IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Bishasha muri Tecno mobile hamwe na telefone "Tecno SPARK"

Bishasha muri Tecno mobile hamwe na telefone "Tecno SPARK"

lundi 28 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ishirahamwe Tecno mobile ryabazaniye terefone ngendanwa nshasha y’agakura! Tecno SPARK, iterefone idasanzwe, yoroshe gukoresha kandi ku giciro kitavuna.

Hamwe na Tecno SPARK, hitamwo aho gufata amasanamu, hama ufyonde bukebuke ku "menya mirongo ndangamutu" (Empreinte digitale) uheze ubike ibihe ntibagirwa mu mwanya muto kandi utigoye.

Muri ahantu hari umwijima? Ntimuzokwidoga na Mix flash ya tecno SPARK, kuko ni umuco ubonesha isanamu mu buryo budasanzwe aho muba muri hose, uko haba hameze kwose.

Ntimutangare! Iyo "menya mirongo ndangamuntu" (Empreinte digitale) ntimenya gusa umuntu ariko arakoresha iyo terefone, mushobora no kuyikoresha mushaka gufata amasanamu y’ubuzima bwawe mu musegonda umwe.

Hamwe n’ishirahamwe Tecno Mobile, baho hama ureke terefone ikore ibisigaye.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.