IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi bahimbaje imyaka 55 iheze igihugu cikukiye

Abarundi bahimbaje imyaka 55 iheze igihugu cikukiye

samedi 1er Mukakaro 2017

Ibirori vyatangujwe n’igikorwa c’umukuru w’igihugu co gushira urugori rw’amashurwe ku ntatemwa y’umuganwa Rudoviko RWAGASORE.

Ibirori vyabandanije n’igikorwa co gushira urugori rw’amashurwe mu kibanza citiriwe ukwikukira.

Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE,umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagenzuye ingabo,imbere y’uko hatangura urugendo rwa ba ‘’Burikukiye’’ bavutse mu mwaka w’1962.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.