Ukwemera
  igihe.bi ? Ukwemera
Ayo mafaranga yatanzwe n’uwuserukira ishengero Methodiste Libre mu Burundi imbere y’amategeko, Deogratias NSHIMIRIMANA, mw’ibanki Nkuru y’igihugu,...
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko yipfurije umunsi mukuru mwiza aba Islamu mu miryango...
Amakuru dukesha abegereye Diyoseze Nkuru ya Gitega, amenyesha ko Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE bamuheruka ejo isaha icumi z’umugoroba aho yariko...
Muri uku kwezi bita ukwo gupfunga, abaisiramu bagabanya ibiringo vyo gufungura abahora bafungura gatatu canke karenga bafungura ku mugoroba izuba...
Ibirori vyo gushikiriza icese uburongozi bwa diyoseze nkuru ya Bujumbura Musenyeri Gervais BANSHIMIYUBUSA vyabereye kw’ishengero Cathedrale Regiba...
Jimmy NEMEYIMANA avuga ko yatanguye kuja kwa Zebiya i Businde, Komine Gahombo, intara ya Kayanza, mu mwaka wa 2014, agiye gusengerwa kuko yari...
Nkuko biri mw’itangazo ryasohowe n’abasenyeri b’ishengero katorika kur’uyu wa gatatu, igenekerezo rya 4 Ntwarante 2018, bamenyesha ko ibihugu bivuga...
Musenyeri Gerevasi BANSHIMIYUBUSA yagenwe kandi kuba Umwepisikopi ahagarariye Diyoseze nkuru ya Bujumbura kw’izina rya papa Fransisko. Musenyeri...
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umunyamabanga mukuru w’inama y’abepisikopi mu Burundi Patiri Lambert NICITERETSE amenyesha ko uwo musi uzohimbazwa mu...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Mu nyigisho uwo mupasitori agenda aratanga abicishije mu nzandiko atanga, avuga ko umwungere wa Ekereziya Gaturika, Papa Fransisko ari...
Mw’isengero yitiriwe umweranda Anna ku Musaga niho habereye imisa yo gusabira abamaze kwitaba Imana bose mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca...
Ishengero Gatorika ryakuye abariserukira bose mu murwi utegura amatora, mu ntara no mu makomine. Mu nama yahuje abepiscopi Gatorika b’i Burundi...
Umwungere wa Ekereziya Gatorika Papa Fransisko yatsitaye ari kuri Altar agwa hasi imbere y’abakirisu isinzi bariko bakurikirana inkuka y’imisa...
Inani z’amashengero Rukristu na y’ukwikangura ( Confédération des Eglises Chrétiennes et du Réveil du Burundi) ahejeje guhagarika Baroribwami Gervais...
Iyo ngingo yafashwe mu gihe haheruka kwibonekeza akajagari katewe n’ukumvikana hagati y’abahasengera, ivyo bigashobora guhungabanya umutekano....
Musenyeri Serapiyo Bambonanire yahora arongoye umurwi w’igihugu ujejwe amatongo n’ayandi matungo, avuga ko ku bijanye n’ikiringo ca gatatu ca Petero...
Umwigeme zebiya ngendakumana avuga ko abonekerwa yamenyekanye gute kugira ahurumbirwe n’abantu benshi. Bamwe bavuga ko vyatumwe n’iparuwasi yiwabo...
Musenyeri Simoni Ntamwana wa diyoseze ya Gitega, mu nsiguro yahaye urwaruka n’abavyeyi bo kuri Paruwasi Murayi yo mu Giheta intara ya Gitega,...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Musenyeri Evariste Ngoyagoye asaba abarundi kwisabira kugira ngo ivyo bakora bibe ibiha agaciro ubuzima Imana yabahaye. Ivyo yabishikirije muri...
Kuva ku musi wa mbere haravuzwe rwose ibijanye n’umuhero ngo wategerezwa kuba kuri uyu wa gatatu italike 12 Kigarama 2012. Uwo muhero wavugwa...
Mu gihugu c’u Buhindi abantu bahuriye Kumbh Mela ari isinzi mu mugigwa wo kwiyuhagira ivyaha. Uwo mugigwa ukaba uhuza abantu benshi cane barenga...
Aho ekereziya gatorika ihagaze ku kibazo cerekeye irwirirana ry’abantu, musenyeri Venansi Bacinoni arongoye diyoseze ya Bururi ahashikiriza mu...
African Youth Leadership (AYLF) ni ihuriro ry’urwaruka nya Afrika. Igisata caryo mu Burundi cagize isengesho ryabereye mw’ihoteri WATER Front...
Buramatari w’intara ya Cibitoke yagiranye inama n’abarongoye amashengero, abajejwe intwaro n’abajejwe umutekano. Basanze amashengero ari mu bituma...
Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Gitega Musenyeri Simoni Ntamwana avuga yuko abiyumvira ko vyoba vyiza habaye ibiganiro hagati ya Zebiya...
Papa Fransisiko yasavye ko amafaranga atogirwa ikigirwamana. Ivyo yabivuze igihe yariko aravugana n’umurwi mutoya w’abaserukira ibihugu vyabo...
“Imana yacu ni umutunzi. Yaremye isi irimo ubutunzi, kandi irifuza kutugaragariza ubutunzi n’icyubahiro byayo. Aburahamu n’abandi dusanga muri...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...