Amahiganwa
  igihe.bi ? Inkino ? Amahiganwa
Henry Kane yatanguye kwiyerekana mu rukino rwa mbere, igihe umurwi w’Ubwongereza watsinda umurwi wa Tiniziya ibitsindo bibiri ku busa, ibitsindo...
Kuva ku munota wa mbere w’urukino umurwi Vitalo FC n’umurwi Delta Star yagumye yerekana ko ikeneye intsinzi, ariko ku minota ya mbere y’urukino,...
Mu rukino rwa mbere rwabaye kur’uyu wa gatanu, umurwi nserukiragihugu wa Bresil watsinze umurwi nserukiragihugu wa Costa Rica ibitsindo bibiri ku...
Urukino rwa mbere rwo kur’uyu wa kane rwahuje umurwi nserukiragihugu wa Danemark na Australia rurangira iyo mirwi ibiri yose inganya igitsindo...
Urukino rwa mbere rwahuje umurwi wa Portugal n’umurwi wa Maroc, rukaba rwaheze umurwi wa Portugal utsinze uwa Maroc, igitsindo kimwe ku busa...
Umurwi wa Maroc usezeye ihiganwa inyuma yo gutsindwa n’umurwi wa Portugal, igitsindo kimwe ku busa, igitsindo cinjijwe na Cristiano Ronaldo ku...
Mu nkino zitatu zakinywe kur’uyu wa kabiri, urwari rurindiriwe cane n’abanyafrika ni urukino rwahuje umurwi wa Senegal n’umurwi wa Pologne, kuko...
Urukino rwa mbere rwabaye rwahuje umurwi wa Suwede na Koreya yo mu Bumanuko, urukino rukaba rwaheze umurwi wa Suwede utsinze igitsindo kimwe ku...
Mu rukino rwa mbere rwabaye muri zitatu zari ku rutonde kur’uyu w’Imana igenekerezo rya 17 Ruheshi 2018, umurwi wa Serbie watsinze Costa Rica...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Mw’ihiganwa ryabereye mu gihugu c’Ubwongereza kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 5 Ruheshi 2016, umurundikazi Francine NIYONSABA yatahukanye ikibanza...
Bukera Valery yatahukanye intsinzi ku munsi wa kabiri w’ihiganwa rya “Rwanda Mountain Gorilla Rally 2016” kuri uwu wa gatandatu, akaba yakoresheje...
Francine NIYONSABA, umunonotsi w’umurundikazi aheruka gutahukana ikibanza ca kabiri ku metero amajana umunani mw’ihiganwa rya "Jeux Olympiques",...
Francine NIYONSABA, umunonotsi w’umurundikazi yaheruka gutahukana ikibanza ca kabiri ku metero amajana umunani mw’ihiganwa rya "Jeux Olympiques",...
Francine Niyonsaba, umunonotsi rurangiranwa ari mu baserukiye Uburundi mw’ihiganwa rya "Jeux Olympiques" i Rio de Janeiro, yatahukanye ikibanza ca...
Francine NIYONSABA, umwe mu banonotsi rurangiranwa ari mu biteguriye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu rizobera i Rio mu gihugu ca...
Umurundikazi Francine NIYONSABA yatahukanye ikibanza ca kabiri, mu gice ca nyuma c’abasiganwa ku metero amajana umunani, mw’ihiganwa rya "Jeux...
Umudari w’inzahabu mu kibanza ca mbere nivyo umunonotsi w’umurundikazi Francine NIYONSABA yatahukanye mw’ihiganwa ryabereye i Portland muri Reta...
Mw’ihiganwa mpuzamakungu ry’ugusiganwa ryabereye muri Reta zunzubumwe za Amerika kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2016, umurundi...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Abakinyi ba kera nabo muri kino kiringo bakomeye mu nkino zo kunonora imitsi bari kumwe n’abakuru muvyo inkino biyamirije umunyamerika yahoze ari...
inkino z’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ririko rirabera mu gihuga ca Afurika y’ubumanuko zigeze mu gice ca kane giheza ayo mahiganwa kuri uno wa...
Abakinyi bakina urukino rwa Tennis bafise imyaka iri hagati ya 12 na 16,baratahukanye intsinzi mw’ihiganwa ryabereye mu gisagara ca Dar-Es-Salaam...
Ku kibuga c’umupira w’amaguru citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore hariko harabera amahiganwa y’abanonotsi. Iryo higanwa rikaba ryariko rihuza...
Abantu ibihumbi n’ibihumbi bari bakwiye ku mabarabara ya Londres kurorera abaje kwiruka bagera ku 36.0000, batanguye kumara igice c’umunota mu...
Mu ntumbero yo gutanguza inkino z’abagendana ubumuga mu ntara ya Gitega, Ikigo c’urwaruka ca gitega gifatikanije n’ishirahamwe rijejwe inkino...
Ku musi wa gatandatu, mu gisagara ca Shanghai mu gihugu c’Ubushinwa, umunonotsi wo mu gihugu c’Uburundi, Francine Niyonsaba yarateye intambwe...
Isaha 1 iminota 5 n’amasegonda 3, niwo mwanya Jean Claude Niyonizigiye yagize muri semi-marato y’i Olonnes mu Bufuransa. Aho hakaba hari mu...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...