Igenekerezo rya 4 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1824: Mexique iba Repubrika.
1830: Ububirigi burikukira.
1957: Ikigenajuru ca mbere c’abarusiya kirarungikwa mu kirere. Kikaba cahawe izina rya Spoutnik 1.
1966: Igihugu ca Lesotho kirikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1289: Louis w’10, umwami w’Ubufaransa.
1657: Richard Cromwell, umukuru w’igihugu c’Ubwongereza, Ecosse na Irlande.
1687: Robert Simson, umuhinga mu biharuro akomoka muri Ecosse.
1822: (...)
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > HomeAmateka
HomeAmateka
Articles
-
Itarike 4 Gitugutu
4 Gitugutu 2017 -
Itarike 14 Nzero
14 Ruhuhuma 2018Igenekerezo rya 14 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1953: Tito aba umukuru w’igihugu ca Yougoslavie.
1980: Indira Gandhi atorwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubuhindi.
2011: Umukuru w’igihugu ca Tuniziya, Ben Ali, arahunga inyuma y’ukwezi hari imigumuko muri Tuniziya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1968: LL Cool J., umuririmvyi w’umunyamerika.
1970: Fabien Fisichella, umudereva w’imiduga y’amahiganwa akomoka mu Butariyano.
1979: Soprano, umuririmvyi (...) -
Itarike 3 Munyonyo
3 Kigarama 2013Igenekerezo rya 3 Kigarama ni umunsi ugira 337 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 28 kugira umwaka w’2013 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1829: Andrew Jackson atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika. Yatsinze John Quincy Adams.
1951: Julien Gracq yanka kwakira agashimwe kitiriwe Goncourt. 1967: Umuganga Christian Barnard abaga ubwa mbere umutima w’umuntu mu kumuha uwundi mutima. Ivyo bikaba vyabereye muri Afrika y’Epfo.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo (...) -
Itarike 24 Nzero
24 Nzero 2016Igenekerezo rya 24 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2001: Joseph Kabila atangazwa ko ariwe mukuru w’igihugu ca Repubrika iharanira intwari rusangi ya Congo.
1984: Steve Jobs, imbere y’abantu bagera ku bihumbi 3 ashikiriza ubwa mbere imashini yo mu bwoko bwa Macintosh 128K.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1961: Nastassja Kinski, umukinyi w’amareresi w’umudagi.
1975: Rónald Gémez, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Costa Rica.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo (...) -
Itarike 6 Kigarama
6 Kigarama 2013Igenekerezo rya 6 Kigarama ni umunsi ugira 340 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 25 kugira umwaka w’2013 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1492: Christophe Colomb atora Hispaniola. 1741: Umwami w’Uburusiya, Ivan wa 6 aratembagazwa ku butegetsi.
1848: Manuel Isidoro Belzu aba umukuru w’igihugu ca Bolivie. 1917: Igihugu ca Finlande kirikukira. 1998: Hugo Chávez atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Venezuela.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1778: Louis Joseph Gay-Lussac, (...) -
Itarike 10 Myandagaro
10 Myandagaro 2017Igenekerezo rya 10 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1500: Umunyaportugare Diogo Dias atoraizinga rya Madagascar. Aho yaritoye ahushishijwe inzira n’imvura y’igihuhusi. 1519: Ferdinand de Magellan afata urugendo rwo kuzunguruka isi yose. Akaba yajanye n’amato 5. Yavuye ku kivuko c’i Séville muri Espagne.
1809: Igihugu ca Équateur kironka intahe yo kwikukira. 1819: Simón Bolívar yinjira mu gisagara ca Bogota atahukanye intsinzi aho yari yaiye kubohoza Nouvele-Grenade. 1866: (...) -
Itariki 19 Nyakanga
19 Kigarama 2016Igenekerezo rya 19 Nyakanga .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1899: Emile Loubert agirira ikigongwe Alfred Dreyfus.
1983: Izinga rya Saint-Christophe-et-Niévès ririkukira.
1985: Ikinymugigima kiba muri Mexique, gihitana abantu bagera 10 000.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1911: William Golding, umwanditsi w’umunyamerika yaronse gashimwe kitiriwe Nobel mu vyo kwandika mu 1983.
1986: Omar Khadr, umunyagihugu wo muri Canada akomoka muri Pakisan yapfungiwe i Guantanamo. (...) -
9 Ruhenshi
9 Ruheshi 2018Igenekerezo rya 9 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1660: Umwami w’Ubufaransa Louis wa 14 agira ubugeni na Marie-Thérèse wo muri Autriche.
1944 : Haba ubwicanyi bw’agahomeramunwa i Tulle. Aho hari inyuma y’amasaha 72, ingabo za mbere zishitse ahitwa Normandie aho zari zigiye mu ndwana ya 2 t’isi yose. 1946: Bhumibol Adulyadej aba umwami wa Thaïlande. 1999: Igihugu ca Yougoslavie camera guhagarika imishamirano maze indwano yo muri Kosovo iba ararangiye.
Abazwi cane bavutse (...) -
Itarike 16 Munyonyo
17 Munyonyo 2017Igenekerezo rya 16 Munyonyo.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1907: Oklahoma, uwabaye umukuru w’igihugu
1917: Georges Clemenceau, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1995: Liamine Zéroual, aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Algeriya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1922: José Saramago, umwanditsi akomoka muri Portugal. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1998.
1971: Aleksandr Popov, umunonotsi w’umurusiya ahiganwa mu mukino wo kwoga.
1976: (...) -
Itarike 22 Munyonyo
22 Munyonyo 2013Igenekerezo rya 22 Munyonyo ni umunsi ugira 326 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 39 kugira umwaka w’2013 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1883: Umwamikazi wa Madagascar, Ranavalona wa 3 arimikwa. 1963: Umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika, John F. Kennedy aragandagurwa ahitwa i Dallas.
1943: Igihugu ca Liban kirikukira. 1955: Hageragezwa ibombe ya mbere yo mu bwoko bwa H yegukira abarusiya. 1975: Juan Carlos wa 1, umwami wa Espagne arimikwa. 1990: Margeret Thatcher (...)