira Higherlife Foundation mu Burundi yamenyesheje ko ishirahamwe arongoye rikora cane mu gushigikira ibikorwa vy’indero ari...
Iryo tegeko umukuru w’ico gihugu yateyeko umukono rizogwanya ivyaha bikorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi vyose kandi mu gihe izo mbuga bibonetse ko...
Uwaserukiye ishirahamwe ryo gutumatumanako Smart Burundi, Saiid Mereb yamenyesheje ko ayo masezerano aje gufasha abanyeshure b’iryo shure kuronka...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Mu gihe igihugu cacu gikomeza gutera intambwe mw’iterambere, ninako abantu benshi barushirizaho kwitabira gukoresha ibikoresho vy’ubuhinga bwa...
CBINET : Internet yo muhira ku buntu

27.10.2014
30
1
0
0
79668
Namba Ishirahamwe ryanyu iri umunywanyi wa CBINET rikongera rikaba ririha guhera ku mafaranga angana n’ama dollars y’abanyamerika 225 ku kwezi,...
Ce n’est plus un secret, grâce à LumiCash les abonnés de Lumitel peuvent: Déposer de l’argent sur le compte LumiCash Retirer de l’argent du compte...
Uburyo bwo gutumanako amakuru biciye mu butumwa ’’Whatsapp" bugiye gukoreshwa no ku nyabwonko (computer) mu gihe yahora ikora ku ma telefone...
Pariez sur tous les matches directement sur son téléphone est aujourd’hui possible grâce au nouveau partenariat entre EcoCash et Sports 4 Africa....
Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe Econet Wireless Burundi yirukanywe na Reta y’Uburundi, yagirizwa kuba ari umusumyi w’urusaku hagati y’Urwanda...
Mu ntara ya Gitega, abahinga cumi na batatu baratanguje uruganda CEAG (Centre d’Essai Aéronautique de Gitega) rw’ugukora indege ya kajugujugu. N’aho...
Inyuma yaho imihora imwe imwe nka za whatsApp, Twitter na Viber zikaswe kuri za ngendanwa mu gisagara ca Bujumbura , ikigo ARCT kiriyemerera ko...
Lumitel Burundi yahaye abanywanyi bayo umuhora ubafasha kuronka, kwumviriza, hamwe n’ukuraba indirimbo z’ubwoko bwose kandi zigezweho. Bakunzi...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Reta y’Uburundi irarajwe ishinga no guteza imbere ubuhinga bwa none, amaradiyo n’amateleviziyo ya Reta, ivyo ikaba yavyerekaniye mu kwemeza...
Nk’uko biri kw’isi yose, u Burundi butegerezwa kuba bwamaze gushira amaradiyo n’imboneshakure mu buhinga bwa none numerique gushika kw’igenekerezo...
« Muri Afrika iyo umuhumure asezeye isi, ni nk’ububiko bw’ibitabu buba buhiye » vyanditswe na Amadou Hampâté Bâ. Mbe no mu Burundi vyoba ariko bimeze?...
Inyuma yaho Steve Jobs umwe mu batanguje Apple apfiriye ahitanwe n’indwara ya cancer mu mwaka wa 2011,ireresi ya mbere ku buzima bwiwe...
Ivyigwa vyagizwe n’abanyeshure babiri bo muri kaminuza yo mu gihugu c’u Budagi,vyerekana ko Facebook ishobora gutera ishari,umubabaro,kwipfuza no...
Ishirahamwe Google ryarashitse ku mafaranga imiriyaridi 50 z’amadorare y’abanyamerika mu mwaka w’2012,mu gihe ishirahamwe ryayo rikora amaterefone...
Abahinga babashakashatsi bo muri kaminuza ya Caroline y’ubumanuko baratanganje ubundi buhinga bwo kuri Twitter. Ngo hako Twitter yokwama...
Uko igihe kigenda niko ubuhinga butera bwiyongera.Abantu bari bazi ko ubuhinga busa n’ubwarangiye ariko haje ikindi gikoresho gitangaje,n’ayo ni...
Nasa iguma icunze ca kinyenyeri asteroide gifise ubwaguke bungana metero 45 kiriko kiza cerekeye isi, ariko bivurwa ko kitazoyiseka, kizoca...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...