Umwana mukuru w’umuririmvyi Mowzey Radio wo mu gihugu c’Ubuganda, aheruka kwitaba Imana, yinjiye mu murwi w’umupira w’amaguru w’abana, mu ntumbero yo guteza imbere ingabire yo gukina urwo rukino.
Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi
Utuntu n’utundi
-
Umwana mukuru wa Mowzey Radio yinjiye mu murwi w’umupira w’amaguru w’abana
4 mai 2018 -
Mbega ubuhanza bwoba ari ingwara ? "Ego na OYA"
11 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANAAbantu benshi babona abafise ubuhanza barakunze kwibaza ikibazo gikurikira : "Ubuhanza bwoba ari ingwara? Inyishu ya Muganga yanonosoye ivyo kuvura ingwara zo ku rukoba, ni Ego na oya.
-
Kwigunga kwoba kuri mu bituma umuntu ataramba
30 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANAKubw’icirwa abashakashatsi bakoreye mu gihugu c’Ubwongereza, kubaho uri wenyene canke kutagira abagenzi biratuma umuntu agira ingwara z’umutima. Ni harya umutima uhagarara canke isanganya ry’imitsi yo mu mutwe arivyo bita AVC mu rurimi rw’igifaransa.
-
USA : Bill Gates yatakaje ikibanza ca mbere mu batunze kurusha abandi kw’isi
9 mars 2018Umunyamerika Bill Gates,yahora mu kibanza kw’isi mu batunzi, yatakaje ico kibanza yari amazemwo iminsi muri uyu mwaka wa 2018, gifata uwundi munyamerika Jeff Bezos.
-
Femi de j’Abat arashima uko gutanguza kwandika « encyclopédie de la musique » vyagenze
13 février 2018Ibikorwa vyo gutanguza iyandikwa ry’igitabo c’ububiko vy’ibikorwa vy’abaririmvyi n’abacuraranzi ciswe « Encyclopédie de la musique Burundaise » vyaratunganijwe mu mpera z’ukwezi kwa mbere.Femi de J’Abat arongoye Fondation Femi de J’Abat iriko ikora ico gikorwa, arashimishwa n’uko ibikorwa vyagenze, agasaba na cane cane abaririmvyi ko bogikora nk’abikorera.
-
Uwatowe nk’umurundikazi mwiza aba mu bubirigi, ari mu Burundi
3 février 2018Kajoline Sona, yatowe nk’umurundikazi mwiza kandi aciye ubwenge aba mu bubirigi, amaze iminsi mu Burundi aho yipfuza kugendera intara zimwe zimwe z’igihugu, c’Uburundi imbere y’ugutangura ibikorwa bijanye n’umugambi wiwe wo guteza imbere uburimyi mu Burundi.
-
La Miss Burundi Belgique, est au Burundi
2 February 2018Kajoline Sona, miss Burundi Belgique élue au mois de septembre 2017, est au Burundi, son pays natal, depuis lundi le 29 Janvier 2018. Elle projette aller à l’intérieur du pays pour se rendre compte d’abord de l’état des lieux avant l’exécution de son projet qui consiste à promouvoir l’agriculture au Burundi.
-
Arabie Saoudite : Umuhagarikizi yahagatise urukino kugira abakinyi baje gusenga
26 janvier 2018Mark Clattenhurg asanzwe ari umuhagarikizi akomeye w’umupira w’amaguru ku mugane wa Buraya,yahagaritse urukino rwo mw’ihiganwa ry’igikombe c’umwami mu gihugu ca Arabie Saoudite (Saudi King’s Cup) kugira abakinyi baje mu gisabisho co k’umugoroba.
-
Ubufaransa : Umwami wa Pop yitavye Imana
6 décembre 2017Johnny Hallyday uwafatwa nk’umwami w’umudiho wa Pop mu gihugu c’Ubufaransa yaraye yitavye imana mw’ijoro ryo kur’uyu wa kabiri rishira uwagatu ahitanywe n’ingwara ya cancer yo mumahaha.Jonny Hallyday akaba apfuye afise imyaka 74.
-
Sophia i Robot ya mbere kw’isi ishobora kuganira n’abantu, ikipfuza umuryango n’abana : Video
27 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANAIshirahamwe Hanson Robotics ryo mu gihugu ca Hong Kong riherutse gukora iki robot gishobora kwishura ibibazo bimwe bimwe abantu bakibajije. Iyo robot iherutse guhabwa ubwenegihugu muri Arabia Saoudite, ibitakiriwe neza haba aho muri ico gihugu.