FOOTBALL
  igihe.bi ? Inkino ? FOOTBALL
Mur’urwo rukino rwabereye i Djouba ku murwa mukuru w’igihugu ca Sudani y’Epfo,igitsindo ca mbere c’intamba mu Rugamba cinjijwe n’umukinyi Fiston...
Muri urwo rukino rwabereye i Bujumbura, igitsindo ca mbere c’Uburundi cinjijwe n’umukinyi Bon Fils Caleb BIMENYIMANA ku munota wa 63 w’igice ca...
Mu kiganiro umumenyereza w’intamba mu rugamba zitarenza imyaka 23 yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 13 Munyonyo...
Umurwi wa Flambeau de l’Est watsinzwe n’umurwi wa Bujumbura City igitsindo 1 k’ubusa bituma Bujumbura City uduga mu kibanza ca gatatu mu gihe wahora...
Umurwi wa Messager Ngozi watsinze 5 umurwi wa Messager Bujumbura ibitsindo 2 ku busa bituma uyo murwi wa Messager Bujumbura uza ubwa nyuma...
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa mbere igenekerezo rya 15 Gitugutu 2018,Olivier NIYUNGEKO yavuze ko kubona bararonse inota rimwe mu...
Umurwi wa Rukinzo watsinze 5 umurwi wa Ngozi City,Flambeau de l’Est wanganije igitsindo kimwe ku kindi na Aigle Noir mu gihe Buja City nayo nyene...
Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse iyo ntsinzi mu rukino rwo gusubiriza rwabereye ku kibuga citiriwe Urukundo co mu ntara ya Ngozi...
Débutée habituelle, la finale était attendue par un public assez large.17h donc, tous les amoureux sont devant leurs petits écrans, d’autres dans des...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Ibihangange vy’abakinyi b’umupira w’amaguru kw’isi, Lionel Messi na Cristiano Ronaldo bashobora gukina mu murwi umwe. Ivyoca vyitwa ibitaraboneka...
Urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyayo ku mugabane wa Buraya,ruhuza umurwi wa FC Barcelona wo mu gihugu ca...
Mu kiganiro caciye kuri BBC Gahuzamiryango, umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza yerekanye uko yokinisha mu rukino rw’umupira w’amaguru,...
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba batanguye imyimenyerezo, aho bariko barayikorera mu gihugu ca Senegal, inyuma y’aho abakinyi bayigize...
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryasohoye urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu rugamba bazoserukira Uburundi mu rukino ruzoba ku munsi...
Urukino rwahuje imirwi y’ibihangange mu gihugu ca Espane no kw’isi, ariyo Real Madrid na FC Barcelone rwarangiye ku ntsinze ya FC Barcelone. Louis...
FC Barcelone, umurwi wo gihugu ca Espagne waraye wirahiye Bayern de Munich wo mu Budagi, hari mu rukino rw’ibanze rushira urwa nyuma mw’ihiganwa...
Urukino rwatanguye isaha imwe y’ijoro mu masaha yo muri Senegal,ni ukuvuga isaha zitatu z’ijoro z’amasaha yo mu Burundi. Imirwi yose yatanguye...
Umupira w’amaguru ni kimwe mu bintu bukunzwe n’abantu benshi kw’isi, ku bw’ivyo ikinyamakuru Forbes co muri Reta zunze ubumwe z’Amerika gihejeje...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Umurwi Stallions wa Burkina Faso wari witeze ko bizoworohera mu majonjora kurusha uko vyagenze bahura n’imirwi ya Zambia Nigeria na Ethiopia....
Umukinyi Issam Jemaa ava mu gihugu ca Algerie yarahawe agashimwe k’umukinyi yigenjeje nabi mu mwaka uheze wa 2012 , uwo mu kinyi akaba akina...
Umukinyi avuka mu gihugu ca Argentine akaba ubu akina mu murwi wa FC Barcelone mu gihugu ca Espagne yararonse umupira w’inzahabu uhabwa umukinyi...
Ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu cicaro ca mbere rirasubira gutangura kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 12 Nzero 2013 ku kibuga citiriwe...
Ku kibuga c’I Buye kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nzero 2013 umurwi wa Athletico waratahukanye amanota atatu uyatwaye umurwi Le Messager...
Umugwi nserukira gihugu wa Angola n’umugwi nserukira gihugu wa Maroc yaratanye mu mitwe ejo mu rukino rwa kabiri rwo mw’ihiganwa rya Afrika...
Igihugu ca Ghana, kimwe mu bihugu bihabwa amahirwe menshi yo gutahukana igikombe ca CAN 2013, caraye kinaniwe gutsinda umurwi nserukira gihugu...
Umugwi wa Zambiya ari nawo ufise igikombe co k’umwaka uheze ntiworohewe mu rukino rwawo rwa mbere muri CAN y’2013 aho wahuye n’umugwi wa Etiyopiya...
Umumenyereza wa Olympiakos yarirukanywe muri uwo mugwi azira ko yaryamanye n’umugore w’uwurongoye uwo mugwi. Iyirukanwa rya Leonardo Jardim...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...