Ku bijanye no kumenya neza ivyiyumviro abagore canke abakobwa bagira iyo tugerageza gukundana nabo; akenshi usanga abagabo batitwararika kumenya ibimenyetso bijanye n’urukundo.
Ivyo bigashikira abagabo bakunze canke batigeze bakunda, batinya ko bokwankwa. Kenshi rero usanga atar’uko abagabo banka kwitwararika ivyo bimenyetso, ahubwo ikibazo ni ukuba batabizi neza canke badafata umwanya ukwiye wo kuvyitegereza.
Nk’uko tubikesha itororokanirizo ry’amakuru: www.alangoldsher.com, hariho (...)
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > HomeNews
HomeNews
Articles
-
Ibimenyetso 5 ushobora kumenyerako umukobwa yagukunze
21 Ntwarante 2013 -
Ingene wokwishirira interineti muri telephone yawe
14 Ntwarante 2013Mu gihe igihugu cacu gikomeza gutera intambwe mw’iterambere, ninako abantu benshi barushirizaho kwitabira gukoresha ibikoresho vy’ubuhinga bwa none, n’itumatumanako nk’inyabwonko,telefone ngendanwa n’ibindi.
Mu vyo bakunze gukoresha cane gusumba ibindi harimwo interineti, tukaba tugiye kurabira hamwe uko woshira interineti muri telephone yawe ku buntu.
Nk’uko tubikesha urubuga http://maliso.hubpages.com, gushira interineti muri telephone bisaba kuba utunze telephone irimwo ubuhinga bwa web, (...) -
Amwe mu majambo wokoresha mu gihe uriko uraganira n’umukunzi wawe
2 Mukakaro 2013Ikiganiro kigizwe n’amajambo yuzuye urukundo (utujambo dusosa ni bumwe mu buryo bwifashishwa kugira ngo ushobore kunezereza uwukunda mu gihe muyaga kuko umutima ukunda uba ukeneye cane bene ayo majambo meza .Aha rero hari amwe mu majambo wobwira umukunzi wawe akanezerwa ariko ukoresheje umunwa wawe udakoresheje telefone canke inyandiko, kuko iyo wivugiye ijambo n’akanwa kawe bituma uwo uribwiye aryakirana umwizero.
Mu gihe ukoresha amajambo asosa, ubikore umutima uri hamwe, udatinya kuko (...) -
Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Sat-B ft Miss Erica ’Show Time’
5 Nzero 2017, par Jean De DieuInyuma Yogutahuka Mugihugu Ciwe Umuririmvyi Sat B Yongeye Gushira Kumugaragaro Indirimbo Yiwe Nshasha ’Show Time’ afadikanije na Miss Erica
-
Ibintu 3 bikomeye abakobwa bakunda guhisha abakunzi babo
16 Nzero 2015Amwe mu mabanga 3 akomeye abakobwa bakunda kunyegeza abakunzi babo, rimwe rimwe bikavamwo no guhebana
Abantu benshi barakunda kuvuga ko abagabo ari bo bakunda kunyegeza amabanga yabo kurusha abagore mugabo na bakobwa bafise amabanga akomeye bakunda kunyegeza abakunzi babo.Iyo umugabo aguma amubaza umukobwa bakundana ayo mabanga, kenshi abakobwa baremera bakabesha.
Ivyo bintu n’ibi:
1.Imyaka yabo
Abakobwa benshi ntibakunda kuvuga imyaka yabo kubera bayivuze rimwe na rimwe batakaza (...) -
Ababuze ababo muri 1972 basaba ubutegetsi gushira ukuri ahabona
29 Ndamukiza 2013Mu gihe mu Burundi bariko bibuka imyaka mirongo ine n’umwe(41) iheze abantu isinzi bagandaguwe bunyamaswa bazira ubwoko bwabo, abahurikiye mw’ishirahamwe ryiyemeje kwibuka abahuye n’ivyago no gukinga ubwicanyi, AMEPCI – Gira Ubuntu( Association pour la Memoire et la Protection de l’Humanite contre les crimes Internationaux), batanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru, mu gatondo ko kuwa mbere igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2013, mu nyubakwa za Peace House.
Inyuma y’umunota w’agacerere (...) -
Imigani imwimwe y’ikirundi n’insiguro zayo
30 Nzero 2013Basokuru bari abahinga mugukebura abantu bakoresheje imigani canke bakavuga ikintu mu mvugo ifobetse ,ivyo vyarafasha cane mugukebura abantu kuko iyo umuntu agize inyifato itabereye baramugira inama,canke iyo migani igafasha abantu gufashanya ,no guhanuza abandi.Iyo migani ni myinshi cane ariko tuzogenda tubatohoreza imigani dushoboye kuronka hamwe n’insiguro zayo.
Uyu munsi rero nashimye kubabwira imigani itumira abantu kuvuga amajambo make.Umuhumure w’imyaka 84 twaganiriye yaratubwiye (...) -
Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora mu ntara 12 vyamenyekanye
18 mai 2018Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyamaze kumenyekana.
-
Urukundo nyakuri rumeze gute?
3 Ruheshi 2014Urukundo nyakuri ni ubugenzi bukomeye buba hagati yumukobwa n’umuhungu canke hagati y’umugabo n’umugore. Muri urwo rukundo hakabamwo ivyo abo bantu babiri bemeranya bo nyene hagati yabo.
Urukundo ni rumwe mu ngabire nziza gose twahawe n’Imana. Iyo ngabire iramurikira ubuzima bwacu bwose, ihindura vyose ni nk’izuba ritanga ubushuhe, rigatanga ibara ry’ikintu, umunezero, urukundo rutuma kandi n’ibindi vyose umuntu akora bigenda neza. Ariko rero urukundo ntirwama rworoshe, nk’uko benshi (...) -
Igice ca kabiri c’ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation)
4 Kigarama 2014Ingaruka mbi zo kwikinisha(Masturbation) igice ca kabiri:
Kwinisha rero biratuma uko ubwonko bukora bigabanuka. Ivyiyumviro vyerekeza cane ku mibonano mpuzabitsina biratuma inguvu ubwonko bukoresha mu kwiyumvira zigabanuka, n’ubwenge buraheza bukagabanuka. Biratuma kandi umuntu adasubira kwumva umunezero mu gihe c’imibonano mpuzabitsina n’uwo bakundana.
Iyo umuntu ashukwa kenshi bituma imitsi nsozabwenge iremamara (affaiblissement des nerfs)
Iyo rero umuntu akunda kwikinisha arakunda (...)