Inkino
  igihe.bi ? Inkino
Mur’urwo rukino rwabereye i Djouba ku murwa mukuru w’igihugu ca Sudani y’Epfo,igitsindo ca mbere c’intamba mu Rugamba cinjijwe n’umukinyi Fiston...
Muri urwo rukino rwabereye i Bujumbura, igitsindo ca mbere c’Uburundi cinjijwe n’umukinyi Bon Fils Caleb BIMENYIMANA ku munota wa 63 w’igice ca...
Mu kiganiro umumenyereza w’intamba mu rugamba zitarenza imyaka 23 yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 13 Munyonyo...
Umurwi wa Flambeau de l’Est watsinzwe n’umurwi wa Bujumbura City igitsindo 1 k’ubusa bituma Bujumbura City uduga mu kibanza ca gatatu mu gihe wahora...
Umurwi wa Messager Ngozi watsinze 5 umurwi wa Messager Bujumbura ibitsindo 2 ku busa bituma uyo murwi wa Messager Bujumbura uza ubwa nyuma...
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa mbere igenekerezo rya 15 Gitugutu 2018,Olivier NIYUNGEKO yavuze ko kubona bararonse inota rimwe mu...
Umurwi wa Rukinzo watsinze 5 umurwi wa Ngozi City,Flambeau de l’Est wanganije igitsindo kimwe ku kindi na Aigle Noir mu gihe Buja City nayo nyene...
Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse iyo ntsinzi mu rukino rwo gusubiriza rwabereye ku kibuga citiriwe Urukundo co mu ntara ya Ngozi...
Débutée habituelle, la finale était attendue par un public assez large.17h donc, tous les amoureux sont devant leurs petits écrans, d’autres dans des...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Ibihangange vy’abakinyi b’umupira w’amaguru kw’isi, Lionel Messi na Cristiano Ronaldo bashobora gukina mu murwi umwe. Ivyoca vyitwa ibitaraboneka...
Urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo ku mugabane wa Buraya,ruhuza umurwi wa FC Barcelona wo mu gihugu ca...
Mu kiganiro caciye kuri BBC Gahuzamiryango, umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza yerekanye uko yokinisha mu rukino rw’umupira w’amaguru,...
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba batanguye imyimenyerezo, aho bariko barayikorera mu gihugu ca Senegal, inyuma y’aho abakinyi bayigize...
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryasohoye urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu rugamba bazoserukira Uburundi mu rukino ruzoba ku munsi...
Urukino rwahuje imirwi y’ibihangange mu gihugu ca Espane no kw’isi, ariyo Real Madrid na FC Barcelone rwarangiye ku ntsinze ya FC Barcelone. Louis...
Ku myaka 23 gusa, Natalia Trukhina amaze kuba uwa mbere amaze kuronka imidari myinshi mu banonotsi bo ngaho mu gihugu c’Uburusiya, mbere no mu...
FC Barcelone, umurwi wo gihugu ca Espagne waraye wirahiye Bayern de Munich wo mu Budagi, hari mu rukino rw’ibanze rushira urwa nyuma mw’ihiganwa...
Urukino rwatanguye isaha imwe y’ijoro mu masaha yo muri Senegal,ni ukuvuga isaha zitatu z’ijoro z’amasaha yo mu Burundi. Imirwi yose yatanguye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Uyu mugambi uri mu masezerano yatewe ko igikumu hagati y’ubushikranganiji bw’imigenderanire y’igihugu c’u Budagi hamwe n’ubushikiranganji...
Mu rukino rwambere muri iyi championat yitiriwe Primus Ligue , Vital’o FC yatsinze ibitsindo 2 kuri 1 ca Flambeau de l’Est yo Ruyigi. Inyuma...
Kuri uyu wa gatandatu italike 24 ukwezi kwa Munyonyo, hatanguye i Kampala mu gihugu ca Uganda inkino z’umupira w’amaguru zihuza ibihugu vya...
Mu mahiganwa mpuzamakungu y’urukino rw’umupira w’amaboko ukinirwa ku musenyi iruhande y’ikiyaga, u Burundi busigaye butwara ikibanza ciza. Ariko...
Igihugu ca Uganda catsinze ibitsindo 2 kuri 1 ca Kenya. Igihugu ca 3 cabaye Zanzibar. Igihugu ca Uganda ari naco cabereyemwo inkino zihuza...
Ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 14 kigarama 2012 mu ntara ya Muramvya, Jean Lamy aserukira igihugu c’u Bufaransa mu Burundi yarashikirije ku...
Nkuko bisanzwe biri uko umwaka utashe ishirahamwe ry´umupira w´amaboko ryo mu Burundi [ASBAB]riratunganya amahiganwa bise play-off,uno mwaka iryo...
Igice ca Kabiri c’ihiganwa ry’igihugu mu rukino rw’umupira w’amaguru Primus Ligue igice mu mwaka w’2013 ryamaze gutangura. Umugwi Vital’o urifumbereje...
Umurwi w’umupira w’amaguru Simba Sport wo muri Tanzaniya wararonse umumenyereza mushasha nawe Patrick Liewig ava mu gihugu c’UBufaransa....
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...