umutekano
  igihe.bi ? Amakuru ? umutekano
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako murizo nzu zabomotse 16 arizo ku...
Mw’itangazo umushikiranganji w’umutekano ,gukinga no gutabara mu gihe c’ibiza n’isibe yasohoye kw’igenekerezo rya 9 Munyonyo umwaka wa 2018 ,Alain...
Amakuru avuga ko uwo patiri mukuru yagize iryo sanganya agiye mu bikorwa vya misi yose kw’ishure ryahitwa i Murambi. Ayo makuru abandanya avuga...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza amenyeshako uyo mugara waciye usubizwa mu mazi ,ubwato hamwe...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE avuga ko uyo Christophe NDAYIKENGURUKIYE ata...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiringanji bw’umutekano no kugwanya ibiza, Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bafungwa kugira bagumuke bitwaje...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abariko bakora ibikorwa bafashwe ni...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo mwana ataramenyekana kandi asa...
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano bwo kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako Leopold NZIGAMASABO w’imyaka 25 yapfuye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana

2.08.2015
350
5
0
0
849267
General Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza mu Burundi yitavye Imana kuri uyu w’Imana mu gatondo mu Kamenge...
Inyuma y’igandagurwa ry’uwahoze arongoye urwego rw’igendereza General Adolphe Nshimirimana, abanyagihugu bo mu makomine amwe amwe bavuga ko batekewe...
Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye bataillon de génie des combats yo ku Muzinda yagandaguwe kuri uwu wa kabiri n’abantu...
Général Athanase KARARUZA yagandaguwe n’abantu bataramenyekana mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, mu gihe yari muhira agiye ku kazi n’umupfasoni wiwe,...
Uwahoze ari umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto mu gihe Uburundi bwari mu magume Colonel Jean Bikomagu yitavye Imana, arashwe n’abantu...
Abantu batatu bishwe n’igiporisi c’Uburundi, mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu, abo bapfuye akaba ari abari bateze imodoka y’intwazangabo mu giporisi...
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza amenyeshe ko abantu 79 mu bagize ibitero mu makambi atatu y’abasirikare mu gatondo ko...
Inyuma y’amasaha make hagandaguwe intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi, Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yahora arongoye Bataillon de Génie des...
Inkoho nyinshi zumvikanye mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Bujumbura mw’ijoro ryo kuwa 10 Kigarama 2015. Amakuru ava mu mazone atandukanye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...
Nk’uko bivugwa n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga, biboneka ko uwo mwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe, nk’uko vyemezwa n’umuryango...
Ubuyobozi bw’ishure ryitiriwe Mutima Mweranda bwamenyesheje ko ivyigwa bihagaritswe kuri uwu wa mbere, ku mvo z’umutekano w’abanyeshure hamwe...
Amakuru ava aho ku Musaga amenyesha ko ico gitero cabereye muri quartier ya Gikoto cakomerekeje kandi abandi bantu babiri, kandi bose bikavugwa...
Mu gihe ishirahamwe SOS TORTURE rimenyesha ko mu kiringo c’indwi imwe gusa twaraye dusozereye abantu bagera kuri batandatu aribo bishwe,...
Gabriel Rufyiri umukuru w’ishirahamwe OLUCOME , yavuze aho ibintu bigeze ku va imyiyerekano itanguye yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero...
Abo bagenywe ni abagiye kurongora igiporisi mu makomine ya Nyabihanga yo mu ntara ya Mwaro, muri komine Bugenyuzi, mu ntara ya Karusi, muri...
Ubushikiranganji bw’umutekano w’Uburundi bumenyesha ko ubugizi bwa nabi bwibonekeza mu mashure buva ahanini ku mvo za poritike. Ubwo...
Nk’uko amakuru dukesha abakorera abadandariza aho ku Rutonde abimenyesha, ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha imwe y’ijoro, mu nzu y’ubudandarizo...
Umurwi wa 210 wo mu karere ka kabiri ka gisirikare niwo wabaye uwa mbere mu gice ca nyuma c’íhiganwa ry’abasirikare mu vyerekeye...
1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6 | 7 | 8 | 9 |...