Ishengero Methodiste Libre mu Burundi ryatanze intererano y’amatora y’umwaka wa 2020 kur’uyu wa kane igenekerezo rya 21 Ruheshi 2018. Iyo ntererano yatanzwe ingana n’imiriyoni 20 z’amafaranga y’amarundi.
Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO
AMASHENGERO
-
Ishengero Methodiste Libre ryatanze intererano y’amatora ya 2020
21 juin 2018 -
Eid-al Fitr : Umukuru w’igihugu yipfurije umunsi mukuru mwiza aba islam bo mu Burundi
15 juin 2018Aba Islamu bo mu Burundi bifatanije nabo kw’isi yose kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruheshi 2018, mu guhimbaza umunsi mukuru urangiza ikiringo c’ukwezi bari bamaze mu mapfungo. Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA akaba yipfurije umunsi mukuru mwiza aba Islamu bo mu Burundi.
-
Gitega : Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE yatowe ikiziga aho akorera
21 mai 2018Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE yahora ari icegera c’umunyamabanga w’ishirahamwe ODAG yatowe ikiziga aho yapfiriye, mu nzu yahora akoreramwo, mu nyubakwa za Diyoseze Nkuru ya Gitega.
-
Aba isiramu batanguye ukwezi kweranda kwa Ramadhan
17 May 2018Aba isiramu bo mu Burundi bifadikanije n’abaisiramu bo kw’isi yose mu gutangura ukwezi kweranda kwa Ramadhan kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018. Mw’itangazo Cheick Sadiki Kajandi, arongoye umuryango w’aba isiramu mu Burundi yashikirije kur’uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Rusama 2018, yasavye aba isiramu gukomeza urukundo.
-
Musenyeri Gervais BANSHIMIYUBUSA yinjiye ku mugaragaro mu bwungere bwa Diyoseze ya Bujumbura
5 mai 2018Musenyeri Gervais BANSIMIYUBUSA yahora ari umwungere wa Diyoseze nkuru ya Ngozi, yashikirijwe ku mugaragaro amabanga yo kurongora Diyoseze nkuru ya Bujumbura, asubiriye Musenyeri Evariste NGOYAGOYE agiye mu karuhuko k’izabukuru.
-
Iryungane ryo mw’isengesho ’’Dawe wa Twese’’ mu gifaransa ryahinyanyuwe
5 avril 2018Abasenyeri katorika mu Burundi, bamenyesha ko ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa vyahinduye iryungane riri mw’isengesho “ Dawe wa twase”, mu rurimi rw’igifaransa.
-
Abakirisu basabwa gusabira amahoro ibihugu bifise umutekano muke
22 février 2018Inama y’abepisikopi Gatorika mu Burundi CECAB (Conference des Eveques Catholiques du Burundi) imenyesha ko k’umusi wa gatanu w’indwi ya mbere y’ikarema, kw’ igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2018, ari umusi udasanzwe w’ugusenga no kwisonzesha kugira amahoro aboneke, mu Burundi.
-
Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka
15 février 2018Patiri MUDOMO Marcel yahoze arongoye insamirizi ijwi ry’amahoro yashinguranywe iteka kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2018. Ibirori vyo kumuherekeza irya nyuma vyereye mu ntara ya Gitega, ari naho yaranguriye ubutumwa igihe kirekire.
-
Amashengero adakwije ivyangombwa yahawe amezi 5 yo kwitunganya
31 January 2018, by Jean De DieuUmushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukunda igihugu yahaye ikiringo c’amezi 5 amashengero adakwije ivyangombwa kugira yitunganye.
-
Abayoboke b’idini rya Adivantisite bankiwe gutunganya ubugeni hagati mu ndwi
18 janvier 2018Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu amenyesha ubuyobozi bw’ishengero ry’aba adivantisite b’umunsi w’indwi, ko ubugeni bushingirwa ku munsi wa gatandatu n’umunsi w’Imana honyene.