Avec son projet agro-alimentaire, Miss Burundi Belgium 2017, Kajoline Sona, compte contribuer au développement de son pays natal, le Burundi. Kajoline Sona souhaite se spécialiser dans le domaine agro-alimentaire après sa formation actuelle qui est suivie d’un master en relations internationales.
Accueil > Imico kama
Imico kama
-
"On n’oublie pas ses racines" - Miss Burundi Belgium 2017
13 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA -
Abazoserukira intara z’Uburundi mu gice ca nyuma ca Miss 2017 (Amafoto)
12 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANAAbakobwa bagera kuri 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi, abo akaba aribo bazotorwamwo umukobwa wa mbere mwiza kandi aciye ubwenge (Miss Burundi 2017).
-
Miss Burundi 2017 : 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa
2 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANAAbakobwa bagera kuri 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi ahazotorwa umukobwa wa mbere mwiza kandi aciye ubwenge (Miss Burundi 2017).
-
Abakobwa bashaka guhiganirwa kuba "Miss Burundi 2017" batumweko kwiyandikisha
8 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANAIshirahamwe BURUNDI Events ryuguruye ku mugaragaro ibikorwa vy’uguhiganirwa ikibanza ca mbere ca "Miss Burundi 2017", umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge. Abigeme bipfuza guhiganirwa ico kibanza bakaba bahamagariwe gutangura kwiyandikisha kuri uwu wa 8 Ntwarante, umunsi isi yose ihimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi.
Iryo yandikwa rizorangira kuwa 21 Ndamukiza 2017, rikazobera ahakorera ishirahamwe BURUNDI Events, mu gisagara ca Bujumbura, muri Galerie Alexander. Abari mu ntara (...) -
Antime BARANSAKAJE amaze amezi atatu ku musego
22 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANAAntime BARANSAKAJE, umutimbo rurangiranwa ari ku musego, kuva mu kwezi kw’icenda amagara yiwe arabangamiwe inyuma y’isanganya yagize ariko yiyunguruza kw’ipikipiki. Uwo azwi cane mu bafashije mu guteza imbere ingoma z’Uburundi n’akaranga k’Uburundi asaba abagira neza hamwe na Reta kumugarukirako, kuko amafaranga akenewe kugira aje kwivuriza hanze atayo afise.
Hagati y’imiriyoni 13 hamwe na 15 z’amafaranga y’amarundi niyo umuryango wa Antime BARANSAKAJE uvuga ko akenewe kugira ajanwe kuvurirwa i (...) -
Nta kindi gihugu co kw’isi kizosubira kwitirirwa ingoma atari UBURUNDI
27 Munyonyo 2014Ingoma z’Uburundi zaraye zemerewe kuba zishizwe ku rutonde nserukirakaranga mpuzamakungu rw’iragi kama. Nta kindi gihugu kigiye kwitirirwa akaranga k’umurisho w’ingoma atari Uburundi. Ingoma zizohora zivuzwa ku minsi mikuru ihambaye.
Umushikiranganji w’urwaruka inkino n’imico kama Adolphe Rukenkanya ari kumwe n’umurwi w’abatimbo bari mu gihugu c’Ubufaransa aho bari bagiye mw’isabukuru rwatunganijwe na UNESCO. Uwo murwi wari wagiye kwandikisha ingoma z’Uburundi ku rutonde ndangakaranga mpuzamakungu (...) -
Burundi : Ibikorwa biva mw’itunga mva bwenge ntibirashobora gutunga ababikora
27 Ndamukiza 2014Mu Burundi, abahinga batandukanye mu mico kama n’akaranga ntibirashoboka ko batungwa n’ibikorwa vyabo vyonyene kuko bitari bikingiwe, bivugwa na Donatien Niyongabo ajejwe ikigo kijejwe gukurikirana itunga mvabwenge.
Ku munsi wa gatandatu, igenekerezo rya 26 ndamukiza, isi yahimbaje umunsi mpuzamakungu wahariwe itunga mvabwenge ico bita mu rurimi rw’igifaransa Proprieté intellectuelle. Uwo munsi mukuru ukaba uhimbajwe mu gihe Reta y’Uburundi yamaze gushinga ikigo gikurikirana itunga mvabwenge. (...) -
Burundi : Igiti gikorwamwo ingoma kiriko kirahona
18 Kigarama 2013Akaranga k’igihugu c’Uburundi gashingiye ku bintu vyinshi kandi bituma igihugu kigira akaranga kagitandukanya n’ibindi bihugu. Muri ivyo harimwo ingoma. Iyo ifise insIguro nini muri kahise kuva ku ntwaro y’abami kugeza uyu munsi. Mbe none ingoma iroroshe kuronka muri kino gihe?
Kuva kera narindi ingoma yari Ifise ikibanza gikomeye mu buzima bw’Abarundi. Ingoma ivuze aho hambere hahise yaba ifise ico isiguye naho ubu atariko bikimeze, kuko muri kino gihe zivuzwa aho ari hose atacamira. Naho (...) -
Abaririmvyi barakwiye kumenya amategeko abagenga
16 Munyonyo 2013Ishirahamwe ry’abaririmvyi b’abarundi « Amical des Musiciens du Burundi » rimenyesha ko imigenderanire rifitaniye n’abarihurikiyemwo imeze neza naho vyose bitera de. Uwo arirongoye akaba ashima intambwe iryo shiramamwe rigezeko. Akanipfuza ko bomenya amategeko abagenda.
Umuyobozi w’ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi, Bruno Simbavimbere batazira Member, arashima intambwe ishirahamwe arongoye rigezeko. Arashimishwa no kubona itegeko rikingira ibikorwa mvabwenge vy’abahinga b’abarundi (...) -
Iyugururwa rw’uruganda kuri politike y’imico n’akaranga mu Burundi
24 Gitugutu 2013Ishirahamwe COPRODAC ryishinze ugutezimbere ibijanye namareresi ryaguruye icese uruganda rwo guhanahana ivyiyumviro kuri politike y’imico n’akaranga. Urwo ruganda ruhagarikiwe n’ubushikiranganje bw’urwaruka,inkino n’akaranga. Abahinga b’abarundi n’abandi mvamakungu bakaba aribo bagiye kurongora urwo ruganda rw’iminsi 5.
Mw’ijambo ry’ikaze ry’umukuru w’ishirahamwe COPRODAC, Simon Kururu, yashimiye cane abahinga mpuzamakungu baje guterera muri urwo ruganda. Kururu yashimiye n’abandi bose basanzwe bakora (...)